Burundi: Ngeze François arahakana ivyo yagirizwa k'urupfu rwa Président Melchior Ndadaye

  Рет қаралды 104,470

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Пікірлер: 81
@LeonardUWITURIJE
@LeonardUWITURIJE 6 ай бұрын
Imana yo ntibeshwa kandi anaraso ya ndadaye nubunyne arataka😊
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696 11 ай бұрын
Ivyo vyinyo vyawe sha,,,,ubesh,abantu Imana yo ntuzoyibesha
@abelkavukira6037
@abelkavukira6037 4 жыл бұрын
Amahoro ni Rugiravyose we nyene azoyaha Abantu biwe yiremeye.Imana itubabarire cane cane jewe numvirije Kino kiganiro c agahomera kanwa.
@gabrielhakizimana3153
@gabrielhakizimana3153 4 жыл бұрын
Bravo monsieur François Ngeze. Baguhora ubusa.
@jeanclaudeloydonmagenge1121
@jeanclaudeloydonmagenge1121 3 жыл бұрын
Numusazi ngeze aracaryama ryamako abamenja batwiciye Ndadaye.
@gacutieloi
@gacutieloi 9 ай бұрын
Ntawemera akabi ,ariko nawe nabonye uryamye kumpanda
@lazzR1935
@lazzR1935 3 ай бұрын
Uranyishe😮 erega iherezo ryikibi nihariya nyene
@kagaboetienne164
@kagaboetienne164 3 ай бұрын
​@@lazzR1935k mpanda hajay ababi nabez naw niy uj siy uva
@officiallounge
@officiallounge 3 ай бұрын
None kuba yarapfuy nivyo bisigura ko yarishe Ndadaye, weho ntuzopfa?
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 5 жыл бұрын
Ukuri kuzi IMANA nayo abana babantu bo barabesha
@fistonnduwamungu7556
@fistonnduwamungu7556 5 жыл бұрын
Uburundi bwokize igihe abarondera ukuri boba bagendera ukuri. Twese twarabuze kandi ntakuri turamenya mais igikwiye ni reconciliation nationale kuko ukuri kwaratunaniye kuko tugira ubutungane bwokwihorana gusa. Hama tugatangura intango nshasha. Hari n'igihe uciribwa urubanza n'uwutera muvyashikiye uburundi.
@PromesseIrumva
@PromesseIrumva Жыл бұрын
Nabant biratugor kuvugish ukuri
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 5 жыл бұрын
Coup d'etat yagizwe n, aba Free mansons. Ngeze ntashobora kumena Ibanga kuko bomumena agatwe.yamara ndemera ko bamuremetse ko uyo mutwaro,bamubeshera kuko nta nguvu yarafise zituma avuga ijambo yibwiye muri kirya Gihe. Ni Buyoya yakinye film yose kugir agaruke atawumwikeka.
@jeanmariengomirakiza6897
@jeanmariengomirakiza6897 5 жыл бұрын
Mwaracishije ubwenge abarundi naho mwahekuye Abarundi!
@adolfbaguma4622
@adolfbaguma4622 4 жыл бұрын
Nibakureke kukugora urashaje mtakundi
@sahabolewis405
@sahabolewis405 4 жыл бұрын
Arabidendekeranije biramukundira 7:22 burya carikibazo canke bariko baramumenyesha ivyo bagira bakore.bado kazi ipo.
@samuelbucana5563
@samuelbucana5563 2 ай бұрын
Gusa kuri ino si ni passage reka kwicana mwibazako no mimyaka ijana muzoba mugitwara
@samuelbucana5563
@samuelbucana5563 2 ай бұрын
Imyaka ni ubusa nuko gusa twibagira ko turi abantu nn ubu ababikoze benshi barapfuye abandi ni abasaza nn inyungu bakuyemwo nitahe
@samuelbucana5563
@samuelbucana5563 2 ай бұрын
Gusa ubu buzima nibuto kuri twese igihe muzobitahura muzoreka kwicana nuwamwishe atarapfa azopfa kuko ntamuzamu w'isi ahari mbega ko numva bose babihakana yariyishe ewe gukora ikintu utinya kwemanga !naho yishwe aracabatera ubwoba dossier yiwe muyitinya kubi
@gimfilmsandseries
@gimfilmsandseries 3 ай бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤
@RutunganyaFrank
@RutunganyaFrank 8 ай бұрын
Ark njyewe uburundi burantangaza abishe abantu bakageraho bakica numukuru wigihugu ark uba ubona bibereye ahoo bidegembya ntanumwe ugira icyo ababaza mbega abantu bosee nabere yewe nuwicishije umukuru wigihugu nkikii ndeba kivugana Ifiyerii ryinshiii knd numva bavuga ko aricyo cyambere Cyicishije Ndadaye aptuuuuu
@mamanbella5460
@mamanbella5460 8 ай бұрын
Hakuna wakuwauliza kwasababu wote niwauwaji
@mamanbella5460
@mamanbella5460 8 ай бұрын
Ntawubahana kukobose arabicanyi gusa
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 5 ай бұрын
​@@mamanbella5460kwenda
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 5 ай бұрын
​@@mamanbella5460 mizopfa muhu😂😂nga😊
@RoseErnest-s8i
@RoseErnest-s8i Ай бұрын
Sha usanabi kabisa kubwamaraso yinzirakarengane
@jeanclaudeloydonmagenge1121
@jeanclaudeloydonmagenge1121 3 жыл бұрын
Umubenshi baraguhabuye wemeye kuzopfana ukuri utagushize ahabona, uzobihorwa niyakuremye umuvumo ubomeko we nabahekuye igihugu.
@JeanbaptisteManirakiza-c7m
@JeanbaptisteManirakiza-c7m 10 ай бұрын
Yaravuye muhira atamakenga aza kuyagira agenze ibirometero .yibukeko yavuzeko yafashe umusirikare,mbe kwataciye amurasa?hoho yatabaje nde
@FrensaHavy
@FrensaHavy 3 ай бұрын
Ngeze,e urikibwa uragasweranyoko
@Bihomebuja
@Bihomebuja 3 жыл бұрын
Nibaza KO ngez yera. Abo bantu Bari munama ariko iyavuga.
@gameonjashewade6352
@gameonjashewade6352 5 жыл бұрын
Ngeze yashaje
@ericemerusenge1894
@ericemerusenge1894 5 жыл бұрын
Jewe nzokwemera igihe uzodomako amzina yaba porona nabasirikare bari kwisonga mugutegura gusenyura ubutegetsi kuko urabazi,nongere numve nabo ico babivugako,ataruko harya mwaradukwegeye bikomeye?
@azizasudi
@azizasudi 4 жыл бұрын
How can i watch the full interview?
@RichardNdayishimiye-hf7fn
@RichardNdayishimiye-hf7fn 3 ай бұрын
Shanigihimbiri inyankaburundizamyeho
@estheronesmo1704
@estheronesmo1704 3 ай бұрын
Nyumvira ngo mwonzana nsa gutya ubundi bwo wasa gute naho wokwambaye neza?nivyuvuga uraboneka kuriko ubesha ninde yokugira umukuru wigihugu mutabipanze?
@jeandedieunindagiye1422
@jeandedieunindagiye1422 4 жыл бұрын
Nibaza ko avuga ukuri . Kuko apres coup d’etat yabaye president umwanya Nkurume . Urabona koyagiye muvyo atazi .
@desirepro6126
@desirepro6126 3 жыл бұрын
Ico gihe niwewe wita NDADAYE ngo ni ndadashwe aho woja ngaho ugahenda abantu ? abariho ico gihe turabazi rero urahenda abandi
@yusufukazamba2391
@yusufukazamba2391 5 жыл бұрын
Hawezi kuepuka hao ndio wanapaswa kuadhibiwa vikali
@donbrighton6755
@donbrighton6755 4 жыл бұрын
Iyimba irikubesha yibaza ko abarundi aribijuju?kuda hanunbwa kugwiza imisenga kuba hatarahanwa imbwa nkizi nuruhombo ru nini kugihugu c uburundi.
@onclesam4008
@onclesam4008 4 жыл бұрын
Ico kirofa. Urumva ivyo kidendemba....ngo baramfungiranye ngo nza mbona bazanye bikomagu nawe....vyivyivyivyi...bikomagu twe turazi icarico
@jonasnduwimana778
@jonasnduwimana778 5 жыл бұрын
Urabe ntuzopfe ufise ikinyoma, urabona abana b'Uburundi urwanko mwatwonkeje?
@jeanmariengomirakiza6897
@jeanmariengomirakiza6897 5 жыл бұрын
Nabeshere hiyo ivyabo vyakirya gihe vyaramenyekanye!!!!
@evaristntahompagaze6192
@evaristntahompagaze6192 5 жыл бұрын
Ahubwo bavugako ngo: atagukeka,ngo we nimporona nomumagupfya yiwe. Ahubwo,ico nigito.Noneho Ngeze ubu buporona bwawe uvuga,buze bunagutware,nomubwami bw'Ijuru!!!
@MegaAlexison
@MegaAlexison 3 жыл бұрын
Uyo niwe ngeze nawe mumuzane muburundi kubera ubwicanyi yatanguye guhera amenyo nawe azapfa tu
@nijenahageraaugustin5895
@nijenahageraaugustin5895 5 жыл бұрын
uyumugabo arabesha ngo yakuwe muhira bamaze kumubomorerako inzu bakamusanga munzu ngo aho yararyamye : mbe ko yarumushikiranganji yatabaje inde?, ko atamuvuga nimba tarazi imigambi. ikindi vyari gushoboka gute kiryagihe ukaka inkoho umusirikare uri umunyagihugu ataco muzinanyeko kandi yari mubwoko bwabahutu bahigwa icogihe , mbe nikuki avuga ko yababajije amaze kugenda urugendo nkuko we avuga atarazi iyaja atababajije acanduruka ati ntwaza njahe? iyomodoka avuga ya onatel ko yatwawemwo twizere ko uwayirongora akiriho uwutwara onatel icogihe akiriho twizere ko ukuri kwiyerekana fatire ahonyene gasa haricoyibagiye ko yavuze ngo "ntamugabo atwarira kuwundi" ivyo vyogukurana nibindi avuga nibamukanye azobivuga neza abamutumye gusa abarundi turamaramaje imyaka nkiyi yoooose ngo amatohoza ngo arabandanya yabishe ngo ndadaye vyose bigaragara inihatari biteye isoni
@turibamweali8661
@turibamweali8661 4 жыл бұрын
None ngo Buyoya natahanwe ari umuvyimba mbese aza gukora iki ? Nagwe iyo yaguye nyene
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 5 ай бұрын
Warahemutse nahora numva mama avuga ngurikimena banga nkangezo 😂😂😂kumbe ni wewe
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 3 жыл бұрын
Niyibizi
@evaristntahompagaze6192
@evaristntahompagaze6192 5 жыл бұрын
Ibi nibinyoma vyambaye ubusa. Ntaho yigeze Avuga ayamajambo kwariko vyari biri. Nitechenica arigukora. Kwadashizemwo uko ngomutwaye murugo kwa Buyoya!!kare nivyo yavuga. Nuko abarundi bagwazagwaza,yakagomvye kubivuga ari mumapingu tu. Niho yovuga ukuri imbere,kukamenyekana,abarundi bakubaka igihugu Cabo bishitse.
@emmanuelbaribarira3698
@emmanuelbaribarira3698 5 жыл бұрын
Ikibabaje sukubihakana Nuko uheza guhemuka ibigori bikera Ikindi Nkurunziza president nibamushimire nimvyeyi itahikavumera iyo bakimpereza Jewe abobigira ivyimbeba inyabu zitahari baba bahizwe bunyamaswa bakishura ikibi bakoreye abarundi nuburundi bakajishwa,ububegito bgokwicana bukahava ,ubgoko bgose bwicana arumuhutu cankumututsi yishe abakwije amategeko yokwicwa nawe canke bakamunyonga,politic yivyo bizehe ikwiye gufutwa,hakaziyindi atahutu tutsi baguma bazura akaboze muri governance rero ivyobizehe vyoose baribakwiye kubikubura bikavaho.
@emerusengeeric801
@emerusengeeric801 4 жыл бұрын
None nadudurireko atubwire abishe ndadaye
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696 11 ай бұрын
Abirengako abizi sha😢😢
@augustintuyizere6628
@augustintuyizere6628 3 жыл бұрын
Ikinyoma cambaye ubusa
@gameonjashewade6352
@gameonjashewade6352 5 жыл бұрын
Komumurenganya uyomusaza Ngeze arinkawe warigukora iki?
@nkunzimanadonatien7050
@nkunzimanadonatien7050 Жыл бұрын
Oya ubu nububesho
@amanimajamber7899
@amanimajamber7899 5 жыл бұрын
Ntimumuseke nawe uwokubwira NGO tukugire prezida ubon ubishoboye ntiwokwankap tudahendanye
@odasindayizeruka2114
@odasindayizeruka2114 5 жыл бұрын
Ukuri kuri muri ino témoignage n'uko yoba yarahohotewe mu gateka kiwe wumvise uburyo yatwawe. Mugabo ntiyatubariye ingene yasomye communiqué yashikirije abanyagihugu. None yotubarira ko atariwe yarisomye, akavyemanga imbere y'abarundi!!! Ukuri kuracari kure nk'ukwezi.
@ntibaali3865
@ntibaali3865 4 жыл бұрын
Huyo ni munafiki Yarabonye ivyabaye vyose Kuko abamushize ku butegetsi bwa masahaa make arabazi Kandi yarababonye
@naftalnshimirimana5817
@naftalnshimirimana5817 5 жыл бұрын
Uyu.mutama ashobora kubayarakorewe ihohorerwa ,ahubwo sinzinigituma ataritura ubutungane canke abajejwe agatekakazinamuntu bakamufasha kuko ivyobintu avuze aciyemwo jewendamubina nkuwapfuye arazuka.
@diedonnehavugiyaremye7542
@diedonnehavugiyaremye7542 4 жыл бұрын
Reka kubesha abarundi.N'uwoba adafise ubwenge bwinshi yotora ko uriko urabesha.
@HarerimanaCelestin-xw1nm
@HarerimanaCelestin-xw1nm 7 ай бұрын
Big fool he is
@jeanclaudendikumana2380
@jeanclaudendikumana2380 5 жыл бұрын
Sha biragoye kwemera ivyo uriko uravuga?: Mbe ninde yavuze ko ata mugabo atwarira ku w'uwundi? Ntimuze mutubesha ngo ABASIRIKARE BATO BATO BARAGUMUTSE.:? iyo ni imyigovyora twese turazizi ko ari abari barongoye UPRONA n"abari batwara igisirikare baduhekuye. N'amazina amwe amwe yayivugiye. Nind yohakana ko MUKAZI; BARARUNYERETSE; Kadege, MANWANGARI N'abandi n'abandi ko batari mubateguye bongera barashira mu ngiro coup d'Etat ya 93?
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 5 жыл бұрын
Jean claude Ndikumana biraboneka kufise amacakubiri muri wewe.. gusa IMANA igukize ayo macakubiri
@karimshaban6887
@karimshaban6887 5 жыл бұрын
Wovuga gute nubu ukora kwa buyota
@kwizeraevariste3950
@kwizeraevariste3950 5 жыл бұрын
Ndamutwenze niyihorere twarabamenye
@mutamapaul7117
@mutamapaul7117 5 жыл бұрын
Uburofa gusa
@protaisphilipo4649
@protaisphilipo4649 4 жыл бұрын
Mutama Paul ukwo kumira ukuri imana irakubona naho wodendekanya ntaco bimaze
@jeanmariebizoza654
@jeanmariebizoza654 5 жыл бұрын
A vrai dire,kubwanje NGEZE arashobora kuba yobamenya ababigize,ariko NDUMVA ATABUSHOBOZI BWA COUP D'ETAT yarafise,we yakinishijwe MU MUKENYURO! gusa ari sérieux akicemera kwari umuporona, iyo yinjira iki DD. Aba atikekwa!!! UKURI NTIKUZOPFA KUBONETSE,NTA MUHUTU NTA MUTUTSI BOSE BAPFUYE RUMWE
@yvonnekwizera688
@yvonnekwizera688 5 жыл бұрын
sha, ndasetse ! naje nuko nama nvuga
@Mel5555.
@Mel5555. 4 жыл бұрын
Ahubwo nta n umuhutu nta n umututsi babaho! Habaho abashaka gukina politik nka Buyoya, n abashaka gukina politik nka DD. Bakuremwo amoko i Burundi ntayabaho!!!
@diedonnehavugiyaremye7542
@diedonnehavugiyaremye7542 4 жыл бұрын
KO utatubwiye uko wabugururiye?Bakumeneyeko bagusanga mucumba?
@salimramadhani740
@salimramadhani740 Жыл бұрын
is lying
@jeanclaudendikumana2380
@jeanclaudendikumana2380 5 жыл бұрын
Ariko nta kundi yari kuvuga! Yategerezwa kwiyeza
@PromesseIrumva
@PromesseIrumva Жыл бұрын
Nabant biratugor kuvugish ukuri
Ivyaranze ubuzima bwa François Ngeze yitavye Imana
20:45
Indundi TV
Рет қаралды 26 М.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 193 М.
Что-что Мурсдей говорит? 💭 #симбочка #симба #мурсдей
00:19
黑天使只对C罗有感觉#short #angel #clown
00:39
Super Beauty team
Рет қаралды 36 МЛН
Beat Ronaldo, Win $1,000,000
22:45
MrBeast
Рет қаралды 158 МЛН
La mère de Mélchior NDADAYE  parle
5:49
Iwacu Web TV
Рет қаралды 106 М.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 1 Ruhuhuma 2025
14:21
Isanganiro
Рет қаралды 1,4 М.
Menya ubuzima bwaranze Perezida Melchior Ndadaye
11:11
Indundi TV
Рет қаралды 11 М.
Colonel Firmin Sinzoyiheba
3:03:42
Burundi Archives
Рет қаралды 31 М.
Что-что Мурсдей говорит? 💭 #симбочка #симба #мурсдей
00:19