Mana igihe warema ingo wazishizemwo umugabo numugore ngobabane ucubahezagiza ibibondo. Turasenze Imana yo mwijuru ifate mpiri imigozi niminyororo yabohesheje urugo rwabo icike mwizina rya Yesu. Yesu na mpwemu yera bace biganzira imitima yabobavyeyi bubake rugume abana babo bakurire murukundo rwabavyeyi babo. Ndabisavye ndavyizeye mwizina rya yesu amen.
@patricknishemezwe96282 ай бұрын
Nimba hari umu Papa yanyigishije urugo icarico ni Papa Espoir, ni icitegererezo canj, bavuz umu Papa yakunda umugore ni uyu Papa Espoir, IMANA imuhezagire vraima
@niyongabirebydge66922 ай бұрын
Juste Gael ndagushimiye iyintahe yanyigishije cane. Uyumuntu Imana ikomeze kumurinda. Nawe akazi kawe ugakora neza uri um Journalist twemera. Urampa inspiration nziza
@NshimirimanaJoselyne-q8k2 ай бұрын
Komera muvandimwe iman yarokoze guhidura amateka
@godsgrace68202 ай бұрын
Monsieur wageragej kutubwira amakosa y'umugore kandi umuntu atavyitondey womengo warahohotew . Ariko hari ibintu 3 wavuze vyatumye nipfuza kumva madame wawe naw. 1. Ngo naramukubise kabiri : iki kintu c'ukurwana murugo naho tukibanalisa ni ingeso mbi ikwiy gutuzwa. Umugore ntahanishwa inkoni 2. Ngo yabonye message y'umukobwa yanyandikiye ngo chéri ko wampevye: yadutse akwandikira chéri ataho bivuye? 3. Ngo namubwiye ko jew iyaba Akora nk'ivyo nkora murugo notekereza agakora ico ashatse: umengo ko harico wazana murugo Nico caguha uburenganzira bwo gukora ivyushatse. Urugo n'umwumvikano peu importe uwuzana amahera menshi cank make. Gikuru ni gusenyera k'umugozi umwe. Hagati Aho numvise urenganywa kenshi n'abufitiye amahera. Ça met une puce à l'oreille 🤨. En gros muntahe yawe werekanye nk'ahumengo wewe ntakosa ukora bama bakurenganya. Hama urugo rurababaza iyo rusambutse. Kandi ivyarwo ntibiberey kuza kukarubanda. Ariko ko washimye kubizana hano dusavye Gaël ko pour équilibrer l'information yoturonderera ton ex akamubaza son point de vue. Gira Aho muba mwubahwe.
@LanCar-um8nz2 ай бұрын
Women being women
@BarengayaboPierreClaver2 ай бұрын
Reka twongereko akandi kabazo yavuzek adashakak hari uwomubaza ivyabaye abana bumva noneko abizanye kuri réseau sociaux abana ntibagiye kubimenya
Si vyiza kwararazanya. Amakosa ava ku mpande zose,icoba ciza ni ukubirengera.
@onesphoredusenge91292 ай бұрын
N'igihe kiba kigeze k'umuntu kwatanga INTAHE y'akahise, sukwararazanya! Umwe wese ukwavyumva yokuramwo isomo canke akabinona ibisanzwe, icakora co n'uko harabfashwa n'ibikomere vyatumye uwundi akomerera mumaso yabamukomerekeje,just thé News for you Nanette
@patricknishemezwe96282 ай бұрын
@onesphoredusengenu9129 , nibaze ko Nanette atoba azi imyaka iheze bibaye kugira avyite kwararazanya, igihe wamuhaye car gikwiye kugira aje hamw yiyumvire anasabe imbabazi ariko ntavyabaye, Ubu hagez k iyo ntahe itwigisha abari inyuma
@AlthrayhGold-qh1ii2 ай бұрын
Ivyi ngo bimenya babiri
@ntakarutimanaoscar18672 ай бұрын
Gaël niba ufata umwanya ugasoma commentaires ; nyarukira i Gitega ugire amatohoza kuri iyo famille uwo mufasha wiwe avuga ni urya mu correspondant wa radio umuco FM i Gitega ; mube mwitondera ivyo baza kubabwira guko nka jewe nzi iyo famille nguye mugahundwe
@umukubito2572 ай бұрын
Amahoro woshobora kutwandikira kuri watsap 71605633
@onesphoredusenge91292 ай бұрын
Oscar weeee murazozanane Na Gaël nawe ubwawe wiyumvire, ubwire N'umu correspondant wanyu avuge ukuri kwiwe, nanje 2eme partie nzoyivuga yavuyeyo harimwo no kwisunga commentaires ziriko ziratangwa. Bonne compréhension 🙏
@Nziga2572 ай бұрын
Jeho umugore arara arankubita murampa ibiganiro yemwe ndi nzigamasabo muri mirror murakoze
Uzomubarize ati none mugize divorce uzogira ubundi bukwe
@OrcellaIsaneza2 ай бұрын
My uncle shn😢😢 imana ninziza
@ElogeNISHIMWE-yx1vg2 ай бұрын
Nuwoyita umusaza Amen😅
@sese6672 ай бұрын
😂 😂 😂 😂
@christella50922 ай бұрын
Mbega umu Papa mwiza 😂😂❤❤
@informatiquedetelevision77022 ай бұрын
Papa esu...
@manundayi24092 ай бұрын
Imyaka 50ans? Jeho naguha 30ans peee
@jeannenizigiyimana69112 ай бұрын
Dusenge disiii
@christabellakaze35252 ай бұрын
Ikiganiro ciza mug umeng uwo mugabo vyose abita kumugore knd nd sur k naw afise part yiw mugusenyuka kw urugo rwie Il est un peu arrogant birabonek ko nawe atorosh il est aussi fautif et difficile à vivre
@nduwimana6692 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉
@oseendayi50462 ай бұрын
Azo pime DNA 🧬 kwanza kuko niba yamaze imyaka 7 atamwana vyari vyankiyehe ubwambere? Rero aka DNA 🧬 Karakenewe ushobora kwizerimana ugasanga wibereyeho nka yozefu 😂😂😂
@christabellakaze35252 ай бұрын
Hhhhh Ngo umukubise aje kuvug ko inka ariy😂 yamutey umugere 🤭🤭 tu es vraiment faux très chèr monsieur