Intahe ibabaje//Yanteye INDA nkiri MUTO yihakana umwana//Yampenda ngo//Amagorwa nagize//Impanuro ni

  Рет қаралды 5,861

UMUKUBITO

UMUKUBITO

5 ай бұрын

Intahe ibabaje//Yanteye INDA nkiri MUTO yihakana umwana//Yampenda ngo//Amagorwa nagize//Impanuro ni
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#urukundo #diaspora

Пікірлер: 30
@lydiahabimana5697
@lydiahabimana5697 5 ай бұрын
Uvugishukuri cane Kandi urafise ubwenge bwinshi. Nkunze ingene wigisha abandi utarinze kubesha. Ufise indero nziza wahawe nabavyeyi Kandi uvuga neza vraiment.
@FB-df6bp
@FB-df6bp 5 ай бұрын
Courage warakomeretse 😢 Imana igume igukomeza, uwo nawe isi irazunguruka izomwigisha!! Uzoronka uwawe aguhoze🙏💝
@jesingpromoter3564
@jesingpromoter3564 5 ай бұрын
Ebana stay strong Dear Sister,umwana nuwigihugu tuzogum twamwitayeho
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 5 ай бұрын
Kuyindi mpwemu ukaba utuzaniy umushitsi aduha intahe ndkwemera urumunyamwete knd ukunda kugirir ibiganir mukabondo juste gsa wubahwe vrt❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 5 ай бұрын
Pambana Mungu atakuwa nyuma yako.
@kalyka4107
@kalyka4107 5 ай бұрын
Muntu ubona iyi message ukaba uzi ko wavyaye umwana ariko ukamwihakana, ico nzi nuko non seulement uva kuriyi si ubirishe kandi uba ugiriye nabi abana nabuzukuru bakuvako. Uba uteye ibikomere uwo mwana nawe akabihereza abakurikira. Ikintu cose dukoze kirafise ingaruka nziza canke mbi...
@elvisntizoyimana544
@elvisntizoyimana544 5 ай бұрын
Kuvyara ukihakana nububwa cane wopfuma ubura icumufasha mugabo ukitwa umuvyeyi
@claudehakizimana5265
@claudehakizimana5265 5 ай бұрын
Umwigeme wubwenge Gtg hejuruuu
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 5 ай бұрын
Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe number one I'm here mbandi yeux ❤❤❤❤❤❤❤❤yoooo sister pôle sana 😢😢😢😢😢
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 5 ай бұрын
Umwana wumuhungu kenshi akiri muto asa na nyina ,ntaho bavuga ko asa na se aba amufiseko agashusho Niwanjye turikumwe turasa ariko uravye na se barasa
@CynthiaVyuka
@CynthiaVyuka 5 ай бұрын
Pole sana abahungu nuko kweli
@manichris803
@manichris803 5 ай бұрын
Oooooh pole sana
@user-jf1yb8qw4m
@user-jf1yb8qw4m 5 ай бұрын
Yoo nadege sha munyarukundo
@Gospel430
@Gospel430 5 ай бұрын
Impanuro nuko abakobwa mube maso
@kelbymuyooma5622
@kelbymuyooma5622 5 ай бұрын
Nnubona proje mutayikoze kandi mugashika kuntambwe ishimishije
@CynthiaVyuka
@CynthiaVyuka 5 ай бұрын
Hhhhhhh 😂😂😂😂 ikiganiro kiratwenza umwany umwe
@karangwa2315
@karangwa2315 5 ай бұрын
Niyo bakora ntibashaka gukora kuyabo kubera hari abahungu baba bashaka kubabesha
@kwizeraanitha5281
@kwizeraanitha5281 5 ай бұрын
Madame ivyo uvuze vyooose vyarivyo ariko hari kimwe ntakwemereye kuvyarira iwanyu mu mico y'Ikirundi si vyiza mais ugende wihe icupa brochette kuko kwitwa maman w'umuntu ni izina risumba ayandi mazina yose kuko hari abagiye mu rugo unomusi bitwa ingumba izina ribabaza cane,shima imana rero . Hama abashenzi babaho niyo mwari kubana uwo ntaco yari kukumarira atari za sida yokuzaniye.
@Jirhley
@Jirhley 5 ай бұрын
Ngo ngwiki?!
@godsgrace6820
@godsgrace6820 5 ай бұрын
ndakunze caaane cette maman. babahungu bama bavuga ngo ntaba mère célibataire botwara m'urugo uyu mukobwa ari plus mature que bcp de jeunes filles de son âge
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 14 күн бұрын
Non nkaba bantu baba babitegeriki burya abakobwa muribigugu kabisa
@bsc4177
@bsc4177 5 ай бұрын
Numva ngomba kumenya uwo muntu
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 5 ай бұрын
Kuvyarira iwanyu biragatsindwa
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 5 ай бұрын
Sorry bambe!
@godsgrace6820
@godsgrace6820 5 ай бұрын
hama petite sr urafis agaciro kuko ta vie ne se résume pas à ta maternité étant encore jeune fille. c'est encore possible ne désespère pas
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 5 ай бұрын
Haaaaa ahubwo ndabona gael namara kuguha ikiganiro arahita akujyana mwiroji akurongore agutere indi nda
@irakoze3762
@irakoze3762 5 ай бұрын
Nadege urabeshe eric yaremera umwana wiw j umuhung bavyarany ndamuz yaranafash numwana wiw barafis ibind buntu bapfa nana ndakuz bikwiy dusangira utuyer yoooo 😂
@amiraljosegka7263
@amiraljosegka7263 5 ай бұрын
Ururimi rw'umwe rukamwa ifyufyu, uwutakuzi yoca yemera ivyuvuze
@DAMUSAFI
@DAMUSAFI 5 ай бұрын
None wewe warananiwe kumubwira papa we iyari canke ukamubesha ko papa we ari mukazi nakura azisobanurira ariko ugiyaho ukigira matwi y’urukwavu nawe uzoba uriko umushira mugahinda canke nawe uba ubifisemwo uruhare
@user-xd6hc9yv7m
@user-xd6hc9yv7m 5 ай бұрын
Si vyiza kubesha umwana ubwo womubwira ngi ari kukazi nta na apl atanarimw amubona gushika kuri 9ans afs ??? Hama na maman wiw aba afs igikomere biragoye KO abihisha umwana ariko nikazima amuha urukundo amwitwararika bizogenda neza na maman wiw azokira n'umwana bizogenda neza
MISS CIRCLE STUDENTS BULLY ME!
00:12
Andreas Eskander
Рет қаралды 8 МЛН
Llegó al techo 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 45 МЛН
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН
When an RV meets a zombie outside #rv
0:21
campingWorld
Рет қаралды 25 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 12 МЛН
Waka waka #4 🤣 #shorts
0:15
Adani Family
Рет қаралды 15 МЛН