Uburundi dukeneye amaraso mashasha muri leta, leta atagiturire
@EdmondKendeАй бұрын
Ivyo bitama vyose bitwara igihugu bikwiye kuhava igihugu kigahabwa aba jeunes badakorera kuvyiyumviro vya kahise akaba aribo bateza imbere igihugu.
@KennoKanseАй бұрын
Akajagari gusa!!!!😢😢😢😢
@mathieuniyongabo975129 күн бұрын
Ndakunze iki kiganiro
@MahmudHakizimana29 күн бұрын
tres important
@bwengejeanbosco2610Ай бұрын
Iyo myibutsa bashizwehi n'abahima n'abatutsi babanebwe. Ama cooperatives arimwo arubakwa namwe mumarira ibutura mu kabare murondera ababaha agacupa.
@munezeroandy1494Ай бұрын
Igihugu kiracagowe pe nimba 80% y ABA hutu bameze nkawe nukuri abazungu Bari barabibonye ko ubutegetsi atarikintu canyu pe ,gusa Imana ishimwe sibose sauf ibijuju vy imbonerakura