Merci beaucoup kwizompanur muha les jeunes d'aujourd'hui kk barikugwa mubint batazi motif ngobakoresh iy 72h ntibamenyek nayone ikoreshigih cay kand harinaho usang abobazungu baduhend ugasang vyaratay igih.Rer ndabashigikiy komez kand Manna merci beaucoup wigishij benshi.
@euphrasiendagijimana68413 ай бұрын
Un très bon sujet Inyigisho nziza cane, vrt abavyeyi bacu barafise uruhara runini rutuma tutamenya uko twikingira kuko gukoresha udukingirizo baca badufata nkimaraya. Iyi sujet yovurwako na benshi bikumva que c soit abavyeyi ou abavyeyi Murakoze 🙏🏻🙏🏻
@karoprint-nb7mu3 ай бұрын
Sujet nziza cane Merci beaucoup ivyo mwavuze vyose ningirakamaro❤
@JustinMukiza-c8k3 ай бұрын
Courage Arlette!
@mireillenijimbere29143 ай бұрын
Arlette baguhe amashurwe yawe🌹💐🌹 ndakwibuka muri SIS terimbere👏🥰 Monna big up sana ngukunda vya danger🤗♥️
@alicendayisenga94703 ай бұрын
Murakoze guhanura. Abantu bose bafata abana nabi kubera ataribo babakuye munda, bihanure . Ejo ni uyo , nawe utakihari uwawe ntiwonezerwa asigaye arafatwa nabi n.abandi .
@BimenyimanaChadrack-ml7bl3 ай бұрын
Mo'w kanzie ❤❤❤❤
@casoartv2573 ай бұрын
Un sujet très intéressant 👌
@NikuzeErica3 ай бұрын
Vyiza CNE👌🥰
@RichardNZAMBIMANA-xe7ru3 ай бұрын
Hezagirwa sha monna
@nickamute47093 ай бұрын
Monnaaa ndagukunda vrmt❤❤❤❤❤
@Gakenguzi3 ай бұрын
Quelle est l'activite principale ya sumer vibes( mwavuze pransport , babecue,... gusa)