Ndashoboye gutwenga mucumba hamwe baza kumbaza ico mbaye kubera iyi couple, kuva mugiye murukundo naciye ntangura kuba umu fans wanyu kare sinaraba ibikorwa vyanyu.kand film urugo muradutevya
Ndabakunda cyane nukuri lmana izanshoboze mbabone amaso ku maso❤
@uwurukundobella-uv4xx3 ай бұрын
Norasque wubahwe basi urasetsa birenze😂😂😂
@denisentunzwenimana82173 ай бұрын
Norasque ntiwomumenya 😂😂😂
@DarleneIrakoze-ko3oz3 ай бұрын
Merci kudutwenza pee, murabantu bacu 😂
@user-gz2ue1kc1y3 ай бұрын
Fani Lavine we n,umutware wawe ndabakunda pe Imana ibakomereze ugwo rukundo mufitaniye
@DjumaNdayishimiye-rc7ol3 ай бұрын
Akokanyum niko kabi fafa uramukoreyeko non nukur gus murasejej pe knd menyeyeh utunu twish ntarinz knd fafa non yatsinz gs mwes murashoboy ndabakund❤❤❤abazinyum mump ayanj💐💐⚘🌹💃💃
@afsamossi8303 ай бұрын
Norandasetse nukuri Fanny arakugize neza kbs
@user-km9kr3dj2o3 ай бұрын
Imana ibabone ukuntu mumvunaguye imbavu❤❤
@jboscoarakaza32583 ай бұрын
Mwige kugira ibintu vyiwanyu kuko ivyo vyibibazo nogusigana ubufu mwabikuye kuri Ben na chance Murwanda
@belysemugisha72503 ай бұрын
😂😂ufise ingorane wisangije
@MartinMudage-kb9li3 ай бұрын
Ndabakunda cane fanny wwe ndamaze kumurota nkicuro zitatu❤❤❤