INYIGISHO YO GUTUNGA [PROSPERITE] YATAHUWE NABI by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 42,989

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Пікірлер: 230
@inyigishozachrisndikumana
@inyigishozachrisndikumana 8 күн бұрын
Inyigisho za Chris Ndikumana ubu murashobora kuzikurikirana mu rurimi rw’icongereza. Muzisangize abagenzi banyu bavuga icongereza. Mu kwumviriza inyigisho ´Mountains have ears’ muca hano: kzbin.info/www/bejne/anawiqJviN6crtUsi=rhotWQrFQYLihLX4
@NicoleUwiman
@NicoleUwiman Ай бұрын
Imana iguhe kuramba Imana yankuye mucobo ibicishije muri mwebwe ❤🎉🎉🎉
@pulcheriendinkabandi3092
@pulcheriendinkabandi3092 Ай бұрын
Hezagirwa caane. Kandi Imana ikomeze kukurinda mukozi w,Imana. Uriko utanga inyigisho nziza caane. Ababwiriza bensnhi barabihevye kubivuga kandi arivyo biranga umu Kristen w,ukuri.
@DativeUwizeyimana-w3g
@DativeUwizeyimana-w3g 19 күн бұрын
Amen mukozi w,Imana ivyo wigisha nukuri hariho abasaba amafranga ng baje kumusozi gusengera imitwaro😊
@stylenisingizwe52
@stylenisingizwe52 Ай бұрын
Amen 🙏 ndafashijwe cyane gose Imana yakuturungikiy nkinyishu mubibazo byacu icombasabira nijuru tuze tubonane muricagitondo Yesu yadusezeraniye🙌🙏🙏🙏
@nadegeuwitonze6806
@nadegeuwitonze6806 25 күн бұрын
Merci beaucoup pour cette belle prédication❤ soyez bénis
@Yesunumukiza
@Yesunumukiza Ай бұрын
Inyigisho za cakira ziragisibije pe. Mukozi w'Imana komeza utugaburira inyigisho nkizi umutsima ugumye apana inyigisho zamata gusa, arizo abantu benshi bakunda. Hezagirwa waraduhawe pe. Uri muri bake bakivuga ukuri kwuzuye. Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
@claudendayisenga7182
@claudendayisenga7182 Ай бұрын
Imana ibahangaze irushirije kubahainkomezi zokuyikorera Tubashe kuronka kubohoka nogukenguru iciye murimwebwe.
@NisubireLiberate
@NisubireLiberate Ай бұрын
Amen amen,ndashima Imana kubw,iryo Jambo eyimana rimfashije ,gusobanukirwa impbuti n,umukate.rimfashe kuringorwa na mpwemu yera no kudasubira inyuma Murakoze Yesu ashimwe Amen
@KalizaSolange
@KalizaSolange Ай бұрын
Amen 🙏 imana iduhe umutima ufasha iduhe nibyo dufasha
@OliveJenny
@OliveJenny Ай бұрын
Amen Amen hezagigwa Kandi mukozi w'Imana. Kuba twaraguhawe n'Imana twarahawe umugisha wuzuye! Amen Amen 🙏❤❤❤
@JacksonNiragira-f1h
@JacksonNiragira-f1h Ай бұрын
Amen cane kuk iyonyigisho niyo pe kuk besh bakunda umugisha hakubanza kumenya ivyubwami bw'Imana
@DjumaNdayishimiye-rc7ol
@DjumaNdayishimiye-rc7ol Ай бұрын
Hallelujah ndafashijwe mukozi wimana imana yagutanz nkinyish kur twebw uzubihembegw ibihetangab igihumbi😢🙌🙏🙏
@Aziza-cs3wo
@Aziza-cs3wo Ай бұрын
AMEN AMEN ❤❤❤❤❤❤❤
@noellanijimbere
@noellanijimbere Ай бұрын
Ameeeena imana ibandanye kuguha ihishurirwa kuko irijambo ntirisanzwe
@francineKwizera-r2s
@francineKwizera-r2s Ай бұрын
Heza gigwa inyishuo zawazira tunyura❤
@GlorioseNIYUHIRE
@GlorioseNIYUHIRE Ай бұрын
Imana Ishimirwe ijambo ryayo. Kandi Ihezagire umukozi wayo, Ihore Umuha ijambo rikwiriye mu gihe gikwiye. Komeza wubake imutima y'abana b'Imana, Ikurinde ba sanibarati naba tobiya!!!
@ChantalBebe-j9m
@ChantalBebe-j9m Ай бұрын
Hallelujah Imana ijye ugutwikiriza amaboko yiwe ibihe byose barikiwa sana mutumishi wa Mungu
@beatricenyirahategekimana2981
@beatricenyirahategekimana2981 Ай бұрын
Iby'isi n'ubutunzi butera bamwe kwirara,kwibona,kwirata,gusuzugura ,gushaka icyubahiro kinshi , kurobanura kubutoni .kwiyemera. Hezagirwa Chris we... Hizagirwa
@Marina-gr2er
@Marina-gr2er Ай бұрын
Amen ,urakoze mwuka wera kumpugura , baratwaka bakadukanga ,ukabaha nibyo utapanze ngudapfa.
@omansur2050
@omansur2050 Ай бұрын
Hezagirwa mukozi w'Imana Iminsi yanone dukeneye abantu bameze nkawe Amavuta ya Ndiho akomeko ibihe vyose🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@ndayahozeadonnette5880
@ndayahozeadonnette5880 Ай бұрын
Uremera ugire ibibazo kuko baraduhanze munyigisho tanga uronke meshi ngo ushaka gutunga tugaburire abunger bazanirwa vyose ngo gira iciyibutse utange uronke umugisha
@Yesunumukiza
@Yesunumukiza Ай бұрын
Uvuze ukuri azemere avuge ukuri. Kuko uno munsi biragoye kwumva izi nyigisho pe
@AlexendreMukeshimana-u9l
@AlexendreMukeshimana-u9l Ай бұрын
Allelua Imana ishimwe cane murakoze cane kuri iyonyigisho muduhaye
@nahimanacharlotte9162
@nahimanacharlotte9162 Ай бұрын
Amenamen, Imana yongere amavuta ku mukozi wayo n'umuryango wose 🙏💗💗
@FRANCINEIRAKOZE-us1nc
@FRANCINEIRAKOZE-us1nc Ай бұрын
Amen Amen yesu aguhe umusha ndatahuye ibyo nukuri yesu yabirangirije kumusaraba
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Ай бұрын
Amina cane rwose . Nanje vyukuri ndasenga ngo iyi nyigisho ihindure ubuzima bwanje bwo gutanga , mw Izina rya Yesu Imana Ikutwongerere umugisha n urukundo muvyeyi wacu Chris , urakoze kwama utwigisha gutanga nk uko Yoyo Ishaka
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 Ай бұрын
Amen
@OclayMichel
@OclayMichel 24 күн бұрын
Amen Iman ibandanye iguhezagira
@PatrickHatungimana-e4t
@PatrickHatungimana-e4t Ай бұрын
Amen.Ndashaka kumenya aho noca ngo nje nsengana numukozi w'Imana samedi.mwoba mukozi
@User-User-01-02
@User-User-01-02 Ай бұрын
Uza downloadinge application yitwa “Kanguka” uzabona amasengesho yo kuwa6 nayatambutse, n’inyigisho zizaho kuva kuwa 1-5. N’ubuhamya bw’abakira indwara no kubohoka
@AndreNduwimana-mk1bn
@AndreNduwimana-mk1bn Ай бұрын
Muhezagirwe mukozi w'Imana
@Mediatriceniyimbona-t9p
@Mediatriceniyimbona-t9p Ай бұрын
Imaniguhezagire mukoze w'imana turafashijwe cane
@SadrineKwizera
@SadrineKwizera Ай бұрын
Imana imbabarire nahezagiyumukozi w Imana mumahera nagavuye kukazi akazi kaciye gaherubwonyene
@ClovisNtirubuza
@ClovisNtirubuza Ай бұрын
Que Dieu vous bénisse pour cet enseignement, Serviteur de Dieu
@uwimanamarierose3939
@uwimanamarierose3939 Ай бұрын
Ameeen. Mwigisha wahawe ijambo na Nyirijambo
@BoscoNzambimana-el9os
@BoscoNzambimana-el9os Ай бұрын
Imana iguhezagire mukozi w'lmana .izoguhe iherezo ryiza
@IradukundaGladys-t3h
@IradukundaGladys-t3h Ай бұрын
Chris NDIKUMANA Imana ikwagure iguhaze uburame inyigisho zawe zamfashije kwiga gusenga no guhozaho kandi rwose byampinduriye ubuzima cyane Imana iguhe umugisha.
@DianeNISHIMWE-t5b
@DianeNISHIMWE-t5b Ай бұрын
Nitwa ndayikengurukiye ndipfuza komwonsengera kuko nasubiye inyuma mugakiza ndipfuzakonosubirakumurongo
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 Ай бұрын
Mukozi wimana hezagigwa uvuga ukur❤❤❤❤
@noellanijimbere
@noellanijimbere 16 күн бұрын
Ameeeeena inyigisho yejejwe
@financiallegacybycoachbarr5735
@financiallegacybycoachbarr5735 Ай бұрын
Amen 🙏. Our Lord is not unrighteous to forget the labour of Love !
@Fidélité-n4p
@Fidélité-n4p 20 күн бұрын
Ikomeze kugukomeza mugakiza ❤
@AliceNiyomwungere-f5y
@AliceNiyomwungere-f5y Ай бұрын
Inyigusho zanyu ziranyubaka .Igihe narose fone irambisha umuriro umwanya muni nzoguma ndumviriza inyigisho zanyu .amvuta menshi gose Kuri mwebwe
@ScholastiqueTwagirayesu
@ScholastiqueTwagirayesu Ай бұрын
imana iguhe umungisha kwi jambo ryayo unduhaye kandi izeyumva amasengesho yawe ibihevyose izingendana wewe kuko wabaye uwokwizerwa ikakurangiza umurimo wayo
@JoselyneMbonimpa
@JoselyneMbonimpa Ай бұрын
Imana yarakoze kuba Kino kinganiro carabaye kubwanje namashimwe
@ImeldahUmurungi
@ImeldahUmurungi Ай бұрын
Murakoze mukozi wimana ngewe nagiyekumukozi wimana kusaba amasengesho yikibazo narifite ngo amfashe guse atikugirango ngusengere uratwishyurira urusenge amadorari 300 ntabyonashuboye narigendeye ariko nange sinabishimye
@paulemile6431
@paulemile6431 Ай бұрын
Ameeeeen ❤🎉
@TheresaMabaly
@TheresaMabaly Ай бұрын
Amen seigneur nous te rendons grâce pour tout père éternel merci ❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏
@LiberateNdaysenga
@LiberateNdaysenga 3 күн бұрын
Imanishimwe Iradukunda
@namboozevalentine3829
@namboozevalentine3829 Ай бұрын
Uko n,ukuri kuzuye,Imana iguhe umugisha.
@khanwkk
@khanwkk Ай бұрын
Iyinyigisho ishiz mukindikibanza.
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 Ай бұрын
Aratwenza, turakunda izinyigisho❤ 🙏🙌
@اسيادايشيمي
@اسيادايشيمي Ай бұрын
Uranfashije mukozi w'Imana ❤❤❤❤❤❤❤
@alinekubwimana3174
@alinekubwimana3174 Ай бұрын
Amen inyigisho iramfashije kweli Imana ikwagure cane
@beatricekamango6831
@beatricekamango6831 Ай бұрын
Amen amen ndafashijwe cane !
@PascalineMbanza
@PascalineMbanza Ай бұрын
Imana iguhezagire ndubatwse nijambo
@delphineDede-zx8wp
@delphineDede-zx8wp Ай бұрын
Amen cn kwr Iman idufach guk twataguy gutang arik munyum bituvamw kwr
@Clara-m7h
@Clara-m7h Ай бұрын
Amen Amen🙏🙏🙏 Mana duhe kugira umutima nkuwawe
@nzeyimanacorneille8737
@nzeyimanacorneille8737 15 күн бұрын
Amen Kandi Amenn
@ManirakizaFidelite
@ManirakizaFidelite Ай бұрын
Imana Ikuturindire Mukozi w'Imana Nzima❤❤❤❤❤❤❤
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 Ай бұрын
Amen. turafashwa cane. Imana iguhezagire cn
@hubertmuhoza
@hubertmuhoza Ай бұрын
Nukuri KW'IMANA urakoz kumutima wanje kabisa.prosperité yigishwa nabi mumashengero amw amw
@Yesunumukiza
@Yesunumukiza Ай бұрын
Biruzuye kabisa, ukuri kwuzuye ntikuvugwa na benshi. Ariko ijambo ry'Imana ntirihinduka Imana yama yisigariza abatapfukamiye bayali. Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
@IrankundaAliceBurundi
@IrankundaAliceBurundi Ай бұрын
Iman ibandanye ikwonger inkomezi nyinshi cn iman ikurinde umurwaniz Satan ikurwisha ndetse irindinumuryango wawe nobitangira ikigikorwa kugirango giterimber imana ibasige amavuta ibazigame cn
@MarcSenyange
@MarcSenyange Ай бұрын
Amen Amen ❤❤❤❤ imana ikwongere amavuta
@mukamanalydie613
@mukamanalydie613 Ай бұрын
Amen Mukozi w'Imana uhezagirwe.
@OliveJenny
@OliveJenny Ай бұрын
Amen Amen hezagigwa Kandi mukozi w'Imana
@MyHxdj
@MyHxdj Ай бұрын
❤❤❤❤❤nukur.peee.abana.bimana.barongogwa.n'akwemu.yere....ameeen.ameeeen..ect....
@DancileNiyongere-o6d
@DancileNiyongere-o6d Ай бұрын
Imana iguhezagire kuko nawe uraduhezagira cne
@kennedyniduha9168
@kennedyniduha9168 Ай бұрын
Imana idushoboze kubiba uko bikwiye
@pacifiquehabonimana2324
@pacifiquehabonimana2324 Ай бұрын
Amen amen. Inyigisho nswima nizo
@sandyk4966
@sandyk4966 Ай бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@sandirene
@sandirene Ай бұрын
Ameen amen ameena🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤
@ÉmilienneNdarishikanye
@ÉmilienneNdarishikanye Ай бұрын
Imana nibongere imisi yo kubaho mubandanye kwigisha ijambo ryayo Amen
@namboozevalentine3829
@namboozevalentine3829 Ай бұрын
Amen,ndanezerewe kuko ndasobanukiwe.
@happinessnyandwi6075
@happinessnyandwi6075 Ай бұрын
inyisho idasazwe kubuzimabwaje imana iziguheiherezoryiza
@AyingeyeEpiphanie
@AyingeyeEpiphanie Ай бұрын
IMANA iduhe imbaraga Amen 🙏🙏🙏🙏
@manziluise-jh9dn
@manziluise-jh9dn Ай бұрын
Imana iguhe umugisha Kris🙏
@EdedierMpundu
@EdedierMpundu 14 күн бұрын
Bivuge vyose ntihagire icuhazako
@SergeNzeyimana
@SergeNzeyimana Ай бұрын
IMANA ihezagir umukozi wayo❤
@KaliyaKala-r6h
@KaliyaKala-r6h Ай бұрын
Imbaragazimana zikugumeko kugeza usezeye isi
@JeanMarie-q6t
@JeanMarie-q6t Ай бұрын
Imana ikongore inkomez nyishi .amen
@N.j.Paulfashiondesigner3255
@N.j.Paulfashiondesigner3255 Ай бұрын
Glory to the Son of God Jesus Christ 🙏🎉
@Hairbyfabiola
@Hairbyfabiola Ай бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 I mana Ibanez nawe
@nyiranizeyimanamarieviolet8065
@nyiranizeyimanamarieviolet8065 Ай бұрын
Nta kintu na kimwe twaburanye Imana yacu
@DalitsoJoseph-b3l
@DalitsoJoseph-b3l Ай бұрын
Yego rwase inyigisho nziza.😮
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 Ай бұрын
Halleruya halleluya ❤
@BizimanaSteve
@BizimanaSteve Ай бұрын
Ndasavye chimmanda aze yunvirize iyi nyigisho azoteba ajijuke areke kugereranya umukozimana wacu nababa prophet bibinyoma
@khanwkk
@khanwkk Ай бұрын
IMANA yacu ninziza itang itaravye ubutoni
@IninahazweSteve-ow7zs
@IninahazweSteve-ow7zs Ай бұрын
Amana amena Imana iguhezagire
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx Ай бұрын
Urakoze Imana ikwagurre
@GerardSibomana-y1l
@GerardSibomana-y1l Ай бұрын
Girumugisha MUKOZI W'IMANA
@UwitekaDorine
@UwitekaDorine Ай бұрын
Amen amen uhezagirw cane
@Forumidéalbuja
@Forumidéalbuja 13 күн бұрын
Turashaka iyindi nyigisho
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory Ай бұрын
Inyigisho y' ukuri guhishwa n' ab'iki gihe.
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Ай бұрын
Turize pe Yesu aguhe umugisha
@sishasaid6756
@sishasaid6756 Ай бұрын
❤ Urakoze cane
@ElvisMapoze
@ElvisMapoze Ай бұрын
Wongezw imbarag❤❤❤❤❤❤
@ThierryIrakoze-t2x
@ThierryIrakoze-t2x Ай бұрын
Amen Amen 🙌🙌
@IbraOdinga
@IbraOdinga Ай бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah 🙌🙌🙌
@VannethedyongeruOngerusenge
@VannethedyongeruOngerusenge Ай бұрын
Urakoze Mana k nubatswe
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Ай бұрын
Amen kandi Amen❤❤❤
@TharcisseHakizimana-re6zd
@TharcisseHakizimana-re6zd Ай бұрын
Amen amen mukozi wimana
@francineKwizera-r2s
@francineKwizera-r2s Ай бұрын
Amena cn❤
@rwabishemamediatrice6625
@rwabishemamediatrice6625 Ай бұрын
Uhezagirwe cyane
@SergeNzeyimana
@SergeNzeyimana Ай бұрын
Amen ndafashijw
RWANA INTAMBARA NZIZA by Chris NDIKUMANA
59:35
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 2,7 М.
IKIRERE C'IBITANGAZA by Chris NDIKUMANA
1:00:03
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 64 М.
They Chose Kindness Over Abuse in Their Team #shorts
00:20
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 12 МЛН
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 48 МЛН
бабл ти гель для душа // Eva mash
01:00
EVA mash
Рет қаралды 8 МЛН
URUFUNGURUZO RW'UBUSHOBOZI BWA NDIHO by Chris NDIKUMNANA
57:15
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 67 М.
URIHE ? by Chris NDIKUMANA
1:00:19
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 57 М.
GUSENGA KUBOHORA IBYAWE SATANI YABOSHYE -- Past. Hortense MAZIMPAKA
52:06
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/2/2023 by Chris NDIKUMANA
34:15
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 28 М.
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 78 М.
IKINTU CA MBERE KIZIBIRA UBUSHOBOZI BW'IMANA by Chris NDIKUMANA
58:37
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 198 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 07/09/2024 par Chris NDIKUMANA
39:11
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 33 М.
UBWOKO BUNE BW'IBIMAZI BIHIMBARA NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:14:47
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 75 М.