Nibadushiriremwe ibindibikiko: Zèbre, rhinocéros, éléphant, girafe,Gounou,et créer une lac artificielle de la ruvubu et y mettre des faunes et flores aquatiques et d'autres biodiversités
@Ibintu.Nibindi3 ай бұрын
Hosy, merci pour la vidéo. Ndayiravye, numva umunezero n'umubabaro bivanze. 1. Umunezero kubera dufise igihugu ciza, kandi kubona dufise ivyo bikoko ni fierté pour nous! 2. Umubabaro kubera mbonye le potentiel touristique dufise, numva norira 😭. Wavuze kuvyerekeye ibikoko bike dufise, ico ni ikintu ministère ya tourisme yari ikwiye kwitaho. On peut importer ibindi bikoko dushaka vyinshi. 3. Ikindi il faut que aho hantu hubakwa ama lodges meza de haute qualité nk'izo tubona mu bindi bihugu nka Afrique du Sud. 4. Muri parc harakenewe amabarabara ashikana aba touristes aho ibikoko biri facilement. La façon dont vous avez galéré kugira mubibone, hari amabarabara n'imodoka zahariwe tourisme, ntivyobaho!!! Ivyo vyose n'ibintu vyotuma revenu iva muri tourisme iwacu y'explosa mu kanya gato 😩😩. Imana yarahezagiye Uburundi!
@sese667Ай бұрын
Muri Africa hariho umurwi w'ibikoko bitanu bihurumbirwa cane n'ingenzi, uwo murwi bawita mu congereza : Big Five Animals ... Mur'iyo big five, harimwo : - Intare (Lion) 🦁 - Inzovu (Éléphant) 🐘 - Imbogo (Buffle) 🐃 - Ingwe (Leopard) 🐆 - Inkura (Rhinoceros) 🦏 Ivyo bikoko uko ari bitanu bidahari muri Park, ntaco ingenzi zoba zije kuraba kuvyerekeye ibikoko ... Mur'ivyo bikoko uko ari bitanu, mu Burundi, dufise Imbogo (Buffles) 🐃 zonyene, ibikoko n'ivyongerezwe ...
@Ibintu.NibindiАй бұрын
@@sese667 Tout à fait d'accord Mr/Mme. Ivyo muvuze nivyo kabisa!
@sese667Ай бұрын
@@Ibintu.Nibindi Igisata c'ingenzi (tourisme) tugereranije n'ibindi bihugu vy'aka karere ka EAC, Uburundi turi inyuma caneee, Gouvernement na Ministère ya Tourisme, n'ibarabe biteho ico gisata ... Nk'abo ba guides ba Parc Ruvubu n'abantu mu bisanzwe bategerezwa kuba bari professionnels, bazi Parc yose iyiva ikagera, bazi buri gikoko cose na caractéristiques zaco kandi bazi n'imiburiburi indimi zitatu : Igifaransa, Icongereza n'Igiswahili ariko cane cane Icongereza, kugira bashobore kuganiriza ingenzi zose zije, kuko nyinshi murizo zivuga Icongereza hama kandi bagakingira Parc bayirinda abansi (les braconniers) baza kwica ibikoko kandi Parc igakingirwa mu buryo bugezweho, hagakoreshwa n'imbwa z'inkazi (chiens méchants) zagenewe umutekano ... Birababaje kubona muri 2024, Parc ya Ruvubu igicungishwa amacumu 😭 😭 😭
@Ibintu.NibindiАй бұрын
@@sese667 Birababaje cane gose!!! Mais, bon nibazako twebwe turi hanze à un certain moment ari twe tuzoja kuvyikorera kubera on a été exposé à un standard de haut niveau. Kubera kurindira ko gouvernement canke ministère de tourisme ibikora umenga biri ku kwezi franchement 😒😒
@sese667Ай бұрын
@@Ibintu.Nibindi Uvuze ukuri ! Ndamaze kuja muri Park yo muri Tanzanie yitwa Serengeti, iyo ugiyeyo n'ukuri hari ubudasa canee no mu Burundi kuberako Leta ya Tanzania irashiramwo amahera menshi muri Tourisme ... Abarundi bamwe bamwe baba mu mahanga na cane cane abize muri université ivya Tourisme, barakwiye kuzana ubumenyi bwabo mu gisata c'ingenzi kugira turabe ko twoja kurugero rw'ibindi bihugu vyo muri aka karere ka EAC ... Jewe narababaye cane mbonye ko Park yacu ya Ruvubu igicungishwa amacumu (lances), mugihe mubindi bihugu vyo muri aka karere ka EAC, bakoresha za Drones n'aza chiens méchants ... Ariko bizohinduka one day, ndavyizeye 🙏✌️🙏
@ericballack8219Ай бұрын
Hosy mtu wangu
@allydavy69193 ай бұрын
Reka nzozane intare ndabona haribiryo
@NikobariJacquelineАй бұрын
Mwarararyohewe pe
@DesireNsengiyumva-f7r3 ай бұрын
Akobwa bintwari mukomere
@wilsonwilson68333 ай бұрын
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@abdallahjuma79973 ай бұрын
Ndabashimiy gose mwakoz kwigor mukadusangiza natwe president Neva ntiyihenze kuvuga kwo uburundi ari edeni
@Burundian-k3q3 ай бұрын
Mutere muja imbere cane impande zose 🎉🎉🎉 By Jeremiah Burundian man ❤️
@elyseekigeme67743 ай бұрын
Ibi bikoko ntibiryana?? Ntangwe mwabonye cank inzoka?
@TheopisteIradukunda-hz1bo2 ай бұрын
Ivyomuburund birasetsa. Noe ntajumere batunzevrt😂😂😂😂😂
Nibadushiriremwe ibindibikiko: Zèbre, rhinocéros, éléphant, girafe,Gounou,et créer une lac artificielle de la ruvubu et y mettre des faunes et flores aquatiques et d'autres biodiversités
@sese667Ай бұрын
Muri Africa hariho umurwi w'ibikoko bitanu bihurumbirwa cane n'ingenzi, uwo murwi bawita mu congereza : Big Five Animals ... Muriyo big five, harimwo : - Intare (Lion) 🦁 - Inzovu (Éléphant) 🐘 - Imbogo (Buffle) 🐃 - Ingwe (Leopard) 🐆 - Inkura (Rhinoceros) 🦏 Ivyo bikoko uko ari bitanu bidahari muri Park, ntaco ingenzi zoba zije kuraba kuvyerekeye ibikoko ... Mur'ivyo bikoko uko ari bitanu, mu Burundi, dufise Imbogo (Buffles) 🐃 zonyene, ibikoko n'ivyongerezwe ...
@uwimanaestere93473 ай бұрын
😂😂😂😂😂akadege
@مجدهمجده-ي3ض3 ай бұрын
Ko mutatubwiye ko muraye imuyinga tubahe amateke muje kwotsa