KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Umukuru w'inama nshingamateka avuze amarushwa abarundi bagorewe muri diaspora| NTA BUKENE MU GIHUGU
21:09
UBURUNDI buriko buratujana tubona//Igihugu nticiyuka//Abategetsi bamwe bikunda//Ivyanse Umwaka uheze
41:04
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
ЧТО ОПАСНЕЕ? ОТВЕТЫ ВАС ШОКИРУЮТ... (1% ОТВЕЧАЮТ ПРАВИЛЬНО) #Shorts #Глент
00:38
Tuna 🍣 @patrickzeinali @ChefRush
00:48
ВОТ ПОЧЕМУ Япония живет в будущем 🤫 Утилизация масла #япония #токио #путешествия #shorts
00:59
Amakuru azindutse Kuwa/01/01/2025 Bunyoni Mwakunze aratashe! Ndikuriyo Amaramaje Neva amuhaye icigwa
Рет қаралды 30,441
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 14 М.
Burundi top news
Күн бұрын
Пікірлер: 32
@AliciaKaneza-i2t
8 күн бұрын
Imana ikomeze kutuzigama niyo nkomezi ziturenze
@NahimanaJamilla-n1m
6 күн бұрын
🎉😢😆
@SimeonAhishakiye
8 күн бұрын
None kweri nkaho uba wumva aramakuru iriko uravuga ? Utaravye neza uzobisarirawo kuko uvuga nkuwudafise umutima utekanye uragoweee !! Nukuri urakwiye gusengerwa !!
@Abat-x7z
11 күн бұрын
Undi Jewe ❤ iyo niyo narindidiriye
@niyokindibashiru
10 күн бұрын
Ibwo sububeshi kwili ,reka guteranya
@DesireK89
9 күн бұрын
Urakoze kubesha
@ruds-g6g
11 күн бұрын
Ndi Bujumbura ndabskunda mubandanye mudutohoreze
@Abatw-l2e
12 күн бұрын
Urakoze cn
@RichardNininahazwe-l1v
9 күн бұрын
Ayomajambo namba arayukuri birakazep!
@christopherAssimwe
11 күн бұрын
Turakunda Turakunda amakuru yanyu gusa nuko mubesha Titre ivuga ngo bunyoni mwakunze aratashe. Mugabo wugurura ngo wumviriz ugasangamwo ibindi! Kubarukugira tuvyumvirize.?
@Burunditop2024
11 күн бұрын
@@christopherAssimwe urakoze cane gusa title ni sammary yinkuru. Niyo mpamvu
@arcadeyamuremye8177
10 күн бұрын
Tokaaaa ntuze usubire kutubwir ibint vy'uburofa nkivyo
@SergesAhishakiye
10 күн бұрын
Uragwaye cane 😂
@BukeyenezaAxcel
11 күн бұрын
Murakunda kubesha gus
@Burunditop2024
11 күн бұрын
Urakoze cane
@AuguNtunzw
10 күн бұрын
Non kutavuz iryo bara
@EmeryHabonimana-up1rb
10 күн бұрын
Ayo rero ni amakuru utanze? Ivyo uvuga uta utora hirya no hino ntutange ibijanye na titre yamakuru wahereyeko ni ubwenge canke ni ibinyoma kugira uteranye ? Sha we ntukwije mu mutwe
@JacquerineNsengiyumva
11 күн бұрын
Ariko wamugabowe Amakuru yububeshi Uvuga nupfa Uzojahe?
@Arcademisigaro
10 күн бұрын
Bizofasha mugiye mugiye murashikiriza inkuru zukuri?
@BigirimanqJeanmari
9 күн бұрын
Azobatwara nahomumwank
@DanielBurikukiye
11 күн бұрын
None nkigihe mucafuza umuntu yatewe iteka n'Imana(nimba muyemera), none uwo mushaka wewe yoramuka ashimee n Imana muzomuvuga neza kandi indimi zanyu zamenyereye kubesha, kuvuma, guca ivutu n'ibindi... Satani yarabiziziye kweli Imana ibafashe
@Burunditop2024
11 күн бұрын
None twebe ico dukora kitarico nikihe? Ubu mvuzeko mubategetsi harimo abadakora neza icaha nikihe? Mvuzeko ibintu bizimvye icaha nikihe? Vyose murindire nikibazo cigihe.
@NsengiyumvaDieudonné-g9j
9 күн бұрын
Icomuzi nukugumura abantu nkuko mwabikoze 2015 nunbu muratanguye muraze abarimwe mujimbere apana kuvugira iyo mugorewe ahurikurondera views
@christopherofficial8052
10 күн бұрын
Nne igihe mwiga mwigishwa kubesha??? Bamuvuga ukuri ama vues muzoyaronka.
@Arcademisigaro
10 күн бұрын
Shikiriza inkuru zubaka?
@KennyManirumva
9 күн бұрын
Tekana ntuzohave wicuza igihugu suko
@ClaudeNijimbere-u5h
10 күн бұрын
Nimba uba ubuze ivyo uvuga
@MajambereAmedee
11 күн бұрын
Turasavyeko imana yodutabara kukoturarambiwe nitwaro yaneva nhe ababishoboye badutware kuko turarush nyagasani atwumv
@Burunditop2024
11 күн бұрын
Ni hatari vrt
@NDUWAYOBienfait
11 күн бұрын
Mwebwe muri bantahofatwa nkurunziza Pierre mwavugako murambiwe nintwaro yiwe nn nubu muza murambiwe ntintwaro yanyakubahwa sha muzopfa muyerera azobatwara asubire abatware KK nuwaje arumwami arungitswe nimana ubwayo mwebwe nyene ubwanyu mwaramubanvye muramwica rero sivyubu
@YamimbonaJoel
11 күн бұрын
Greg igihug kigiy mukag
@FesaliIrakoze
11 күн бұрын
haha
21:09
Umukuru w'inama nshingamateka avuze amarushwa abarundi bagorewe muri diaspora| NTA BUKENE MU GIHUGU
Indundi TV
Рет қаралды 43 М.
41:04
UBURUNDI buriko buratujana tubona//Igihugu nticiyuka//Abategetsi bamwe bikunda//Ivyanse Umwaka uheze
UMUKUBITO
Рет қаралды 50 М.
01:01
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
00:38
ЧТО ОПАСНЕЕ? ОТВЕТЫ ВАС ШОКИРУЮТ... (1% ОТВЕЧАЮТ ПРАВИЛЬНО) #Shorts #Глент
ГЛЕНТ
Рет қаралды 2,4 МЛН
00:48
Tuna 🍣 @patrickzeinali @ChefRush
albert_cancook
Рет қаралды 148 МЛН
00:59
ВОТ ПОЧЕМУ Япония живет в будущем 🤫 Утилизация масла #япония #токио #путешествия #shorts
Холли Лолли Live
Рет қаралды 4,7 МЛН
15:53
Kurikirana ingene ibirori vyo kwinjiza imikangara ya promotion ya 50 muri ISCAM vyagenze.
Mashariki TV
Рет қаралды 142 М.
27:35
Ijambo rishikirijwe n'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi mu gusozera umwaka wa 2024 no kwinjira mu 2025
Mashariki TV
Рет қаралды 47 М.
8:53
Hoba hariko hakorwa iki kugira ngo ikena ry'igitoro ryibonekeza ritorerwe umuti?
Mashariki TV
Рет қаралды 31 М.
18:59
Inkuru nziza kuri Rwasa🔥Aremejwe kwitoza/Neva na Ndikuriyo na Nyabenda vyakomeye 😭 Aba-dd bacanyemwo
ISI TV
Рет қаралды 41 М.
35:37
Umukuru w'igihugu , Olucome na Ntabariza bashize mu bwato bumwe ivy'ubutunzi n'ubutungane
Indundi TV
Рет қаралды 68 М.
29:32
Sh Mustafe X | Sirta Ku Jirta Dagaalada Ujeedooyinka Badan ee Dunida Islaamka Lagu Hayo!
Suldaan Media
Рет қаралды 21 М.
20:48
Réverien Ndikuriyo yatanze imvo zituma ingabo z'Uburundi ziri muri RDC
Indundi TV
Рет қаралды 228 М.
16:54
Prime Niyongabo yishikiye mukibira ahise atangaza amajambo akomeye RDF ntikinishwa ijoro ryamaraso😭🤭
SHIRA AMATSIKO TV
Рет қаралды 67 М.
36:26
La Psychologie de la Solitude | De Schopenhauer à Nietzsche
Parole du Penseur Stoïque
Рет қаралды 4,7 М.
22:05
Akaka Kanya Taliki 2/1/2025/Agathon RWASA Yagotewe Murugo Amakuru mashya Yihuta cane Ceni Irabikoze
Burundi News tv
Рет қаралды 13 М.
01:01
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН