MKOMBOZI aririmvye indirimbo yiwe nshasha..|| Icatumnye itarasohoka..|| Telephone yiwe kwibwa

  Рет қаралды 14,270

Isaac Tv

Isaac Tv

2 жыл бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 146
@bibayevyotv5529
@bibayevyotv5529 2 жыл бұрын
Mkombozi ndamukunda kuko Ari Cool🥰Big up Musaza
@funnyboyfb522
@funnyboyfb522 2 жыл бұрын
Number 1 ni mimi aki nilikuw nime miss sana Mkombozi Big up sana ma bro I'm in Kenya 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@wakawakamd7661
@wakawakamd7661 2 жыл бұрын
Waooo mkombozi unatufikisha tunako pataka shabiki wako baba muzazi tunaomba usije ukatuangusha nihilo baba muzazi asante
@aheza257
@aheza257 2 жыл бұрын
Kutavuze alias HUGUETTE ? 🤔😂🤭😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Gusa nyene Mkombozi ni mpore sana. Nakubari👍👍
@bfadzolothefuture2268
@bfadzolothefuture2268 2 жыл бұрын
Respect bro kali Rusifa Mkombozi
@kercybty
@kercybty 2 жыл бұрын
Very nice song 🎵 bro🇧🇮👊🏿 Burundi 🇧🇮 Bujumbura all we need is one love👊🏿🇧🇮💯
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Mukombozi yubahwe vraiment
@etienneiragena
@etienneiragena Жыл бұрын
Mkombozi kabisa 💪 umuziki ibendera worihabwa
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
sha, Iriya stade?ooooooooooooooooyyyyyyyooooooooo, abayihonyoyeko bose baba barigeze kuba ivyamamare kwisi yose imyaka myinshi cane. Ariko ndipfuza kukubona uriko uharirimbira
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 2 жыл бұрын
Aha ndabona ko Mkombozi yahuye n'uwimenyereza muvyo gusaba amakuru
@bfadzolothefuture2268
@bfadzolothefuture2268 2 жыл бұрын
Mkombozi salute bro
@feltinaoman4672
@feltinaoman4672 2 жыл бұрын
ISAAC TV ndabakunda sana.mugabo mugerageze murondere mikoro 2.kugira teikingire covid ntitwanduze csnke ntitwandure.
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 жыл бұрын
Uvuze ukuri guko j simbona ukuntu bakoresha micro imwe ningene bazi twinjiranyw
@hassanjim7342
@hassanjim7342 2 жыл бұрын
Mwagize conversation nziza nimwubahwe..hari akantu gakwiye gukosorwa kuko katabereye amatwi, hari n'uwundi yari yakagarutseko,Wii murondo yagumye asubiramwo ngo umuziki ndundi mu gihe badukosoye ko harimwo amajwi atitabana na cane cane ku bantu muba mwarize imitigiri mu mashure mato-mato.....murakoze cane murakagira Imana
@bukurubenjamin6813
@bukurubenjamin6813 2 жыл бұрын
Mukombozi ndagukunda urikirori ndakwibuka Tanzania turi muri Fuso yitwa yesu ni jemedali tuja Kigoma big up bro.
@vavaloveonlinetv204
@vavaloveonlinetv204 2 жыл бұрын
Ngo fuso yitwa ngwiki😂😂😂😂😂
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 жыл бұрын
@@vavaloveonlinetv204 🤣🤣🤣🤣
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 жыл бұрын
Mukombozi,nagukunzekuvankirumwana,umyuvyengukundakubi.Imaniguhekuramba
@fatimahahmadlamar1241
@fatimahahmadlamar1241 2 жыл бұрын
AMIIN AMIIN AMIIN
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 жыл бұрын
Nukuri,Imaniguhekuramba.kuko,wuzuzimitimayabenshi👏🙏
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Respect mukombozi utaniuwa wwe
@johajohar7777
@johajohar7777 2 жыл бұрын
Mukombozi umependeza sana yaani gym imekushika kabixa kifua kimekaa vizuli
@paulogordien5342
@paulogordien5342 Жыл бұрын
Mu. Kombi bigapi sana
@alexshabani2012
@alexshabani2012 2 жыл бұрын
Mukombozi w'acu ndagugunda You are very open courage baba💖💖💖💖💖💖💖
@MeRy-qk6bp
@MeRy-qk6bp 2 жыл бұрын
Mukombozi niwirambire mutama🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@pontienndayegamiye5446
@pontienndayegamiye5446 2 жыл бұрын
Santa big up kutuzanira mukombozi
@bigirimanadesire855
@bigirimanadesire855 2 жыл бұрын
Mkombozi tres intelligent
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 2 жыл бұрын
Ndagukunda siemple hasta 😀🥰🥰🥰
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 2 жыл бұрын
Respect mkombozi,courage
@saidontirandekura4549
@saidontirandekura4549 2 жыл бұрын
Bro mukombozi ndakwemera Can💪💪💪
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Mkombozi ndakwikundira uburyo utuje wishurana ubwenge💕💕
@elogearakaza5441
@elogearakaza5441 2 жыл бұрын
Much love to my favourite Mkombozi
@irakozemelance4703
@irakozemelance4703 2 жыл бұрын
Santa webale kutuletera Mkombozi atuimbidde akaimba kalungi, katonda akuwe omukisa. Ka tusabe Mkombozi akaimba Kano akatware mu studio akakore bulungi tusobole kugafuna ku KZbin.
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Wow,igicumuro ni caha ntabwonarinzi ko bitandukanye komera mukombozi urampuguye.
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 жыл бұрын
Courage mukombozi indirimbo zawe zirahanura
@raissamugisha1653
@raissamugisha1653 2 жыл бұрын
Mkombozi ufise amajambo meza yokuririmba mai uhindure umuziki wakisasa knd uze uribredinga sana
@vianneybadogomba7691
@vianneybadogomba7691 2 жыл бұрын
Nakubali tonton Mkombozi
@ibrahimmeshack1924
@ibrahimmeshack1924 2 жыл бұрын
Big up mtama mkmboz
@openmindconversation594
@openmindconversation594 9 ай бұрын
Checho muganda waffe, bagambe ffe tweyanjuza mu kibuga oluganda tulumanyi😂😂😂😂
@brownbdi7003
@brownbdi7003 2 жыл бұрын
18ans🙈so big up my best rapper mkombozi
@nduwayezugerard9938
@nduwayezugerard9938 2 жыл бұрын
mkomboz boss ndagukund
@SingirankaboJohnbaptiste
@SingirankaboJohnbaptiste 2 ай бұрын
Thanks papa
@alexandrendorere8115
@alexandrendorere8115 2 жыл бұрын
Mkombozi number one muri RAP
@pajomani4446
@pajomani4446 2 жыл бұрын
Respect hasta turakwemera
@niggabluegangelcapucino4377
@niggabluegangelcapucino4377 2 жыл бұрын
Micro 🎤 yakabiri irakenewe kdi mwirinde na corona!big up to mkombozi🇧🇮🇨🇵
@kingmanjulias
@kingmanjulias 2 жыл бұрын
Too much love to mukombozi
@babynadia9757
@babynadia9757 2 жыл бұрын
Mkombozi waw urumunyamatek mungihingu cose urarenze
@benrichmond9328
@benrichmond9328 2 жыл бұрын
From u g tukuri mabega🤙🇺🇬
@nsabimanaeric2563
@nsabimanaeric2563 2 жыл бұрын
Big up sana Hasta
@felixnzobonimpa1829
@felixnzobonimpa1829 2 жыл бұрын
Ntudukunda twese reka kubesha nitwande kundamwo
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Santa uzuribuka nogushiramwo ikirund mukuturamuts ndabigusavy
@irsamson7135
@irsamson7135 2 жыл бұрын
Santa reka ububeshi nne mutoyi waw Wise afise ingahe mwavukiye rimwe
@meshomm7040
@meshomm7040 2 жыл бұрын
Mana jewe mukombozi ndakwikundira pe narabe aduhe igisasu
@fatmahalfatmah1228
@fatmahalfatmah1228 2 жыл бұрын
Mkombozi 🥰🥰🥰🇧🇮💪🇸🇦
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Ndavugana sana%%%%%
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 жыл бұрын
courage mukomboz kand uzohoran ubwobwitonz
@niyokwizeradieudonne6351
@niyokwizeradieudonne6351 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane
@nsabumugishalibere5930
@nsabumugishalibere5930 2 жыл бұрын
Isaac subira kuri Mike kabisa twarambiwe nubu burofa ngo nibiganiro nkubu twari dukeneye kumenya vyinshi kuri mkombozi none ndabira Kano kamaramaza
@ffr7137
@ffr7137 2 жыл бұрын
Wa 1💃💃💃💃💃
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 жыл бұрын
Mwese.ndabakunda
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 2 жыл бұрын
Ni Prosper Niyongere Kigoti. Ndagomba kuronswa number ya Nzeyimana Thomas Mkombozi. Kandi mwoba mukoze
@romeodallaireabizeye497
@romeodallaireabizeye497 2 жыл бұрын
First to watch
@noblecom2090
@noblecom2090 2 жыл бұрын
Neza cane mwana
@FatemaFatema-yl5zk
@FatemaFatema-yl5zk 2 жыл бұрын
Yubahwe mukombozi
@eliezelndimurukundo993
@eliezelndimurukundo993 2 жыл бұрын
Mkombozi 💥💥💥💥
@ccyoutube1485
@ccyoutube1485 2 жыл бұрын
Vyiza can
@Yousefaltamimi987
@Yousefaltamimi987 2 жыл бұрын
Ndamubonye sinarindamuzi
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 жыл бұрын
santa urabesh ntaww ufis 18 ans irayirenz kbx
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 2 жыл бұрын
Santa wewe ni hatar kwel 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@clovishahirwusenga3814
@clovishahirwusenga3814 2 жыл бұрын
Mkombozi ndamukunda gushika naho.
@mamdoga9013
@mamdoga9013 2 жыл бұрын
Ndakunda mkombozi 🇧🇮🇺🇸😆
@etienneiragena
@etienneiragena Жыл бұрын
Uwo si journalist wese yopfa kumubaza kuko araciye ubwenge
@jeromenduwayo7
@jeromenduwayo7 2 жыл бұрын
Wakoze kutuzanira mkombozi. Santa iri kosa uzorikosore. Barariduteyemwo dusanga twarimize. Si umuziki /u-mu-ziki/ ndundi /n-rundi/ Indirimbo ndundi aho ni sawa. Ha kuvuga umuziki ndudi hokora umuziki w'ikirundi, w'abarundi kuko umuziki murundi ntikimenyewe.
@BisetsaRuhumuriza
@BisetsaRuhumuriza 4 ай бұрын
Hasta
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 2 жыл бұрын
Ariko journalist uranyishe pee😉😉😉😉😉😅😀😅😀😅😀😅
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 жыл бұрын
Lavictoria simple
@mdoman5229
@mdoman5229 2 жыл бұрын
👌👌👌✌️🇧🇮
@fgfhhshemezimanalima762
@fgfhhshemezimanalima762 2 жыл бұрын
Mukomboz ndamukunda niwirambire mutama
@fyneboy9646
@fyneboy9646 2 жыл бұрын
Kuba oluganda boy nkwagala
@jonathanndayizeye825
@jonathanndayizeye825 Жыл бұрын
duhereze vyishi ubemeze
@inamahorodafafa887
@inamahorodafafa887 2 жыл бұрын
Hyguete muka d one upo gusa iyo myaka idahinduka wicunge neza ntuva ahuri mbega?
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 жыл бұрын
Kimwe kukindi mon émission préférée
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 жыл бұрын
Avec mon star préféré
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 жыл бұрын
Très philosophe kabisa, #IVYAHA & #IBICUMURO
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰
@hamiduhamidu9778
@hamiduhamidu9778 2 жыл бұрын
Santa unastaili ulinzi my Sister Interview hii umenikosh sana hasa kweny Raper ya Mkombozi umetish san huyu ndo King 🤴wa Raper Burundi nzima Hasla
@ezechielhagabimana9818
@ezechielhagabimana9818 2 жыл бұрын
Mkombozi uratwenza vrmt
@wlkmwlkm2174
@wlkmwlkm2174 2 жыл бұрын
Mukombozi wubahwe
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 2 жыл бұрын
Guki muvuga umuziki ndundi mutavuga umuziki murundi? Ubwo mwoba mwubahiriza ivy'imivugire, imivugwa n'imigwi y'amazina?
@azizahabdol2687
@azizahabdol2687 2 жыл бұрын
Je suis amoureuse de vs Mkombozi ❤️
@deleankane9930
@deleankane9930 2 жыл бұрын
Reste amoureuse madame
@lydiawamaana8527
@lydiawamaana8527 2 жыл бұрын
@@deleankane9930 😂😂😂
@deleankane9930
@deleankane9930 2 жыл бұрын
@@lydiawamaana8527 😁😃😄😆 nihatar basigay bab amoureuse en ligne
@deleankane9930
@deleankane9930 2 жыл бұрын
Oya Azizah Naz adusigurir ukungen ab Amoureuse Kur KZbin enplus kur Mukombozi l'hoe qui a traverse la mer sans banton
@azizahabdol2687
@azizahabdol2687 2 жыл бұрын
😂😂😂Basha muratera inkuru wallah, none Ku mukunda en ligne n'icaha? Yes ndamukunda trop MKOMBOZI, muga n'ubwo ndamukunda sinomuronka ndabizi, Kandi anyemeye je sinokundana nawe kuko ndazi aba star barababaza trop imitima yabakobwa, nabivuze gusa kuko c'est la verite ndamukunda trop, mureke rero kuncokoza 😂😂
@reverienndikuriyo1753
@reverienndikuriyo1753 2 жыл бұрын
Songa mbere mukombz
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
aherutse kuronka 200.000 frBu mu mezi atatu.
@user-dv5ls2rp9e
@user-dv5ls2rp9e 7 ай бұрын
Mukombozi ndamukunda cane gusa muzomubwire asubize kur KZbin indirimbo yar yinse MANA y'urwanda turayikunda
@phanuelofficial
@phanuelofficial 2 жыл бұрын
Mkombozi ndakwikundira vrt urakaze
@bsc4177
@bsc4177 2 жыл бұрын
imyaka nibiharuro kweli,18 ans unganuko?!uzosaza kare
@sma-bbhofficial1750
@sma-bbhofficial1750 2 жыл бұрын
Urabeshe ni alias HYGUETTE
@alainbigero8609
@alainbigero8609 2 жыл бұрын
Alias Huguette
@scollab7789
@scollab7789 2 жыл бұрын
🤣🤣mukomboz wazaman
@user-fv2sn7js7g
@user-fv2sn7js7g 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🤩🥰
@marcel2505
@marcel2505 2 жыл бұрын
Ww alliance yawe ni Santa promote
@user-pu3hb7on9t
@user-pu3hb7on9t 2 ай бұрын
None abakobwabose bafise 18ans jebiranyobera
@mosesemerald6052
@mosesemerald6052 2 жыл бұрын
Mpa like uwabony ko twahinduy camera
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 2 жыл бұрын
Ni guki abakobwa hafi nka bose babajijwe imyaka bavuga ko bafise 18?
@johnnyjwilili8264
@johnnyjwilili8264 2 жыл бұрын
Urikibeb vyukr 18 ans ciyentahur icagushavuj kur cakigniro c d one
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Uze urakura izo grass kugira tukubone neza mumaso ejo nitwahura tuzokumenye
@alexnimubona3539
@alexnimubona3539 2 жыл бұрын
Ico gikobwa ndacanka cavuze ngo ntigikunda abahungu bagufi ahubwo gikwiye kwicwa kikavaho
@estellatuyisenge2020
@estellatuyisenge2020 2 жыл бұрын
😱🙄🙄
@bfadzolothefuture2268
@bfadzolothefuture2268 2 жыл бұрын
Mmmmmm 18ans uri umubebe
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 59 МЛН
Incredible magic 🤯✨
00:53
America's Got Talent
Рет қаралды 78 МЛН
D KOCHA ft MKOMBOZI & BIG FIZZO - ITARANTO (Official Video)
5:20