Warubizi 1: wari uzi ko uvuga ikiganda wibaza ngo ni ikirundi ? Aya majambo si ikirundi

  Рет қаралды 616

Uburundi Mu Kirundi

Uburundi Mu Kirundi

Күн бұрын

Пікірлер: 7
@sabiyumvafiacresafi1224
@sabiyumvafiacresafi1224 Жыл бұрын
Izo zose n'indimi Bantu, kandi murizo amajambombo menshi arasa. Nibaza ko nayo vyahuriranye uko, ariko kandi ntaca areka kuba ikirundi 😮
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Murakoze gushikiriza iciyumviro. Tumenye iyo ayo majambo akomoka n'ico asigura, bica biduha umuco kuri kahise , bigafasha kandi kuronka ayo bibangabanganwa atari amasumano gutyo ikirundi kigatunga.
@uwayojeremie872
@uwayojeremie872 Жыл бұрын
Ugusenga ntago ari ikigande ahubwo ni ikinyarwanda; mukigande ni Okusaba, Sud ya uganda bakoresha ururimi rw' ikinyarwanda
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
@@uwayojeremie872 murakoze cane gutanga iciyumviro. N'ivyo muvuze vyoshika bikaba ari ivyo. Mu bindi bice vy'ikiganiro "WARI UBIZI" tuzobona ingene indimi zihanahana amajambo, aho usanga ijambo ryashitse mu Kirundi rivuye mw'ijambo ry'ururimi kanaka , uru narwo rwaryitije mu rundi rurimi.
@kabarebenyandwi
@kabarebenyandwi Ай бұрын
Mellisa kubesha ikinyankore yitwa omugabe
@uwuyisabasalvator
@uwuyisabasalvator Жыл бұрын
Nedda nyaboo otulimbye nyoo ! mukama citegeza nti : boss w'umuntu , oba , umuntu ushatse guha icubahiro obosobola wongerako nijambo ngo, Owekittibwa. Bisiguye ngo , nyakubahwa . Gusenga mululimi luganda ni : Kusaba. Ate ogambanti Orunda ! ntibavuga ngo , ikiganda. ..
@uwuyisabasalvator
@uwuyisabasalvator Жыл бұрын
Umukama , mululimi luganda , ni Omukama .
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
35:58
igisigo kizirana n'amaguru
0:27
Uburundi Mu Kirundi
Рет қаралды 5 М.
Wait for the last one 🤣🤣 #shorts #minecraft
00:28
Cosmo Guy
Рет қаралды 21 МЛН
ROSÉ & Bruno Mars - APT. (Official Music Video)
02:54
ROSÉ
Рет қаралды 243 МЛН
Sophie Chick reports on the World Congress of Psychiatric Genetics in Florence
3:11
Burundi gahugu keza
5:51
Femidejabat Burundi TV
Рет қаралды 6 М.
amahamba n'amazina meza y'inka
6:45
Munyambo TV
Рет қаралды 26 М.