Burundi: Inyishu kuvyashikirijwe na Ngeze François kuvyerekeye urupfu rwa Melchior Ndadaye.

  Рет қаралды 26,101

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Léonce Ngendakumana, Hermenegilde Niyonzima, Haruna Nkunduwiga bagize ico bavuga kuvyerekeye urupfu rwa Melchior Ndadaye yahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi.
#Burundi #NdadayeMelchior #LeonceNgendakumana #HarunaNkunduwiga #HermenegildeNtirampeba

Пікірлер: 15
@richardthierryicoyitungiye8867
@richardthierryicoyitungiye8867 2 жыл бұрын
Haruna uravuze nk'umuntu w'Imana nyene. Turajeneye abantu badahengama nkawe👏
@melchiorntiruhenura9739
@melchiorntiruhenura9739 2 ай бұрын
Haruna ni Umuntu w'Imana ni ukuri.-
@manirakizamichas3120
@manirakizamichas3120 3 ай бұрын
Mushingantahe inyishu ushaka kucerekeye igituma izindi coup d'etat zabaye ntibice le president namufasha ariko kuri ndadaye bakaba baramwishe n'abandi Bose bashoboye gushikira mubamufasha gutwara canke bibaza ko bo musubirira. Ma version kurivyo niyi: 1.le planificateur du coup d'etat yategerezwa kwica ndadaye n'abenshi mu bamwegereye kumvo zibiri: 1.kwigarurira ubutegetsi 100/100 bwavuye muri democratie kuko utamwishe canke ngo wice abazomusubirira nkuko itegeko nshinga ryabivuga ntabutegetsi woheza ngo uronke. 2.uwakoze coups d'etat yarazi ivyo frodebu yogishije ko hamwe bobanyaga intsinzi yabo ko bozohagarara bwuma bakica ababantaze intsinzi yabo nabo ntabandi nabatutsi. Uprona ya Buyoyo yarizi neza ko ihonyabwoko frodebu yaryigishije kandiko atagisivya bishe ndadaye bazoca barikora. Ico caha Nico bashatse kubakoresha. Kuko baziko nibakora ihonyabwoko ry'abatutsi caneko bazoca babatutsi batemewe b'imuyinga,ngozi,gitega,karuzi n'ahandi bazoba bambaye iceyi CA genocide kizotuma abahutu badasubira kuvyura umutwe ngo bategeke Kandi barakoze ibara nkiryo. L'uprona yaho ntavuze a sacrifier Les tutsi Des autres province kugira frodebu ikore icaha CA genocide nkuko yavyigishije.kwica ndadaye kwari kugirango ishavu ribe ryinshi ntibihangane .Nico gituma igisirikare kitegeze gitabara .kugirango nice le maximum ihonyabwoko rikorwe neza. Twishwe na benewacu.iyo Les pouchiste babishaka ntamututsi numwe yari gupfa.abahutu bari kurwanywa ntabigwanisho bari bafise.ndika abantu deux militaire bari en vaccance bashoboye kurokora toute une commune. Reka tuvyemere tubwizanye ukuri nous Avon's été sacrifier par nos Frere tutsi kuko amacakubiri y'intara hagati y'abatutsi yamyeho haba muba civile haba no mugi silikare.
@shootadaking1405
@shootadaking1405 3 ай бұрын
Uvuze neza cane
@turibamweali8661
@turibamweali8661 4 жыл бұрын
Uwo Kadege muvuze nuyu atuye i Dallas muri Amerika?
@richardninganza2265
@richardninganza2265 8 ай бұрын
Yes
@JeanneMpawenimana-oh7bh
@JeanneMpawenimana-oh7bh 8 ай бұрын
Wesha Léonce,ico kinyoma cawe!
@Kibugita1
@Kibugita1 2 жыл бұрын
Mubisanzwe nkabo Bose bakwiye urubanza rwoguherayo.
@shadiahborandi2687
@shadiahborandi2687 4 жыл бұрын
Biragoye ivyo muburundi bwacu
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 4 жыл бұрын
Haruna avuze neza cane
@salehbatahe1749
@salehbatahe1749 5 жыл бұрын
Haruna uvuze neza
@omardjuma5320
@omardjuma5320 4 жыл бұрын
Saleh Batahe c’est pas faux
@jeanclaudendikumana2380
@jeanclaudendikumana2380 5 жыл бұрын
NGEZE FRANCOIS arazi neza abateguye bongera baranashira mu ngiro ihirikwa ry'ubutegetsi bwari bwitorewe n'abene gihugu. Ivyo avuga ko uwo munsi yari yiriwe muri Garage ntibisigura na gato ko atari canke atazi aba putshistes. ariko arisigura hari ijambo yavuze agomba kuvuga yuko na BIKOMAGU yoba naw atarimwo. Ku bwanj naho 93 nari umwana bimwe bimwe ndabizi, harivyo nasomye n' ibindi numvise vyagiye birashikirizwa n'abari begereye abari barongoye Uprona n'igisirikare. Ntaze rero aratubesha umukuru w'igihugu ntiyiyahuye kandi ntiyiswe n'aba caporaux. NIYONZIMA niwe yavutse ati abateguye coup d'etat ntabwenge bakoresheje kugira ngo abanyagihugu ntibasubiranemwo. Erega iyo wishe umukuru w'igihugu, ibikurikira biba bibi cane. Abishwe bose inyuma y'iyicwa rya NDADAYE n'abari bafatanije kurongora igihugu vyobazwa hanini abishe umukuru w'igihugu. *UMUKURU W'IGIHUGU NI IGITI KITURIRWA*
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 4 жыл бұрын
Iki kiganiro nico
Ivyaranze ubuzima bwa François Ngeze yitavye Imana
20:45
Indundi TV
Рет қаралды 26 М.
Support each other🤝
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
Sigma Kid Mistake #funny #sigma
00:17
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 30 МЛН
Aboneka iryanyuma P. Pierre NKURUNZIZA imbere yuko yitaba Imana
2:39
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 194 М.