Umushikiranganji wa Mbere aragabisha amazu avunja amahera mvamahanga batubahiriza ingingo za BRB

  Рет қаралды 22,614

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 28
@OscarNIYONZIMA-w9t
@OscarNIYONZIMA-w9t Жыл бұрын
I agree with your speech First Minister
@anicetdoto6526
@anicetdoto6526 Жыл бұрын
Imana ishimwe kandi ibashoboze
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Жыл бұрын
Kuva kwantare mwinjira kumusagaaaa! Nimwiyubare rero mukoranubwitonzi
@fernandntirandekura2876
@fernandntirandekura2876 Жыл бұрын
Komera kumuheto mwana wamama 🙏🏻.
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Жыл бұрын
Ndagushigikiye iburundi iwacu abantu barakiniaha reta cane bakibazako amategeko adahari nibabapfunge vyose bizoca bihera uzubukene biduteje
@rugemintwazaumurundi6388
@rugemintwazaumurundi6388 Жыл бұрын
Komera mutama turagushigikiye
@jacksonhatungimana6685
@jacksonhatungimana6685 Жыл бұрын
Turagushigikiye mutama wacu garukira i Gihugu
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
😂😂😂 muburundi reta irahana pe
@GasoreJuma
@GasoreJuma Жыл бұрын
Nukuri.
@JimmyHABONIMANA-xy2gq
@JimmyHABONIMANA-xy2gq Жыл бұрын
Je harikintu mbonye murabo bavunjayi, nubwoko bumwe. Leta nirabe neza
@patrio257
@patrio257 Жыл бұрын
Kbsa ara babwiye nkeu nubundi erega vyose baba babizi
@AdidjaNiyonsaba-oq7sd
@AdidjaNiyonsaba-oq7sd Жыл бұрын
Nugutekana
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
Shinga reta 😂❤❤❤
@sahinguvulorraine3255
@sahinguvulorraine3255 Жыл бұрын
Mukunda kubiii 1er Ministre wacu😂 Abarundi dukeneye indero pe! Igihugu kirashigikirwa nticibwa🫡
@kingdomwatchmanministries2230
@kingdomwatchmanministries2230 Жыл бұрын
Mbega i Bdi abategetsi nta mvugo mbabariramatwi(diplomacy) ibaho. Urababwira courtoisement, hama ugashiraho conséquences aux récalcitrants. Ikibazo, ubutungane burasinziriye.
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
Bazaje kuraba ingene Kagame abigenza. We yari kwicamo 3 , agafunga 5 abashinja kwica les 3, abandi bose bagahita baja en ordre sans trop parler comme les autorités burundaise . Le Burundi est très doux...il faut savoir passer un message fort sans trop parler.
@alphanibaziro1974
@alphanibaziro1974 Жыл бұрын
Basha muza mwahagema
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
Turaragukunda nawe ndakugarika
@Ramazanisajad535
@Ramazanisajad535 Жыл бұрын
Komera
@fidelenzambimana6980
@fidelenzambimana6980 Жыл бұрын
Ganza!Hama nabarya baduzibiciro yibidandazwa bafise muri magazin uko bishakiye ngo amadollars yaduze muraba musjinge ingingo yabo na contrôle du marché en general nibihano kuko ntivyunvikana ingene umuntu aduzibiciro gatatu Kane aratanguye ngo nama dollar.le speculateur arabangamiye le marché
@BURUNDIB
@BURUNDIB Жыл бұрын
Hhhhhh erega nawe uzojayo sikera abari bahari nabo baragiye nawe uzogenda tu nturi igihangange nabakuruta baragiye ihorere sha urumunyacibitoke KURUNZIZA yarumugabo
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 Жыл бұрын
None ku mazu akodeshwa kubanyamahanga banyeneyo kobayakodesha muma dollar kandi agahabwa banyeneyo muntoke ntanama taxi barishe ntimworaba uko mwokosora ahohantu
@mamaganza7250
@mamaganza7250 Жыл бұрын
Ndashimira PRESIDENT NEVA ko azi gushishoza mu gushyiraho Cabinet Prime minister ni umugabo kabisa Na Ministre de l'interieur na we ni Umugabo kabisa.Bashingantahe nimubandanyirize aho !!!!!
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
❤❤❤😂
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
Kuki babaretse bagafungura batujuje ibyangombwa ?
@innocentntiranyibagira9013
@innocentntiranyibagira9013 Жыл бұрын
Nibabafung Abo bagesera baza baringira Imvyo bashaka
AMAKURU YA SAA SABA | Tariki 11.01.2025
33:13
RwandaTV
Рет қаралды 3 М.
How Strong Is Tape?
00:24
Stokes Twins
Рет қаралды 96 МЛН
Ni ibiki #Ntibantunganya yasavye #Nyerere?
16:15
Appobusiness
Рет қаралды 1,7 М.
#KuKAYI : Abavukana  bokorana business? / MONNA WALDA & ERWAN
37:11
PAM Channel TV
Рет қаралды 43 М.