Musenyeri Ngoyagoye ati:'Kuri Président BAGAZA ntivyari vyoroshe/Umuhezagiro kubasangiye igitsina''

  Рет қаралды 15,780

B-EYE TV

B-EYE TV

Күн бұрын

Пікірлер: 26
@KwizeraInnocent-v4h
@KwizeraInnocent-v4h 6 күн бұрын
Gloria ndamushimiye,kuko yibutse kwarikumwe na Monseigneur,mukuramutsa ababakurikira,ntiyakoresheje akajambo kiwe" Salut guys "😮 aussi l'accoutrement impeccable. Good job
@munezerogloria456
@munezerogloria456 6 күн бұрын
Ngerageza kugira kumpanuro zanyu😊🙏
@CélestinMazoya
@CélestinMazoya 6 күн бұрын
Murakoze cane kutuzanira uwomukurambere. Titre ariko yabagoye kuko ikiganiro numvise kiterekeye Nyenicubahiro Président BAGAZA Jean-Baptiste.
@privatnkengurutse5964
@privatnkengurutse5964 6 күн бұрын
Groria,ivyobintu sivyo vyuguhezagira abasangiye ibitsina !!
@ericntakirutimana5070
@ericntakirutimana5070 6 күн бұрын
Ikikiganiro kirandyoheye cane! Courage
@BeatriceNdabereye
@BeatriceNdabereye 5 күн бұрын
Hezagirwa kandi turanezerewe kubimva kandi Yezu yabatumye abatuzigamire Turakiriye umuhezagiro Mugize neza
@PetersonClaver
@PetersonClaver 6 күн бұрын
Turagukunda cane Gogo
@munezerogloria456
@munezerogloria456 5 күн бұрын
Murakoze 🙏
@saeedhakiza2096
@saeedhakiza2096 6 күн бұрын
Iyi case y’abatinganyi naho bagerageza gusigura ntibigera batanga inyishu itomoye yambika catholic izera. None n’ikimenyamenya ni imyidogo n’amajambo akarishe papa wenyenye yashikirije munyuma yisunze feedbacks zavuye irya n’ino
@PetersonClaver
@PetersonClaver 6 күн бұрын
Ikiganiro kiraryoshe cane.courrage
@JocelyneHabonimana-tf3mb
@JocelyneHabonimana-tf3mb 5 күн бұрын
Turamukundaass
@AsifiweMulume
@AsifiweMulume 5 күн бұрын
Guhezagira uba uhezagiye imivumo, imyuka mibi isanzahare mubantu!
@joeaudry
@joeaudry Күн бұрын
@RehemaSaeed
@RehemaSaeed 5 күн бұрын
Kuva mbere barahezagira abantu Bose arik papa yarashaka kushira umuco kuri abo basagiye ibitsina ko bari wlcm muri catholic
@moisemebouta6627
@moisemebouta6627 3 күн бұрын
Oya Musenyeri ibiswerabagabo n'ibiswerbagore n'ibivumwa bikwirikira inzira ya lusiferi.Mana yaremye Umugabo n'umugore.Hanyuma Yezu yagize ati umuntu azova mu muryango agende afate umugore bubake,bazoba umwe kandi ntawuzotandukanya abo Imana yateranije.Naho guhezagira abasambanyi ntibishoka..
@privatnkengurutse5964
@privatnkengurutse5964 6 күн бұрын
Isi iriko irarangira kabsa.iyobija hose katorika yahuvye.gusa botubwira iyamana batwigisha kariyo vyukuri bazi !!! Umuhezagiro kubasangiye ibitsina 😅😅😅! Basha karabaye kabsa.
@saeedhakiza2096
@saeedhakiza2096 6 күн бұрын
Na musenyeri biranse ko atanga uturorero tw’imihezagiro abatinganyi bemerewe kuronkera muri eklezia 😁😁 Abarundi barayamaze ngo “time will tell “
@이희백
@이희백 5 күн бұрын
👌😊😊
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 4 күн бұрын
Urakenuye uyo mwubawa akaba ari ni ncuti
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 4 күн бұрын
Abasore cank inkumi zibiri zihuza ibitsina zije gusaba umuhezagiro patiri yowubaha ariko ntiyobaha umuhezagiro wo kubana rukristu kuko ukubana rukristu kwemera umugabo k' umugore.... twovuga ko uwo wundi muhezagiro uhabwa abasangiye ibitsina woba ari umuhezagiro w' idini katolika canke n' ibihimbano vya Papa ? Jewe nemera ukubana rukristu apana ukubana ukwo gushasha Katolika iriko irasasira indava. -
@CharlesNDIZEYE-g8z
@CharlesNDIZEYE-g8z 6 күн бұрын
Ikiganiro ciza
@Banyankirubusa
@Banyankirubusa 6 күн бұрын
Ni nde yahaye aba Papa ba katolika kushira abantu mu rwego Rwabatagatifu ? Mwabuhawe na nde? Vyanditsw hehe ? Sivyo mwihaye?
@clementnijimbere-bm9px
@clementnijimbere-bm9px 6 күн бұрын
Uwumukobwa ndamushimiye kubibazo abajije uwumusore. Ariko kirazirakugendawambaye uko imberey'umusore yimariye amadominika angana ukuraho! Kandisha kirazira kugereka ukuguru kukundi imbereyuwukuruta. Hama ivyo apfundikanya nareke! Ng'umuhezagiro? Niyemangeko babikorakubafise ibitsinabisa
@johnkarekezi8720
@johnkarekezi8720 4 күн бұрын
Mumbabarire kuko ngiramvuge ukuri kandi kubabaza kuko niko ndavyumva uwomutama yarayobeje benshi 1. Ahakwisi ntamuntu yogira uwundi umweranda ntiwomenya ubuzima bwumuntu bwose iryo nikosa bakora kandi bazobibazwa 2. Nigut bohezagira abantu baje bakundanye basangiye ibitsina kandi baba baziyuko bakundanye arabatinganyi NB: nimwihane igihe kigihari kuko muzokwicuza
@Banyankirubusa
@Banyankirubusa 6 күн бұрын
Ni nde yahaye aba Papa ba katolika kushira abantu mu rwego Rwabatagatifu ? Mwabuhawe na nde? Vyanditsw hehe ? Sivyo mwihaye?
The IMPOSSIBLE Puzzle..
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 185 МЛН
From Small To Giant 0%🍫 VS 100%🍫 #katebrush #shorts #gummy
00:19
БУ, ИСПУГАЛСЯ?? #shorts
00:22
Паша Осадчий
Рет қаралды 3 МЛН
PAPA SAVA EP1147:WIKWIGIRA BAJEYI!!!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
23:07
Amakuru yo ku wa 28 Munyonyo 2024
36:44
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 2,7 М.
The IMPOSSIBLE Puzzle..
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 185 МЛН