LAKEVIEW PARADISE ESTATE | Update | By Fablice MANIRAKIZA

  Рет қаралды 12,544

FABSVISION TV

FABSVISION TV

Күн бұрын

Пікірлер: 115
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 5 ай бұрын
Mana nkunda Fabrice nukuriii❤❤❤❤❤ nkanka uwumwankaa fabriii uri zah1bu yigendera imana yahaye uburundii❤❤❤❤ urikuvyifatamwo nezaa muri 2040 ndabona twahagezeee
@phanuelofficial
@phanuelofficial 5 ай бұрын
Courage Fabrice Imana ikongere imbaraga Muri Vyose
@AliceBigirimana
@AliceBigirimana 5 ай бұрын
Imana ibe muriyo migambi turagushigikiye mukugusengera
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 5 ай бұрын
Sinorengana ataco mvuze Uruwambere kuva uburundi bwitwa Uburundi❤❤❤
@Uwondi1
@Uwondi1 5 ай бұрын
Zuraberekako ibikorwavyivugira urekanenazamburakimazi zishingakudandazamajambo niterabwobaritagirishingiro.Abokund Uburundi turagushigikiye❤❤❤❤❤
@RegineBihoyiki
@RegineBihoyiki 5 ай бұрын
Imana igume ikuzigama mwana w' igihugu
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 5 ай бұрын
Wow.urampimbara cane.Ukora ibikora inka❤
@NimfashekureraEric-do9yo
@NimfashekureraEric-do9yo 5 ай бұрын
Imana ikurinde
@uwitonzemartin5409
@uwitonzemartin5409 5 ай бұрын
Uyu mutipe ni Patriot ❤🙌🤛💪👏Courage kabisa🙏🙌🤛💪👏
@damasceneh
@damasceneh 5 ай бұрын
Terimbere Cane Duhindure Ishusho Y’igihugu Cacu Ciza C’uburundi 🎉
@lazzR1935
@lazzR1935 5 ай бұрын
Vyose birashoboka ubihaye umutima n'ishaka,Imana ibazigame mubikorwa vyiza muriko muritaho🇧🇮🤍👌🏾🤞🏾💪🏾🏆🎉
@sergesntunzwenimana
@sergesntunzwenimana 5 ай бұрын
Congratulations ❤❤❤❤❤will 💕 love
@SteveOfficial-v1t
@SteveOfficial-v1t 5 ай бұрын
Nubwo ntabushobozi mfise bwo gutungamwo na Chambrette,ariko niteka kugihugu nubwo nzoba ndara mwi caniveau bizonyitirirwa nkumurundi!!so,courage kaka Angu ubandanye utera imbere
@SallmaXg
@SallmaXg 5 ай бұрын
Oya senga Imana ntucik intege ,ukiri kwisi ntiwihebure kbra Imana igufiseko umugambi😊😊😊
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 5 ай бұрын
Bizokunda nawe uronke ahuba hiwawe
@Bakariijr
@Bakariijr 5 ай бұрын
Kora cane canke ubandanye ukora cane nawe uzorare heza ncuti
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 5 ай бұрын
Nkunda Amajombo ajana nibikorwa❤
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 5 ай бұрын
Call him mirror of young generation ❤🇧🇮✊
@botchenjohnbosco1933
@botchenjohnbosco1933 5 ай бұрын
Courage Fablice❤❤❤❤❤
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 5 ай бұрын
Courage Fabrice wubahwe cane
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 4 ай бұрын
Barundi barundikazi muze dushigikire Fabrice kuri uyu mugambi wiwe wuguteza imbere Uburundi bwacu❤❤❤
@NiyuhireOlivier-ek2ir
@NiyuhireOlivier-ek2ir 5 ай бұрын
Igihugu gikenewemo abantu nkamwe courage kbs❤❤❤❤
@Nandaise
@Nandaise 5 ай бұрын
Courage durabashigikiye ncuti yanje
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 5 ай бұрын
Imana Ikomez k'umutuzigamira uburundi n'abarundi ♥️♥️♥️ b'umutima
@Ira62621
@Ira62621 5 ай бұрын
Courage brother 🤛💪
@NdayishimiyeJustin-l2p
@NdayishimiyeJustin-l2p 5 ай бұрын
Hi my brother jew ndaryoherwa nibikorwa ukora nukuntu ukunda uburundi
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 4 ай бұрын
Courage mon frère bn travaux ❤❤
@AminaJou
@AminaJou 4 ай бұрын
Courage fabrice nice ❤❤❤🎉 ni ngozi kumavuko ntuze uhibagire uhejeje buja
@lucksonbonfilsbrown907
@lucksonbonfilsbrown907 5 ай бұрын
Bro urakwiy kuba umukuru wigisagara ca buja niwitoza ndakwemerey ijwi ryanje😊mutwubakire nama etage maremare igisagara kiberwe cane tuve mugasuzuguro vrm
@belyseirakoze5371
@belyseirakoze5371 5 ай бұрын
Amazing jobs my bro I'm proud of you 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪 abarundi turashoboye
@Surprises3558
@Surprises3558 4 ай бұрын
Fabrice is a big Guy ❤ Tumusengere cane❤
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 5 ай бұрын
N'impumyi itabona, yovuga ivyiza 🎉🎉🎉 biriko biragaragara mu Burundi kubw'Abarundi b'umutima ❤ bagomba ko Igihugu cacu ciza c'UBURUNDI gitera imbere cane impande zose ! By Jeremiah Burundian man ❤
@NtahirajaJean
@NtahirajaJean 5 ай бұрын
Komera Msaza Fabrice ,ndakwubaha uri twari.uraturinganirije neza igihugu cacu ciza c'Uburundi.girumugisha nimbaraga zivuye k'Umwami Yesu umukiza wacu.
@RemsonAman
@RemsonAman 5 ай бұрын
God bless you too
@dushimeterry
@dushimeterry 5 ай бұрын
Muchrespect Fabrice🎉
@ChachaChany
@ChachaChany 5 ай бұрын
Courage bro ❤❤❤❤
@celestinnduwimana5033
@celestinnduwimana5033 4 ай бұрын
Ndagukunda Fablice,isoko ya Bujumbura yoyo izoza ikugira igihangange niwayiheza. Courage bro
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 4 ай бұрын
Fablice congratulations uriko ukora ibintu vyiza cane.
@kazefloride9992
@kazefloride9992 5 ай бұрын
Gumamwo muhungu mwiza❤❤❤
@GentilUwizerimana
@GentilUwizerimana 5 ай бұрын
Courage IMANA iguhe umugisha hamwe n igihugu cacu
@jchuma5417
@jchuma5417 5 ай бұрын
Okay thanks 🙏🙏
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 5 ай бұрын
Uringabire y Imana kuburundi .
@uonebforever8662
@uonebforever8662 5 ай бұрын
Intumwa y Imana❤😍
@RemsonAman
@RemsonAman 5 ай бұрын
You are my inspiration ❤️
@Sirinteriordesign
@Sirinteriordesign 5 ай бұрын
Nivyo umuntu aravye ivyo mumaze gukora, murakwiye gushigikirwa cane so courage cane
@WilliamTuyisenge
@WilliamTuyisenge 5 ай бұрын
Bons courage Fabrice 🏆💪
@Vision2300
@Vision2300 5 ай бұрын
Fabrice, ivyo ukora vyosse ubikora vuba 👏 i like this state of mind ! Motivation niveau 100 % 🎉🎉🎉 merci beaucoup kuvyo ukora vyose
@Surprises3558
@Surprises3558 4 ай бұрын
He doesn't have African mentality 😂 He has Australian mentality 😂 Umuzungu nuko akora , if it yes it's yes if it's no it's no . Time wasted is life wasted
@ChristianKiky
@ChristianKiky 5 ай бұрын
Woaaw courage fabr🎉🎉❤❤
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 5 ай бұрын
Ndagukunda Fabro ❤
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 5 ай бұрын
Eee vrm courage Nyamugari igire izamuke💪
@NsanzabahiziRehema
@NsanzabahiziRehema 5 ай бұрын
Imana ukuzingame❤❤❤❤
@julius875
@julius875 5 ай бұрын
Courage Mr Fabrice gusa winds irarenze
@TharcisseNiyokindi
@TharcisseNiyokindi 5 ай бұрын
Nukur fabirise tukeneye nimero yiwe guko ivyiynviro vyiwe biratomoy abantu Ben benabo nimbonekarimw mugihug Imana imutuzigamir
@MbonimpaElias
@MbonimpaElias 5 ай бұрын
Courage bro🎉🎉🎉❤
@ntakirutimanaviateur1047
@ntakirutimanaviateur1047 5 ай бұрын
Courage brother .ariko utekereze ukuntu ukoresha ibiti bike kuko ibidukikije birimo birahashirira. Depuis kigali
@vt-kn6qf
@vt-kn6qf 5 ай бұрын
Courage keep going, annoy a jealous person and (RPA)
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 5 ай бұрын
Nice 👌
@wenjabreezy4223
@wenjabreezy4223 5 ай бұрын
Irambire musaza
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 5 ай бұрын
Menga. Nogugumdakuraba.m wizawacu. Ngirimana. Niyo kutubikiye❤❤❤❤❤
@AimeHakizimana-q4v
@AimeHakizimana-q4v 5 ай бұрын
Courage
@Nans273-e1o
@Nans273-e1o 5 ай бұрын
Iyo bonye ivyuriko ukora mugihungu cacu umutima wanje uranezegwa
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 5 ай бұрын
Mbega vyiza
@barakadanford4836
@barakadanford4836 5 ай бұрын
Brother, your project is big, so you should have a cameraman and an editor so that your videos have better quality and your voice can be heard better and be more professional.
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 4 ай бұрын
Turavyiboneye Imana ikwagurire amarembo
@renovatndayizeye2416
@renovatndayizeye2416 5 ай бұрын
Courage bro😊
@HervéCIZA
@HervéCIZA 5 ай бұрын
Yes bro you are the one
@habinezaeric2549
@habinezaeric2549 5 ай бұрын
Musore ubaka uburundi maze abirirwa baravuga ngo murakennye bamware gusa icyo ngusaba ubaka na gitega maze muterimbere. Leta igushyigikire kuko uri mubantu batanga akazi ku bantu benshi.
@wilsonkavany
@wilsonkavany 5 ай бұрын
Patriot ❤️🇧🇮
@NadiaNadu-r3v
@NadiaNadu-r3v 5 ай бұрын
🔥🔥🔥🎉🎉🎉
@NdungutseElias
@NdungutseElias 3 ай бұрын
Kora sha
@boscomagaya-fs5wv
@boscomagaya-fs5wv 5 ай бұрын
Jewe fabrice ndamukundira ikintu kimwe numuntu avuga ibintu akabishitsa vyihuse si nkababandi batwubwira ibintu bigaherera mumujambo ntamigambi tubona tumusabire kwa mutama wacu nyenecubahiro Everiste ndayishimiye amuhe irya soko ayubake vuba ntanimyaka 3 yohera atayimaze
@Musindi736
@Musindi736 5 ай бұрын
Courage mutama igihugu kikitezeko vyinshi
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 5 ай бұрын
Iyaba wariwemerewe kwitoza wobuze ijwi 1 gusa ryo kwasinduhije
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 5 ай бұрын
😅😅❤️
@JAime-mn3vm
@JAime-mn3vm 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂abarundi imbaraga muzikurahe kl 😅😅😅 mufise inyushu zikaze😅😅😅😅
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 5 ай бұрын
Ikimbabaz nuko tubivunikira mbona umuher uri mugushika😢
@julius875
@julius875 5 ай бұрын
Ndakunze uwomukenyuro wokubakisha ama blocks
@ThierryManirambona-j8g
@ThierryManirambona-j8g 3 ай бұрын
Bimeze neza bro !!!nukuraba ingozi naho ntuhibagire
@Fleuryvyizigiro-yu2qs
@Fleuryvyizigiro-yu2qs 5 ай бұрын
❤❤
@lioneldusabe8809
@lioneldusabe8809 5 ай бұрын
Icerekeye kuduga kw ikiyaga mwaraciyumviriye? Mugihe amazi yikiyaga yoduga mutwizeza iki?
@MarieNdoricimpaye-wt7nr
@MarieNdoricimpaye-wt7nr 5 ай бұрын
Ndanezeregwa cane nbonye iterambera mugihungu canj🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@wenjabreezy4223
@wenjabreezy4223 5 ай бұрын
Wibuke kubata ama etage meshi mukamenge kugirango baba husla baba munzu mbimbi bazivemwo Kandi ndizeye uzobikira
@danselamalana7365
@danselamalana7365 4 ай бұрын
nivyiza cane fabrice nashaka natwe mutugirire ikigwati cabatobato turi sawudiya abamama kugira dukingigwe kuko abagabo bacu tuyabahaye bacabayonona ninzu itabonetse ugasanga turimwo turarira none mubona twokingigwagute??
@Barca788
@Barca788 5 ай бұрын
You can
@BenardNdayiragije
@BenardNdayiragije 2 ай бұрын
Ikibazo ese umuntu ashatse ko. Mu mwubakira inzu mukibanza ciwe wenye Aho ashatse mugihugu birakunda?
@Simvura
@Simvura 5 ай бұрын
Uwo muntu yagutumye kumugirira blanchiment de son Argent ni nde ??😂😂😂 ni Neva ??
@SibomanaSaida
@SibomanaSaida 5 ай бұрын
Ayo ma bloc agirishwa hehe ibujumbura??nimu twishure yemwe
@CarolinaFesto-y6z
@CarolinaFesto-y6z 5 ай бұрын
How much is a 4 bedrooms
@Chaddy257
@Chaddy257 5 ай бұрын
Aho naho uriko uzubaka NI majahe?
@songamberetv2219
@songamberetv2219 5 ай бұрын
Komera mutama zanyankaburundi ntizipfuza ibintu nkibi niyompamvu bakugwanya
@NiyomutabaziIsabelle
@NiyomutabaziIsabelle 5 ай бұрын
Aho nihe?
@nazairemanirambona7049
@nazairemanirambona7049 5 ай бұрын
Uburundi vyank vyakund burahinduk vub bwang
@FranckNishimwe-fe3uf
@FranckNishimwe-fe3uf 5 ай бұрын
❤❤🎉🎉🎉
@NdayishimiyeJustin-l2p
@NdayishimiyeJustin-l2p 5 ай бұрын
Ariko jew ico nogusab mfasha nanje ingene noshika i canada nanj nzekurondera inoto kugira nzenterere mwiteramber ry,igihugi
@damasceneh
@damasceneh 5 ай бұрын
Singombwa Kuja muri Canada ,Fata umugambi Wuburimyi Nubworozi Ugire Igiterekerezo Nko kurima Hectare 100
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 5 ай бұрын
I love that building Burundi make us proud, brother ❤❤❤❤ manilakiza fablice
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 5 ай бұрын
Fablice hejuru ❤❤❤🎉🎉
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 5 ай бұрын
Komera khbikorwa
@ngundachris7598
@ngundachris7598 5 ай бұрын
Sagamba(×3) sagamba Burundi
@NsengiyumvaEric-v6x
@NsengiyumvaEric-v6x 5 ай бұрын
IMANA ikurinde
@Nans273-e1o
@Nans273-e1o 5 ай бұрын
IMana ikuzigame tuguma tungusengera
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 5 ай бұрын
Ubu zireze ntiziteba kandi ukomere mukazi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 5 ай бұрын
Ubundi niwe warukenewe pe
@jeanmarieciza2262
@jeanmarieciza2262 5 ай бұрын
Irambir mtama Wacu wirambir
@EmileNkunzimana-dg9ky
@EmileNkunzimana-dg9ky 5 ай бұрын
Mbe none ayomatafari avahe? Mugihugu ariyo
@JulesBimazubute-xr2ym
@JulesBimazubute-xr2ym 5 ай бұрын
Bayakorera ahonyene
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 5 ай бұрын
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@gorethndayi6618
@gorethndayi6618 5 ай бұрын
Na ruguru tugerweho
KUMASHURWE HOMES | Update | By Fablice MANIRAKIZA
7:19
FABSVISION TV
Рет қаралды 10 М.
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
好人小丑
Рет қаралды 120 МЛН
Gushima no kunenga (True Stories)~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 5 М.
BURUNDI MUYINGA Gasorwe
8:13
PYZZO BABY
Рет қаралды 27 М.
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.