Léonce Ngendakumana ngo amatora yimirije adateguwe neza, ntibitege imbonakazoza ya 2040- 2060

  Рет қаралды 29,819

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 28
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Ай бұрын
❤❤❤❤mutama uvuzukuri 2040 nindoto
@bfreebabi5398
@bfreebabi5398 Ай бұрын
Imigambwe 2niyotukwiriye mu Burundi pe.. tukeneye imigambwe ibiri gusa.....
@YvesNtakirutimana-l2z
@YvesNtakirutimana-l2z Ай бұрын
Komera Mutama Honorable Ngendakumana
@ManenoDesire-u2r
@ManenoDesire-u2r Ай бұрын
Nice
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 Ай бұрын
Mzee uti nawe barakwirukanye wataye Nabi 🙏🙏❤️❤️
@lionelkatihabwa7320
@lionelkatihabwa7320 Ай бұрын
Léonce NGENDAKUMANA 🎉🎉
@J.ClaudeNGABIREYIMANA
@J.ClaudeNGABIREYIMANA Ай бұрын
ivyo leonce avuga numva arumuti kuburundi
@tuyisabeevariste3251
@tuyisabeevariste3251 Ай бұрын
Ivyimbonakazoza nindirimbo nkizindi nukutwizeza ibitangaza kugira ntitwiyahure, Gusa ntayo bitayeho Kuko uravye uburundi ukwobubayeho mugabe urabona baracafise inyota yubutegetsi mugihe mumyaka bamaze batwaye ibintu vyaduze incuro zirenga 300% , ntabwarabarongozi bipfuza ineza yigihugu bitayeho inyungu zimiryango yabo gusa amamilioni yabarundi yabizeye ntacababwiye
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 Ай бұрын
Ngendakumana n' imvugakuri kandi ntabesh
@niyonkuruinnocent8270
@niyonkuruinnocent8270 Ай бұрын
Leonce❤
@theedentertainment9717
@theedentertainment9717 Ай бұрын
Aho muba mwibaza ko ivyo vy'imbonakazoza bavyitayeho😂😂😂
@AudaceNijebariko
@AudaceNijebariko Ай бұрын
Urimvugakuri ndabashimiye
@niyonsabaemmanuel2671
@niyonsabaemmanuel2671 Ай бұрын
Mwavuga ariko mubwira abatumva😊
@philbertntungwanayo5916
@philbertntungwanayo5916 Ай бұрын
Uwo muhumure wacu ariko avuga ukuri kabisa!
@DieudonNtahorubura
@DieudonNtahorubura Ай бұрын
amakuruyuyumusi
@SalomonAhinkuye
@SalomonAhinkuye Ай бұрын
Mu burundi hakwiye kuba imigambwe ibiri itarenga
@alexndihokubwayo8010
@alexndihokubwayo8010 Ай бұрын
Uburundi mureke kubesha abarundi
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 Ай бұрын
Wewe uziki? nimba harico uzi Abarundi bakeneye kumenya, ingo ukivuge.
@BrearBanda-vi3nh
@BrearBanda-vi3nh Ай бұрын
Abatwakomutabavuga
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Babwire mu saza.
@hassann4209
@hassann4209 Ай бұрын
Imigambwe ishika kuri 6 naba nyeporitike bayo bakwiye kuja muzabukuru.
@justinniyonshemeza7783
@justinniyonshemeza7783 Ай бұрын
😂😂rek ntibakwumv
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 Ай бұрын
None ko mukuyemwo abatwara uyu munsi, mubona bateaye neza igihugu? None ini bakora vya CVR mubina yamahoro mwaja kurondera mwarayashitseko? Ko mwaronse intwaro igihugu kigeze hehe? Amatora ashize yagenze neza? Wow!!??? Ntaco murushike abahahoze kuko niyo leta yanyu bikwegerako. Je suis très décur, naratoye Ndadaye kandi ntamugambwe nta bwoko bwabintumye. Mwese muriko mukora propagande yo gukumira: " ngo mugume uko muri aho muri"? Abarundi turagowe. Nta leadership: ntaho turiko turaja. Imana ikingire abatobato naho mweho muzi kwisumira.
@NibisabwaLino
@NibisabwaLino Ай бұрын
Nonerehosi mugenda zakajaga arusha ntimwariko muserukira indazanyu
@izerebrandon
@izerebrandon Ай бұрын
Abo Karabaye Igihugu carabananiye Nibahere iyo Bari. None nkuwo Léonce muri 2040 ubona azoba ameze gute 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ariko atera Akagere kanyuma.
@je7919
@je7919 Ай бұрын
Ateye akagere kiwe akawe karinyuma hageze uzogatera….
@stannkurikiye4765
@stannkurikiye4765 Ай бұрын
Bizogaragara!
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 Ай бұрын
Iy mbonakazoza ntakibonek
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 11 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
Ndicuza 🥲Micky araturitse ararira 🥲Regis naramuhamagaye
1:45:17
Kisunzi Cha mikopo
27:53
NTV Kenya
Рет қаралды 176 М.
Kubera iki Mworoha atagiye kwibera i Buraya?
50:58
Indundi TV
Рет қаралды 14 М.
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 11 МЛН