Nimba wumva ko kugira umu best friend of opposite sex uri married ari ibisanzwe, then you don't understand the principles of marriage!! The problem is that most people think of themselves instead of their partners first!! Imagine as a woman, finds out that your husband has a female best friend, and he one day inform you that, with his female best friend they're going on vacation for couple of days!? Or they're going out!!!??? And vice versa!!!!?? Reka ikibi citwe ikibi nicize citwe icize!! Ukuri kwitwe ukuri, nikinyoma citwe ikinyoma!!! I'm a living testimony!!!
Kigingi je suis totalement d'accord avec toi.ivyo bintu vy'aba besto wapi kabisa.
@nahayoemmanuel4869 Жыл бұрын
Urugo n babiri ntavyuwundi Ati besto hhhhh nimujane hiyo j sui pr kigingi
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Kenshi ivyo bintu vyaba besto sexes opposés haba harimwo uwufis des aspirations zitandukany nivyo murimwo kandi aba ari malheureux
@algorfernand2483 Жыл бұрын
🤣🤣Kigingi should receive an award of Best guest in all the interviews he was in.
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza kabisa kandi cigisha ,ivyo kigingi yavuze nivyo kabisa,ntabubesto buhari hagati y’umuhungu n’umukobwa kuko bica bikwega vyinshi,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@dianeinamwiza Жыл бұрын
Kigingi ndamushigikiye,avuze ukuri ta meilleure amie est ta femme,ton meilleur ami est ton mari,ivyo by,aba besto ni ibikiKigingi avuze ngo ni ivyo abazungu,noon,non,jewe ndababamwo,ntibibaho,jkigingi ariko arabisigura neza,ni mumeumvirize
@oscarnduwimana820 Жыл бұрын
Kigingi yabaye sincère Ivyo yabuze nivyo. Abagabo Bose balèze uko Gusa barushanywa ingene bavyerekana. Nakari le mari doit protéger la femme
@kfefe1598 Жыл бұрын
Ivyo bintu vya besto ntakamaro atari uwa couple uyo azana ibibazo gusumba kuba inyishu
Umugenzi wumugore wanj ni famill yiw cnk yiwanj ivyokwigana kizire
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣naba kigeme ntakubizera
@NimbonaDaphrose-b5q6 ай бұрын
J'épouse l'idée de Kigingi.c'est immoral d'avoir un besto.Ntushobora kugira amabanga ubitsa abantu babiri.Ton époux/épouse aramaze kiretse ushaka kwitera ibibazo
@belysegasase3095 Жыл бұрын
Le sujet yari intéressant ariko uwundi musi mugerageze kutavugira rimwe!!! Hana hana ijambo apana kuza muraciraniramwo .... Hama ikiyago mugihe intumbero kuburyo twumva aho tuvuye naho tuja!!! Un peu de professionalisme SVP!!!
@nanananette031 Жыл бұрын
Kigeme🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 I couldn’t hold myself Ewe Kigingi sha🤣🤣🤣
@elishahezekiah7049 Жыл бұрын
Gud advices je mbanumva k nogutunga num ya ex cnk besto kwar nkokwimbiikinogo uzohambamwo urugo rwaw nkesra 🤞
@emmanuelniyonkuru89938 ай бұрын
Nta best thé sex opposé kumuntu yubatse niba imibiri yabo ikomeye ! Uyumu damu naho yorara arabisigura ntavyo notahura kiretse murabo 2 harimwo uwo umubiri wiwe uda fonctionna😅😅😂😂
@emmanuelniyonkuru89938 ай бұрын
Nta best thé sex opposé kumuntu yubatse niba imibiri yabo ikomeye ! Uyumu damu naho yorara arabisigura ntavyo notahura kiretse murabo 2 harimwo uwo umubiri wiwe uda fonctionna😅😅😂😂
@Peacelover-z10 ай бұрын
Abarundi muri abazungu kweri, ariko reka mbabwire uko bavuga muri english: you can not keep a roaster (chicken) as a pet because you will end up eating that pet. Ngayo nguko
@ThereseMukasine-yc2nx Жыл бұрын
Kingingi à part la comédie,ari intelligent.kandi gutwnz sivy yigira ni faculté
@IVOMO_TV Жыл бұрын
Besto bisigura iki
@phocasndayikeza2892 Жыл бұрын
kigingi incabweng
@miamixinbutoyi6389 Жыл бұрын
Kenshi umukobwa akubera umu best freind nuko au debut abayarakwanse hama akabigusigurira neza...si non je suis pour l'avis d Kigingi ntabu besto bwumuhungu numukobwa
@miamixinbutoyi6389 Жыл бұрын
Kenshi umukobwa akubera umu best freind nuko au debut abayarakwanse hama akabigusigurira neza...si non je suis pour l'avis d Kigingi ntabu besto bwumuhungu numukobwa
@leillalyly368 Жыл бұрын
Kigingi kakaangu niwirambire wwe unkurishavu ugatuma ntwenga
@joshuabigizi5204 Жыл бұрын
Kigingi uri perfect ibyo uvuga nibyo
@nduwamahoroalice3033 Жыл бұрын
Kigingi uri umuntu isi ikeneye imvugo yawe niyo umuntu azi ico ashaka uzofasha beshi kandi iyi message igere kure.amahoro atangwa n'Imana abe mu rugo rwawe nukuri ndakubashe kuvyiyumviro vyawe uzosaze uko
Conclusion nuko Soso na Hosy araba Legend barakaaaa
@princedavidndikumana6406 Жыл бұрын
Kigingi my bro,ndagushigikize ariko wakay cane kuko les exceptions yibaho!kandi kuba abagenzi cane na sexe opposee ata arriere pensee bibaho my bro!! 😄😄 gusa kuwo bidatranquiliza his/her partner yobihagarika,kubwumubano mwiza mu rugo!