SIMBIZI ntaco asigarije NELLYNAT//Ntamuhungu yomwikoza NELLYNAT//Kuburira indero Uwazanye THE BEN

  Рет қаралды 7,770

Casoar TV

Casoar TV

Күн бұрын

Пікірлер: 44
@beniramubona315
@beniramubona315 Жыл бұрын
Simbizi usigaye uri umugabo kwelii ukuntu utanze ikiganiro mwituze ntangere. Notre sœur Nely nat ni kuza mwicaraana mukamuhanura nka mushikacu
@classicvevo1
@classicvevo1 Жыл бұрын
Uwo mu presenta arek kuz araciramwo umuntu 24:05
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و Жыл бұрын
Abemera simbizi semavumbi nkanje mushireko like❤😂urya mukobwa mbona bohonda rurya runwa rurerure nkingona 😠
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Жыл бұрын
Karya gakecuru ntandero kagiraa nukuri ndabarahiye murakwiye kugakosoraaa
@AlfredBagorikunda-cv7qc
@AlfredBagorikunda-cv7qc Жыл бұрын
❤ umunyoni
@bihashivyamahembetv8705
@bihashivyamahembetv8705 Жыл бұрын
Nyakwubahwa umukuru wigihugu aguma avuga ivyerekeye izo nryarya zimburakimazi zibura ico zikora zigakoresha umwanya wotejimbere igihugu mukucafuza abashaka gukorera igihugu. Tumufashe kugwanya izo nryarya.
@elyseetumenyeyesu393
@elyseetumenyeyesu393 Жыл бұрын
Ngewe numvise ikiganiro cya nelly natt ariko sibyiza kuvuga utabanje gutekereza nukuri abarundi ndaziko bagira urukundo ariko uwomu nell natt rwose nashaka ace bugufi afite amakosa natwe natwe abanyarwanda haribyo tuzi kuriwe bitari byiza reka nicecekere
@Laugh3580
@Laugh3580 Жыл бұрын
Simbizi ari serious kwl
@akimanaarlene851
@akimanaarlene851 Жыл бұрын
Najewe Nelly ndamwanka Uhoraho ambabarire😅
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Жыл бұрын
Ntusuvya karashish najew
@Eagle257
@Eagle257 Жыл бұрын
Imana itubabarire😅
@leecharon
@leecharon Жыл бұрын
Sha babwire kabisa. Umwe wese amenye akazi arimwo. Aba KZbinur batazi ko ivyo barimwo birababaza
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Жыл бұрын
Komera bwana simbizi mé karya ga kecuru murakwiye kugakosora guko trop cé trop ngo murabasazi abantu babagabo nkamwebwe vraiment
@ndiyoibrahim6847
@ndiyoibrahim6847 Жыл бұрын
Simbizi ubwo wewe mubantu badahuruduka urimwo!!?ahubwo Nelly nat yagusumbije amakari kuko wew urahuruduk sana
@نورهاليامي-غ3ص
@نورهاليامي-غ3ص Жыл бұрын
Urya mukobwa nihatar aravuga abandi atabanje kwuraba umuryango avamwo IMANA imbabarir gusa Maman wiwe yavyay kuribangeh ?Ko Sosumo yose nyina bamuzi mukuruwe yapfuye hamwe nawe bamaze kuryamana nabagabo bangan gt ?Koyishira hejuru wew aracar isugi nabareka Simbizi wew ndakwemera pee
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂atinda yiwe yagiye muma trompe 😂😂😂😂😂😂😂
@Sonia-el4lp
@Sonia-el4lp Жыл бұрын
Jewe icomaze kubona nuko karya gakobwa karwaye mumutwe ahubwo uwogomba kugafasha yogatwara kwa legentil
@Laugh3580
@Laugh3580 Жыл бұрын
Ico botwigisha abanyaru nugukunda ivyunguka kurusha kuvuga ibintu bidakenewe basamburanira ubusa,nkubu zirya attaque kuri jean de Dieu ubona zizotuma aguma agira investissement muri entertainment yacu?
@emelynemutana3166
@emelynemutana3166 Жыл бұрын
Ukuri kurababaza NellyNat yubahwe kuko ntakuntu mwarikumwitaba kukatsa namakamera ataranariha nayambere ukuri kurabe kuri hit top TV1ikiganirocaheze Landry avugishijukuri kwataramuriha😂
@Pajonice
@Pajonice Жыл бұрын
Uyu mudada avuga neza nutubazo dutujee
@bihashivyamahembetv8705
@bihashivyamahembetv8705 Жыл бұрын
Nelly uwomujana muri campus musaga mwikosororero akahamara nkimyaka nka 2 yogaruka azi kwubaha ubuzima bwabantu
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Kandi birya nimu rwanda kave kuri Paulin iyo nkumi isaziye ubusa😅
@elyseetumenyeyesu393
@elyseetumenyeyesu393 Жыл бұрын
Niba avugako hean de dieu ari ume scro muzamubaze no amafaranga yashoye muri leta yuburundi uwo nelly natt yarayashizemwo kandi muzabirebe neza nelly natt nakintu afite ndumunyarwanda ariko nelly natt nindyandya setu
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Simbizi ndagundira ko ww utagatinya
@UYEIC
@UYEIC Жыл бұрын
Simbizi yar yavuzeko igiteramo kitazoba none kocabaye?ubu yarahinduye imvugo kare yatukana mubandi...usanga yaramuhaye ikizibakanwa😂😂😂
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
😅
@damasnisabwe4904
@damasnisabwe4904 Жыл бұрын
Ukokuntu utangura ikiganiro ntavyonkunda sinzimpamvu ! Vyiza wodugakwijambo utiriw uravugibintu bitakurimwo
@happy6376
@happy6376 Жыл бұрын
😮
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 Жыл бұрын
Arasarisha kl
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Kewe iconobona uyumukobwa ngira aragafata sindavyumva ukuntu yokuga abagabo bose kadi nababatanga amakuru baba barikukazi nagira damuhe impanuro yagu niyotode vyomafasha. Nelly nati nagede gshoro
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Jewe uwomukobwa narumiwe
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Nukuri nelly ararengera yita abandi abasazi ariwe akeneye Kuja kwa le gentil mbe nelly ko akomeye ariko yigeze kubura ayo kuriha ibitaro kuvuga nabi Paulin akabona aramwihojeje kagaca kabona ko gakomeye ishetani riraho simbizi hejuru cane
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 Жыл бұрын
Nelly nat nahagarike ivyo bintu sinon ako yiyicira carrière et sa reputation de sa propre putaine bouche sa guelle
@willboy5899
@willboy5899 Жыл бұрын
Nivyiza ariko muze mugerageza gukora ibiganiro bimara iminota mike
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Nelly gateye iseseme kaba kidugije kimaze ishano riraho
@bihashivyamahembetv8705
@bihashivyamahembetv8705 Жыл бұрын
Harya rero umusazi ntiyigera abona ko asara abo bahuye nibo yita abasazi. Rero Nelly mumujane kwamuganga ataratangura kwiruka mwibarabara. Kandi ataburyo afise bwo kwivuza aterereze tuzomuterera kuko araremvye.
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 Жыл бұрын
Mwes iyo ninzara ibavugisha
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Жыл бұрын
Udukecuru twubu ntandero
@henribizabishaka1455
@henribizabishaka1455 Жыл бұрын
Simbizi niwe yatanguye kuvuga yuko arumu escro. me munyuma bamazekumuha amahera acatangura kuvugayuko arisawa😂ariko ubwambere ikiganiro yakoze yavuzeko kiryagiteramo kitazoba
@Semavumba
@Semavumba Жыл бұрын
jewe nabivuga ndi mukazi ka branding igiteramo kitaraba
@henribizabishaka1455
@henribizabishaka1455 Жыл бұрын
@@Semavumba sha muta ntamuntu agusumvya kuvyonga🤣gusa na Nelly nikuberashonje bamuhaye nawenye nivyirabura yovukako vyera
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Yifatire abogabo bose ngonabasaz yitwajiki uwomukobwa dumiwe
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 Жыл бұрын
Ikindi ko avuga ngo Jean de Dieu numu escroc biramaze ko yashoboye kwescroca the ben na medias zose bigacamwo show ikaba naw k akomeye naw nanduhende basi yorganize naka mini-karaoké atumire na D-one basi
🍻 #HangOut na Nelly Nat: " Hari aba Star bantera ubwoba ko bonkubita"
1:10:05
Friends make memories together part 2  | Trà Đặng #short #bestfriend #bff #tiktok
00:18
Triple kill😹
00:18
GG Animation
Рет қаралды 12 МЛН
Flipping Robot vs Heavier And Heavier Objects
00:34
Mark Rober
Рет қаралды 61 МЛН
Waa Markaagii Mohamed Omer.
30:54
Digital Wave
Рет қаралды 2,8 М.
Dadka Xiriirka Ka Carara - WHY? | Ep 07 - Naf Ogaal Podcast
38:17
Friends make memories together part 2  | Trà Đặng #short #bestfriend #bff #tiktok
00:18