KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Ikibazo n' U Rwanda rutuma nta fungura umupaka President wuburundi Evariste,yikomye u Rwanda
15:56
UMUKOBWA WARI EX NGO NI WE WISHE UYU MUNYAMAKURU😥IBYABAYE KURI NDAHIRO PAPY AGEZE I BURAYI BWA MBERE
1:03:49
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
Что будет если украсть в магазине шоколадку 🍫
00:39
Тренировка памяти 🧠 #boardgames #настольныеигры #умныеигры #игры #настолки #логическиеигры
00:49
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
00:26
PRESIDENT EVARISTE NDAYISHIMIYE YONGEYE KURIKOROZA IBIDASANZWE// IFARANGA RYABOSE NGO BITE??? 😂😂😂
Рет қаралды 111,229
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 6 М.
MUGiSHA PODCAST
Күн бұрын
Пікірлер: 202
@mugishapodcast
Ай бұрын
Muraho, ndabasavye nturengane udakoze s'abonner Imana Ibahezagire 🙌 Ndabakunda cane ❤
@IrankundaChristopher
Ай бұрын
Ndakwemey cyane kurico nukuri ntimubeshe
@IrakozeDieudonne-r9o
Ай бұрын
Mbega umuntu ari muri Amerika kugira aronke 50 dollars bimufata amasaha angah yakazi? Umuntu naw Ari muburundi kugira aronke 5mille abayakoz amasaha angahe? Nihucubona Aho ubuzima bworosh
@NtamfurayishyariJaennette
Ай бұрын
Murahoneza arihasicyane amafarangayanyu yakora mujyihugucyanyugusa mubindibihugu arihasi cyane
@DjbizocuCuthizo
Ай бұрын
🇧🇮 bamubajije impamvu buri kwezi ifaranga rikoroka 8%cank 10% burikwezi kandi atariko vyamy kuri mutama Nkurunziza
@EricNiyonsenga-xt8eb
Ай бұрын
Amahera y’igihugu azamurwa na exportations igihugu gifite iyo hari importation nyinshi ifaranga ry’igihugu riragwa ibyo president avuga nibyo kuko nimukora cyane mukagira ibyo mujyana hanze amarundi azarushaho kuzamuka
@NtakirutimanaAnicet-h1j
Ай бұрын
Jēwe icónōvugá, lmâna izórīnde uburündi n'ábaründi ,ntiháze hasubîre kubá intāmbara mugihúgu câcu c'úburündi, Ibisígaye tuzōza túbibamwó ukunyéne, gukó kubijânye níhīnduka ryíbihe,ntaho vyōróshe, isíyöse namarira, jēwe ahó mpērêye abênegíhugu bâho, bararira knd atarí muburündi 🤦🤦🤦🤦🤦
@MpagazekuriyoBienvenue
Ай бұрын
Ndagukunda Ariko hariho I yo ubesa
@MunezeroAdrien-c6w
Ай бұрын
Président arazi kubesha niba aruko ABA ahaze aha twoshira iki
@Beautyofrwandatv
Ай бұрын
Hhhhhh😂😂😂 ndimowe murafise koko😅😅
@isaacirankunda2128
Ай бұрын
D-tekno irinyuma yawe mutama💪
@AbayoDorine
Ай бұрын
Ino kwl murikenya hoteri barurira amajana atatu ayo usanga aribihumbi hafi mirongibiri yamarundi kwl amahera yamarundi afise agaciro cane hiyo mugihugu iwacu
@CyizPatrique-gx1jh
Ай бұрын
Urabeshya cyane kuko ibihumbi icumi vyamarundi bingana namahera amajana ane namirongitatu numunane
@EspéranceBUKURU-n7y
Ай бұрын
Ibijuju birapfa ntibihona. None uko nukwo baraba agaciro kamafaranga? Mbaga kowumva amarundi afise agaciro 300kenya =20000fbu aho woc uvuga ko amarundi ariyo afise agaciro?
@UrayenezaClaudine-j9h
Ай бұрын
Arabashubije 😂😂😂😂,isahane yibiryo kweli niyo president aboneramo agaciro kifaranga ryigihugu cye😂😂😂😂e
@Nyangalakata
Ай бұрын
Niwoe gicucu ibyo avuze nibyo yubahwe mu Rwanda ufite 20000 ntacyo byakumarira so ziba
@UrayenezaClaudine-j9h
Ай бұрын
Ubwenge bwawe bwerekana ko utaratera imbere muri byose sonagusubiza nkuko untutse ndumubyeyi
@isaacmanirakiza302
29 күн бұрын
Ja hariya namwe ni kubera abakongomani mwamaze mugaca muja ngaho mukishima kubera ubwicanyi bwanyu ??
@NcutinanabagenziIsmail
Ай бұрын
Boss Dufashe twishirere cakibuye kizimvye kwisi ataho Kiri twitezimbere,ariko Abo banyonyezi bazokituziza kandi cari iterambere ryacu😢😭 IMANA ikingire iburundi abanyonyezi aribo bazungu baratwicishije ineza barakagwa mumuriro utazima😂😂
@Muta-m4m
Ай бұрын
President aje muri congo, uwa congo aje muburundi byaba byiza cyane. Muri congo bafite ibyo kurya byinshi nukuvuga ko iteye imbere kuruta America mubukungu.
@florisseba9638
Ай бұрын
Uko bimeze kwose ndakunda president evariste avuga ukuri 🎉
@abdoumkassimmiburo8465
Ай бұрын
Ikibazo nuko twebwe aguma aja hasi non abandi kwari stable izo sa tanzania na sa Uganda uraduhenda kabisa gusa imana irakubona
@DiogèneNDIKUMANA
Ай бұрын
Nivyo amhera yamarundi afisagaciro mu Burundi🎉🎉🎉🎉🎉
@nzisabiramoses4453
3 күн бұрын
Ubuze akunda ibyo afise
@HabyarimanaA-f6j
Ай бұрын
Evariste urikijuju umengo ntabwenge ugira reka kubesha abarundi
@HitimanaMathias-g4g
Ай бұрын
Sh nihatari nibeize perezida gato Bury perezida uwomugira umwenegihugu ivyo yobandanya abivuga
@MunezeroAdrien-c6w
Ай бұрын
Yavuze ko Amahera azoyahindura ibipapuro😂 Umudede yimye ahindura Amahera kugira bakore Ayo bibikura mu mazu
@EmmyNiyonkuru-z9x
Ай бұрын
Avuga ukuri kd icyizere yigirira kizatuma uburundi butera imbere
@NiharirizwaPierre
Ай бұрын
😢😢😢ewe burund
@jgggh1642
Ай бұрын
Amenyo araguseka arayawe kabisa😢😢😢
@mugishapodcast
Ай бұрын
🤣🤣🤌
@NdungutseElias
Ай бұрын
2018-2019-2020 twaritworohehwe kubifungugwa none se ubu isi yaratitutse?
@Markus-hw4fy
2 ай бұрын
Iki ni ikirofa. Ashatse kuvuga ko Uburundi na USA bari kumwanya umwe mu bukungu. Igitekamutwe gusa
@dimitryibrahim2447
Ай бұрын
Uyu mujama wagirango yariye muri restaurant ubuzima bwe bwose
@DanielSINDAYIHEBURA-y1d
Ай бұрын
Nivyo Kiko igitoro tanzaniya kigugwa iritiro 3500sh shire nangahe yamarundi 9450f
@SMÏThäññBëññy-i5j
Ай бұрын
Uvuzukur pe non ikirocinyama ino tukigur amafranga angana ibihumbi mirongine vyamarundi Arik ndaz mubirindi ntikirasika kurimirongitatu
@dimitryibrahim2447
Ай бұрын
Hanyuma se Uburundi buba kumubumbe wabwo bwonyine
@BukhariyIddy
5 күн бұрын
Nyakubahwa president ico avuga Nico muburundi turabakire ikiriho twebwe imiyabaga mwotaba mukaduha uburenganzira bwo guhi inguvu imirimo yacu
@AlfaNix-257
Ай бұрын
Uko nukuri nubwo turira ngibintu birazimvye ushatse kuzuravunja mumarundi ukavunja wosanga hanze wakiguze meshi
@NifashaEric-u8o
7 күн бұрын
Mbeg ubununt kugir afat 20ml abayaciy mubzir zingan gut?
@peaceloveisrael3992
Ай бұрын
Mbega ayo mavyi , uwo muhutu wikirofa abona yobesha nde ?
@BYIRINGIROErneste-xw6hs
10 күн бұрын
Ibyo byabahutu nabatutsi iwanyu I Burundi nibyo bibataye kugasi
@steve9010
Ай бұрын
uravye ivyavuga ucubona ko burya yagerageza😂😂😂 turacagowe
@MunezeroAdrien-c6w
Ай бұрын
Yavuze ko Amahera azoyahindura ibipapuro
@GilbertRiyazimana
14 күн бұрын
Non ko igitoro kibura kuri nkurunziza caraboneka ivyashorwa hanze vyarahonye?vyagenze gt?
@CizaCiza-f2x
Ай бұрын
Wapi kweri izo nyishu ntizitomoye
@RachidiHamisi
Ай бұрын
Nukuri kbsa
@NinzimaJudithe
Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nakumiro gusa ntacokuvug tugifise 8faranga ryuburundi ngorifuse agaciro kwel 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@mundanamaria6198
Ай бұрын
Uvuzikuri mutama wacu❤❤❤❤
@davidburora8959
Ай бұрын
Imana irakunda kurema kbx. uyu numuntu??
@NduwayoJérémie-d4w
Ай бұрын
20isahani woba ukorera angahe kimusi
@BirikunziraBabiju
Ай бұрын
Icavuze mutama nico muburundi arafise agaciro ariko avuy muburundi Usang arihasi can Rero cavuze kirubaka can nico
@bimenyimanaeric8340
Ай бұрын
Urabeshe muta ngaha ahompereye 20ml ngura ipokipiki 200ml ngura imodoka
@MunezeroAdrien-c6w
Ай бұрын
Aho bitandukaniye aho handi cash ziracircula aha iwacu bakora ayo bibikura kuko ntibakenye hakenye rubanda
@James-xk6ux
7 күн бұрын
Ntabwenge ufise wew ngira niwe wagitey numukosh ko ibintu biter bizimb
@Ciza-ku5zr
Ай бұрын
twebwe baradufata dushoye hanze kandi dufatwa nabarundi
@FabianoSinghania
Ай бұрын
Ntahuye impamvu ibintu biduga ntihagire igikorwa nuko numva amafaranga yohanze mushaka kuyanganisha namarundi akarorero ahondi jew mfunguye 80 muri restaurant mwebwe muca mushaka muyaharure nkayo hiyo muburundi ico wapii
@IsabweEmmanuel-co4gv
Ай бұрын
Oker
@NehemiahCallixte
Ай бұрын
❤❤❤❤❤
@StevenManirakiza-w3o
15 күн бұрын
Hanze hari business burundi no business umukozi wa leta arahebwa 300Milles agacapanga inzu ya 250Milles
@gabrielmanirakiza6731
Ай бұрын
Ivyo nye'icubahiro avuga nukuri kuko ntiworonka amahera mvamakungu atco washoye
@tuyisengeleonard4537
2 ай бұрын
Uyu mugabo yageze mu ishuri? Pas possible. Mbega ibisobanuro
@GaddynsengiyumvagaddyNsengiyum
Ай бұрын
Mwubahwe mutama wacu
@issakrwanda
Ай бұрын
Kbx 😢😢😢
@ezekielsabiyumva8048
Ай бұрын
Asubiza inyishu zitajanye nikibazo
@issakrwanda
Ай бұрын
Ni isaac rwanda ❤ ni Cameroun 2
@IradukundaFrank-m9o
Ай бұрын
Nkunda abarundi cyane
@ndayizeyonesime
10 күн бұрын
ijanb'nyakubahwa yavuze nukuripe
@ndayizeyonesime
8 күн бұрын
ndaramukije abafana banje nwese muramahra??
@FabricioPromota-b3u
5 күн бұрын
Ariko avuga Ibiki Uyu musaza yashaje nabi vrt
@NimubonaObede-z1k
Ай бұрын
Affrimatife son excellence
@johnGondwe-k3r
Ай бұрын
Uvuze ukuri
@isaacmanirakiza302
29 күн бұрын
Reka wana ubu honyene ryabaye igikaratasi ivyo navyo yivugisha mbe nkubu turikwije kuburyo atavyo tuzoja kurondera ahandi ??
@AshuraAa-k6j
Ай бұрын
How areyou🙏🙏🙏🙏🙏👍👍👍👍👍👍👍👍
@mugishapodcast
Ай бұрын
I'm okay, how're you doing
@IrambonaJules-t3t
Ай бұрын
Ndagukunda
@koreshumwanya-l1z
Ай бұрын
❤
@Kimdollar1
Ай бұрын
Ikijuju cumugabo
@mansB12
2 ай бұрын
Ndayishimiye abateye igipindi.
@Lewis-charlesKWIZERA
Ай бұрын
Irambire muvyeyi wacu abarundi turagukunda
@kemosabe4996
Ай бұрын
Ariko iki kigabo nikirezi man
@badettemugiraneza1107
4 ай бұрын
Nitugera mwijuru tuzarya shah 😂😂😂😂
@ndagapanziVyagucopa
Ай бұрын
Uuuuu. Oyayeprerezida turakeny Vugishukuri
@NovilisNiyomwingere
Ай бұрын
Muzehe arstubwiye vyiza!
@AlineMukankusi
Ай бұрын
Bien sûr nanubu ibintu biracazombutse cane ugereranije nibindi bihugu
@JamesKing-j8x
Ай бұрын
Ugiy hanze naho ufise amarundi😅😅😅😅
@JanvierNishemezwe-t2g
Ай бұрын
Mahabarov
@JanvierNishemezwe-t2g
Ай бұрын
Mahabarov
@Petnobyofficial
2 күн бұрын
Mmmh nabahend ino tanzania umuntu urinjiza 30mile kumus muburund wo yakurahe cufatira kumarundi wumve nangahe arimwo
@Shyumbushoemmri
2 күн бұрын
Uko nukuri di kizigenza
@NdungutseElias
Ай бұрын
Sha birababaje pe
@AmatwiyimpeneYumvayokeje
Ай бұрын
Uburundi bugowe bukigowe nkumukuru wigihugu atinyuka kuvuga ibintu nkibi ivyo bipapuro wobijana dubai kurangura
@fidelekabaya6573
Ай бұрын
Kuki Dubai itaza kurangura iwanyu???? Mugabanye ubujiji. Ntimwumva. Mushore byinci hanze kuruta ibyo muvana yo nibgo ifaranga rizagira agaciro.
@gabrielmanirakiza6731
Ай бұрын
Amahera ya Kenya wama uyatwra kurangura Dubaï?
@AlbertVitus
15 күн бұрын
Mukuri turahanzwe niba munezerwa nukomufise amahera akora mugihugukimwe
@IrakozeJackson-t3v
Ай бұрын
Nimwivugire
@nteturuye
2 күн бұрын
Ibihumbi 20.000 bironka abantu bangahe ngo bafungure?
@NdayisabaJules-h8i
8 күн бұрын
Uteye nagatwengo Aho woraba icowokora kugira nabantu batobato babehe mushaka kandi aribo bagutoye subira ibintu uko wabisanze
@MuvandimweJosue
26 күн бұрын
rata ndakwemera uvugishukuri nahiye Kenya ndumirwa
@NibarutaPrince
Ай бұрын
Emwe uburundi bugowe buriko nn ufashe naho bitanu vyamarundi ugiye hanze worya kwande
@CyizPatrique-gx1jh
Ай бұрын
Bagusubize pe kukonge nibwo nabona ibibintu mbashije kumirwa
@StevenManirakiza-w3o
15 күн бұрын
Rer umukozi wiburundi nuwo hanze sicokimwe kuko kuko ntibaronka ayangana
@IshimweSalomo-s1x
Ай бұрын
Hoya,ntako,wibeshya
@CélestinBigirimana-e3i
Ай бұрын
Inkazacu cha nizozaduha ifumbire mukuronka umwimbu?? Nn komutazorora. Muzimburiki aaaaaa
@Rukundoize
Ай бұрын
R.I.P Edeni
@IlidephonseJunior
Ай бұрын
Ryaragataye
@CélestinBigirimana-e3i
Ай бұрын
Inkazacu cha nizozaduha ifumbire mukuronka umwimbu?? Nn komutazorora. Muzimburiki aaaaaa 5:59
@DanielNkurunziza-j2f
Ай бұрын
Mutama komera komera
@RichardMurenga
14 күн бұрын
Neza cane nyakubahwa ifarangaryacuryubahwe
@MosesGersonmosesmoses
Ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@ManirambonaAllemaque
Ай бұрын
😢
@BYIRINGIROErneste-xw6hs
10 күн бұрын
Ark x uyu muntu ugereranya amaru ndi namadorari yize hehe ibiki?
@AbayoDorine
Ай бұрын
Uvuze neza cane muze wacu
@JacksonNdayiragije-u9w
Ай бұрын
Aha nta mukuru wigihugu dufise ndabarahiye
@Gahuntisy
Ай бұрын
Ese barundi murashaka kuyoborwa nande koko? Iyi mumvire murayibona cyangwa ntimuyibona munsubize.
@stannkurikiye4765
Ай бұрын
Ivyo sivyo
15:56
Ikibazo n' U Rwanda rutuma nta fungura umupaka President wuburundi Evariste,yikomye u Rwanda
ROCKY ENTERTAINMENT
Рет қаралды 154 М.
1:03:49
UMUKOBWA WARI EX NGO NI WE WISHE UYU MUNYAMAKURU😥IBYABAYE KURI NDAHIRO PAPY AGEZE I BURAYI BWA MBERE
ISIMBI TV
Рет қаралды 7 М.
00:24
99.9% IMPOSSIBLE
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН
00:39
Что будет если украсть в магазине шоколадку 🍫
Miracle
Рет қаралды 3,2 МЛН
00:49
Тренировка памяти 🧠 #boardgames #настольныеигры #умныеигры #игры #настолки #логическиеигры
Двое играют | Наташа и Вова
Рет қаралды 48 МЛН
00:26
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
Los Wagners
Рет қаралды 15 МЛН
31:45
Agathon Rwasa: Sinarota Nicarana n'Akagwi k'Abantu Bavuga ko Bankuye ku Burongozi bwa CNL
Radiyoyacu VOA
Рет қаралды 278 М.
6:19
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
Mashariki TV
Рет қаралды 61 М.
13:58
Mutima le comedien agurishije inzu y'abandi none bamutaye muri yompi
Indundi TV
Рет қаралды 53 М.
8:33
PRESIDENT NEVA MUKOMBOZI ASAVYE KUBA USHINGAMATEKA YIGENGA, UMVA IVYO AVUZE....
Waka Light TV
Рет қаралды 25 М.
20:09
Gabriel Rufyiri amenyesha ko atagikozwe azosubira imyiyerekano ya we nyene
Indundi TV
Рет қаралды 91 М.
23:04
S.E Neva || abwiye Gabriel Rufyiri amajambo akomeye caane || Amafaranga y'Iburundi guta agaciro
Isaac Tv
Рет қаралды 100 М.
16:54
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 9 Kigarama 2024
Isanganiro
Рет қаралды 31 М.
9:40
Kevin Nkurunziza umuhungu w'umuhisi Petero Nkurunziza yavuze ibintu bikomeye bigiye ku muvyeyi wabo
RADIO TV BUNTU
Рет қаралды 303 М.
4:02
Perezida Kagame yatanze iminsi 3 ngo habe hakemuwe ikibazo cy'uvuga ko yarenganyijwe na BNR
RwandaTV
Рет қаралды 866 М.
29:39
Nta GIHUGU kigoye gutwara nk'UBURUNDI//Ama MIRIYARIDI mwirirwa muriba ntimurahaga//Abasuma nibo
UMUKUBITO
Рет қаралды 271 М.
00:24
99.9% IMPOSSIBLE
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН