Intahe Ibabaje ya FANNY LAVINE//Uko nafashwe ku nguvu nkiri MUTO/Amaze ku ntera INDA/Agahinda nagize

  Рет қаралды 12,425

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Ай бұрын

Intahe Ibabaje ya FANNY LAVINE//Uko nafashwe ku nguvu nkiri MUTO/Amaze ku ntera INDA/Agahinda nagize
‪@fannylavineofficial1360‬ ‪@SolutionCouple‬
#fannylavine #burundi

Пікірлер: 82
@LeslieIrakoze-ht7qh
@LeslieIrakoze-ht7qh Ай бұрын
sha Fanny ndagukunzeee pee 💯 💯 ntibababeshe ibaze kub uhenzwe numugenzi we akarusimba ukahasig agatwe 😢😢😢 turi abumva twokumv kuko bury ng igiti kigukor mujisho rimwe kabiri corimena warahezagiwee maman 3FA 🎉🎉🎉uravuze ukuriiii♥️♥️♥️
@AnnyckTUYIKORERE
@AnnyckTUYIKORERE Ай бұрын
Waooooh impanuro nziza cane❤mukomere mutwubake diisi Uhoraho yabatumye akomeze abahe gutera muja imbere🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
Imponjo ntigurwa,kandi nuwudandaza atashe arayita, abumva ko akakantu arakubwenge munkandire hano tubandanye
@belyseniyonkenguruka4585
@belyseniyonkenguruka4585 Ай бұрын
lmpanuro za gusa vrt tky uu everyone 🔥🔥🔥🔥knd wakoze kutuzanir uyomudem fafa ❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Ай бұрын
Fanny sha niwew wanje vraiment femme forte que je connais 💪💪je t'aime trop❤️❤️💐💐 , merci Gaël kumuzana💐💐
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Ай бұрын
Reka ntoragatebe nicare 🎉🎉🎉
@user-mw6kz5zo4x
@user-mw6kz5zo4x Ай бұрын
Impanuro nziza❤❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki Ай бұрын
Mamalao ndagukunda uvyunve disi❤❤❤ impanuro nziza cyne nanj akogapir nagashak arik sindihaf rata
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds Ай бұрын
Courage just &Fanny turab ko indero yogarukirwaa
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu Ай бұрын
Maman 3FA ndagukunda kanin nkagukundana numuryang waw❤❤❤❤
@B-Y-N
@B-Y-N Ай бұрын
Murakoze cane 👏👏👏💒💒💒💒
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii Ай бұрын
Ico kiganiro karatesa👍👍👍👍👍
@HusEhe
@HusEhe Ай бұрын
Imana iyobore urwaruk gubu vyabaye nabi kubakobwa😢😢😭😭😭😭😭
@user-pg5wi8ts1k
@user-pg5wi8ts1k Ай бұрын
Fanny ndagukunda uvyunvye
@LouiseNiyogusengwa
@LouiseNiyogusengwa Ай бұрын
We love yoy mama lao😊
@niyonizeyeflorencefofo4484
@niyonizeyeflorencefofo4484 Ай бұрын
Aho muvyeyo kwer izompanuro ubandanya utanga mugwaruka bibwigwa beshi bikumva benevyo
@maryamarya4161
@maryamarya4161 Ай бұрын
Murakozecane
@SalimaIrakoze
@SalimaIrakoze Ай бұрын
Ikivagundu😂😂 muranyibukije kweri😂😂😂abatutse akagatutsi tumenyanye😂😂
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Ай бұрын
Avuga neza sha Fanny. Gaël urakoze naw ikiganiro Kiri instructif
@FaAl-lz4hx
@FaAl-lz4hx 9 күн бұрын
❤❤❤❤❤
@oliviertechnicien396
@oliviertechnicien396 Ай бұрын
Wew k wamburiy umwana waw🤣🤣
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 Ай бұрын
Gael merci kutuzanira uyumuhanuzi naho bihora bigucanga rimwe rimwe ukatuzanira abatwosha gukorivyaha gusa ntuzosubire twarakubabariye
@leecharon
@leecharon Ай бұрын
Sha abana babakobwa baragowe, ama pills araho barya nkibiharage bazovyicuza babuze imvyaro hageze aho bazikeneye.
@DianneDianne-jk6mx
@DianneDianne-jk6mx Ай бұрын
Funny ndagukunze kbs
@RaissaKaze
@RaissaKaze Ай бұрын
Fanny ndagukunda uravuga ukuri urakoze kumpanuro uduhaye
@YvetteNininahazwe-on7uy
@YvetteNininahazwe-on7uy Ай бұрын
Mwavuga nuko mutavura❤❤
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 Ай бұрын
❤❤❤
@user-go4yg9dm1k
@user-go4yg9dm1k Ай бұрын
Salut ,hama jewe ndashaka upira tubiri ,kandi murakoze kumpanuro mukomeza kuduha
@dianemunezero5388
@dianemunezero5388 Ай бұрын
Bibwigwa benshi bikunva benevyo, ikiganiro kirimwo impanuro nyinshi caaane
@adelicenyiramwiza264
@adelicenyiramwiza264 Ай бұрын
Harikibazo kuba Byeyi nibo batuma Urubyiruko runanirana,Ababyeyi ntibaduha urukundo rukwiriye niyompamvu bangirika
@ApollinaireKarenzo-wj9fo
@ApollinaireKarenzo-wj9fo Ай бұрын
nuro nziza cane. nivyo nagira ntangure gukora nciye mpebera ngaha. ndagukunda 3FA. wubahwe mwiza
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Ай бұрын
Isugi iricuz peee
@user-cb2uo3si9m
@user-cb2uo3si9m Ай бұрын
Fany nubu uracavugak ufis abana 2 😮😮😢 nukur imana iguharir kuko uyomwana burya usanuwamwish impanur yagusa ubu kwiy guc wank nti oya mfis 3
@user-fr1uh8tk8x
@user-fr1uh8tk8x Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@AllyNdayishimiye-pe6fq
@AllyNdayishimiye-pe6fq Ай бұрын
Urakoz cn
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
Hushura nn😂ewe Gaël shn
@user-fr1uh8tk8x
@user-fr1uh8tk8x Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Ай бұрын
Gaël wihenze afise abana 3
@user-xl1dr1rs3y
@user-xl1dr1rs3y Ай бұрын
Ushizemwo uwa Norasque?
@EgideNiyonsaba-op3dk
@EgideNiyonsaba-op3dk Ай бұрын
Ewe fanny nawe uraryoshibintu
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
Fanny urikukorikiganiro mutarikumwe n'a nono ntavyo kwibebeza😂
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Ай бұрын
Rek rekasha abavyeyi nibobandi bataganiriza abana😭😭😭😭😭umwana akaja ahantu akaz afis amahera😭😭umuvyey ntamubaz iyayakuye😭😭😭😭😭
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 Ай бұрын
Ibaze sh😢😢😢😢
@user-et9lv4fy5l
@user-et9lv4fy5l Ай бұрын
Eeeh ndamubonyemwo chadoudou ariko aratamba😂😂😂
@Myry-xr4xx
@Myry-xr4xx Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢
@digitalhead1345
@digitalhead1345 Ай бұрын
Abana bubu sibeza ahubwo bishira kumwanya physiquemnt mais mind feke
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 Ай бұрын
Nihatr ndih aducungire pe
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Ай бұрын
Abavyeyi turakwiye kuva hasi tukicarira indero yabana kubera tutahagabiye tuzosanga amazi yarenze inkombe imana idufashe
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Ай бұрын
Muga ako kantu k'abagore babiri uherejeko ni kabi😅 twarahiye KO tuzobana mu mahirwe no mu marushwa.iyo si impanuro gikirisu
@user-fm9gy4xh8o
@user-fm9gy4xh8o Ай бұрын
en tout cas ikiganiro cari kiryoshe kandi cigishe urwaruka bavyumve
@user-fr1uh8tk8x
@user-fr1uh8tk8x Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@sozvin1869
@sozvin1869 Ай бұрын
Komera baduguyangu
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
@khanwkk
@khanwkk Ай бұрын
Murimyak ningoran arko nabavyey twikebuk tugarukire indero yabana bacu.tunabasengere.
@user-rf7vl6zc9l
@user-rf7vl6zc9l Ай бұрын
We ko wabamburiye norasque ntiykwitayeko?
@justinpeace3182
@justinpeace3182 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p Ай бұрын
Eg eg eg eg eg eg eg eg eg eg
@lydianyamushika3665
@lydianyamushika3665 Ай бұрын
Uzompe ikiganiro gaelle
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Ай бұрын
Imana imfashe chr wanje ntabone kino kiganiro ariko ga Fanny urumva ivyo uvuga😂😂😂
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 Ай бұрын
😂😂😂
@edissa9747
@edissa9747 Ай бұрын
Titre yawe siyo.
@Pacyngoma
@Pacyngoma Ай бұрын
Niwe ubaha ibiganiro kobirekuwe ahubwo ntucubaha ibigsniro utanga ariko uyu nisawa ivyavuga nukuli
@user-jl7mz2ni4o
@user-jl7mz2ni4o Ай бұрын
Chingi intaje kuko wamurose kumbwambere utanivuga utarinka uwo muraran
@StellaShemezimana-qx8et
@StellaShemezimana-qx8et Ай бұрын
Nukuri abatama iyongeso barayifise bisubireko
@adronisniyorukiza5742
@adronisniyorukiza5742 Ай бұрын
Mumpera zikiganiro mbonye umengo Fanny ntavyizerwa afise.
@lyonog250
@lyonog250 Ай бұрын
Emwe iryamber ntibiryosh kbsa
@user-cn6tj2bw6p
@user-cn6tj2bw6p Ай бұрын
Umubeshi gusa,nubu muracavuga kwafis abana babiri ntasoni🤔
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v Ай бұрын
Fanny najewe turahakwa guhuza kuri bimwebimwe nanje vyagenzukonyene umwana akwije 15ans gusa jew twaciye tugira mariage n'a papa wiwe.nubu niwe turikumwe
@pinsonnagil9784
@pinsonnagil9784 Ай бұрын
Ako gucika kw'icumu niko kabi guko waricitseko 3F🤦
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Ай бұрын
😂ego nukuri abana bicunge ntibaj guhonja
@NDIKUMAGENGENadine
@NDIKUMAGENGENadine Ай бұрын
Babwir ntibazovug ngo ntavyo bumvise
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 Ай бұрын
Ngo wacitse kwicumu kdi wavyaye kubagabo babiri batandukanye,or nuwagatatu agira ajeko??? Gucika kwicumu kumbure ntuzi ivyarivyo🫢🫢
@mediatricendihokubwayo3692
@mediatricendihokubwayo3692 Ай бұрын
Ububeshi gusa.ninde muntu yogufata kunguvu utabishakaa
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Ай бұрын
❤❤❤❤❤
@SalimaIrakoze
@SalimaIrakoze Ай бұрын
Ikivagundu😂😂 muranyibukije kweri😂😂😂abatutse akagatutsi tumenyanye😂😂
@SuavisIrakoze-id5bd
@SuavisIrakoze-id5bd Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢
@user-fm9gy4xh8o
@user-fm9gy4xh8o Ай бұрын
en tout cas ikiganiro cari kiryoshe kandi cigishe urwaruka bavyumve
@SuavisIrakoze-id5bd
@SuavisIrakoze-id5bd Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 16 МЛН
What it feels like cleaning up after a toddler.
00:40
Daniel LaBelle
Рет қаралды 73 МЛН
Intahe ya Felise  :Imana irakora ibitangaza bikomeye igice ca mbere1
29:47
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
Buja FM
Рет қаралды 36 М.
Michael Pilarczyk Is EINDELIJK EERLIJK Over RIJK Worden
2:48:48
Lotgenoten Podcast
Рет қаралды 309 М.
Waka waka #4 🤣 #shorts
0:15
Adani Family
Рет қаралды 15 МЛН
Выйграли Много Денег с Сыном
0:55
Карман
Рет қаралды 8 МЛН
ВОТ как ЖЕНИХ выбирает СЕБЕ невесту 😱 #shorts
1:00
Лаборатория Разрушителя
Рет қаралды 8 МЛН