+257 65454350 wifuza kuvugisha pastor wamubonera kuri iyo numero
@GerardBacamurwankoКүн бұрын
Pasiteri Kenya
@pascasieniyibiziКүн бұрын
Murakoze
@dusengemeschack677822 сағат бұрын
Mbeg igishingantah we!!!... Ndanyuzw pe burya kwizigira Iman gus biruta kwizigira abakomeyeee pe icirw gikomey cn reverand amavuta uzogume ku mavi ntaze akuveko uze wame ugira ku murongo w'Iman
@beatriceniyonzima6843Күн бұрын
Chalom chalom ✋ Urankomeje cane Mukozi w IMANA.Imana Igukomeze.
Komera cane musavyi w'Imana Isumba vyose .Waciye mu bikomeye pe .Ariko Imana yakurinze Iragukunda .Shikama rero ushire amanga
@emileniyonzima195323 сағат бұрын
Exciting!❤
@LopezNikizaКүн бұрын
Imana iguhezagire mtumishi wa Mungu. Ejo ni heza
@pascasieniyibiziКүн бұрын
Ndashimiye umukozi w'Imana na mwe mwaduhaye ikiganiro cyiw, Imana ibahezagire, ariko nashaka kumenya uko umuntu yomuronka ngo amusabe ubufasha kuvyo gusenga, nje mba muburundi kandi ndi umurundikazi ariko nakozweko n'intahe yiwe.bishoboka mwompa contact yiwe nkamubwira
@LewisNzoyivuganezaКүн бұрын
Imana ikwongere umugisha
@HakizimanaEpaphrodite-g7s15 сағат бұрын
Iyontah irakomey cane mwubahw
@BoscoHABONIMANA-t5cКүн бұрын
Shalom shalom Imana ibakomeze mwuyo murimo mwiza
@SpèscaritasKazingoКүн бұрын
Amen
@aimableirakoze2365Күн бұрын
Ndagusuhuje cane Clarisse, nkuzi kuri u tube kwa Sabin ushinga intahe ukuntu warwaye none ndumvise uvugako Yesu yagukijije. Butoyi ndamuzi cane ari muri protocole kuri église du Bomberger. Ico numvise nuko afite intahe ikomeye cane kandi yubaka. Ibisigaye wakoze kuduha number ye. Soit benie merci
Vuguruza ibyo avuze , kugira twunve ko avuga uburofa!
@JoselyneNiyogusengaКүн бұрын
Kanyana w zurumviriza Hama wirenganire kk kuvuga nabi ntaco bimara
@EstellaNSHIMIRIMANA-q9mКүн бұрын
Kuvuze nabi ga
@MartineSindrell7 сағат бұрын
Kanyana ba wihangana udafise ico uvuga kizima wihorere. Ivyo Butoyi avuze ntanakimwe kitarico kuko ndamuzi cane mu Kayoyo kwa sa grand mère. Kandi naramukwirikiriranye NTA kinyoma kirimwo muvyo avuze vyose!