Mukamenya ivyo Umurwizatunga SIYONI akoreye FABLICE muratangara//Imitahe ashize mu kwubaka ISOKO

  Рет қаралды 84,360

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 341
@macjoy4897
@macjoy4897 Ай бұрын
A cette allure u Burundi bugiye kuvayo. Imana idufashe 😊
@زياد-ذ5ف5ه
@زياد-ذ5ف5ه Ай бұрын
Nahora numva ngo siyoni nkibazako.ari.izina.ryakahise.kera.kumbe.numuntu.akibaho komera mutama siyoni
@ishimwejf
@ishimwejf Ай бұрын
Turi babiri nanje nuko😂😂
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Ай бұрын
Turi3nanje ntaw narinzi kwel
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Turin4 nanje nuko😅
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub Ай бұрын
😂😂😂
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu Ай бұрын
😂😂😂😂😂emwe naje narinzi ko arumuntu yabayeho kumuzo wabazungu nn ndamubonye kk waja kinama ukumva ngo Kwa siyoni,kuri kotebu hose,kukiyaga😂😂😂
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ ndabikunz ukunt abagwizatung barikobaratahur can fablo. Biratesacan kk vyerekan kobizohav biranguk neza knd cn. Nanj ejonzoshiramw umutahe
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 Ай бұрын
Uburundi bushasha Ndadaye yavuga bugira buboneke Igihugu ciza Rwagasore yaraze Abarundi kizokizwa n'imboneza zikunda isoko
@kg7285
@kg7285 Ай бұрын
Rwagasore ntiyigeze araga ngo umugambwe umwe wikubire ivyiza vyose vyigihungu kandi yanse amacakubiri
@vyukusengejosiane4304
@vyukusengejosiane4304 Ай бұрын
Nubwambre mbonye Siyoni nahora nja gusumira kwa sioni ariko sinarim uzi Gael mrc bcp
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 Ай бұрын
Turi benshi
@salvador-sm7po
@salvador-sm7po Ай бұрын
Nikobiri Siyoni Atwibiye akabanga kogutera imbere:Ubwizigirwa,gukora cane,gutinya canke kwubaha Imana.
@YASIPI500
@YASIPI500 Ай бұрын
Gael I really appreciate you doing great and intelligent talks and we have you 🎉🎉❤❤
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 Ай бұрын
Ñiho nkibona siyoni kweli😂 fabi Imana ibane nawe mukunzi wabarundi❤❤❤❤❤❤❤
@B-Y-N
@B-Y-N Ай бұрын
Hezagirwa hezagirwa. Fabrise Manirakiza turagushigikiye. Mutama Sioni wubahwe . Imana ikomeze kuduhezagirira igihugu cacu ciza cuburundi 👏👏👏💒💒💒💒
@EzWeusidom
@EzWeusidom Ай бұрын
Siyoni❤ The genuine and insightful one❤❤ He’s concise but always delivers value when he speaks❤❤ I’m particularly impressed by the inclusive approach that allows open investment and crowdfunding for the projects❤ I’d love to explore more about the opportunities and potential growth strategies.
@samsonjoseph4260
@samsonjoseph4260 Ай бұрын
Please, burigihe iyo dusenga, mwibuke gusengera Fabrice ngo Imana imube hagufi mw'iki gikorwa kitoroshe.
@samuelntihinduka6544
@samuelntihinduka6544 Ай бұрын
Kabisa! Iki Kirahambaye.
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@ahishakiyejules7083
@ahishakiyejules7083 Ай бұрын
Burundi on the top cyane iyaba abanyafrica bamenya ibibintu twatera imbere Naho abazungu baduhoza mumatikuya Hutu twa Tutsi muvemurayo mutange imitahe mureke kwanka
@MegaAlexison
@MegaAlexison Ай бұрын
Ngomba information nanje ndabe ko noshiramwo agatahe kuko numurimyi ararima atazi yuko imvura izobandanya kurwa. Siyoni yashizemwo umutahe kuki jeho
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 Ай бұрын
Fablice,umukubito&abarundi =Iterambere👍
@riochanel-1k
@riochanel-1k Ай бұрын
Umushingantahe Siyoni aramwatiye kuva mubusore kuja mubugabo, felicitation Papa siyoni
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo Ай бұрын
A basketball 🏀 area is needed in Buja
@RyabuyeJeanMarievianny
@RyabuyeJeanMarievianny Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️
@Christophe-u2k
@Christophe-u2k Ай бұрын
Jew narkinz kurab saison nyinsh zaba nya korea bagiz ama groupe nkay yabanyamitahe vyukur usang biryosh CEO fablice komer ham gaga komerezah kabis respect bro
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
Uyumusaza ndamukuriyishapo ati tutamushigikiye twebwe abakurambere vyohava bimugora ntiwumva abatama binryamunyu urekane nababandi atari kumurwanya atakindi barota ❤❤❤❤❤and
@peacelove2109
@peacelove2109 Ай бұрын
Ejo ni heza
@NiyongaboAnaclet
@NiyongaboAnaclet Ай бұрын
Imana ibaje imbere mubikogwa vyanyu🙏, turipfuza muduhe inomero, canke account yo kurungikako iyo mafaranga. Murakoze!!
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
Reka gusaba account hano wewe ushaka kwibwa. Ahubwo raba video Fabrice yavuzemo details zabashiramo imitahe
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Ай бұрын
Raba nimero ya fablice umuhamagare mwivuganire ntibakwibe ivyongaha muri comentair bokwiba
@Anny-p62
@Anny-p62 Ай бұрын
​@@mariamsakora2818😂😂😂😂😂reka ndayimuhe
@legend.channels
@legend.channels Ай бұрын
Iman ibazigame kubint vyos muzokor
@mbonihankuyejimmypeter5490
@mbonihankuyejimmypeter5490 Ай бұрын
Man ndakwemera Gaël courage kabisa
@yveslamyiradukunda2189
@yveslamyiradukunda2189 Ай бұрын
Oooooh Hallelujah 🙌🙌🙌🙌 Je ivyo mbona n uko Imbere ari heza n ukur Kuko abadukurira ari bo bavyeyi bacu ko batahuy k dukeney gushigikirwa n ukur bizoshoka knd tuzokora binini L'union fait la force 🤌🤌🤌
@ntunzwenayosimeon1860
@ntunzwenayosimeon1860 Ай бұрын
question iyo terrain de basket izob iteretse he neza
@Elyseniyimbabazi-t8r
@Elyseniyimbabazi-t8r Ай бұрын
good job frabrice. kuvyerekeye gutanga imitahe mwokorana na lumicash cank ecocash mushireko option ya one africa investiment fund. vyofasha
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 Ай бұрын
Merci,Mr Sion uritwari mubikorwa.
@Musindi736
@Musindi736 Ай бұрын
Imana ibikore kbx
@DushimeEgide-w5k
@DushimeEgide-w5k Ай бұрын
Imana.ibibemwo.ibaje imbere
@antoinebakevya8911
@antoinebakevya8911 Ай бұрын
Gaël ni umu Journaliste w-icuma kweli.
@AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk
@AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk Ай бұрын
Akwiye medaille ❤❤
@Uwondi1
@Uwondi1 Ай бұрын
Mutawinararibonye turagukejecane kukarorerokeza uhayabarundibakundigihugucamavukiro Imanibahezagire mushishikarekumuterintege❤
@francineirakoze7590
@francineirakoze7590 Ай бұрын
❤❤❤imana imbere ...mindsight...guys not eyesight...imana ibandany ibazigama
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
Gael ijambo ryuko Abarundi baja hamwe mugukubita umusuma😂😂 karamwinjiye karamwinjiye kwel
@nizigiyimanakennedy5427
@nizigiyimanakennedy5427 Ай бұрын
❤❤❤ abarongozi bigihugu baturindire cane bano batama nukr ❤❤❤😊
@nicodemensengimana9992
@nicodemensengimana9992 Ай бұрын
Umukubito murakazeee kbsaa !!respect
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne Ай бұрын
Turakwemera Gaël ❤
@UwumukizaJeane
@UwumukizaJeane Ай бұрын
Numbus fanrice
@vassilyhatungimana8434
@vassilyhatungimana8434 Ай бұрын
Courage a Fablice, bon travail a Gaël 👏👏
@Randybury378
@Randybury378 Ай бұрын
Uyu mutama siyoni ribaye iryambere ndamubonye kandi ndamwumvise Ijwi, Komera kandi wirambire.
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
Mwubahwe mwese Fablice just gael namutama Sioni ❤❤❤❤❤❤
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 Ай бұрын
Wow 👏😮 Nice kabisaa
@MUCOWINTWARI-ld4op
@MUCOWINTWARI-ld4op Ай бұрын
Dushize hamwe vyose birashoboka abarundi twikanguye kugira twiyubuka nivyiza caneeee❤❤❤❤
@habonimanasimon8668
@habonimanasimon8668 Ай бұрын
Imana ibahezagire ncti zanj ,umw wese afise ICO akora
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Ай бұрын
Mutama Sioni Legend waba Legend🙌🙌🙏🙏
@LéonidasNahishakiye
@LéonidasNahishakiye 7 күн бұрын
Capakazi. Gayel. Fabiric. IMANA. imurindegucanamwo. Nabobirikumwe
@JonathanIrankunda-h8r
@JonathanIrankunda-h8r 25 күн бұрын
Courage
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub Ай бұрын
Muzigamwee n'Imana❤❤😊
@AlbericDUSHIMIYUMUKIZA-xp6xe
@AlbericDUSHIMIYUMUKIZA-xp6xe Ай бұрын
Mwubahwa🙏
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 Ай бұрын
The future of our country Burundi belongs to we young ones Fablice keep winning!
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db Ай бұрын
Absolutely
@JeanetteNshirimana
@JeanetteNshirimana Ай бұрын
Ni nde twocako mûri Canada,Montréal kugira twifatanye n'abandi mûri uyo mugambi
@BwitonziAime
@BwitonziAime Ай бұрын
Kurikirana ibiganiro Fabrice yagize yaravuze ukwo bigenda kubantu Bari hanze
@Anny-p62
@Anny-p62 Ай бұрын
Bank yose yemewe nà l'etat urayicishako umutahe wawe hm numero zaratanzwe zabadufasha
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
mutama wacu siyoni umurwizatunga twemera hamwe na fablice mwubahwe
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 Ай бұрын
Fabrice ,Imana Ikuj'imbere
@Shurweryimanaedissa
@Shurweryimanaedissa Ай бұрын
Gael courage
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 Ай бұрын
Imana ni nziza .
@nduwimanagabriel9996
@nduwimanagabriel9996 Ай бұрын
Mutama siyoni ndongeye kukubona mutama wanje,Imana igukomeze ikurinde, warangiriye neza muri 2007 urampa akazi utanzi kuri sun safali hotel ,ndabigushimiye caane ico nogusabira wewe siyoni nuko Imana yoguha iherezo ryiza aheza mwi juru.
@MichaelRichard-k1l
@MichaelRichard-k1l Ай бұрын
Fabrice wubahe papa🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 Ай бұрын
Very good
@francoisnsengiyumva1175
@francoisnsengiyumva1175 Ай бұрын
Vyukuri Fablice Imana iguhezagime cane kuri Vision nziza y iteralbere ry igihugu cacu hanyuma mutubwire natwe batobato ingene tuzoshika à udutahe twacu muriyo Soko
@EricNdihokubwayo-be2rh
@EricNdihokubwayo-be2rh Ай бұрын
Wirambire mtama 🇧🇮
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy Ай бұрын
Uwaaa imanishimwe cane
@Anny-p62
@Anny-p62 Ай бұрын
😢Nije nsigay ntarashiramw umutahe nukuraba nanj nkaba kurutonde rwabakund iterambere ry'Uburundi bwacuu❤
@KwizeraEvrard
@KwizeraEvrard Ай бұрын
Imana iguhezagire Fabrice na mutama Siyoni
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 Ай бұрын
Najewe ndamubonye, Imana ibandanye kumugirira neza, afise amajambo yubaka! Ndanezerewe caane! Gaël nawe ubikora neza 99,9% ; ivyo utugezaho biratwubaka, amakuru uduha nayubaka! Fabrice nawe burya muzehe Sioni yaguhezagiyeee: ngo uruwo gushigikirwa nabakurambere, kubwamajambo ajanye nibikorwa nivyiyumviro vyiiza, Kandi Fabri warahishuriwe nkuko wabivuze!!😊 tubari inyuma,....❤
@machariagilbert3475
@machariagilbert3475 Ай бұрын
Mwubahwe
@julius875
@julius875 Ай бұрын
Courage cane hejuru cane
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Ай бұрын
Nukuri bize bigende neza 🙌🙏
@ezechielhabonimana6353
@ezechielhabonimana6353 Ай бұрын
Courage mwese Burundi iterimbere
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 Ай бұрын
Imyaka maze numvasiyoni niryamber ndamubonye nukur umukubito hejuru cane muduhibintu bizima naje iyongiragatahe nogasizemwo nanj 💃💃💃💃
@SaidiRaul
@SaidiRaul Ай бұрын
Uwubanka abandureko❤❤
@TwizerimanaEvode-ms6dt
@TwizerimanaEvode-ms6dt Ай бұрын
❤❤❤🙏✅✅💪💪❤ Abarundi, fablice, umukubito🙏
@LibertNizigiyimana
@LibertNizigiyimana Ай бұрын
Fablice wew big up sana kimw ugahez isoko uce usaba kirya kibanza kirimwo stade intware uhubake Arena nziza knd nini yakijambere hama stade batware kure 😂😂😂😂😂😂😂
@Anny-p62
@Anny-p62 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂batware kure??
@EliakimMunezero
@EliakimMunezero Ай бұрын
Courage Mr Fabrice
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Yes
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie
@Jean-MarieNduwimanajeanmarie Ай бұрын
Mwubahwe cane turabumviriza mufis ivyiyumviro birashe
@AAroni-t7r
@AAroni-t7r Ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤🎉❤❤kweriii shaaaaaa
@onechap6
@onechap6 Ай бұрын
I like it 🙌🏻🙌🏻 Iterambere Riboneka Twese turihamwe birashoboka 🤝👏
@jeanclaudeloydonmagenge1121
@jeanclaudeloydonmagenge1121 Ай бұрын
Murakoze kukiganiro ciza mwagiranye n'umukurambere wacu. Hama ico nogusaba Gaëlle nk'intererano mwogira mwebwe mukoresha ama Tv on line nuko mubiganiro mushikiriza mwokina akareresi kavuga neza uko umuntu ashaka gushiramwo umutahe uko bigenda n'akamaro kayo muteko muvuge nuko iyo mitahe izoba ikingiye muntumbero yoguhumuriza abavyipfuza. Mubikoze uko nuwuri muminyaganyaga azoca atahura neza atiriwe araja muri bnk cnk mwisoko kuko hashobora kumubera kure caneee so lumicash,ecocash,enoti,... Nabo bafate iyambere mugupfunyira ingendo ababa kure y'ibisagara.
@damasnimfasha4470
@damasnimfasha4470 Ай бұрын
Allo
@akajendegetishow1692
@akajendegetishow1692 Ай бұрын
Ndagukunda gael faric ariko aje aragaheta ndakunze kuba muri (genz)
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans Ай бұрын
Fabrice namukunze abandanye bizokunda
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
Together we can build our nation ✊ Barundi barundikazi twumvitize ibivyiyumviro tubishigikire dutegure kazoza keza kigihugu cacu we can make it ,twikure agasuzuguro kokwama mumfashnyo
@NordeliphazNshimirimana
@NordeliphazNshimirimana Ай бұрын
Gaga uri very talented
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Siyoni arazi idiri zisoko ni nyungu iri mumasoko aho ntiyogotwa gushira mw'imitahe.uwo numu investisseur kandi arazi ahamera
@shakilajazla8893
@shakilajazla8893 Ай бұрын
Nibwobwambere mbonye Siyoni 😊😊❤❤❤
@DerickBabu
@DerickBabu Ай бұрын
Nivyo fabu nukur uriko urakora imana ikuje imbere ariko nihagire abandi bahagurukira amabarabara kuko nayo Ari mubiteza Imbere igihugu
@JaffariBola
@JaffariBola Ай бұрын
Gaël ndagusabe umpe numero ya Fabrice ubaka National Groupe kandi urabugize neza .
@OmarMukanya-fd7iv
@OmarMukanya-fd7iv Ай бұрын
Sioni yubahwe❤❤❤
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Ай бұрын
Im in USA nokurah infos
@etienneuwimana3797
@etienneuwimana3797 Ай бұрын
A kuri Google wandike Oneafricainvestment, vyose uca ubibona
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db Ай бұрын
Contact Fabrice mrs
@nshimirimanaMartin
@nshimirimanaMartin Ай бұрын
Courage lman' IBAj' imbere uko yabanye na Néhémie izobane natwe abarundi
@gustave2ful
@gustave2ful Ай бұрын
Monsieur Fablice devant une personne amuruta imyaka yari gukura I chapeau
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
Mureke erega ivyikirundi ntavyo azo umwanya munini yawumaze hanze yigihugu rero umutahure kandi ninamuto cane mureke
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 Ай бұрын
Poor mindset.Gukura inkofero canke kuramukanya amaboko yose,ivyo vyarataye igihe bro
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Ufisubwenge buke kweri
@gustave2ful
@gustave2ful Ай бұрын
Mugabo Mr Fablice afise ubwenge very smart 👌
@linettebasa4170
@linettebasa4170 Ай бұрын
Akura ishapo ngo amusenge?
@Kevintherichkid
@Kevintherichkid Ай бұрын
Fablice and Sione are my role models 🙏🏻🕺😎
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Siyoni n'umugabo mwiza
@Emily-k98
@Emily-k98 Ай бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤❤
@omernshimirimana
@omernshimirimana Ай бұрын
Je ndavye imisi iheze iyo soko iri ngaho hama fabric ngo niwe aje kuyubakisha abarundi nsinzi ukwo twabaye pe problem
@NiyibitangaPierre
@NiyibitangaPierre Ай бұрын
Ndabonye ingénieur Schadrack
@HAKIZIMANADevis
@HAKIZIMANADevis Ай бұрын
Vyiza cane
@JeanBaptisteNDORICIMPA-bn4ij
@JeanBaptisteNDORICIMPA-bn4ij Ай бұрын
Mushingantahe Siyoni, ico ciyumviro ni ciza pee. Mugabo murale neza ivya assurance y'imitahe y'abantu. Ntibimere nk'ivya SOGEMAC.
@ericjohnson315
@ericjohnson315 Ай бұрын
Twubake ama prisons meza , amasoko meza ariho akwiye. Les priorites...
@lostboy2608
@lostboy2608 Ай бұрын
Nawe tanguza kwubaka izo prisons nimba arico ubona cihutirwa
@NshimirimanaClaude-ze1ko
@NshimirimanaClaude-ze1ko Ай бұрын
Fabric mwubahwe na mutama siyoni mbona iryambere.vive Le Burundi
@irjacksonkaremerwa2387
@irjacksonkaremerwa2387 Ай бұрын
Turikumwe kabisa
ТЫ В ДЕТСТВЕ КОГДА ВЫПАЛ ЗУБ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 3,7 МЛН
Är botten nådd?
19:31
EFN Ekonomikanalen
Рет қаралды 4,2 М.