BURUNDI burabaye AMERIKA/Inzu uriha 30 pourcent igaca ikwegukira/Gusaba ideni muri BANK/IWACU ESTATE

  Рет қаралды 38,863

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 209
@Shamoucuriex
@Shamoucuriex 4 ай бұрын
abarundi bari mukazi pe courage baturanyi bacu love from rwanda
@Theeoctavina8285
@Theeoctavina8285 4 ай бұрын
Buraj mube mubihuh bikize mukomez mupond nab bagum bipoweye
@wildbeast3982
@wildbeast3982 4 ай бұрын
Ibaze ko mpora mbakurikiye bafite gahunda nziza
@Surprises3558
@Surprises3558 4 ай бұрын
You are rare 🎉🎉 Be blessed 😊
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 ай бұрын
Murakoze turabakunda
@NdungutseElias
@NdungutseElias 4 ай бұрын
Nct WW ufis kuba utarumunyarwanda kuk ntamunyarwanda yemera ivyabarundi
@FabiolaNsabimana-w2h
@FabiolaNsabimana-w2h 4 ай бұрын
Ndabona Imana yahagurukiye uburundi kugira ishitse ico yavuze iciye mubakozi bayo.Gitwaza nawe yubahwe cane ibi haraheze imyaka abivugishijwe.komera cane ico gikogwa nic'Imana ndakurahiye .rero Imana ibarinde imihimbiri.
@AloysLucky
@AloysLucky 4 ай бұрын
Harya byapfiraga he? President ni neva yabahaye icyerekezo pe, uburundi ndabukunda bwifuriza ibyiza. Rwose mukomeze mwubake uburundi❤
@queeneuphemia917
@queeneuphemia917 4 ай бұрын
Abayobye nabo ngo neva ntacashoboye😂😂😂
@Fote40
@Fote40 4 ай бұрын
Aba Young brother nicobakora shunned munyandike mumpemo imwe
@Fote40
@Fote40 4 ай бұрын
@@queeneuphemia917 noe ni Neva ubyubakisha?!!! 😂😂😂
@Surprises3558
@Surprises3558 4 ай бұрын
Imana iguhezagire . U are rare 🎉🎉🎉
@IvyisibiraheraNivyisi
@IvyisibiraheraNivyisi 4 ай бұрын
Sha nukuri nanje bashiremwo ​@@Fote40
@nanananette031
@nanananette031 4 ай бұрын
Courage Gaël nawe urakora neza caneeee Imana ibandanye iguha inkomezi n amagara meza
@saras1134
@saras1134 4 ай бұрын
Muduhe nimer yuwo MU engenier
@IvyisibiraheraNivyisi
@IvyisibiraheraNivyisi 4 ай бұрын
​@@saras1134nanje ndayikeneye uraraba undabure ncuti
@salimramadhani740
@salimramadhani740 4 ай бұрын
Viva africa Viva Burundi from Burundi 🇧🇮 Lives in cape Town ❤❤💪💪💪
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 4 ай бұрын
Abarundi turikumuvuduko udasanzw twiyubakire igihugu cacu❤❤❤🎉🎉🎉
@Fatuf4951
@Fatuf4951 4 ай бұрын
Nimwubak ama etange maremare yogupagisha nkakurya komuri kenya Courage bana buburundi🎉🎉❤❤✊🏾✊🏾
@kingkamaro9442
@kingkamaro9442 4 ай бұрын
Nivyo nibubake hejuru ama appartement,kuko Uburundi ni buto.
@domitiennzikobanyanka8227
@domitiennzikobanyanka8227 4 ай бұрын
Vyose ni bukebuke bizoza, hariho umutipe yitwa desire yubatse iyigeretse 12
@JacquelineSunzu
@JacquelineSunzu 2 ай бұрын
Ahubwo niveau ya 5 uzoyidugagiza ata ascenseur?Uhava umbwira ngo hazoba harimwo ascenseur!
@kwizeratheddy
@kwizeratheddy 4 ай бұрын
Vyiza caaaane ❤❤ Gaël warikutubwira amafranga bariha kunzu nkuko zitandukanye VP, VVP......
@DesireK89
@DesireK89 Күн бұрын
Naduhe nr basi twibarize
@habinezaeric2549
@habinezaeric2549 4 ай бұрын
Barundi muri ku kivi kabisa courage, ariko mukomereze nahandi mu ntara muhubake amazu ageretse kandi mwite no ku isuku cyane hano mu rwanda turabakunda.
@JacquelineSunzu
@JacquelineSunzu 2 ай бұрын
Pubicité barazi kuyigira ariko igiciro ntibagicisha mu kanwa!
@dushimeterry
@dushimeterry 4 ай бұрын
Wallahi Imana ituzigame kandi idushoboze gushika muriyi mbona kazoza💖🙏
@dionesienijimbere7881
@dionesienijimbere7881 4 ай бұрын
Ibintu namavuta ❤❤❤Neva wacu. Abarundi bari babuze uwubajimbere ngo abereke iyo baja. Gusa nimba le sol yosupporta etage zirezire, mwoduza gushika no kuri 10 niveaux. Courage
@NsengiyumvaEvariste-q1k
@NsengiyumvaEvariste-q1k 4 ай бұрын
General neva mumuhe amashugwe yiwe agihari🥀🌹🌺
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm 4 ай бұрын
Yakoze iki ?
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm 4 ай бұрын
Yakoze iki ?
@Dddma455
@Dddma455 4 ай бұрын
Mukomere cane. Bana Buburundi. Nimwebge Burundi🇧🇮 bgunomusi
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 4 ай бұрын
Neva wacu yubahwe kbx
@mireillendayikeze
@mireillendayikeze 3 ай бұрын
Duhe Numero hama mutubwire Naho bureaux yanyu iri
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 4 ай бұрын
Burundians bageze kugwego❤
@mukizachristophe7568
@mukizachristophe7568 4 ай бұрын
Abatari abarundi bo se baremerewe!
@domitiennzikobanyanka8227
@domitiennzikobanyanka8227 4 ай бұрын
Ukira kuba ufite ibikwemerera kuba no gukorera muburundi.
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 4 ай бұрын
Les jeunes d'aujourd'hui vraiment vous me fait heureux ❤❤❤❤
@Thinktwice257
@Thinktwice257 4 ай бұрын
Iyuvuga ikirundi uzi utarinz gukasa igifaransa muri conjugaison
@RodneyMugisha
@RodneyMugisha 4 ай бұрын
​@@Thinktwice257nukuri😂😂😂
@hamwetwese
@hamwetwese 4 ай бұрын
Mbo umugambi ni mwiza, ariko iyo Quartier rero!!!! No comment!
@irankundaissa2462
@irankundaissa2462 4 ай бұрын
Keep it up Ijnr pascal from cape town
@Mutama2023
@Mutama2023 4 ай бұрын
Duhe Juste Gael infos complet zabo bantu kugira tubaze neza ibiciro ngene bimeze. Merci
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 4 ай бұрын
Gael hard working man keep it up for the country
@sabushmasceni5304
@sabushmasceni5304 4 ай бұрын
Burundi oyeeee!!!keep it up brothers
@PhemuTv
@PhemuTv 4 ай бұрын
Ibikorwa vyiza vyawe Gaël birame,kandi ukomere.Uri Bikorwa keep up
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 4 ай бұрын
Wahooooooo,Basha Gaele urabikora neza kwell nukuri urakwiye gushimwa bikwiye!
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 4 ай бұрын
Courage bane bacu ❤❤❤❤❤❤Ndabakunda
@emmanuelndihokubwayo6775
@emmanuelndihokubwayo6775 4 ай бұрын
Courage à la jeune génération. Ivyo biraduhumuriza yuko ivyatunaniye mwebw mugumij uwo murindi igihugu muzocubaka abanyamahanga bakagitangarira
@boashamah3642
@boashamah3642 4 ай бұрын
Gusa wavyibushe caneeee Mr. GAËL umugore nikirumara 😊
@egidetuyizere2348
@egidetuyizere2348 4 ай бұрын
Courage cane, uburundi bwubakwe na benebwo
@jimmynshimirimana9690
@jimmynshimirimana9690 4 ай бұрын
Courage❤
@willsumba7284
@willsumba7284 4 ай бұрын
Ahohanu kwiyuvira Stade na parking. Ucumenga ni Union building Pretoria na Loftus stadium
@niyongerefrancoisen.franco5497
@niyongerefrancoisen.franco5497 4 ай бұрын
Naduhe ibiciro areke kutubwira 30%
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 4 ай бұрын
Kizoba igisagara ca mbere Courage mon frr. Good job
@jeanniyokindi7290
@jeanniyokindi7290 4 ай бұрын
Gaël Mukubito bite? Nkunda ibiganiro vyawe nk’umu influence mbwira utabogamye urabona ayo mazu uravye kuri présentation n’ivyo bakubwira bihura ? Ayo kwa Fablice yo ni comment? Ndi Belgium. Ntomorera sha !!! Urakoze ! Imana iguhe imigisha.❤
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np 4 ай бұрын
Neva komera. Turakwemera cane gose
@caritasinamuzima2859
@caritasinamuzima2859 4 ай бұрын
Good jobs
@MAURICEHABARUGIRA-hd9zq
@MAURICEHABARUGIRA-hd9zq 4 ай бұрын
Bukebuke nirwo rugendo. Nizere ko mu buyenzi, bwiza, jabe , Nyakabiga, Rohero yose hazogera igihe tukazibonamwo ama gratte ciel
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 4 ай бұрын
Toujours les jeunes🎉🎉🎉
@Pacilybryan2000
@Pacilybryan2000 4 ай бұрын
Together we can do more🔥🔥🔥❤️
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 ай бұрын
Uburundi twibereye mwiterambere abanyarwanda nabo bibereye mukujebajeba bavuga utujambo tubi kuburundi
@sese667
@sese667 4 ай бұрын
Reka guteranya Abarundi n'Abanyarwanda tur'umwe kandi ivyo tugezeko uyumusi, Abanyarwanda babigezeko haciye imyaka hafi 14 ... Ariko natwe mu Burundi biriko biraza ni bukebuke ...
@matv2
@matv2 4 ай бұрын
Rabana niterambere ryacu apana kuvuga abandi nabi
@AloysLucky
@AloysLucky 4 ай бұрын
Abanyarwanda dukunda abarundi kandi twishimira ko murimo guhumuka
@MikeNdayi
@MikeNdayi 4 ай бұрын
​@@AloysLucky nivyo sha mwebwe aho mugeze twebwe sivuba kabisa kunda kuntu mukora bu cece
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 ай бұрын
​@@sese667ntaco baragerako henda abandi turibamww gt genda urabe utuyoutube twabo kwatari kuvuga nabi uburundi gusa
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 4 ай бұрын
Wew urindire gusa ntihazobura abaza gusabu ubuhungiro muburundi muminsi irimbere tuzoba turi nka Singapore ntampunzi tuzokwakira Gaël vyamaze gukomera twagiye kuyindi mpwemu idasanzwe 🎉🎉
@ElyseHope1
@ElyseHope1 4 ай бұрын
Kububaha sibibi ikibazo nuko bahashitse ubwonyene uzubona basigaye bafise karangamuntu zuburundi kubera ivyabinjira nabasohoka Reta umenga ntaco biyitwaye
@boashamah3642
@boashamah3642 4 ай бұрын
Nowasanga ryatukuye rizoba ryagiye mwisabune 😅😅😅😅😅 Iyo intro. Iramara 😂😂😂
@lioneltwagirayesu2788
@lioneltwagirayesu2788 4 ай бұрын
Gaël ndashaka nm yawee icotuvugana
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 4 ай бұрын
Legend Fabrice yubahwe Yabahumuye amaso ,Ahubwo nibahiganwe bubake amagorofa mare mare twebwe batoyi turonke aho twibera
@BenjaminNduwayo
@BenjaminNduwayo 4 ай бұрын
Muburundi hejuru cane kbx nubgo buribga cane ❤❤
@gloriosendigaye6963
@gloriosendigaye6963 3 ай бұрын
Nkeneye kugura inzu, noca kuyihe number???
@arseneininahazwe5902
@arseneininahazwe5902 4 ай бұрын
Ko mutatubwiye ibiciro ( prix ) yizo nzu. Mubisanzwe ntaco mutuyagiye mutavuze amafaranga ziriko kugira umuntu yumve uko yipanga.
@clovisndayishimiye3923
@clovisndayishimiye3923 4 ай бұрын
Nn ko aguma avuga ngo bariha 30% mubiganiro Vyose akora Sinigera numva ngo ni 30% ya 50million bimz gt natange umuco inzu nangah cnk nibinyegezwa
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 4 ай бұрын
We love Burundi 🥰♥️♥️
@julius875
@julius875 4 ай бұрын
Microphone urakwiye nka Rode cank DJI koko voices ziracikagurika kuri distance nto🤏👏 courage
@TheChampion53
@TheChampion53 4 ай бұрын
Ibiganiro vyino misi Gael vysmuyibuhij sinkubesh urabon iry shavuuuuu nak😂😂😂😂
@JeanparfaitNtiranyibagira
@JeanparfaitNtiranyibagira 4 ай бұрын
Nibubake badukize akagaye kababanyi !!!
@lazzR1935
@lazzR1935 4 ай бұрын
Wew uhanzwe nakagay😮 canke naho igihugu cuburundi kigiye kwerekeza mwiterambere wibagiye ko dufise ubusozi bwinzahabu na colta hamwe na nickel nibindi ikitoroshe nigitoro kiri muritanganyika.Uburundi ni big Boss🎉 be care full bro
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂uvuzukuri
@Simvura
@Simvura 4 ай бұрын
​@@lazzR1935oyaaa duhe ayo makuruu😂😂😂😂😂 muzosanga mwasaze kubera Le Rwanda vyemereee yarabasizeeee
@lazzR1935
@lazzR1935 4 ай бұрын
@@Simvura hatarabaho urwanda hariho kenya South africa nibindi,ariko nta na kimwe vyantwaye nayo urwanda nisawa rubeho kandi nivyiza cane ikibi nuko mwigize abakeba bacu ariko ntaco bitwaye abakurambere bara yamaze bati uwutambana na mukeba ntakubita urugohe,ivyo nivyo bibahanze guma mukubita urugohe haraho muzokanguka amaso yabahumye.twe twebereye Burundi🇧🇮🤍✌🏾🤞🏾👌🏾💪🏾 vision2040 to 2060 igihugu giteye imbere ivyo surwanda nabo bacuditse bazobuza uburundi gutera imbere.
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 4 ай бұрын
Cameraman wapi ntakigenda,ntazi kwerekana ahantu neza.Ariko courage
@ConfusedMoose-xi3yt
@ConfusedMoose-xi3yt 4 ай бұрын
Gayeri nagirankusabe uzurabaza aboba enjeniyeri bubaka baze barasigura mukurundi kuko sibosi twumva ikirimi cabanyamahanga nukuri kuko abagwizatunga 80%100 ntibize bikorer ivyabo murakoze
@nanananette031
@nanananette031 4 ай бұрын
Amazing
@Musindi736
@Musindi736 4 ай бұрын
Imana udugash
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
Imana igushoboje tuzozigure
@MunezeroTyse
@MunezeroTyse 2 ай бұрын
Nibaduhe Contact Yuwo Mu Engenier.
@TwizerimanaEvode-ms6dt
@TwizerimanaEvode-ms6dt 4 ай бұрын
❤❤😂❤ndagukunda kabisa
@julius875
@julius875 4 ай бұрын
iyi proct ko ari ⚡️⚡️⚡️⚡️
@nshimirimanainnocent-ge6kz
@nshimirimanainnocent-ge6kz 4 ай бұрын
None kino kiganira ntanyungu nkibonyemwo kuko ntabiciro mwigeze muvuga ngo 30% none 30% n'amahera😂😂😂
@blaisemanirakiza
@blaisemanirakiza 4 ай бұрын
Courage musaza
@revocatekankindi4374
@revocatekankindi4374 4 ай бұрын
Les prix svp
@ildephoncentanchuti1176
@ildephoncentanchuti1176 4 ай бұрын
Murakoze cane. NONE MUGURISHA GUTE KO MU TATUMWIYE IBEI?
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 4 ай бұрын
Mbaya uwambere
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 4 ай бұрын
Les jeunes ont décidé de prendre les choses en mains autrement. Ingwano ntibozishaka, juste le développement 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@chloendayikunda9011
@chloendayikunda9011 3 ай бұрын
Ingénier Pascal umugambi ni mwiza cane ariko none uvuga ngo nukuriha 30% ni information incomplète. Uti kuki? Ni 30% de combien kuriyo Vip ?
@alainnahimana8542
@alainnahimana8542 4 ай бұрын
Ir Dawani
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 4 ай бұрын
Iwacu heza caane ahora basuzugura uburundi bagiye kuduhunda amashugwe
@godefroidhabarugira4147
@godefroidhabarugira4147 4 ай бұрын
Uwomujama ndamwubuka muri ETS KAMENGE
@Theeoctavina8285
@Theeoctavina8285 4 ай бұрын
Abanyarwand baratuvuga nabi tukipowera tukabima umunwa baraje babone ko twicay kubuhiy kazim ingoran ya eden yatum idater imber umuti way wabonets twaritubuz guhirahamw byonyen nn biriko birakund
@jean-claudebarikore3052
@jean-claudebarikore3052 4 ай бұрын
Ibiciro vya vip?
@BigaraMasuza
@BigaraMasuza 2 ай бұрын
Murebe mutwubakir ikibug c,umupira kigezweh kand cakirabant bensh
@michaelzulu5084
@michaelzulu5084 4 ай бұрын
Biri kugenda neza cane
@newsicizere
@newsicizere 4 ай бұрын
Muduhe numéro dufate inzu
@celinensengiyumva2956
@celinensengiyumva2956 4 ай бұрын
juste Gael turashaka abamabarabara nabo tuzobone umuvuduko nkuwo vyoryoha caaaane
@pacifiquekwizera5324
@pacifiquekwizera5324 4 ай бұрын
Komugira ibanga amafranga azorihwa hisunzwe uko inzu ingana. Avuze 30% ntibisiguritse atavuze igiciro Natange umuco wayo batanga naho bayarihira.
@AkezaShafi
@AkezaShafi 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@niyonkururobert5667
@niyonkururobert5667 4 ай бұрын
Vuga amabeyi yemwe kugira tumenye izo 30% ayomahigwe ntadusige
@signolinenikiza3710
@signolinenikiza3710 4 ай бұрын
Fablice yababerey icitegerezo ciza
@niyonkururobert5667
@niyonkururobert5667 4 ай бұрын
Iyo VIP muzogurisha kurangahe?
@BarumInnosent-sn8fv
@BarumInnosent-sn8fv 4 ай бұрын
Muzobwubaka kwel
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 ай бұрын
Procédures za pyt zimeze gute?
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 4 ай бұрын
Non nkubu hari habuziki kugira aba jeune muhabwe ikibanza kibakwiy hano mugihugu vyabaye abatama watwaye kera ni mwicare hamwe mutinyagaza tubereke ivyo twigishujwe .
@edouardnzambimana5986
@edouardnzambimana5986 4 ай бұрын
Oya sha Gaël reka kwitiranya ibintu ngo America?😂😂😂😂
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 4 ай бұрын
Vuba cane turayirenga😂😂😂😂
@NDIKUMANADieudonne-zo7mh
@NDIKUMANADieudonne-zo7mh 4 ай бұрын
Ibintu bigeze kuyindi mpwemu idasanzwe
@Bapfunya
@Bapfunya 4 ай бұрын
Burundi oyee turasumba urwanda gukora badusumvya amajambo
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 4 ай бұрын
Ndagashe akanya shimire abari kwubaka igihugu kuvuduko mubiherebwe icubahiro can gose nongera mpamagarira barundi twese kwishimira igihugu tucubake tugusharize gaele tugushimire nae nongera saba benewacu hanyuma baduze ama etage maremare nka nivo 15 kuduga kugira dukosome ibibanza bito can kk twese dukeneye kuduza ama etage kubwishi
@yvesyayuwamungu5148
@yvesyayuwamungu5148 4 ай бұрын
Baduhereze ama contacts ziwabo vyobavyiza
@MuhitekaAzha
@MuhitekaAzha 4 ай бұрын
Bariha gute?izo 30 pourcent nangah?
@Zawadimerthoussy
@Zawadimerthoussy 2 ай бұрын
Felistation
@JeanClaudeNkeshimana-e8j
@JeanClaudeNkeshimana-e8j 4 ай бұрын
Ndaryohewe Gaelle,mbariza ingene nanje noronka inzu Aho hantu,30/0 nangahe?
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 4 ай бұрын
Hello
@kalola_1994
@kalola_1994 4 ай бұрын
Ko nta contact twaronse zo guca twiyandikisha nka website canke nr de telefone. Tugilire ningoga aho hantu hazoba ali hatari
@joerfamednoag7458
@joerfamednoag7458 4 ай бұрын
Plz nkeney contact za company.
@DesireBigirimana-l6l
@DesireBigirimana-l6l 4 ай бұрын
ndabona umuji bari kuwushira kurundi gwego rudasazwe munzira zose
@Fote40
@Fote40 4 ай бұрын
Mbe 30% how much
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 4 ай бұрын
Aho ni he
@dengmabior504
@dengmabior504 4 ай бұрын
Vyabintu ntibwari ububeshi burya
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 4 ай бұрын
Nibaguhe Buyenzi nay uyubake
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
Kabisa bwiza na Buyenzi biteyisoni
Gushima no kunenga (True Stories)~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 4,7 М.
The evil clown plays a prank on the angel
00:39
超人夫妇
Рет қаралды 53 МЛН
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
VIP ACCESS
00:47
Natan por Aí
Рет қаралды 30 МЛН
Rwanda, le pays aux mille collines - Échappées belles
1:31:56
Echappées belles
Рет қаралды 114 М.
Buurta Dahabka ugu weyn ee aan Booqday - I visited the Biggest Gold Mountain in the Country
17:25
The evil clown plays a prank on the angel
00:39
超人夫妇
Рет қаралды 53 МЛН