SINDIMWO amajambo akomeye k'urupfu rwa PRESIDENT NKURUNZIZA//Icamwishe/COUP D'ETAT yabaye turi kumwe @NtareRushatsiHouseTV #president
Пікірлер: 118
@ThemwamiTv26 күн бұрын
From America, 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 we are on the way coming back to build our country Bwiza njo nyumbani... By the Mwami
@rugambalibrary20 күн бұрын
Iyo ntahe niyo kandi ndayishigikiye. ❤❤❤ Mama wanje agiye guhura na Nkurunziza niko yamwakiriye yaranasengeye imitwaro ya mama ❤ Imana yo mwijuru imuhe kwicara kukuboko kwiburyo bwayo ❤❤❤❤❤
Ariko jewe ndashobora kuvuga kuko aho Ndi ndi mu mutekano nta kibazo mufise ariko mbabajwe n,abafashobora kuvuga.Igituma ntavuze nuko numiwe vyandenze ibintu yanditse ahubwo nibajije ko nibagiye gufata umuntu muganga yamwandikiye contre la psychose,ni hatari,iyo si irimwo vyinshi,Mana dufasheo@@Rugambamachine7714.
Lionel est entrain de nourrir les racines de notre vie!!!!!
@irambonageorges528027 күн бұрын
Ewe Gaston shaaa
@mariusmpawenayo971426 күн бұрын
Uwumwan amwandureko intwar yacu kk ndazi abarund besh turamwemer ahubwo iman izomuduh mushusho yuwund muntu
@innocentjeshi25722 күн бұрын
Shall he become our president 😌
@BerchmansMinaniJean26 күн бұрын
Nta mahoro ashoboka ata gitambo. Gusa birababaje kuti uka b in izo ntwari. Naho umuntu yo pfira ukuri nta kibazo kuko amaherezo ya vyose ni urupfu. Wotuma upfa ushaka gukiza benshi.......
@_-wt8ns27 күн бұрын
Twarabuze Sha mutama
@user-jx6mt1lb9h27 күн бұрын
Twarabuze , lmana izodushumbushaa
@erobert69325 күн бұрын
President Nkurunziza yarumunyabwenge bwinshi naho neva we wagirango umutwe we urimo indagara ibyokurya ntabwonko burimo pe
@LameckNgabo27 күн бұрын
Oya jew sinovyemera kubera none vyarikugenda gute ko niyombare yogenda kuri RPA hanyuma Gaciyubwenge akaja kuradiyo yigihugu? nimba vyarivyabadede vyarikuba vyaciyemwo
@AimableRugerinyange26 күн бұрын
Ikiganiro cawe ni ciza ariko ukuntu ugira présentation ntibiryoshe,vuga utuje,uti kuri ino TV yacu turi niteka ryokwakira umutumire w'iteka.......iyo mvugo y'ubu jeune n'ubufyeri ntiryoshe vraiment.
@rodriguerwaka98725 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@boaseniyimbona481027 күн бұрын
Nyakwigendera yarakunda igihugu kabisa natwe tubigendere
@DesireHenk-pr8qp25 күн бұрын
Mutama Gaston uri umushingantahe knd wame uko knd turagusavye ko worushira hamwe urwaruka rwa badasigana twitegurire amatora mu mugambwe
Gaston aca maneno yako petit frere waw cnk neuve TAkU uramuzi ivyo yakoze 2015 ? Uyo uvuga nkurunziza kubwanje naramukunze 2005 à 2015 apres avoir vue k ahinduye constitution naramwanse kndi nico catumye apfa adashikiye ivyo yashakam ,mbe aho mwijabe ninde yarashe? simwe mwatanguye kurasa ? Irya cout etat ntiyariyo yari mucezo wandani ! Nne gaston 3ēm mandant yarikwiye? Mbega iyo uprona uvuga ntabapfuye bazize iyo mandant? Reka kuba uhenda abenegihugu ! ́peter na micombero na Buyoya ni bamwe .
@bizuruvenant795327 күн бұрын
Ikinyoma cuzuye igihugu kuva hasi gushika hejuru , nta couq d'état yabaye habaye (montage) irementanya nkarimwe ryaba kuri Ndayizeye na Kadege ivyobashaka barabigezeko ariko bigiye kubagarukaho nabo
@etienneuwimana379727 күн бұрын
Reka sha reka. Buvuga ivyuzi
@Steve_Uwimana26 күн бұрын
TV online yanje ni UMUKUBITO KABISA Gael ni jiurnaliste kabisa Yakoze Interview na President Nabandi bubahwa Buryukora neza Biba ari vyiza Ukomeze udukubita mumu kubito bwana Gael A.k.A UMUKUBITO kwakundi hahandi Kuyindi mpwemu idasanzwe
Dindimeo natwereke izobixeo zerrkana ko nkurunziza ivyo yona yaravuigizhije ko sbatutsi sri sbsrundi nksbahutu ??? Nanitwereke kuri video.kulo nibaza ko yigisha hari inimdnyedhamskuru.
@pierreclavernduwimana197423 күн бұрын
Voups d'dtat ysje iva mumugambwe wiwe. Ariko snishwe, ni muma quattiers yabatutsi. Vyumvikana ko na bimwe sbuze atativyo
@Aiuoex27 күн бұрын
Gaël kumbe nawe uri ikijuju ndakwumvise. Siniriwe ndasigura ikinyeretse ko uri ikirofa