Ishengero rishasha rikuru ry'Urutare ryubatswe ku miriyaridi zirenga 5 z'amafranga y'amarundi.

  Рет қаралды 26,294

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

#Burundi Ivyo vyashikirijwe mu birori vyo kwinjira icese urwo rushengero vyabaye kuri uyu wa gatandatu aho uwuserukira urwo rushengero imbere y'amategeko yasiguye vyinahi mû bikorwa n'imigambi yarwo..

Пікірлер: 24
@niyimpumurizamoise2256
@niyimpumurizamoise2256 Жыл бұрын
Nihatari. Je crois qu'il faut penser juste. Imana iharire Africa.
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 4 жыл бұрын
Kubaka ishengero nziza gutya ni vyiza || Twizereko nyuma ya Nkurunziza abantu bazakomeza gusengera kwa Pastor Denise || Kora SUBSCRIBE kuri channel UBUKIRE NYABWO TV
@kiokojo453
@kiokojo453 4 жыл бұрын
😭😭😭😭😭amafaranga y'igihugu.rero raba Mukama ibuka abavandimwe bari mu gihugu
@technologytv257
@technologytv257 3 жыл бұрын
Imana ibahezagire cane murakoze indongozi zanyu ni nziza
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Жыл бұрын
Hahaaaa
@technologytv257
@technologytv257 3 жыл бұрын
Irishengero ritumye mpezagirwa rifise abarongozi beza cane
@ndayiragijelevantus9156
@ndayiragijelevantus9156 4 жыл бұрын
Mega umunezero uba muburundi ababanka babandureko nimuterimbere nkumuzinga komeza mwiheshe icubahiro mureke abanyaru namatv yabo ahora ari uburundi vyacitse bagiramaso ntibabona amatwi ntibumva.
@antoinea.katembo5326
@antoinea.katembo5326 4 жыл бұрын
How come someone can dislike this video??? Haters always have a motive to rely on!!!
@evalistebukuru9644
@evalistebukuru9644 4 жыл бұрын
Nibisuma p!
@antoinekatembo8520
@antoinekatembo8520 4 жыл бұрын
Evaliste Bukuru good to know and thank you for info!
@macarijoshua2750
@macarijoshua2750 4 жыл бұрын
Komeze gukayanganisha igihugu
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 жыл бұрын
Nimuterere mwubake namabarabara yabomotse mu gisagara ca bujumbura
@dynakarire5002
@dynakarire5002 4 жыл бұрын
grnti rush ivyo nawe birakuraba kuko iterambere n'irya buri murundi wese
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 жыл бұрын
@@dynakarire5002 birandaba none nokwiyadukiza kndi Hari inzego zibijejwe ataco ziriko zirakora...nibaduhimirize...none w ntubona kwigisagara gitey isoni?? cank naw uri muri bamw bagendera muri v8?batazi ivyo hanze
@riverriver8675
@riverriver8675 4 жыл бұрын
Hhha erega nkurunziza kubera aguma yinyegeje murako gahugu kanyina adatembera aze mubindi bihugu ntashobora kubona kaba mumusaka💀💀
@yvonnekwizera688
@yvonnekwizera688 4 жыл бұрын
heee , sha , ntubeshe, amabarabara yarabomotse jewe narumiwe ngezeyo pe , bubaka ibi etage mumahera bivye abanyagihugu, ariko kubakorera amabarabara bacamwo, akuna , ni hatari ivya Burundi kabisa ,
@riverriver8675
@riverriver8675 4 жыл бұрын
Ya Imana ya Nkurunziza 🤣🤣turabazi mwebwe pole sana
@clementfilipo7912
@clementfilipo7912 4 жыл бұрын
Rulongowe nande
@jeanneniyonkuru6689
@jeanneniyonkuru6689 4 жыл бұрын
Yakugize iki mu Burundi iyo habaye ikintu ciza kitunezera twese abarundi na barundikazi ntimubura ivyo muvuga ari muzoruha Imana iradukunda ntaco muzodutwara
@riverriver8675
@riverriver8675 4 жыл бұрын
Yoo imana ya nkurunziza ntayuzi, ariko yemwe ,raba uwomwambaro honyene bategetswe kwambara
@LionelMessi-qf3xu
@LionelMessi-qf3xu 4 жыл бұрын
Ushaka wovuga make
@nijenahageraaugustin5895
@nijenahageraaugustin5895 4 жыл бұрын
yemwee yemwe ! abatutsi gusaaaa! nihatari turacafise akazi ko gukurugutura
@nijenahageraaugustin5895
@nijenahageraaugustin5895 4 жыл бұрын
uretse umukenyezi wumukuru wigihugu boooose basigaye ni abatutsi? ako si akamaramaza?
Survival skills: A great idea with duct tape #survival #lifehacks #camping
00:27
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 24 МЛН
1❤️
00:17
Nonomen ノノメン
Рет қаралды 13 МЛН
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
France's Stunning Election Results Explained
9:39
TLDR News EU
Рет қаралды 1,1 МЛН
Visit Burundi 🇧🇮  Burundian drums  ( Gishora muntara ya Gitega)
10:59
Alvin Smith Official
Рет қаралды 2,7 М.
Survival skills: A great idea with duct tape #survival #lifehacks #camping
00:27