Témoignage d'Emmanuel Ndereyimana / Orphelin de père (1972)

  Рет қаралды 34,795

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 54
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 23 күн бұрын
Très beau témoignage 🎉
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Yes , my brother ! We must all work together and be United Burundians as one , to be able to build our Native Country of Burundi .God bless you and bless all Burundians .
@zpii9317
@zpii9317 4 жыл бұрын
Thank you, same to you. Be blessed
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Pole kabisa musasanje .Imana niyonkuru ubu warakunze , ariko bigoranye , ariko Imana iguhe vyinshi kandi igukingire .
@ibrahimnkurunziza8198
@ibrahimnkurunziza8198 7 ай бұрын
Pole sana
@desireirambona2319
@desireirambona2319 2 жыл бұрын
Emma, asante sana kwa ushaudi. uronse ubufasha urandika ako kahise/amateka. Nibaza ko vyofasha cane kugira ibintu bihinduke mu Burundi nahandi. Tele Reanaissance murakoze kandi bandanya mutohoze.
@felicienvyukusenge8432
@felicienvyukusenge8432 4 жыл бұрын
Glory be to God mr Ema.warabonye koko ukuboko kwa Imana .uzewame uyishimira
@ildephonsenimubona9992
@ildephonsenimubona9992 3 жыл бұрын
Pole sana wangu.
@cizapaterne2709
@cizapaterne2709 4 жыл бұрын
Pole sana bwana Emmanuel
@happymunezero4923
@happymunezero4923 4 жыл бұрын
Intahe nziza y’ukuntu Imana irinda abana bayo! Warahiriwe watahuye ko ari Imana yagukijije! Kandi witege n’ibindi biruta izobigukorera!
@aimablensengiyumva3296
@aimablensengiyumva3296 4 жыл бұрын
God bless you Mr Emmanuel N.
@ericciza926
@ericciza926 Жыл бұрын
Usubiriye kunkumbuza Rucenge R.l.P
@marcienrusuriye4282
@marcienrusuriye4282 3 жыл бұрын
Bwana Emmanuel , Nunvise ubuhamya bwawekuvyo 1972, vyukuri wari ukiri umwana cane ntavyinshi wabonye,data nawe yakora muri TP Voirie ,Jewe naba harya haruguru i Sororezo,ahantu tuzi hari agahengwe aho i Bujumbura hari mu Buyenzi gusa aho mu Nyakabiga niho hari isibaniro ryubwicanyi kuruta ahandi, aba tutsi babanya Rwanda naba tutsi babarundi bafatanije bakoze i bara riteye ubwoba hari aho ku ndaro yaba universite ninde yahaca ari umuhutu ngo abeho? hari akayira twajana tuja kurusengero kwi Jabe , ico gihe uhaciye ntiwagaruka twaca kuri Prince Louis Rwagasore ibarabara ryose gushika ku soko ninde muntu yize canke afise amahera yasigaye aho munya Kabiga? canke mu Bwiza ? canke Ngagara ahari abanya Rwanda?, sivyo gusa , mbe ko twaba aho hejuru yanyu ivyaba vyose mwijoro mu Nyakabiga , ninde uzi yoba yarasigaye yitwa ngo numuhutu ndetse 1993 aba san Echec bava he atari aho mu Nyakabiga na Cibitoke na Bwiza na Jabe , Narahaciye murico gihe ndi mumodoka ya Ambassade vyari biteye ubwoba mbonye uko basamburiwe amazu ama grenade yurutavanako muri joro bahiga zina muhutu, Mbe abiciwe mu mabarabara aho batangira bacanye amapine banganiki ? vile mort ibaye wari muri town kuduga baca bakwica , .Hari ikintu cambabaje cane nubu iyo ndacibutse. suko gusa abanje babishe nkuko nabivuze kare muvyo nashikirije nabonye aho haruguru kuri lycee notre dame abanyeshule babakobwa baje kubafata amajoro abiri nibuka , Baraboroga yoooooh ,yoooh bakaboroga nkiminota ishika 15 ntagitabara, aho narindyamye ngira agahinda cane mumutima kwunva baje kwica nabakobwa nabo ,ibi nikintu nibuka canteye intuntu gushika nubu mumutima wanje Ico gihe abagore siko bakarirwa nkabagabo mukwicwa, ariko ico gihe abakobwa biga kuri iryo shule habayeho amarorerwa ateye ubwoba cane . Ishule twovuga ko ryagize mitende mu Burundi buzima rya Collge saint Esprit gusa kuko aba patiri bahora batemerera abasoda kwinjira kutwara abanyeshule , kumbure nuko hari aba patiri bera ,ariko munyuma habonetse abanyeshule babatutsi bisandagaje kubandi banyeshule babahutu bararwana, abasoda baca baraza batwara abanyeshulea riko boashika kuri batanu ariko abatutsi bamwe babanyeshule bari batondanye urutonde runini rwabanyeshule baba hutu, aba patiri bava havi baravyiyama bavuga ko botwara abo bashatse kwihora mukurwana atabandi bashobora kubaha ataco bakoze. Iryo niryo shule tuzi ryakingiwe. .Nivyinshi nimutohoze muzomenya vyinshi
@ruginaolympe5587
@ruginaolympe5587 4 жыл бұрын
Pole saana Emma.Imana izokurinde aho ugeze naho uzoja hose.
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Twebwe abanya Bujumbura nta probleme ndufise , nabamva ruguru babituzanira .
@eric7321
@eric7321 4 жыл бұрын
ushatse kuvuga iki?
@JeanBaptisteNDORICIMPA-bn4ij
@JeanBaptisteNDORICIMPA-bn4ij 7 ай бұрын
Iyo temoignage ya Emanuel irakwiye mu kwerekana ko ata bwoko bwica, ko igihambaye ari ugukora ici za uheza ukagisanga imbere. Merci kuri ico cigwa c'ubuzima uduhaye. Ubwicanyi buterwa n'abantu baba bafise ibibazo bakaba ibikoresho vy'abandi. Nta nyungu irama ushobora gukura ku muntu wishe!!!
@rastajuly4
@rastajuly4 3 жыл бұрын
Nyuma yo kuvyumviriza neza nsanga Gen. Adolphe Nshimirimana ashobora kuba yaragandaguwe azira uyu mugabo Ndereyimana hagire abandi bumviriza neza burya babantu vyavuzwe ko yoba yaraherutse gufasha guhunga mu minsi yabanjirije iraskwa ryiwe bishoboke ko ari uyu mugabo burya rero nta mwonga ubur isato iba idahizwe, naho hari abamuvugako ibibi ariko birumvikan ko hariho nabo yafashije akabagirira neza
@fidepouepouebel218
@fidepouepouebel218 4 жыл бұрын
Uyu Mushingantahe Emmanuel Ndereyimana atanze intahe irimwo icigwa gikomeye cane .. Bref : Ntibeshe mbona yaranse l'extremisme (Hutu&Tutsi) qui gangrene notre pays malgre ubuzima yaciyemwo. Nagira ndamusabe niba afise amakuru atomoye kurupfu rwa General Adolphe Nshimirimana akore ikiganiro . Hanyuma nibaza ko hageze ko Abarundi twotangura kwandika ibitabo. Tele Renaissance komera ---
@christianebukuru9072
@christianebukuru9072 4 жыл бұрын
Mukama tugirir’ikigongwe
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 жыл бұрын
Manweli wodusigurira neza icatumye papa wawe yicwa ko wumva hari urukundo I Bujumbura hari amacakubiri ruguru?
@nsavyinganji
@nsavyinganji 4 жыл бұрын
Bwana Emmanuel pole saana
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Birababaje cane , kubona population presque yose y' iBurundi ari victime yabicanyi , batazi Imana .Kandi bakica Abarundi ! Abarundi , t' urumwe , nti turi babari canke batatu . Kandi tur' abirabure twese !
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Ego cane ! Kwumikana n' abandi nivyiza cane .Nanje nakuranje n' Abarundi , Aba zarois n' Abanyarwanda twese turi nk' umuryango .AbanyaBujumbura tumeze neza cane , nabaruguru babizana iBujumbura .
@jeannshimirimana3955
@jeannshimirimana3955 4 жыл бұрын
Intahe yawe ndayumvirije yose emwe ntaco ndengejeko imana irabaho ndavyemeye.
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Wewe , urazi umugabo rero yitwa Carlos , baba muri Nyakabiga 3 , ubu ari Bulaya ? N' umugenzi wanje twakuranye .
@micheline.burgett.4812
@micheline.burgett.4812 4 жыл бұрын
Nta kwirata ngo n' uku namvuye iBujumbura , kuko Abarundi n' umuryango wanje , n' abasasaza banje , n' ibene wanje , na ba niece banje , n' aba neveux banje , kandi uBurundi n' Iguhungu ciza , c' amamvukiro ya , n' Abasogokuru , n' aba sokurunza banje .Ndakunda cana Abarundi kuko nanje ndiwe , kiretse ko nd' Umuny' Amerikakazi k' Urupapuro gusa . Mumbabarire caaane naribagiye kwandika iKirundi neza , kuko namvuye iBurundi muri 1989 , bamuri Senegal , hama n' imbere yaho n' abana n' Abany' Amerika kugenza uno munsi rero .Ariko sinshaka kucibagira cose .Nico gituma guma ngirageza kw' andika mu Kirundi naho ar' aramakosa . Ariko ndaca kimvunga neza cane .
@Njk-z3e
@Njk-z3e 4 жыл бұрын
Nivyiza cane kuko naho abarundi twahuy ningorane nyishi nivyiza kuguma dukunda igihugu kandi dukundane kuko nitwebw nyene dukwiy guhindura amateka yacu
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 4 жыл бұрын
Reka ubwo bujuju bwawe
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 Жыл бұрын
​@@Njk-z3e11:44
@amedendikubwayo2065
@amedendikubwayo2065 4 жыл бұрын
Pol Sana Emanwel Igitangaj Nuko Wifatanyij Nabagandaguye Ndadaye Nasowawe
@zuhuradjuma5080
@zuhuradjuma5080 4 жыл бұрын
Uko nukuri mu nyakabiga twakuze tubona abantu bose ari bamwe bakundana cane
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣 Urusasu rwambere... Prison! Abarundi ni aba Bono kabisa🤦🏾‍♂️
@ruzenzafamily5186
@ruzenzafamily5186 4 жыл бұрын
Emmanuel, weho waratomboye kuko hari abiswe abana b'abamenja pendant des années et des années.
@victorg7280
@victorg7280 4 жыл бұрын
Uwo,ashobora kuba ahubwo ariwe yita abana b,abamenja abandi.Uwo ubona atari igihweba!!!!
@Njk-z3e
@Njk-z3e 4 жыл бұрын
Victor G mbega ubu ntabitwa abana babamenja?
@victorg7280
@victorg7280 4 жыл бұрын
@@Njk-z3e Uwo Emmanuel Ndereyimana n,uwindi Pancace Cimpaye atereye aho.Imbwa ntizizi kwihisha !!!!
@Njk-z3e
@Njk-z3e 4 жыл бұрын
Victor G uyo yavuz ukuri kk ibintu vyose vyabay muburundi habonets abantu batinyuka kubivuga tuzobonako abarundi icotwibazakodupfa atarico ahubwo dukwiy kunywana tukabumw tugateza imbere igihugu
@victorg7280
@victorg7280 4 жыл бұрын
@@Njk-z3e Kunywana tukaba umwe vyari vyo bishobotse. Ariko,,uwo Ndereyimana atanaazi,atanibuka ubwicanyi bwihonyabwoko bwakorewe se,na nyina wumva ko yabimuhishije,agakura tambuka uze ino. Ubwo bwicanyi kandi bukaba aribwo bugenda bukwega ubundi bwicanyi bwubu,ababuteje bacigaramiye aho ,bigira ba mpanuzwa jambo..Ahubwo bagashaka gusubira kwica uwo wese ashatse kubudoma ko Urutoke.Akalorero abo ba Buyoya n,akandi kagwi ka hima-tutsi kico gihe.Ntagishoboka abo bicanyi boose ,(ubu benshi bari muzabukuru)badahaniwe ubwicanyi bw,agahomera bunwa bateje kuva bakura ho ubwam 1966i.Ibiba iki gihe,n,akajagari babandanya bateza ngo ntibafatwe.Aba jeunes bubu ntakabi kabo.Gusa nibirinde kugwa mumitegio yivyo batigeze babwigwa. ,Canke abo bicanyi biyerekane, bake ikigongwe abarundi
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 жыл бұрын
Manweli ico ndakwemereye uri umubeshi wo kurwego rwo hejuru.
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 3 жыл бұрын
😂😂😂 abantu murantwenza Koko ufise icemeza ko abeshe ? IMANA yamurokoye reka ayishingirintahe
@amedendikubwayo2065
@amedendikubwayo2065 4 жыл бұрын
Ntovyowovuga Kobabikubwira Waramaze Kuba Ikigugu Wifatanya Nabaguhekuye
@didacendayipfukamiye6033
@didacendayipfukamiye6033 4 жыл бұрын
None ko hari abamuhekuye nabamwishe imana igakinga wumva yofatiki?ayo macakubiri niyo yariko aragerageza kugukuramwo
@victorg7280
@victorg7280 4 жыл бұрын
Emmanuel Ndereyimana,wewe ntarindi jambo rindi umuntu yogutorera ryokugutuka,canke ryo kugenekereza neza ico urico.Wewe uri"""" IKIBWA GUSA!!!!!
@jocelyneinarukundo3655
@jocelyneinarukundo3655 4 жыл бұрын
😳😳😳😳😳🤔
@Njk-z3e
@Njk-z3e 4 жыл бұрын
Ikitwish muburundi iyo umuntu avuz ibitakuryohera umwita umwasi cnk ukamucira icobo none bizotugeza heh?
@Alihamdulil
@Alihamdulil 4 жыл бұрын
Urikijuju wewe Emmanuel soooo yazize ko arumu hutu ariko raba Uko uriko uradebagura wanka kuvuga ukuri umujinga weeeee
Témoignage de Joseph Bizimana / Orphelin de 1972.
56:41
Tele Renaissance
Рет қаралды 23 М.
УЛИЧНЫЕ МУЗЫКАНТЫ В СОЧИ 🤘🏻
0:33
РОК ЗАВОД
Рет қаралды 7 МЛН
Жездуха 41-серия
36:26
Million Show
Рет қаралды 5 МЛН
Témoignage de Gérard Sabushimike / Rescapé de 1972
44:27
Tele Renaissance
Рет қаралды 17 М.
Témoignage de Kantungeko Serge Georges / Orphelin de père (1972)
46:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 20 М.
UBUZIMA BW'IMPFUVYI/Agahinda twagiz/ yampamagae agira yiyahure..
1:05:35
Témoignage de Serge Ndayishimiye / Rescapé de 1993
43:15
Tele Renaissance
Рет қаралды 16 М.
Témoignage de Gervais Nibigira, orphelin de 1993
1:07:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 22 М.
Témoignage de Chauvineau Mugwengezo
31:50
Tele Renaissance
Рет қаралды 23 М.