Umve ingene Kinyange yivuga amazina mu kirundi kiryoheye amatwi kikanyura ubwenge

  Рет қаралды 29,725

Uburundi Mu Kirundi

Uburundi Mu Kirundi

Күн бұрын

Ukwivuga amazina ni ubwoko bw’amayagwa y’ikirundi. Ahanini amazina ashimikiye ku guhayagiza ikintu canke umuntu.
Abivuga amazina akenshi barihaya, bahagiza uwo bamukako, uwabahaye canke bagahaya ivyo bakunze bikabakundira.
Aho hambere ubutwari bwagaragarira mu bwira bw’ugutabara hamwe n’ubushobozi bw’ukwirinda, ni naco gituma ivy’urugamba bikunda kwumvikana. Kera kandi intwari zaragabana i bwami, i buganwa..ibi vyatuma zigira iteka, ubona ko nyene ridaterwa uwutekeye mu vyatsi , bene iteka bari bene inka n’imirima. Bica vyumvikana igituma mu mazina inka ivugwa kenshi.
Amazina kandi aravugwa n’abanyamyuga. Aba na bo bahaya ishimikiro ry’umwuga wabo wababereye intumgamagara.
Muri rusangi akari ku mutima w’umurundi gasesekara ku munwa . Umurundi atavuga yitiranwa na mubi, ariko n’aho biri uko umurundi w’indanga ntapfa iryo avuze, ntapfa uko avuze.
#inka #burundi #akaranga #amazina

Пікірлер: 19
@beatricenimbona2530
@beatricenimbona2530 Жыл бұрын
Amahoro neza Kinyange kinyagirwa ntigitote! ❤
@VenusteNiyonzima-nd8kz
@VenusteNiyonzima-nd8kz 3 ай бұрын
Warahezagiwe mugenzi
@beatricenimbona2530
@beatricenimbona2530 Жыл бұрын
Mbega intore! 😢😮🤝🏾👏🏾👏🏾👏🏾❤❤❤
@CleverSevyibo
@CleverSevyibo 5 ай бұрын
Egosha kinyange vuga vuga vugaaaa. Egoshaaaa.yaga
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 2 жыл бұрын
Woooooouuuu👌👌👌👌👌👌👌 kabisa😍😍😍😍😍😍😍😍
@LionelHaragirimana
@LionelHaragirimana 6 ай бұрын
Eka ntabute vyukuri ugira ntukabugire nyakubura uguteterwa muguteramisha abaguteze abiri numubira kubadashize kubiri
@CleverSevyibo
@CleverSevyibo 5 ай бұрын
Umuvyeyi yaragukuyivata pe.
@veve5360
@veve5360 Жыл бұрын
Intore y'uburundi murakoze kudukumbuza akaranga.
@minanietienne-sz8xu
@minanietienne-sz8xu Жыл бұрын
Intore mw ibereho
@Nancy-y8f7r
@Nancy-y8f7r 6 ай бұрын
Urabizi😊
@Rukerandangasadick
@Rukerandangasadick 6 ай бұрын
Ur umugabo
@veve5360
@veve5360 Жыл бұрын
👍🏽👍🏽👍🏽
@jeandarcyingabire5266
@jeandarcyingabire5266 Жыл бұрын
Urintore kinyange kinyagirwa ntigitote
@nsabimananadine3887
@nsabimananadine3887 Жыл бұрын
Nanduhe nimero ya telephone
@HarivyizaGuyBonheur-nx7be
@HarivyizaGuyBonheur-nx7be Жыл бұрын
Urumugabo atarakagabo komera
@trasisniyongabo9152
@trasisniyongabo9152 2 жыл бұрын
Urintore 👋👋👋
@laurentnahinkuye3688
@laurentnahinkuye3688 2 жыл бұрын
Good
@nkurunzizaisaie3596
@nkurunzizaisaie3596 2 жыл бұрын
Egoooo kweri nukuri
@bukuruezeckiel453
@bukuruezeckiel453 Жыл бұрын
Komera muta
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 113 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 85 МЛН
IMVANO Y'UMUSAZI USARA AKAGWA KU IJAMBO
17:04
JDS UBURYOHE BW'IMYANDIKO
Рет қаралды 120 М.
Imitegekere yose y' u BURUNDI by MWANAFUNZI na MUNANA
33:45
RedBlue JD
Рет қаралды 82 М.
Inyambo: Inka zifite imico nk'iy'abantu II Ingoma yogeye TV yazisuye mu Rukari
30:12
RUKIZANGABOSHAMI OFFICIAL
Рет қаралды 62 М.
iyumvire uko umutahira yavuze amazina y'inka
11:56
Afrigalaxy TV
Рет қаралды 65 М.
Ibicuba na mabanoyinka
7:56
Fabrice nkurunziza
Рет қаралды 43 М.
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 113 МЛН