Inzu ya Millioni 800😳 inzu z’akataraboneka mu Burundi ziriko zirubakwa na Fablice

  Рет қаралды 8,618

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #tanganyika

Пікірлер: 33
@aneelaa3486
@aneelaa3486 9 ай бұрын
Komeza muhungu imana igukomeze kuko ntivyoroshe muga imana nimushobora vyose igushoboze iguhe nogukomera nokwihangana🎉🎉🎉❤
@B-Y-N
@B-Y-N 20 күн бұрын
Hezagirwa Hezagirwa Fabrice Yezu agukomeze 👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 9 ай бұрын
Ebana Fablice Yubahwe cane 🙌🙌👑🙌🙌
@imleen3909
@imleen3909 13 күн бұрын
Imana.ikurindee tuzokomeza kugusengeraaa❤❤❤❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 9 ай бұрын
Wooooa 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🎊🎊🎊🎊🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🥰💯✅
@alineigiraneza1523
@alineigiraneza1523 9 ай бұрын
Hosy nkeneye numéro yuyomuntu yubakisha
@blandinebukeyeneza4832
@blandinebukeyeneza4832 9 ай бұрын
Mushike minago mwubaka
@regismfuranzima6312
@regismfuranzima6312 9 ай бұрын
Kosora kuri titre ni Fabrice apana Fablice hama ni erreur ikomeye iyo mu gihugu abantu biyumvira ko iterambere ari ama etages.Iterambere ni amahinguriro gusa ivy' amazu biza mu nyuma.
@nirenganira8433
@nirenganira8433 9 ай бұрын
Oya ni Fablice
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 ай бұрын
Yitwa Fablice si Fabrice
@regismfuranzima6312
@regismfuranzima6312 9 ай бұрын
OK Merci
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 5 ай бұрын
Ayomahinguriro nawe yubke rero😮😮😮
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 9 ай бұрын
Ikiganiro ciza
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 9 ай бұрын
Ikiganiro ciza wari waratevye gukora ibiganiro vyo hanze nkivyo
@belloboy6342
@belloboy6342 9 ай бұрын
Zirakaze kbxa,..uwo musore ntakonaba atakoze
@njorijanavenand3632
@njorijanavenand3632 6 ай бұрын
Nizigurishwa
@FlorenceDisimas
@FlorenceDisimas 9 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@RegineBihoyiki
@RegineBihoyiki 9 ай бұрын
Wubahwe mwana w'igihugu
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 9 ай бұрын
Hosy nukutubarizayuko uwufise amatongo yabo bobafasha kubaka ahokuba amazu meza nabo
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 ай бұрын
Egooo barabikora
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 9 ай бұрын
Ahonimuri cartier iyahe?Icakoze arik akora amateka twubake Uburundi bwacu namazu🏢meza nigihugu gisa neza cisuku nukuri nishema ku Gihugu
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 9 ай бұрын
Mukabezi sikure cane ya camp chinois
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 9 ай бұрын
@@Rugambamachine7714. ok mbona birenze peeee iryoterambere rirarenze
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 9 ай бұрын
@@GyslaineAkimana ubona tworonka Abandi nkawe nka 10 ndakubwiy uburundi bobuhesh isura Nzoza cane
@MichelineBucuti-pu7mu
@MichelineBucuti-pu7mu 9 ай бұрын
nuko bubaka amazu abantu bashonje ahiyaba muja hanze kuyangura ibiryo abantu ntibaba bashonje
@nadinekankindi
@nadinekankindi 9 ай бұрын
Yambuu caaan mrciii kuri info Fabrice numéro yiwe twoyironka gte
@nirenganira8433
@nirenganira8433 9 ай бұрын
Zubakwa nabarundi kandi barahembwa 😂
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 4 ай бұрын
Ibyibijumburs nzabambirea😅😅😅😅
@gabbylupittatv5607
@gabbylupittatv5607 9 ай бұрын
Twarakumenye wewe Fabrice nihatal
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 9 ай бұрын
Wamumenye gt🤔
@gabbylupittatv5607
@gabbylupittatv5607 9 ай бұрын
Uze ubaze neza Fabrice manirakiza abantu bo Muri USA turamuzi so ntumbaze ivyinshi oky
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 9 ай бұрын
Njeny Nuko wamumenye bizotuma naw wubak igihug caw
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,9 МЛН
ТИПИЧНОЕ ПОВЕДЕНИЕ МАМЫ
00:21
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 1,6 МЛН
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,9 МЛН