Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 108
@noelndisabiye83963 жыл бұрын
Nivyo Hosy siwe
@marlinetheophillampawenayo81823 жыл бұрын
Yoooo Issaac urarose umukobwa aciyubwenge
@oscarniyongere83763 жыл бұрын
Isaac osy ko tuguma turonka utu rapport twinshi aguma yikoza amenyko success zishobora kumuherako ,ntiyibagireko amaz gufashwa na benshi nawe afashe abandi .but big up Isaac we salute you man and ejo niheza keke
Bavuga abanyamuravy kubera turi beza uburundi bwse tuzimbere
@mgmgtheraper66793 жыл бұрын
Wow you back again welcome isaac so uwomwana nukumubwira ahovyase uronderera ahandi
@kingviga72493 жыл бұрын
I love that girl
@sophonientiranyibagira32473 жыл бұрын
Nc Isaac.bandany uduherez musaza
@samuelniyokwizigigwa64023 жыл бұрын
Bnr Isaac tv.nukuri ivyo vy'abakobwa b'i muranvya ndabifitiye ivyemezo naravyiboney
@samuelniyokwizigigwa64023 жыл бұрын
Nareke kwivugisha abakobwa turabazi nukwivugisha encore wamuranvya?sha nagombe avugishe ukuri.
@djalainchris60733 жыл бұрын
Curage keke kandi uva mubukeye iwacu✌️✌️✔️
@pinlslum43243 жыл бұрын
She so cute
@fehiciteand87843 жыл бұрын
Keke ngukundiye ko utishira hejuru cane nkabandi
@idabuja73193 жыл бұрын
Isaac turonderere Hosy nawe twumve ico avuga kuri ivyo vyo guca amazi Keke
@burundianactermontana7143 жыл бұрын
Vyiza cn Issac urakor neza .
@kajagarilecomedien34943 жыл бұрын
Hosy arishima NA wew Isaac naragusavye ikintu inyishu ntiwampaye
@josephinegahugano61483 жыл бұрын
Ariko kuba atakwemereye stages,ntibituma wocusimbira online ngo uvugeko arumwana mubi.surtout k nawe atareaction réelle yiwe watubwiye.ucumnga nturi mûre nawe,bituma harabatogukundira une telle réaction mademoiselle. Ubundi cette Hosy mbona ateye nkabandi barundikazi vrt,ahibiganiro abatandukanye même les plus démunis.ntashirisoni,mumvugo no munyambaro.
@@noraneni7503 ahorivugana yaravyaye atavyaye gusa nuwambere. Non abobataravyar haricubona bamusumvya?
@mrsheriff41183 жыл бұрын
Icocana kibirimwo ndak
@donnar37903 жыл бұрын
Isaac ufise ubushuhe kabisa🤣 ama cuisse nama taille wagumye woza amaso🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ariko uwomukobwa yakwishuye neza avec intelligence. Hosy ni journaliste mwiza ntamashari agira☺
@hedayahe8543 жыл бұрын
Yoza iwacu akaryama mworinda kuryamana
@IVOMO_TV3 жыл бұрын
Isaac agira amuhe akazi
@davydollar62803 жыл бұрын
Kkkkk ntakitagira impamvu
@vyanyumaschadrack49443 жыл бұрын
Pub hagati muri video sinziza au debut canke a la fin vyoba vyiza
@kellykezimana52903 жыл бұрын
Baza ibibazo birimwo ubwenge pliz
@vyizigirofrancine99943 жыл бұрын
Mbayuwumunani ndazindutse
@hdysydhdurjr11053 жыл бұрын
Ikiganir ciz can
@claudemanirambona59853 жыл бұрын
Hosy arashima birenze kbs jew kubwanj arashisha svp
@milomediatv3 жыл бұрын
Urashira isoni One two one two two one two peace Man
@milomediatv3 жыл бұрын
Kumbe nabaye uwambere mûri commentaires yooo félicitations à moi😂😂😂😂😂😂😂😂
@lydiawamaana83613 жыл бұрын
None ko Hosy yavuze ngo uwuzokenera kugira stage azomurondere, so nivyo sha clairia ngira ngo ntiyar bwabipange kila kintu numupango Hama kubavug ngo hosy arishima, bamurek'ishari reka abana bigihugu bibereho Kandi kenshi abana beza muvug ngo barishima why?
@@nshimirimanafrancoise2517 gusa na Isaac aragomba guteranya
@noelndisabiye83963 жыл бұрын
😂😂😂
@fofofrancine57253 жыл бұрын
Keke umunyamuramvya wiwacu mpa numero yawe tumenyane
@Reem-es2zx2 жыл бұрын
Isaacjewendondererafizourekanennzondaya
@kododashscott91173 жыл бұрын
Ndagusabye Isaac ba mumenya kwambara kuko muba murebwa nabantu benshi nkiyo t-shirt 👕 vraiment c pas du tout bien ntabwo igaragara neza utwo nudupira twabana bari kabs Just saying
Abo bakobwa bayo ma online TV Baragara umengo nibindi bafise
@Emmy226553 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣numutima mupi
@grandprime76773 жыл бұрын
Imuravya iwacu nimureke kuvug ngo har u... mana ahubwo suwo wese afha kwivang hoooo ye dupo gado Isaac kandi turi beza Qelia wishuye neza cane❤❤❤
@egideegico67303 жыл бұрын
Hhhhh
@jeanmarievianneyirakoze66903 жыл бұрын
Un journaliste qui est tellement bidon dans toutes tes question. Il faut q tu apprenne comment diriger une interview. Vos questions sont vides et bidons. Sinon retourner sur le banc de l'ecole.