Un bien joli pays ..Bien des etres merveilleux . Faites que cela jamais ne recommence , le monde entier d aujourd hui sait . Et ne vous oublie plus .
@remyntiranyibagira14322 жыл бұрын
Mu Burundi harihakwiye abandi abacabwenge boza bandika amateka yacu yakahise abarundi bakivuka bazomenye story (amateka) uko yagiye akurikirana Big up wewe wigoye uraduha akahise naho uburundi bwagowe
@francoisciza99044 жыл бұрын
Very nice documentary; 'We must respect each person the way they are. Respecting human rights renforces his belief. Respect human as is created in the image of God'. Those words touched my heart. Quand de tels conseils sont prononces par ceux qui ont vecu le carnage de 1972, c'est vraiment un bon exemple de fairplay. Le probleme est qu'il ya des gens qui ont vu ou entendu les leurs decimer et qui, aujourd'hui appliquent la vengeance. 'Intibagira ntibana' dit un dicton Burundais. Ikindi cankozeko ni aho numvise ngo abatutsi barakwicira uwawe bakanakubuza kumugandarira. Ico kintu cankozeko kuko n'ubu intwaro zahindutse mbere hatwara abamuka kumpfuvyi zo mu mwaka w'1972 twama twumvise bagandagura benewabo canke bakabanyuruza kugeza naho umuryango wicwa n'intuntu kukudashobora guhamba nokugandarira uwabo. Iyi documentaire ya Hajayandi Patrick irimwo icigwa ufatiye kuri kahise na kubu, kuburyo hagezeko tubonako hatica ubwoko ariko hica intwaro mbi irimwo guhahamira amaronko n'umwina w'ivy'isi mugihe tuziko vyose tuzobisiga kuri ino si y'Imana. Birababaje kuba Uburundi bugihekurwa kuburyo ivyabaye bitarigera biduha icigwa. Twizereko amatora yo mumwaka w'2020 azoduha indongozi zihuza beneburundi kuko twese mumoko yose dutegerezwa kubana mumahoro.
@Sirila184 жыл бұрын
Mpore Burundi warababajwe.L histoire ne s efface jamais. Iyo intwaro zidahinduka ibi vyose vyogumye mu babizi abakiri bato ntavyo bomenye. Warakoze KIDUMU ku ruririmbo wavuze ko uwishe uwasahuye yamenje bituma ijambo UMUMENJA rihera Imbere yaho kira muhutu yitwa umumenja.
@graceirakoze28684 жыл бұрын
thank u so much duhe izindi video
@patrickhajayandi2 жыл бұрын
kzbin.info/door/9c9krB0LhP3uH5fGK4AHjA
@gasoreleons2728Ай бұрын
Abahima baraba hemukiye i Burundi kugirango aba Hutu bata bategeka nyuma ya 1972.
@ngundachris75984 жыл бұрын
I got just one question ,How can goverment let these killers free!Make them face justice,because many of them still alive. This was a big genocide against hutus, ubutungane bukore.
You can watch all the three series via our new channel. Here is the link: kzbin.info/door/9c9krB0LhP3uH5fGK4AHjA
@natgenesis50384 жыл бұрын
The problem is they still repeating as remembrance
@jacqui7022 жыл бұрын
😔😔😔😔😔🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤲🤲🤲
@ramseynshimirimana92524 жыл бұрын
Ahantu hose muzodufashe natwe abavyeyi bacu bo muri Bujumbura tumenye uko abo ba bushoro baduhekuye tumenye hariya kubuterere ko havugwa NGO haba hariyo abacu
@makumisamuel55152 жыл бұрын
its sad that African suffered more under their savage leaders than they suffered during colonialism. the whole Makomberro system is an eyesore to AFRICA ,IT ALSO SO SOME WERE HAVE JUST like Hitila or worse IF THEY WERE AS POWERFUL.
@bonaventurembonabuca92934 жыл бұрын
Dusengere igihugu cacu ivyo ntibizosubire kuba twese turabana b'uburundi