No video

Vyabaye bisha - Ap. Apollinaire Habonimana (Official Video)

  Рет қаралды 33,864

Apollinaire Habonimana

Apollinaire Habonimana

Жыл бұрын

Vyabaye bisha Song written by Ap. Apollinaire Habonimana
Live Production at Buja All Events
Audio recording : M.A Production
Audio production : Aaron Nitunga
Video Production : Land's Creative
Directed by Landry-Guez
Special thanks to :
Shemeza Worship Temple
Shemeza Music
Chris Ndikumana - Kanguka Ministry
Buja All Events
God bless you All.
Lyrics
Icari kigoye, kurush'ibindi vyose
Cari kibangamiy'ubu buzima bwanje
Icari caraaaa ntaaaa-ndukanije n'Imana
Catuma mbaho ndi imbohe ya satani
Icari catumye mba mu rubanza rw’Imana
Caratorewe inyishu
Vyose vyabaye bisha
Igihe wavuga ngo birarangiye
Ako kanya vyari birangiye
Nta kintu cobivuguruza
Nta na kimwe cobihindura
Ico Wewe Kristo wankoreye
Nta n’umuntu yogihindura
Nambitswe umutamana w’akanyamuneza
Mugishingo c’amarira
Nambitswe umwambaro wo guhimbaza aaaaa
Mu gishingo c’umubabaro
Murabe urukundo uko rugnana Data wa Twese yatugiriye
ko twitwa abana b’Imana kandi ni ko turi.
Uko ni kwo kuri, nta dini yobihindura, nta reta iriho kw’isi yobihindura,
Nta bubasha canke ubushobozi buriho, nta butunzi, nta bumenyi,
Nta na kimwe kiriho cohindura ico Kristo yagize.
Ni kwo kuri.
Amen.

Пікірлер: 125
@eric.hatungimana_
@eric.hatungimana_ Жыл бұрын
❤❤❤❤🔥🔥🔥 Uhoraho ahabwe icabahiro kuba yaradukuye mu buja bwa Satani. Yess, VYARARANGIYE dukeneye gusa gucungera ico Imana yakoze kugrango TUDAPFISHA UBUSA UBUNTU TWAGIRIWE💕💕
@horaceirankunda2839
@horaceirankunda2839 Жыл бұрын
Ur'umugisha kuri benshi
@rihozekumutima
@rihozekumutima Жыл бұрын
Jewe ndiko mbona amasaha abaye menshi, iyi ni ndirimbo izomara ibinjana vyinshi mfise amatsiko yo kwumva uko yose yanditse kuko agace numvise gusa karanyujuje🎉🎉 Hallelujah thank you
@simonsindayigaya734
@simonsindayigaya734 Жыл бұрын
Whaaaaooooo Mbega ijwiii🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 IMANA igukomeze cane Mtama mwiza Imana ihezagire ibikorwa vyanyu We Love You
@user-ys3ub4cu3i
@user-ys3ub4cu3i Жыл бұрын
Ntakiguzi coruta ico kristo yitangiye umubiriwe wee
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 6 ай бұрын
Inspiration ya Appolinaire yaragabanutse!! Nizere ko atazoheza muri dèpression nka Stromae. Ari muri show gusumba mu mpwemu! Sinkija mu mpwemu aririmvye! Imana imukomeze!
@emelynenkeshimana1245
@emelynenkeshimana1245 Жыл бұрын
Ivyo Imana yatugiriye nanumwe yobihindura 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@HagabimanaSylvain
@HagabimanaSylvain 9 ай бұрын
Habwa icubahiro Uhoraho Imana yacu
@noahhabogora
@noahhabogora Жыл бұрын
Amen nice song baba wangu
@TWIGETV-qe7ue
@TWIGETV-qe7ue Жыл бұрын
Iyo ndirimbo irahimbaye umutima wanje! Mukomere cane.
@felixurikumwenimana9547
@felixurikumwenimana9547 Жыл бұрын
Indirimbo nziza cane! Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye! Merci beaucoup Apostle Apollinaire 👏👏👏👏
@antoinetteirakoze8662
@antoinetteirakoze8662 4 ай бұрын
Amen barikuwa
@uwimanasteve
@uwimanasteve Жыл бұрын
Good song mutama wacu uwatubanjirije muri vyose
@evaristenkurunziza402
@evaristenkurunziza402 11 ай бұрын
AMEN
@user-fx5wr1iq9u
@user-fx5wr1iq9u Жыл бұрын
My Daddy my pasta❤❤be blessed
@novasoftwarecompany3329
@novasoftwarecompany3329 Жыл бұрын
Amin🎉❤
@eliasniyi7221
@eliasniyi7221 Жыл бұрын
Murakoze cane kuduhembura Mukozi w'Imana
@augustinndayiragije8097
@augustinndayiragije8097 Жыл бұрын
Igihe yavuga ngo birarangiye vyari birangiye,Haleluya
@Francus1609
@Francus1609 Жыл бұрын
Imana ihezagire Apôtre Apollinaire Habonimana.
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 Жыл бұрын
🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@junioruwimana5510
@junioruwimana5510 Жыл бұрын
Amen urakoze cane vyose vyararangiye
@user-sr9oj7lt8q
@user-sr9oj7lt8q 2 ай бұрын
God bless you so much brother for blessing us.
@bravoh666
@bravoh666 11 ай бұрын
Amen
@lievinnailsofficiel3562
@lievinnailsofficiel3562 Жыл бұрын
❤❤❤
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Aka karirimbo ndakarindiriye kuva nijoro ryashize
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe Жыл бұрын
Vyose vyarangiye
@delphinniyontsinzi9841
@delphinniyontsinzi9841 Жыл бұрын
Ap. Appolinaire all blessings to you with the amazing SONG, Aaron NITUNGA Producer always you make the best.
@amouliniyokwizera3027
@amouliniyokwizera3027 Жыл бұрын
💞💞💞💞💞💞💞
@billyjohnniyukuri5976
@billyjohnniyukuri5976 Жыл бұрын
Amen amen
@j.claudembonimpaye5910
@j.claudembonimpaye5910 11 ай бұрын
Thank you Apostle for this wonderful song God bless you
@nibizisarah7381
@nibizisarah7381 7 ай бұрын
Hallelujah 🙌
@OlivierHunter
@OlivierHunter Жыл бұрын
💫 vyose vyabaye bishas🙏🙏🙏👏💥🔥🔥🇿🇲🇿🇲🇿🇲✨✨
@jackson_izerimana12
@jackson_izerimana12 Жыл бұрын
Kristo, Ico wangize ntanumw yogihindura🙏🙏🙏🔥
@user-ri3my8jz3o
@user-ri3my8jz3o 10 ай бұрын
Amina 🙏🙏🙏🙏🙏
@Barca788
@Barca788 Жыл бұрын
Vyari birangiye koko
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy Жыл бұрын
Hallelujah 🙌🏼 Thank you sir #VyabayeBisha
@Desireofjoyniyonkuru
@Desireofjoyniyonkuru Жыл бұрын
May God bless you always Paster
@user-og7pz7tv6u
@user-og7pz7tv6u Жыл бұрын
Ukuuu niko kuri vyose vyabaye bisha🙌
@komukamaprecious7419
@komukamaprecious7419 Жыл бұрын
Amen🎶🎶🎶
@user-vg4in4ol6v
@user-vg4in4ol6v 9 ай бұрын
@indarukundudivine9115
@indarukundudivine9115 Жыл бұрын
Amen🙌🏿
@estellaniyimbabazi6973
@estellaniyimbabazi6973 Жыл бұрын
Alléluia
@nzosabimananzosabimana438
@nzosabimananzosabimana438 Жыл бұрын
👏👏👏👏
@FaustinKarenzo
@FaustinKarenzo 8 ай бұрын
❤❤
@NusraBarwani
@NusraBarwani Жыл бұрын
🎉🎉❤❤
@oliverantonio8925
@oliverantonio8925 Жыл бұрын
Tuko tayali kupokea wimbo pastor.
@user-ld1up2ce4p
@user-ld1up2ce4p 11 ай бұрын
🎉
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 Жыл бұрын
Sois béni Apôtre 🌹
@micheejoelntigahera2378
@micheejoelntigahera2378 Жыл бұрын
Thank you Apostle for this Good Song
@leandrehavugiyaremye2688
@leandrehavugiyaremye2688 Жыл бұрын
Alléluia 🙌
@pelousseirambona3543
@pelousseirambona3543 Жыл бұрын
Haleluyah aaaaamen
@seredindikuriyo4516
@seredindikuriyo4516 Жыл бұрын
Vyose vyabaye bisha God bless you our apostle 🔥🔥🔥
@rhemadedieumugisha236
@rhemadedieumugisha236 Жыл бұрын
Thank you for this message Apostle God bless you💕🇧🇮we love you
@josianenana7114
@josianenana7114 Жыл бұрын
Hallelujah i like this song
@jimmybayihimbaze169
@jimmybayihimbaze169 Жыл бұрын
🥰🥰🙏🙏
@rosinenshimirimana9377
@rosinenshimirimana9377 Жыл бұрын
Halleluaaaa vyabay bisha 🙏🙏🙏
@claudenesja
@claudenesja Жыл бұрын
May God bless you my ❤❤❤apostle
@costacoks
@costacoks Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@alexisnkunzimana5637
@alexisnkunzimana5637 11 ай бұрын
❤100%
@YvanNik
@YvanNik Жыл бұрын
Vyose vyabaye bisha Amezing 😍😍🙏
@princedesire6270
@princedesire6270 Жыл бұрын
𝚆𝚘𝚠 𝚌𝚊𝚛𝚊𝚝𝚘𝚛𝚎𝚠𝚎 𝚒𝚗𝚢𝚒𝚜𝚑𝚞🙏🙏🙏
@munyeshaka
@munyeshaka Жыл бұрын
Nice song 🎧🇧🇮
@Ngoga_Inspires_TV
@Ngoga_Inspires_TV Жыл бұрын
We are waiting for it
@crissneyoland
@crissneyoland Жыл бұрын
👍🇧🇮❤️
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 Жыл бұрын
Alléluia 🙌🏾 🙌🏾 🙌🏾
@ombenielishanizigiyimana4828
@ombenielishanizigiyimana4828 Жыл бұрын
Wari watunyoteje muvyeyi wacu dukunda
@ByukusengeAyinge
@ByukusengeAyinge Жыл бұрын
Hauwei
@destinukwishaka670
@destinukwishaka670 Жыл бұрын
Aww
@joramnshimirimana2587
@joramnshimirimana2587 Жыл бұрын
Amen👏👏
@Claude_niziofficial
@Claude_niziofficial Жыл бұрын
Amen ❤
@didierpatience9967
@didierpatience9967 Жыл бұрын
Nice song👍 " Vyose vyabaye bisha" Thank You Man of God🙏🙏
@fleuryhervenduwayo9211
@fleuryhervenduwayo9211 Жыл бұрын
Hallelujah
@johnsonuwimana3469
@johnsonuwimana3469 Жыл бұрын
Icyo wowe Christo wankoreye ntanumwe wagihindura🙌🙌🙌 Amen,,, Thank u holy Spirit....
@mugabeheritier5365
@mugabeheritier5365 Жыл бұрын
Ameen
@alvinndagijimana4861
@alvinndagijimana4861 Жыл бұрын
Umugish udasanzwe twahawe abik'igihe kuba tubafise Apôtre Msg yanyu n'ijwi ryanyu rishika kure . Murakoze kur'uyu mugisha w'indirimbo ije kutwubaka no kudukomeza Iman'ishishikare kub'inspira .Turabakunda turabasengera 🙏
@emelyneiradukunda3205
@emelyneiradukunda3205 Жыл бұрын
Thank Apostle for this good song you are a blessing to the nation ❤
@jeanpeniel1928
@jeanpeniel1928 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@patrick-didiernukuri5157
@patrick-didiernukuri5157 Жыл бұрын
👍
@ivellamananzima6551
@ivellamananzima6551 Жыл бұрын
God bless you Apostle
@AlainThibautNGABIRANO-dj3wb
@AlainThibautNGABIRANO-dj3wb Жыл бұрын
👏👏👏Amen VYABAYE BISHA
@unstoppableministries
@unstoppableministries Жыл бұрын
We are waiting for it warmly 🔥🔥🔥🔥🔥
@irakozesosthene3035
@irakozesosthene3035 Жыл бұрын
Ico kristo yankoreye ntanakimwe cobivuguruza canke ngo kibihindure🙏🙏
@rashchrisirakoze469
@rashchrisirakoze469 Жыл бұрын
What an anointed song?!!!Ooh Ntanakimwe cobihindura ivyo Kristo Yakoze ku musaraba!🙌Warakoze Yesu!!
@beniflorisiteriteka5227
@beniflorisiteriteka5227 Жыл бұрын
Good song 🎧🎶🙏 thank you for the message
@nduwimanatherence957
@nduwimanatherence957 Жыл бұрын
Thanks Appostle
@Agachrin
@Agachrin Жыл бұрын
Thank you
@fabienmanirakiza3621
@fabienmanirakiza3621 Жыл бұрын
That's what we're waiting for, Thank you Appostle for reminding us when everything has been revouleler. There's no one who can change it 🙏🙏🙏🙏
@nishchancesticks
@nishchancesticks Жыл бұрын
Thank you so much Apotre indirimbo ihezagire kiramuntu wese hano uyumusi dukora music kubera mwaduciriye inzira turabubaha cane
@Barca788
@Barca788 Жыл бұрын
Legend muri gospel Rwanda burundi
@MemeRose-fq7rt
@MemeRose-fq7rt Жыл бұрын
Waaaa vyabaye bisha kumusara yasemerey nijwi rirenga ngo birarangiy
@emelynenkeshimana1245
@emelynenkeshimana1245 Жыл бұрын
Amen hallelujah 🔥🔥🔥 Vyose vyabaye bisha in Name Jesus
@ByukusengeAyinge
@ByukusengeAyinge Жыл бұрын
Huawei
@MelodyniyomwungereOfficial
@MelodyniyomwungereOfficial Жыл бұрын
Wow nukuri vyose vyabaye bisha ❤I like this, Thank you Sir
@nkundinezajeanpaul4031
@nkundinezajeanpaul4031 Жыл бұрын
Urokize cyane my Pst Bless U
@izere250
@izere250 Жыл бұрын
Awesome😇
@nayuburundidesire5314
@nayuburundidesire5314 Жыл бұрын
Bless u man of God for the anointed song. Song of all the time. keep it up bro.
@enocknshimirimana8728
@enocknshimirimana8728 Жыл бұрын
wooow! Indirimbo nzima. Murakoze caane !
@nzoshimapeniel3171
@nzoshimapeniel3171 Жыл бұрын
Koko vyose vyabaye bisha!
@ismaelirakoze8145
@ismaelirakoze8145 Жыл бұрын
Vyose vyabay bishash
@eric.hatungimana_
@eric.hatungimana_ Жыл бұрын
Thanks for blessing our souls Apotre👏👏
@apostleswag7971
@apostleswag7971 Жыл бұрын
Waaaaooo!!!! Nice song
Ndagutazira Mwami - Ap. Apollinaire and  Jeannette Habonimana [Official Video]
7:16
Vyose birashoboka by Apollinaire Habonimana - new live video 2022
4:30
Apollinaire Habonimana
Рет қаралды 57 М.
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 16 МЛН
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 41 МЛН
Дай лучше сестре 🤗 #aminkavitaminka #aminokka #сестра
00:15
Аминка Витаминка
Рет қаралды 434 М.
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 59 МЛН
Ur'umwami Uganza Vyose
7:18
Apollinaire Habonimana
Рет қаралды 4,5 М.
Redemption Voice ft Apollinaire Habonimana - Hallelujah OFFICIAL VIDEO
5:52
Dr.Ipyana - NAWEZAJE KUNYAMAZA//NAMNA HII SIJAONA
15:41
Dr Ipyana
Рет қаралды 388 М.
Ur'uwa mbere - Obed Zawadi [Official Video]
6:35
Obed Zawadi Official
Рет қаралды 123 М.
Nita Amini (Live)
13:00
Israel Mbonyi
Рет қаралды 1,2 МЛН
Apollinaire Habonimana - NTAHO NZIBAGIRA (Offcial video)
6:22
Apollinaire Habonimana
Рет қаралды 9 М.
IBYIRINGIRO || James&Daniella
13:25
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 1,1 МЛН
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 16 МЛН