Imana n lmana niyo izi ibiri mumitima yacu ,yanyu kandi iyomurihose icabibarutse n uburundi.
@Gentil-k9x2 ай бұрын
IMANA IGUHEZAGIRE CANE NYENICUBAHIRO IHEZAGIRE N'UBURUNDI ABANSI BABABARIRE ABANSE GUHINDUKA BAVUMWE UBURUNDI NI EDENI WARAKOZE MANA
@ERICKSHIANYULA3 ай бұрын
Ivyobikorane bikorerwa mumisozi hafi yabo kwatamanuka mucibitoke ca rugombo arabe uko abantu barushe hoho ntawoja kurorera
@Josephat-cw6co2 ай бұрын
Uno munsi wabuze ayatagirako ivumbi gusa wigumira muri opposition
@jacksontuyisabe25762 ай бұрын
Ngo ni sebarundi ni se wabana biwe sha si se wacu kuko twebwe ntatugaburira ama miriyoni yongererezwa yo kurya arayaduhako huuuuuu ngo sebarundi wapi kabisa
Ese Koko u Burundi bwatangiye kubona umwimbu kubutegetsi bwa NEVA, imvura nibwo yaguye mbere ntiyagwaga,ese Koko ntimwabonaga imfungurwa zihagije, Niba ariwe wabizanye yaba Ari umuhanuzi Koko da!!