Isanganiro: Amakuru yo ku wa 9 Kigarama 2024

  Рет қаралды 21,638

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Пікірлер: 22
@AghHh-v3f
@AghHh-v3f 3 күн бұрын
Mbega Abobafumu Abajamwo kuberiki Ntamufumu Asumbi Imana yoyaremye isi ni juru muragowe Aba DD Mwamenyereye Kuja mubafumu 😮😮😮😮Imani tuzigamire Umutama wachu Agato Gwasa❤❤❤❤❤ maansha Allah
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera 3 күн бұрын
Emwemwahanuramubwirabantumva Ariko Imana Ijobahana Nimurekemugo Mbinyungujanyu
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 4 күн бұрын
Baramutoteza ariko Imana iriho Agathon Rwasa abarundi niwe bahanze amaso
@AmosCharles-or2cm
@AmosCharles-or2cm Күн бұрын
Nanje Aghaton ndamuhanze amaso kwer
@Bensonkwalia-qg5bc
@Bensonkwalia-qg5bc 3 күн бұрын
❤aba dd bakubonye Barajugumira kukibaragutinya
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 4 күн бұрын
Yobashaa ndongeye kubona nyakwubahwa Agathon Rwasa ❤
@wilsongafurero4284
@wilsongafurero4284 3 күн бұрын
Isanganiro!! Ijwi ry'abahima.
@jeandedieunsabimana3348
@jeandedieunsabimana3348 3 күн бұрын
Ayandi madini yoyo womengo n,ibiragi.vive catholique!
@Memba257
@Memba257 2 күн бұрын
Intwaro idahindutse ubukene burica umurundi kweli
@PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz
@PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz 3 күн бұрын
Ibanga ry'UBURUNDI umuntu akeneye kurimenya, yumviriza/arondera kumenya kahise kabwo. Ibanga ryo guter'imbere ku BURUNDI rihagaze ku guhindura ivyiyumviro, Abarundi bose bakamenya ko basangiye ugupfa n'ugukira, ko ata wokwibaza ko yobaho neza hari uwundi ababaye. Mu majambo make, Umurundi abe umwe mu mice yose y'igihugu. UBUMWE bw'Abarundi (UMOJA). "Bukebuke ni rwo rugendo", kandi "Uwushaka kugenda hanini yirinda kugenda arakebaguzwa araba inyuma". Umurundi wese ahange amaso imbere, areke kugumiza mu mutwe wiwe ivyamubabaje muri kahise. Iryo ni ryo banga nyamukuru. Turizera ko bizoza birigaragaza uko imyaka ija iragenda, hakaza iyindi. Ejo hazoba hatandukanye n'uko tubona uyu munsi. Imana iri mu ruhande rw'UBURUNDI.
@MamilienneManiragaba
@MamilienneManiragaba 3 күн бұрын
Non'ko'tumvikana'mugihugu'hagati'nticumvikana
@VickyskyNduwayo
@VickyskyNduwayo 3 күн бұрын
uburundi bwari bwiza kandi ibi bihe bizoherana nivyavyo.
@Mariam0329p
@Mariam0329p 3 күн бұрын
🎉🎉🎉
@UwamariyaDusabe
@UwamariyaDusabe 4 күн бұрын
Hello fatafaka 😂😂😂😂😢😢😂😂😂
@Dieudone-dc9jb
@Dieudone-dc9jb 3 күн бұрын
Uwomusi mukuru muburundi ntiwari ukwiye guhimbazwa kuko ibiturire muburundi carashinze imizi
@uwimanasteve
@uwimanasteve 3 күн бұрын
Abo bamushigikira bose nibaza kwatabwenge bagira ntanumwe anamuzi nokumaso twe nitwe tumuzi neza twamukoreye imyaka niyindi ngo rwasa amaziki mugihugu? Nigiki yamaze kuva intambara ihagarara? Muzobaze twe tumuzi
@celestinsakubu4273
@celestinsakubu4273 3 күн бұрын
Non mwebw abarund bakeny komugum mubabwir ngobazan amahera mwiyosenger yany ntagifyoti rwasa yoshobor gutwar kuko abattus baramuciriy igikorogwa mukanwa numwicany nubu agum yica
@wilsongafurero4284
@wilsongafurero4284 3 күн бұрын
Agathon Rwasa!!!imyaka irakujanye, wakwinjiye muri CNDD/FDD? Wewe Rwasa naho wokoranya abapfumu bose bomu Burundi nta Burundi uzopfa utwaye, coalition yawe nibinywamaraso nka Sinduhije, Rugurika, Nininahaze...vyatumye abarundi bamenya uwuriwe.
@musambbs1939
@musambbs1939 3 күн бұрын
Wew ntahutaniye nibuya ryibitoro nibindi bihaze Burundi ariko imana irababona ntanvura idahita niyo kurinowa yarahise
@RogerIrankunda
@RogerIrankunda 2 күн бұрын
None nkawe ndagutwenze
@AmosCharles-or2cm
@AmosCharles-or2cm Күн бұрын
Nanje Aghaton ndamuhanze amaso kwer
@AmosCharles-or2cm
@AmosCharles-or2cm Күн бұрын
Nanje Aghaton ndamuhanze amaso kwer
Amakuru yo ku wa 13 Kigarama 2024
35:26
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 6 М.
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 34 МЛН
Why no RONALDO?! 🤔⚽️
00:28
Celine Dept
Рет қаралды 117 МЛН
路飞做的坏事被拆穿了 #路飞#海贼王
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 26 МЛН
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 13 Kigarama 2024
15:13
Isanganiro
Рет қаралды 1,7 М.
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 34 МЛН