NDASABA 20km MURI TANGANYIKA MURABEKO EAC YOSE ITAZA IWACU||NASHINZE UMURYANGO WO GUHANGANA N'INZARA

  Рет қаралды 9,296

Agaciro Media

Agaciro Media

Күн бұрын

Пікірлер
@SamsonNduwimana-no4yk
@SamsonNduwimana-no4yk 7 күн бұрын
Reka nje kuryama ndagukuriye inkofero👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie 7 күн бұрын
Abarundi dukenye kumva ningoga gusa ! Nayo gutera imbere ni cash . Courage iyo nyigisho yinjiye mubarundi twoba dukize
@aloysbigirimana2328
@aloysbigirimana2328 7 күн бұрын
Bravo frère David. IVYO uriko urasigura N'IBINTU VYUMVIKANA CAANE KUBASHAKA INEZA Y'IGIHUGU CACU CIZA C'UBURUNDI. Ndasavye utomore neeza : 1. ingene abanyanyi bazunguka. 2. Bakaboko bazozitirirwa gute ?
@nizeyimanaernest-pc3jy
@nizeyimanaernest-pc3jy 7 күн бұрын
Ndakwemera unvugiye umugambi kandi maranye nkumwaka pe, nanje ndipfuza ndasaba ko mumisi irimbere bompa nka 100/100 muri Tanganyika, tukagerageza kandi vyokunda pe.
@dorishabimana9268
@dorishabimana9268 2 күн бұрын
Ahubwo jahamwe nabandi twungurane ibitekerezo, kuko najew umugambi wokubana umuburundi bwihagije mubiribwa ndawufise kbsa
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Uyu muhungu yiyumvira nka prezida Neva
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Umukuru w'igihugu Neva avuga dukorere igihugu cacu ariko inyuma wo kucitangira inyuma yakazi tuje kuduza ubutunzi aho tubaye. Avuze ubukoroni bw'uko umugabo ari uwuja ku kabari.
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 3 күн бұрын
Wew nakumvise muta ufise ivyiyumviro nkivyanje wew apres deux tuzogiranira partenariat mubijany na entrepot muta ivyo nivyo abazungu baduhishije muco bita E-commerce ❤ wew nzokurondera tuuuu bravo ivyo vyifi navyo birashoboka nicobita elevage en cage bravo
@FatumaKabihogo
@FatumaKabihogo 7 күн бұрын
turabakurikirana ijana kwijana kabisaaa ubarikiwe sana tena sana
@roselynemunezero7354
@roselynemunezero7354 6 күн бұрын
Kure cane.Papa kibonobono, Uvuga ubwenge, Abantu nkamwe nibo bakenew mu burundi.
@NdayizeyeCharlo
@NdayizeyeCharlo 6 күн бұрын
gira group yi kibonobono kugira intara zose zisangemwo
@foganburunditv
@foganburunditv 7 күн бұрын
Uyumutype nincabwenge kurugero ruteyibwoba ahubwo reka tumanze tuganire
@charitedushime6971
@charitedushime6971 6 күн бұрын
Sha ndagufana kabisa uri umunyabwenge
@nizeyimanaernest-pc3jy
@nizeyimanaernest-pc3jy 7 күн бұрын
Uwu mu frère je ndabona ko twokorana pe. Afise ivyiyumviro birashe kandi bimwe bihuye nivyanje.
@UwimanaConsolate-ur2uf
@UwimanaConsolate-ur2uf 3 күн бұрын
Uburundi bwaretse Incabwenge zigateza Igihigu imbere kweri
@lydiendayishimiye2416
@lydiendayishimiye2416 6 күн бұрын
N'ama microfinances araharawe, ariko menshi avuka ubu yaratembeje abantu. Uburorero ni bwinshi caaane ☹️
@julius875
@julius875 3 күн бұрын
David my Cousin wubawehwe kbsa we ndakuzi kuva kera wamye ufise vision
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie 7 күн бұрын
Hakenewe sensibilisation ikomeye muntara zose z,uburundi abene gihugu Ayo barayafise bakeneye kwiga bagasigurirwa neza muburwaneza
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 6 күн бұрын
Wowe tangurana nabamaze kuboneka hanyuma abandi bazoza bukebuke Kandi nivyizako wokwegerana nabantu batahura ivyo vyiyumviro vyawe bikaja kwigishwa mubaturage
@Elvistwagirumukiza
@Elvistwagirumukiza 7 күн бұрын
David ndamukunda vrt!!
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 6 күн бұрын
Wowe tangurana nabamaze kuboneka hanyuma abandi bazoza bukebuke
@bonginkosikhanyile7305
@bonginkosikhanyile7305 4 күн бұрын
Ndifuza kuba umunywanyi vyogenda gîte?
@BonifaceHazimana
@BonifaceHazimana 7 күн бұрын
Twereke inyungu irimwo mukurima ikinobonobo,ureke kuturatura uburayi
@NahayoJean-x1u
@NahayoJean-x1u 3 күн бұрын
ndachaka kwijira muruwo mugambi nditeguy kbx
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np 7 күн бұрын
Mwana. Uraciye ubwenge pe!!!
@BonifaceHazimana
@BonifaceHazimana 7 күн бұрын
Wew uje urigahebuza n'ubwenge haribenshe bibwe muburyo nkubwa
@JeanMarievianneyNZIGIRABARYA
@JeanMarievianneyNZIGIRABARYA 3 күн бұрын
Bjr,iyincabwenge ndakeneye numéro yiwe tuvugane kuko ndumva afise imigambi itomoye
@jeanmariebizoza654
@jeanmariebizoza654 6 күн бұрын
Système ya gi communisme ! Ayo ni Ama théorie muzehe ntuduhende! Ikibazo ahantu Kiri,ni politique,ni imyumvire,ni ukutumvikana,ni ugucanamwo! Mu Burundi coopérative ishoboka iyo bagomba gukubita umusuma gusa!
@Elvistwagirumukiza
@Elvistwagirumukiza 7 күн бұрын
David uwoguterera iciyumviro wogikorerako?!!
@TuyisabeDavid-q1v
@TuyisabeDavid-q1v 6 күн бұрын
Egoo
@lydiendayishimiye2416
@lydiendayishimiye2416 6 күн бұрын
Uruvangavange rw'imigambi myinshi, ivyo bintu vyo gusaba abenegihugu imitahe biraharawe 🤦
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 6 күн бұрын
Nukuri 6mll nibatwereke ico kigega tuyashiremwo kk nkubu jewe ntahozi hm d’avid urumuhinga nukuri ufise ningene usigura ibintu umuntu avyumvirije yumva umengo vyakoretse hm ikikiganiro cari gikwiye guca kumbuga nyishi kk nikizima hm hm muturangire uburyo twashira murico kigega mbere 24mlll nzoyashiriramo rimwe 4mll kukwezi ntibizogorana kl
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial 3 күн бұрын
Bro uraraba ukuntu yoshikira president
@nibigirasalomon1037
@nibigirasalomon1037 6 күн бұрын
Ibintu vyiza cane. Nashaka kubaza ko iri jambo "ubucakara" ari ikirundi canke ikinyarwanda twitiza kuko nama ntinya kurikoresha.
@christainc.5217
@christainc.5217 6 күн бұрын
Komera
@RobasoniBizimana
@RobasoniBizimana 7 күн бұрын
Imigambi ni myiza yanyu ariko nuko bitaguma mumajambo .izonizo ngorane zo muburundi nkawewe mwari mu kwiye gukorana na ma bank
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira 23 сағат бұрын
Ufisee iciyumviro ciza chiterambere
@RobasoniBizimana
@RobasoniBizimana 7 күн бұрын
President yama avuga ko adafise abo bakorana nahe wewe akazi .kubu ministre na Rufyiri amuhe kuba ministre wa mbere kugira ashinge reta .naje ni munyandike murayo ya 4000.na 6000
@zappygeorge5
@zappygeorge5 6 күн бұрын
Songambele
@NduwimanaDeo-t6s
@NduwimanaDeo-t6s 7 күн бұрын
Ntimwadudiguriye ukotworiha izo 6milles.hamw nayo Mahera ya microfinance.
@JospatKarishaga
@JospatKarishaga 3 күн бұрын
Abo nabantu baba bahawe amahera n'abazungu barondera ingene bayirira ,ABA muri ga bavuga uko nubu amatongo yacu twayujuje ibiti bitavamwo n'inkwi baradukoreyikibi none uyo Nawe ngo ibibonobono!!!! Twarababaye nkivyo uvuga abantu bazanye bene ivyo vyiyumviro bimaze imyaka 20 tubibwiwe ntacahindutse ni mureke
@BonifaceHazimana
@BonifaceHazimana 7 күн бұрын
None ikinobonobo Nico kizodufasha kugwanya inzara?
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Avuze ukuntu hoba uburovyi bw'amafi.
@RobasoniBizimana
@RobasoniBizimana 7 күн бұрын
President yama avuga ko adafise abo bakorana nahe wewe akazi .kubu ministre na Rufyiri amuhe kuba ministre wa mbere kugira ashinge reta
@RutareIrambona-gh1d
@RutareIrambona-gh1d 3 күн бұрын
Ico nticokunda
@dorishabimana9268
@dorishabimana9268 2 күн бұрын
Uwomugambi nimwiza kandi abajeune batari bake turawushigikiye, icipfuzokwanza nuko twobanza tukagira groupe yabavyumva kumwe hanyuma tugakora umuti.
@desireshirakare7095
@desireshirakare7095 7 күн бұрын
Dukure amaboko mumpuzu, turinde mugutanga umutahe
@roselynemunezero7354
@roselynemunezero7354 7 күн бұрын
Papa kibonobono hejuru cane ❤ Avuga ubwenge gusa Imana igukomeze, uburundi bukeney abameze nka wewe
@lydiendayishimiye2416
@lydiendayishimiye2416 6 күн бұрын
Urabanza werekane wewe ubwawe projet n'imwe umaze gukora 😮
@FatumaKabihogo
@FatumaKabihogo 7 күн бұрын
kizodufasha gose ngubukene tubusezere
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 күн бұрын
muburundi ubuzima nugutera imbere ni cash
@PatriceManirakiza-w1w
@PatriceManirakiza-w1w 4 күн бұрын
Izo nkuru nizo guhenda Abana muta
@FrancisNzigiyimpa
@FrancisNzigiyimpa 7 күн бұрын
6mill ni make kbs j na 200mill noyatanga nayahomba arahomba ni icupa rimwe ayo twoyatanga hubwo ugurura tugure imitahe inakingirwe imitahe yacu
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie 7 күн бұрын
Baratanguye nama compte ajako amafaranga barayatanze .ibiro vyabo biri kuri cotebu uhagaze kur ok bazar ucuraba hakurya y,ibarabara ni étage
@lydiendayishimiye2416
@lydiendayishimiye2416 6 күн бұрын
Ko muvangavanga ibintu 🤔 Reke guhenda abantu. Ivyo bintu vyo gusaba imitahe abenegihugu biraharawe 😮 Muragaba Muragaba ❗❗❗ Kurima ikibonobono, guhingura amavuta yaco, igitoro, kurima ibiterwa mbumbarugo, kubirangura hanze, microfinance, kworora amafi muri Tanganyika, etc etc...🙄 Urabanza werekane wewe ubwawe projet n'imwe umaze gukora ❗
@NTAHOMBAYEDonatien
@NTAHOMBAYEDonatien 4 күн бұрын
Ikibonono...ntiwatubwiye,impamvu wiyumviriye ikibonobono,cunguka gute?sinumvise ingene abobazanye imitahe yabo bazunguka?...kuberiki wafatiye kubashobora gusuma ibiro bibiri kundwi gusa?kuberiki ufatira kubiro 2kundwi?...ntantambero iri muvyowavuze.wafashe umwanya munini uvuga ibintu vyamajambo gusa!!
@donaldmutabazi8314
@donaldmutabazi8314 4 күн бұрын
Nibaguhe kabisa iyo migambi yawe nimyiza kabisa
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН
It works #beatbox #tiktok
00:34
BeatboxJCOP
Рет қаралды 41 МЛН
IKIGANIRO N'IBIMENYESHAMAKURU
43:14
Cndd-Fdd - TV
Рет қаралды 17 М.
IKIGANIRO N'IBIMENYESHAMAKURU
2:05:52
Cndd-Fdd - TV
Рет қаралды 14 М.
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН