Intahe y'Umusoda kurugamba mu Burundi | Nopfuma mpfa hako igihugu mbona... | Uyumwambaro nuwiteka

  Рет қаралды 19,331

IREBE MEDIA

IREBE MEDIA

Күн бұрын

Пікірлер: 69
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 24 күн бұрын
Ivyiza vyiwacu umunezero wacu❤❤❤❤
@ug500
@ug500 8 күн бұрын
Yafashe indirimbo y'inkotanyi ahindura amagambo
@RukunguJules
@RukunguJules 24 күн бұрын
Uvuze neza mamawe nange uburundi ndabukumda
@AudaceMukerabandi
@AudaceMukerabandi 23 күн бұрын
Komera ngabo zu Burundi ❤❤
@niyongirajeandamascen
@niyongirajeandamascen 24 күн бұрын
Imana ihezegire uburundi n'abarundi
@ninettekaneza9607
@ninettekaneza9607 24 күн бұрын
😂❤wwe 3:45
@ezilandgenda
@ezilandgenda 22 күн бұрын
Wowo Wowo twamuheruka kera turishimye kongera kumubona Ingabo zacu nimwirambire.
@FelixEmanuel-i3u
@FelixEmanuel-i3u 23 күн бұрын
Ingotururwane ababishoboye safi niwomutima wabasirikare nomubindibihuguvyose
@Revjeanclaudentimpa
@Revjeanclaudentimpa 18 күн бұрын
I salute you 3S “Sergeant Sengiyumva Silas” 🫡
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 24 күн бұрын
Sailor soldier boy respect for you
@perenoel250
@perenoel250 18 күн бұрын
Ako karirimbo k'inkotanyi
@perenoel250
@perenoel250 12 күн бұрын
I confirmed muri ubundi Rwanda
@Ukurikuraryana24
@Ukurikuraryana24 23 күн бұрын
Abasirikare mwubahwe ariko ico nanka nuko Igihugu kitabahemba neza kandi batita kumiryango yanyu iyo muguye kurugamba nabana banyu ntibashobore nokwiga kandi Papa wabo yara firiye igihugu numufakazi ntibamenye koyariye canke afise ahakika umutwe Gusa Imana izibaja imbere
@MugishaJohn-q6z
@MugishaJohn-q6z 20 күн бұрын
Ubwox kera kubwabami nibihe bihembo bahabwaga byabaga aritegeko ko buri muhungu aba umusirikare. kurwanira igihungu nukurwanira ko ababyeyi bawe babona amahoro bagahinga basarura mumahoro bakorora amatungo nawuyiba
@Ndayaki
@Ndayaki 24 күн бұрын
21:25 Yishuye neeza cane; uwo mu journaliste ntagukoreshe amakosa.
@JosephBigirimana-ky1hi
@JosephBigirimana-ky1hi 24 күн бұрын
Uyu mujama wanj yagiyehe twibaniye kanyoshaa nezaa komera
@LauretteSiniremera
@LauretteSiniremera 24 күн бұрын
Respect
@Irene28092
@Irene28092 23 күн бұрын
Good burundian soldier
@andreshukuru740
@andreshukuru740 24 күн бұрын
Komera brother muje imbere cane
@PeresHatangimana
@PeresHatangimana 22 күн бұрын
Thank u
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 25 күн бұрын
komera ngabo zacu zuburundi turabemera
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 24 күн бұрын
,💪💪💪
@ndigimunaziri3575
@ndigimunaziri3575 24 күн бұрын
Ego gikundiro cacu uvuga neza igihugu giterwa ishema nabana baco
@MegaAlexison
@MegaAlexison 23 күн бұрын
Uyu mushingante naramurondeye ndamubura mwompa inamba yiwe
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 21 күн бұрын
Uyumusaza ndamwera Arazi nokuririmba neza
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 24 күн бұрын
iyo turi mumahanga abasomalia Baratwubaha kubera ibikorwa vyubutwari ingabo zacu zakoze mugutuza ivyihebe muri somalie
@daviirizima7485
@daviirizima7485 22 күн бұрын
Uyu mumenyeshamakuru yari yarazimiye ! Ndamuheruka kera.
@IrankundaChancelyine
@IrankundaChancelyine 24 күн бұрын
Mukomere ngabo zi gihugu
@manariyoalphonse3537
@manariyoalphonse3537 22 күн бұрын
Silas, uri intwari inyishu zawe zirimwo ubwenge ndazikunze zatumye mara ikiganiro.
@NtaleMulungi-ct2np
@NtaleMulungi-ct2np 24 күн бұрын
Colonel siliro arasemerera ndina bacomando barugay
@YamuremyeMajeur
@YamuremyeMajeur 21 күн бұрын
Ww ntumpende uwomwambaro beshi barawutiny
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np 24 күн бұрын
Ahahoturi. Aba Somali bumvise kurumurundi barakubaha. Kuko baranditse amateka. Iwabo
@eliezelmisigaro
@eliezelmisigaro 24 күн бұрын
💪💪💪💪
@niyongirajeandamascen
@niyongirajeandamascen 24 күн бұрын
Nibyo rwose musoda wacu unavara
@deobiho
@deobiho 22 күн бұрын
komera komera
@CarrosdojapãoExcellent
@CarrosdojapãoExcellent 24 күн бұрын
Komera ❤
@Ukurikuraryana24
@Ukurikuraryana24 23 күн бұрын
Naburiyeyo mukuruwanje nico gifuma ntakunda igisoda nabana banje bashaka kucinjira narabankiye gose turanabifa kubera carampahamuye gusa mwubawe babongere nimishahara
@VincentMulume
@VincentMulume 23 күн бұрын
@ShxjHdkd
@ShxjHdkd 24 күн бұрын
Komera disiwe ndakwikundir
@Intarecyane
@Intarecyane 23 күн бұрын
harya munyibutse umuyobozi wizo Ngabo yize murihe shuri ryagisirikare ariko narumiwe mwe muyobowe na genelare auto proclame uzage wihingire ibiraya
@ngiriyemariestyle854
@ngiriyemariestyle854 24 күн бұрын
Nihatari Kabisa ugeze mubasirikare😄😄😄😄
@benichou5996
@benichou5996 24 күн бұрын
😅
@nyirimanapascal1991
@nyirimanapascal1991 23 күн бұрын
Hewe iyonjana wayishishuye mu gihugi kihe?
@Davis-j8w
@Davis-j8w 20 күн бұрын
Indirimbo yi nkotanyi sha murakora😂copy 😅neza
@MechackBayubahe
@MechackBayubahe 19 күн бұрын
Komera ur'ingabo idatinya ikunda igihugu.ramba,mane intsinzi no mumahanga yose
@nik_floren
@nik_floren 24 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NshimiyeJ.pierre
@NshimiyeJ.pierre 24 күн бұрын
Bamwe birutse babonye m23 nabahe
@MpawenayoSimiyon
@MpawenayoSimiyon 24 күн бұрын
Courrage vrt
@EnockNiyongabo-i6e
@EnockNiyongabo-i6e 20 күн бұрын
Komera bagenz aruko harihokintu nkabajene nipfuza igisorikare kidutsinda nko kwishirako signe kumaboko nukuri biratugora kujayo Kandi tuvyipfuza
@Nestor800
@Nestor800 22 күн бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏
@SuleimanSwidiq-fj5px
@SuleimanSwidiq-fj5px 22 күн бұрын
Ingabo turashoboye
@Abel-s4b
@Abel-s4b 23 күн бұрын
Mugabo murahona muri DRC
@RuzmanDamas
@RuzmanDamas 22 күн бұрын
Ntakindi warikuvuga?? Aho nawe ng'uravuze wamavyiwe
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 24 күн бұрын
Kurwana numu soda w iburundi ninkokurwana nurupfu
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 24 күн бұрын
Babyita kwiyahura😅😅
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 24 күн бұрын
@MporanimanaDonacien aba baravuga nti mvuye mubikorwa Somali...ect abandi ntibavu uko vyagenz 🤣🤣
@muziranengerakiri9693
@muziranengerakiri9693 22 күн бұрын
Abasoda buburundi barikera sha ubu ni civil gusa
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 22 күн бұрын
@muziranengerakiri9693 ntamakuru ufise
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 21 күн бұрын
​@@muziranengerakiri9693 ninde yaguhenze 😂😂 uriyahura ubishire bakubagire ibisiga
@JacksonNdayishimiye-p6j
@JacksonNdayishimiye-p6j 24 күн бұрын
Inshingamo mukirundi niki
@Bihomebuja
@Bihomebuja 24 күн бұрын
Amabanga
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 24 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏👏👏
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 24 күн бұрын
❤ 🎩 ✊🏾🇧🇮
@Never-h5h
@Never-h5h 22 күн бұрын
Wowe wowe Sengiyumva kuki mugya Kurwana nabantu barwanira uburenganzira bwabo? Ndavuga M23
@Salambwe
@Salambwe 24 күн бұрын
None nkabarikugwa congo murigupfira igihugu cyanyu m23 irabamaze mwabaye nkingegera 😂😂
@SamuelIrambona-o1z
@SamuelIrambona-o1z 24 күн бұрын
tekana igisirikare cuburundi kiracari icambere urwanda komukoma induru cane kwumvako turikubahasha muri congo so M23 ntibaho nu rwanda rugomba ampire tutsi mukarere ariko mwitondere uburundi na tanzanie politique turayibona
@AnitnaNini
@AnitnaNini 24 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💪🏾💪💪💪💪💪🎉🎉🎉🎉🎉
@NishiJistine
@NishiJistine 22 күн бұрын
Komera kwibanga ariko mwibuka uburundi iyo bwavuye ntimuze mwemere kokigwa mumanga
@Never-h5h
@Never-h5h 22 күн бұрын
None👹👹👹 kuki mugya Kurasa aba congoman babatutsi barwanira igihugu cyabo :ubwo wowe wumva ibyo ukora aribyo ?
Sailo Soldier Boy - INGABO (Official Video)
4:20
SAILO Soldier Boy
Рет қаралды 24 М.
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.
VIP ACCESS
00:47
Natan por Aí
Рет қаралды 30 МЛН
Imitegekere yose y' u BURUNDI by MWANAFUNZI na MUNANA
33:45
RedBlue JD
Рет қаралды 83 М.
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН