Pierre Nkurunziza yahishuye ibanga n'uburyo yapfubije coup d'Etat

  Рет қаралды 216,561

Mulindahabi Jean-Claude

Mulindahabi Jean-Claude

6 жыл бұрын

Pierre Nkurinziza aratanga ubuhamya bw'ukuntu yapfubije coup d'Etat yari igiye kumuvana ku butegetsi muri Gicurasi 2015. Arasobanura ibanga yakoresheje n'uburyo yayipfubije kandi yari igiye kuba ari hanze mu mahanga.

Пікірлер: 71
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@genevevabea9894
@genevevabea9894 6 жыл бұрын
Presida w'uburundi Pierre Nkurunziza n'intwali kurugamba haba mumakuba no mubyago, intumwa y'Imana pe! Genda Burundi ufise umugisha cane kubwuyu presida wanyu.
@deniskk2
@deniskk2 6 жыл бұрын
I love this guy Hon president Nkurunziza ! God bless you
@theotheo5610
@theotheo5610 5 жыл бұрын
Hareruya komera prezida nkurunziza nkukundira gusenga kwawe. Umusenzi arahishurirwa kandi ukomerezaho
@rebeccatushabe
@rebeccatushabe 6 жыл бұрын
Perezida Nkurunziza lmana lrusheho kukurinda kandi iguhe mugisha mwishi cane wakoze kwizera lmana Amen
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 6 жыл бұрын
Uri umugabo mwiza w' Imana. Imana yakuduhaye ikudutungire!
@jeansafari9747
@jeansafari9747 6 жыл бұрын
Imana igufashe kandi ikongerere imbaraga zo gukomeza kuyobora icyo gihugu.
@jeandamasceneshema2345
@jeandamasceneshema2345 4 жыл бұрын
Byose ni ukubera Imana. Isi ibuze umuperezida w'umukirisitu.
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Imana iguhezagire president wacu Simba imanga abansi bamaramare. Uwizigiye Uwiteka ameze nkumusozi siyoni utanyiganyizwa.
@EmmanuelBindaba
@EmmanuelBindaba
Imana igume iguhezagirira mubwami bwayo.
@augustesalut547
@augustesalut547 4 жыл бұрын
👏👏👏😍
@habimanajohn1447
@habimanajohn1447 4 жыл бұрын
Amen,amen my president.
@nahimanafistonbenjamin6491
@nahimanafistonbenjamin6491 5 жыл бұрын
Imana ikuzigame Mutama ntakibera ubusa ico gitabo barakabona bacibagiye twara kukubura tugasagara twifumbereje
@blaise_nkengurutse
@blaise_nkengurutse 6 жыл бұрын
kabisa
@InfiniteSpaceMind
@InfiniteSpaceMind 6 жыл бұрын
Disi His Excellence NKURUNZIZA mukundirako akunda kdi akubaha Imana.
@troubleboy2590
@troubleboy2590 5 жыл бұрын
I’m Burundian but Nkurunziza ntabereye kuba President akwiriye kuba Pastor 🤣🤣🤣
@dr.rafikimartin9287
@dr.rafikimartin9287 5 жыл бұрын
Imana ukunda uburundi cyane kandi ihashinze ihema ryayo.
@ndayisabacharles5148
@ndayisabacharles5148 5 жыл бұрын
Agati IMANA yashinze ntigahenurwa numuyaga
@marynku5029
@marynku5029 6 жыл бұрын
komera kumugambi. wogushigikira igihugu cuburundi natwe turagushigikiye mumashengesho turasaba imana igukomeze kumurimo wayo amen
@ngundachris7598
@ngundachris7598 5 жыл бұрын
Peter forever.
WHAT’S THAT?
00:27
Natan por Aí
Рет қаралды 4,4 МЛН
ТАМАЕВ УНИЧТОЖИЛ CLS ВЕНГАЛБИ! Конфликт с Ахмедом?!
25:37
Pierre Nkurunziza comes back to Bujumbura after failed coup attempt
6:48
Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yaratwengeje abantu
4:20
Isanganiro
Рет қаралды 24 М.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 116 М.