Amanota Olucome iha umukuru w'Igihugu Evariste Ndashimiye ku kiringo amaze Ku Ngoma y'Uburundi

  Рет қаралды 30,227

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 87
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 5 ай бұрын
Uravuzukuri. Kugir igihugu kiterintambwe. Nuko hoba kurekekura abafunzwebose nabahinze Bose ham uburundi tugatangura kubwubaka bishasha.
@SteveOfficial-v1t
@SteveOfficial-v1t 5 ай бұрын
Kubwawe rero Igihugu c'uburundi cishwe Nuko abakozi Ari bake😂😂😂,ibisuma nivyicanyi vyose babirekure Igihugu gice gitera imbere????uwo siwomuti ntanaho bihuriye nibibazo Uburundi Bufise mubutunzi
@mbona7324
@mbona7324 5 ай бұрын
Za muragerageza turabe ko twohindura. Erega ntitwabuze abahinga mu Burundi twabuze ugushaka kwabari hejuru
@ErickMpendwa-m6o
@ErickMpendwa-m6o 5 ай бұрын
Uri umugabo wabagabo kweli Burya muburundi turafite incabwenge nuko umenga leta irasinziriye ahubwo uwoguha igihugu usa nuwogitezimbere mumwanya muto. Much appreciates👏👏👏👏
@OlivierBIKORIMANA-n4m
@OlivierBIKORIMANA-n4m 5 ай бұрын
Umvukuri ukuri gucamuziko nigusha hama ba président mureke kugwiza Amajambo mukagwize ibikogwa Nka gwagasore king 👑
@WORLDFACE-ug3kr
@WORLDFACE-ug3kr 5 ай бұрын
Murakoze, Turabashimiye cane, ariko ivyo vyose ntibishoboka mugihe Politique y' Uburundi ikirimwo: 1. Amacakubiri. 2. Igitutrire . 3. Ubwicanyi. 4. Akarenganyo gahoraho bivuye kuryane z' Imigambwe. 5. Kutagira urukundo rwo gukunda Igihuugu no Gukunda abanyagihugu. 6. Kwiharira ubutunzi bw' igihugu kubanye politique. 7. Kwiharira ubutegetsi. 8. Ubutungane bwuzuyemo Ibiturire nagahotoro. 9. N' ibindi nkivyo. Turasaba abarundi bakunda igihugu nabenegihugu guhaguruka tugaharanira uburenganzira bwacu no guteza imbere igihugu.
@JulyNumugabo
@JulyNumugabo 5 ай бұрын
Jew sinibaza ko igihugu gifise amanyanga muma service hafi yose y'igihugu gishobora gutera imbere.
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 5 ай бұрын
Rufyiri we wamuhaye menshi, ngira yaguhaye igiturire sha !
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
Wavuze kbs arik bizoherera aho nyene
@SimonFikiri
@SimonFikiri 5 ай бұрын
Uyumusaza nukumureba neza,kuku abahinga baravuga nezako kugira abantu beshi arubutunzi Ndanize mvuganti uburundi nibabanze barekane nivyimigambwe ahubwo barondere incabwenge zose zuburundi bazikoreshe murabeko navyabishomere kobitazobona aazi nihirwe ingamba nsha,Magufuri yasize atanze urugero rwiza rwigihugu caricose komuri 5years ibintu bishoboka cane guhinduka.😊
@NIYOKINDI
@NIYOKINDI 5 ай бұрын
Abantu beshi nubutunzi bukomeye cane kugihugu nabanyagihugu bwite
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
None uravye u Burundi ningene bungana abantu barabuze?Komeza mwivyarira cumi cumi ingo urabe i Bujumbura abana bari mwibarabara bitewe ningaruka zuko abavyeyi babo badashoboye kubarera kubera abavyaye benshi
@davidnikiza2520
@davidnikiza2520 5 ай бұрын
Nukuri kabisa none koreta yirukanye ubuzi abatu bakora? Akirukana amamuto namabajaji ariko kazi beshi bakora. Namakinga
@SergesNduwimana-dy1ch
@SergesNduwimana-dy1ch 5 ай бұрын
Imiliyaridi zirenga ibihumbi 6 yideni, asumba Ayo reta ikoresha kumwaka.
@rubinniyukuri4467
@rubinniyukuri4467 5 ай бұрын
Olucome Parcem Ndabahaye89%
@levygasper7438
@levygasper7438 5 ай бұрын
Ahubwo olcome musigay mukorera kubwoba ndk iyo 50%muyitanz kurivyahe vyakozw uyumus atanisukali ikibazwa muburundi
@GivasNgezaho
@GivasNgezaho 5 ай бұрын
Nabarimyi bararima ntaco babona,nkahamwe bobaha uburyo bw'amamashini,porcentage yoca ija kuri 50%
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 5 ай бұрын
Kuko ata sukari, ata gitoro, ata mazi, ata devises, kuko abarundi bagowe ay'ikivumvu bari bakwiye 0,51%. Nayo ivya 2040 na 2060 iyi ni promesse y'uwananiwe kandi ata vyizigiro afise vyo kuzoba agifise ubutegetsi
@Angedangel
@Angedangel 5 ай бұрын
VYOSE BIVANA N'INTWARO. INCOMPETENTS @ 100%.
@ubutungane
@ubutungane 5 ай бұрын
twaridukeneye mwenaba
@JulyNumugabo
@JulyNumugabo 5 ай бұрын
Sasa ayo madinette mbona hayatuliyi😂😂😂.
@JeandeDieuBarutwanayo
@JeandeDieuBarutwanayo 5 ай бұрын
mwubahwe mutama wanje ndagukunda kuko muravuga ukuri nukwo biherera munyandiko no mumvugo barakwie kumvakamo mubatera abo vyega ndaguteye intege muta
@ErickMpendwa-m6o
@ErickMpendwa-m6o 5 ай бұрын
Nawe urabibona???
@MaîtreRichardHabimana
@MaîtreRichardHabimana Ай бұрын
Za muragerageza kwl turabe uko vyohinduka ariko ntavyizigiro dufis
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 5 ай бұрын
Nabahunze Bose. Ham tugatangura kwubaka uburundi bishasha. Hagatangura amategeko gushasha
@jacquenahimana1497
@jacquenahimana1497 5 ай бұрын
Muze reka kuvugivyobintu turababaye.
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 5 ай бұрын
Ngo imbono kazoza nakubu vyaransee
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 5 ай бұрын
Mbega Amanota woha Umwicanyi Umunyonyezi Umubandi yica anyuruza Abarundi ntibatogwe n Ibiziga Canke bagatogwa mu Nzuzi no mu Miserege Aho guhabwa Amanta akwiye kubohwa akagirigwa ivyo yama agirira Abarundi
@NduwayoJérémie-d4w
@NduwayoJérémie-d4w 5 ай бұрын
Lunettes lunettes
@pasteurnininahazwe4646
@pasteurnininahazwe4646 5 ай бұрын
Murundi yavuga kandi burya uburundi burafise incabwenge kwl
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is 5 ай бұрын
Amahoro. Yimana
@RukundoDesire-ch6pb
@RukundoDesire-ch6pb 5 ай бұрын
Yabuze abamufashya igihugu yarumugabo
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is 5 ай бұрын
Mbega Kuvyara. Nikokubujije. Igiroro Isukari Mbegako. Muduterinshinge Tukarwara. Ibivyimbamunda Wajakwamuganga. Bakakwirengangiza Mbe Abobavugakuvyara Twiswe. Nibihute Hahomba Umuryango Mwebwe. Ntacyomuhomba
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
Abana baba mwibarabara kubera abavyeyi babo badashobora kubarera kubera bavyaye benshi uzi uko bangana?Abarundi be muca ubwenge
@EmmanuelNdikumana-d5h
@EmmanuelNdikumana-d5h 4 ай бұрын
Wehowihaye amanota angah
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
😂😂😂hagiye gusha igitabo ni bagisohor😂😂
@StyvenBigirimana-w7b
@StyvenBigirimana-w7b 5 ай бұрын
Uvugukuri
@RoseAleose
@RoseAleose 5 ай бұрын
Oyoba ariwewe watwara igihugu kubera igihugu umengo nicumuntu imw
@madibafiftynine5965
@madibafiftynine5965 5 ай бұрын
Uburundi nta president mugira nikintu gitereyaho to. Kivuga. Ibitajanye. 😂😂😂
@deobiho
@deobiho 5 ай бұрын
Si ukuvyara ni Ukuvyaragura
@TwagirayezuPascal-z9l
@TwagirayezuPascal-z9l 5 ай бұрын
Ama lunettes ni danger😂😂😂
@euphraimNdayi
@euphraimNdayi 5 ай бұрын
Mutama warize kbx uramenya bokwumva impanuro utanze twokira
@Habi105XF
@Habi105XF 5 ай бұрын
Bizoba nko mûri Sud Afrique. Bariko baratora abari barabacinyije. Kuko abo biyumvira basanze ari abaeyi gusa. Naha rero mu Burundi ni mwitegurw niko bizogenda
@NimubonaDesire-uc7pe
@NimubonaDesire-uc7pe 5 ай бұрын
Aroba ryari kuri zingahe abakurikiranira hafamakuru
@niyimpayejanvieragent506
@niyimpayejanvieragent506 5 ай бұрын
Nkubu nimwapfa tuzobasubirira komuvuga ibintu bikomeye?
@rubinniyukuri4467
@rubinniyukuri4467 5 ай бұрын
Imbono nziza caaane
@BigirimanaSamuel-bo5nl
@BigirimanaSamuel-bo5nl 5 ай бұрын
Kubyara singushgkiy kbx
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
Ntiyanse kuvyara yavuze kuvyara kurugero!!
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 5 ай бұрын
Ibitabo n'ivyivugo aha harimwo igikorwa canke ni amajambo gusa ?
@GeorgesNshimirimana-s1q
@GeorgesNshimirimana-s1q 5 ай бұрын
Nivyo umwe wese n,Ico yevoriwemwo ! Ntushobora kuba chef de Cabinet civil mubiro vy,umukuru w,igihugu ur,Umusoda ! Umusirikare yize inkoho kugira akingir,igihugu !
@EmmanuelNdaykengurukiye
@EmmanuelNdaykengurukiye 5 ай бұрын
Mwubahw mweseee
@bizimanadia6377
@bizimanadia6377 5 ай бұрын
Ivugire make umurundi ntabwirwa wiguye amasigara cicaro
@DishaniDisha-zm2gm
@DishaniDisha-zm2gm 5 ай бұрын
Komera
@StevenMugando-ei6vb
@StevenMugando-ei6vb 5 ай бұрын
uvuzukuri mutama
@shabajims2966
@shabajims2966 5 ай бұрын
Umuhaye menshi ahubwo akwiye umudari wubumu maramare
@ManirambonaYves-v1k
@ManirambonaYves-v1k 5 ай бұрын
Ama luttes kweri mbona boyagufatira
@PiscoPhiri
@PiscoPhiri 5 ай бұрын
😂ayambara agomba asome agomba asigure agaca ayakura
@NIYOKINDI
@NIYOKINDI 5 ай бұрын
Nimuhangane ibibazo bibangamie igihugu sikuvyara
@BigirimanaSamuel-bo5nl
@BigirimanaSamuel-bo5nl 5 ай бұрын
Byase ntubeshr abavyara
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
Abana baba mwibarabara kubera abavyeyi babo badashobora kubarera kubera bavyaye benshi uzi uko bangana bangana? Reka kuba mwigira ibijuju !!
@KasongoFrederick
@KasongoFrederick 5 ай бұрын
😢😢😢😢😢
@ozilbrown3604
@ozilbrown3604 5 ай бұрын
Urashoboye
@JMarieNTETURUYE
@JMarieNTETURUYE 5 ай бұрын
Erega ivyobenevyo ntibavyumviriza mutama!
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
😂😂😂😂 Muta amarori arakuremereye kbs ni bayagufatire
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 5 ай бұрын
4/100
@JeanClaudeHavyarimana-jj4sf
@JeanClaudeHavyarimana-jj4sf 5 ай бұрын
2040 na 2060 je mbona bizoba vyifashe neza gose
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 5 ай бұрын
Mana tabara igihugu cacu
@niyondikoevariste2069
@niyondikoevariste2069 5 ай бұрын
Démographie galopante du Burundi et Rwanda-Urundi,yatumwe nabakolonije ivyobihugu babiha imbibe ntoya cane ,ONU n'a UA nabasubiremwo imbibe za Afrique zingane.
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
Iki kiganiro kikozw ni ca bwenge kbs
@Habi105XF
@Habi105XF 5 ай бұрын
Kuvyara biterwa nuko at akazi gahari. Abagabo n'a abagore birirwa mu mazu barabana mu maso. None mushaka bakore iki.. Birirwa munzu umugabo abona umugore aguma aca imbere yiwe nawe yiriwe aho ataco akora aca abutarukirako. Nti muronderere kure harya wumva ngo mubihigu bitunze abana baba bake. Nuko atamwanya bafise wo kwirirwa muhira. Baba Bari ku kazi bataha barushe bakaruhuka. Naho aha ntaco bakora abagabo birirwa baruza nki impene bahekenya ivyema nu utwumbati. Inkumi nazo zirirwa ku barabarara zidandaza utu unités. Nuko rero IKIBAZO KIRAHO
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂 ati 50% bisaba ko twifata mu nda tugaca dutwenga😂😂
@elysenday
@elysenday 5 ай бұрын
Ivyo vyose uvuze ntanakimwe kizoja mungiro.Namwe ntimuhebura kabisa
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 5 ай бұрын
Kuvyara nsico kibazo vuga ibindi
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 5 ай бұрын
Sico kibazo abana baba mwibarabara kuko abavyeyi babo badashobora kubarera kubera bavyaye benshi uzi uko bangana?Reka kuba mwigira ibijuju!!
@erichavyarimana523
@erichavyarimana523 5 ай бұрын
Ama lunettes nayo ataje ikibazo😂😂😂😂
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂kumbe wa bibonye
@erichavyarimana523
@erichavyarimana523 5 ай бұрын
Ngira harimwo aka montage😇
@chales08
@chales08 5 ай бұрын
Nanje nagumye ndabiraba!!!
@SylvestreRukundo
@SylvestreRukundo 5 ай бұрын
2040 uburundi buzoba buvumye cane!!
@Habi105XF
@Habi105XF 5 ай бұрын
Urarivuzws buzoba buvumwe
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo Ай бұрын
Kuva kuri micombero kugeza kuri Ndayishimiye c'est tjrs les mêmes mots uguma ushikiriza rufyiri urahindure akazi usabe akandi uzokwama uri tendu jusque quand ? mbega none mandats zawe ntizihera? Ndi wewe notanga imihoho buno nyene au lieu de devenir fou au fur et à mesure et sans aucune liberté
@IsaieManishimwe-hl3qg
@IsaieManishimwe-hl3qg 5 ай бұрын
Wewe sha ushaka uvuge make
@BernardNzitunga-ms3qt
@BernardNzitunga-ms3qt 5 ай бұрын
Kuvyara ntabwo bisubiza inyuma igihugu habenamba(ni fénéandisme)!😂😂😂 Ahubwo gouvernement nta mbono ifise yo guteza imbere igihugu,visite Burkina Faso avec des machines à cultiver les champs gratuitement
@MinaniPenuel
@MinaniPenuel 5 ай бұрын
Igisoda cuburundi barabe ntibaje kwiruka nifanga bibagire kwitaho igihugu cacu, umuvyeyi adasubirizwa. Nibave muri business yemwe amahera nimabi caane arasamaza nacanecane ya busines. Umusoda busines yemwe mube maso kabisa.
@ErickMpendwa-m6o
@ErickMpendwa-m6o 5 ай бұрын
Jeux de lunettes 😂😂😂
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 5 ай бұрын
Kubwanje bari bakwiye 110% kuko ntibavyorosha mugutezimbere igihugu ngo ibifungugwa nirya nawe🤔🤔😀😀😀
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt 5 ай бұрын
Tutibagiyeko nuwitize wewe ashaka gutwAra uwovyanse nawe agacatera akajagari
FOREVER BUNNY
00:14
Natan por Aí
Рет қаралды 36 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 31 МЛН
“Bellissima” irateye impari muri indasi
7:45
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,6 М.