Mwiriwe bantu bacu❤️ Iyi nkuru y’uno musi ya Apôtre Bright Ferdinand irimwo ibisigabwenge vyinshi. Ukagira amahirwe yo kwugurura Link ntugende ikiganiro utakimaze🙏🏽 Ukagikunda turagusavye kugisangiza abantu babiri Canke batatu🤩🙏🏽 Mwarahezagiwe😍
@christakamugisha3676 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂ati ibisigabwenge nukuri nibisigabwenge
@umutonigisele2371 Жыл бұрын
Si c'est possible mwaduha numero ze
@francine8471 Жыл бұрын
Merci beaucoup
@jddacademy Жыл бұрын
Muma Tv online yose nimwe mufise qualité ya bien 🎉
@OrnelIringabo Жыл бұрын
Sorry madame Hossy nashaka kubaza si la femme tubona kuri cover yakino kiganiro yoba yari conscentente kujako si bien sûr ariwe yahora aru mu dame wiwe
Ibi bintu ferdinand avuze na padiri amando yaravyigishijeko canee kandi barahuriza hamwe canee🙏🏽
@kennymugisha4360 Жыл бұрын
Yavuz vyinshi,Ivyahe
@gloriosenijimbere-d7q Жыл бұрын
nibaza ko ubeshe nta Amando yokwigisha ivya pasitori, wewe warigeze wumva Amando avuga ko yezu atazogutwara mw'ijuru? Nimba ari umukozi w'Imana ntiyari gusengera urugo rwiwe rukaronka amahoro akabohoza umugore wiwe?
@himbazatv5144 Жыл бұрын
@@gloriosenijimbere-d7qoya apana kuri iyo sujet
@cimpayeclairia Жыл бұрын
Hosy uzotuzanire Chris Ndikumana nawe muri my journey
@uwizeyegretta5000 Жыл бұрын
This is too much God is Real thank you Man of God 🙏🏼
@IrakozeOlivier-tt2tq Жыл бұрын
Wouh narinkumbuy kwumva intahe y umukozi w Imana .Ubalikiwe from 🇩🇪
@excellentengarukira Жыл бұрын
Yesu uarasize intama 99 zitoshe aja kurondera imwe yazimiye,none mukozi w'Imana ntuhebere madam wawe mu vyaha nimba ari umunyavyaha ahubwo mufate ukuboko umufashe kubivamwo.
@Esther1995. Жыл бұрын
Mais c trop grave,harabaho abantu baja mwisengero bakumviriza uyu muntu?? Imana ize iraduha ubwenge bwo kumenya abatuyovya..Jesuuuus!!!!
@officiallounge6 ай бұрын
Uwu muntu afise imyaka ingahe?
@shazaboytheking9683 Жыл бұрын
Rek kubesha abantu wew ntusenga Iman yomwijur uwutatahuye womuyovya
@gloriosenijimbere-d7q Жыл бұрын
uvuze vyo, ahubwo abamwumviriza nibabe magabo.
@billykatihabwa3029 Жыл бұрын
Thank you hosy kuri kino kiganiro... Na merci cane kuntumwa iri mu gishingo ca kristo kumajambo y'ubwnege yadusangijee... Love you❤️❤️
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd Жыл бұрын
Apôtre Ferdinand est mon collègue, je comprends sa souffrance. Que le Seigneur Jésus CHRIST qui fortifie son peuple et ses messagers , fortifie son messager spécial.
@KibasaSemuhoza-vr9og Жыл бұрын
Wowowow thts good
@DoIrakoze-kk2qh Жыл бұрын
Imana idufashe kuko inyigisho ni nyishiii kandi zitandukanye,Yesu adutabare😢😢😢😢😢kko turi mubihe vyanyuma
@Adorable1-o9 Жыл бұрын
Izo nyigisho zo muri Chris embassy zizobica,mbona uyo mu apôtre Ari confused, Imana imugenderere
@JustinNyaruguru Жыл бұрын
shaa Hosy uraduserukira pee nkunda ukuntu ubaza ibibazo thanks and you are blessed❣
@judithangemunyange979 Жыл бұрын
Apotre Ferdinand ndamuzi cane kuva kuri lycée du Lac , twarabanye igihe kirekire muma sengesho ndimubahamya ko yahamagawe n'Imana akiri muto . Much love from🇨🇦
@chantalmboningabira3751 Жыл бұрын
imana ni nyinshi.
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Asha rek nterame merci Hosy,🥰🥰
@OscarMinaniG.M Жыл бұрын
Muzomuhanure ave muma Eglises sikibanza ciwe
@misagojeremie8556 Жыл бұрын
Amahoro neza Hosy Irakoze. Ndagushimiye cane kuri ico kiganiro. Vyatumye ntahura ko uri umukozi w'Imana kurusha umutumire wawe.
@sunshineb1778 Жыл бұрын
Wow! Simply amazed!!! Sha uyu muntu only the Holy Spirit taught him kuko iyo revelation is out of this world.
@FafaNiyo8 ай бұрын
sha Apotre ferdinand yaranyigishije ISSl numuntu yitonda cane kandi yihangana !! kuko jewe vyarangora kwemera ivyo yigisha mais nagiye nda verifier nsanga nivyo!! much support my Apposle
@shimweryimanasimonpierre8393 Жыл бұрын
Thank you Hosy ku kiganiro ciza na Apotre anyigishije akantu gakomeye gakomeye no kwizera IMANA ❣❣❣❣💯💯💯💯
@Shafouincheb Жыл бұрын
Ik hou van deze emissie met mijn geestelijke vader. Goed!!
@nandy662 Жыл бұрын
Ibi serbe mwebwe ntimukomey neza mumutw nico numva nokubwira😅😅
@nandy662 Жыл бұрын
@nalomi1653 cank nae urumu serbe?? Ur porte parole wiw?? Ziba sh ziba
@nandy662 Жыл бұрын
@nalomi1653 je weet niet eens wanneer we "u" gebruiken of niet 😂😂😂 je bent belachelijk😏😏😏
@nandy662 Жыл бұрын
@nalomi1653 heiin??? 😂😂😂kirundi vegeten??? Serviërs, jullie zijn idioten
@nandy662 Жыл бұрын
@nalomi1653 sikosa gsa niba utari umu serbe ari muri centre utaraja mwishur ucig iki néerlandais neza uzomenya ryari bakoresha u 😂😂😂😂 urakajuju ga Yemw urunwa runwa gusa nicushoboy
@jeanneigiraneza8367 Жыл бұрын
Birababaje kubona ukuntu Imana yari yaragutoranije ariko ukaba warazimijwe n,imyemerere yayobye. Iby, Imana nta bwenge bwinshi bujamwo sha Pole sana ndumva bitakoroheye
Merci bcp Hosy na Apôtre.twafashijw nukuri.wavuz ibintu benshi batinya
@Carine.Nezerwe Жыл бұрын
Wooow mbega ikiganiro!!!Merci Hosy...ntaco udakora ngo uturonderere abatumire beza!!!Mumbarize uwo mutumire ko yoba yarabatijwe canke? Kuko ntiyigeze abivuga! Merci encore pour ton dévouement Hosy!! Tu es très inspirante aussi ❤
@joyjoy2747 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 ufs ubwob kwatob arabatizwa?
@alidacynthiaakimana4491 Жыл бұрын
Araducanga canee
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
@@joyjoy2747unvugiye ibintu 🤣🤣🤣
@SonSupernatural Жыл бұрын
waouh Merci Hosy kuba watuzaniye umukozi w'Imana adasanzwe
Yesu yarabivuze ko azoza akadutwara iwe niho twita mwijuru Kandi ubwo ngiye kubategurira ahanyu, nzagaruka mbajyane iwanjye, ngo aho ndi namwe muzabeyo. (Yohana 14:3)
@intsinziyumwami Жыл бұрын
Yavuze ko kwa data hama kwa data si mw'ijuru kuko data yaremye amajuru afise aho ari. None imbere yuko ijuru riremwa data yaba hehe ???
@bricekajambere1170 Жыл бұрын
yavuz k azoz kudutuara kua Dataaa ntiyabuz muijuruuu arik azodutuar ahera haheraaaaa
@issyoboyjonathan Жыл бұрын
Arik' uwo musi cank' iyo saha nta wubizi, n'iyo boba abamarayika bo mw ijuru, cank' Umwana w'Imana, atari Data gusa. Matayo 24:36.
@issyoboyjonathan Жыл бұрын
Za muragira ibishobisho musome bible niho muzotahura kurushaho hari verse nyinshi zivuga yuko data aho aba ari mwijuru
@issyoboyjonathan Жыл бұрын
Imana y'Umwami wacu Yesu Kristo, ari yo Se, iragahezagirwa, yatuvyaye ubga kabiri nk'ukw imbabazi zayo nyinshi ziri, kugira ngo tugire ivyizigiro bizima, ituvyaza ukuzuka mu bapfuye kwa Yesu Kristo, ngo tuze twegukire umwandu utazobora, utanduye, udakabirana, mwabikiwe mw ijuru, 1 Petero 1:3-4
@adrienmadinmukurarinda1705 Жыл бұрын
Niyagaruka muze mumubariz utu tubazo: Kukintu co kwahukana ndafis utubazo 2: 1. Yari yabanje kubisengera Imana iramwereka ko ariwe bazobana cank yamutwaye atabisengey? Si oui Imana yari d'accord Il s'était trompé? 2. Pour lui, donc le mariage est-il un essai ou bien un engagement? Mbe burya ntavyo Imana ishobora kureka bikaba ariko ishaka kuraba ukwihangana kwaw atar ukuvuga ko bivuye kuri satani?
@Twese.01 Жыл бұрын
Le mariage est un projet divin. Nos parents barabanye batabanje gusenga kandi ntibasambura ingo nka nouvelle génération. Plutôt benshi bubaka ingo ata maturité baragira.No gusenga ni vyiza kugira Imana ibitumbereze neza.
Meme si adam na Eva igihe Imana ibakura muri Eden Adam ntiyataye umugôre wiwe ngo nuko yamukoresheje amakosa yo kwamura no kumuca kucamwa Imana yababujije ariko baragumanye nubwo bitari vyoroshe. Bisigura ko Mubugombe bwimana sukwama ibihe ari vyiza gusa kandi ntibica bivuga ko Imana atari Imana. Mubihe vyose nukwihangana no gusaba Imana inkomezi zo kurengana ibihe biba bitoroshe.
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
THANK YOU SO MUCH HOSY nukuri twafashijwe ndagushimiy caaane ndashimiye numutumire wawe basha umugarukane please avuga ibintu vyiza kndi avuga ibintu azi GOD BLESS YOU ABUNDANTLY
@adilbigirimana6260 Жыл бұрын
Pasteur il faut dosé 😂😂😂 guca mu mpome ndake non quand mm faut dosé
@FlorenceTuyishemeze Жыл бұрын
Courageux Pasteur
@leilanduwimana283 Жыл бұрын
At this point I feel like loving you Hosy u r smart 👊🏽👊🏽
@alidacynthiaakimana4491 Жыл бұрын
Sha Bright vrt namba Imana yarabanye nawe durant le parcours yose ikakwereka numuhamagaro kuberiki itakweretse ibijanye nurugo gwawe??kandi urugo ari umugambi w'Imana ?????
@chantalmboningabira3751 Жыл бұрын
Erega iyo mana bakorerera ariyo rusiferi yigize Imana,ikoresha abasambanyi. yanka ingo kuko Urugo n'Umugambi w'Imana. Menya abo bantu abari bo
Big up sana Hosy. Vraiment gutumira abantu nkaba bintera kugukurikirana sana
@Aimablenininahazwe-km4gi Жыл бұрын
Hossy,uraturonderera Mme wiwe nawe .
@mugishadorine5780 Жыл бұрын
Ahaaaaaaaa.... speechless! I know you guys, it's so sad nubwo biruko😢!....but courage both you!
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Courage kandi baryohewe Erega ntibapyuye 🤣🤣
@niyongaborenovat124 Жыл бұрын
Ako kanyuma niko kabi divorce ni mbi muburyo bwose ça salit physiquement( abana barapfa naho nyene ,le social iba mbi cane kand nta bwizigirwa umunt asubira kugira,kandi na leadership iraba perturbée) et spirituellement. Imana iyiturinde.
@blackandblessed1847 Жыл бұрын
Hosy keep it up Umugisha w Imana ugutembeko...❤️Urakunzwe...Plus To the Apostle banyakubahwa muvuga iki kumajambo avusubirwamwo kenshi kuri bibiliya ariyo ..:"Pour la Gloire de Doeu et non la vôtre..Kubwicubahiro c Imana apana icacu ...?"
@GasigaroElsa Жыл бұрын
Matayo7:21-23 havuga ko bazokora ibitangaza vyinshi mwizina rya kristo kandi bazozimiza benshi.yezu nawe azobabwira ko atigeze abamenya.abakizwa nimwikorere business yo kwaka amashikanwa ivy'imana mu vyihoze
@DorineShikaneza-lj2mw Жыл бұрын
Jewe Imana intahuze kuko ivyariko aravuga numva ari film
Franck Sécurité:uyomutumire Ferdinand nicambwenge.dukeneye muri société yacu,abakozi b'Imana bafise ivy'uyumviro nkivyo.
@sarahakimana5123 Жыл бұрын
isi irashize oyaaaa ndubaha abakozi b Imana kubera iki we?
@elsachelseamugisha2082 Жыл бұрын
38:56 Yavuze ko yavuye Lycée du lac bamwirukanye and then 55:46 he said ko yahavuye amenye avec repêchage ya religion vu que Imana yaciye umubwira aje kurindi shuri. Make it make sense 😢
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Confusing but he has so many stories Ngira yavanganiwe