On apprend toujours! Merci Jolique de ce joli témoignage. Kuvyerekeye vos blagues dans vos souffrances, j,en suis témoin. Imana idukomereze intwari zatwitangiye imbere zidahemutse. Abarokotse natwe tubandanye gushingira intahe ubuntu n,umuvukano wa twese. Merci encore
@DorineKaneza-ny7kx Жыл бұрын
Uwakwise Rusimbamigera vrmt Hezagirwa hari impamvu warokotse!!
Intahe yawe vraiment iranezereje kuko uri nabana yesu yakoze gose kukuzigama umunezero wavyose warageze kuco Imana yakuvuzeko kbs
@louisekwizera48862 жыл бұрын
Merci Tele Renaissance.
@jeanmedicnkurunziza95862 жыл бұрын
Merci Joli, la premiere mission est accomplie!
@pascalngabonziza2978 Жыл бұрын
Komera saana
@joachimbagirirwa4098 Жыл бұрын
Komera ncuti. Imana ishimwe yo yakurokoye mubandi. Imana igufise ko imigambi myiza ntiyari kuguhamagara utararangiza mission yawe aha kw'isi. Uri intwari Kandi ntubuze aho ukura ubutwari. Komera uroranirwe hamwe n'abawe.
@jeannebeatricecishahayo787 Жыл бұрын
Mission ya mbere warayiranguye ncuti yanje. Ivyo bibondo bine Imana yakugabiye ni mission ihambaye cane. No kuba uhari ushobora kutuyagira ivyabaye uwo munsi mubi ni mission ubwayo.
@jeanpaulnduwamungu9634 Жыл бұрын
Dieu merci
@emmanuelndayegamiye71552 жыл бұрын
Mission ni iyo nyene. Urakoze caaane kuri iyo ntahe. Kandi urakayangana ubwitonzi n'ubweranda.
@claudemutore79042 ай бұрын
😢😢🙏
@ancilleniyonizeye9319 Жыл бұрын
Ico ngiye nsavye Yezu,kubw'igisabisho c'aba martyr b'umuvukano ni akomeze akwiyereke nkuko yakurokoye urupfu,agukize Burundu ,agukure muri ubwo bubabare pour vivre dans la paix le reste de ta vie,ico wocunguye mukubabara bagenzawe baragicunguje amaraso yabo.
@ritza3452 Жыл бұрын
Moi je te propose sonde à demeure comme ça tu t épargne de te sonnder plusieurs fois par jour
@josephirambona343 Жыл бұрын
Amahoro
@Intwarisamuel Жыл бұрын
None no muburundi habaye jenocide yakorewe abatutsi?
@ancilleniyonizeye9319 Жыл бұрын
Amaraso y'abahapfiriye n'intahe y'abarokotse ese yovomera imitima y'abarundi ,maze avomere ubumwe no kurekuriranira kw'abarundi
Hematome : une partie de sang qui se coagule et en meme tps peut Boucher les vaissaux quitte a se que cela peut servir a juguler l'hemorragie.A la longue le dit hematome peut s'infecter si on ne le draine pas aussitot.