Merci ya temoignage. Mon oncle yari umu infirmier mu minago, ntitwigeze tumenya ingene yapfuye canke iyo yahambwe....uko duciye mu minago twama tuhahagarara tukamwimuka....kubura ntuhambe birababaza
@ndihokubwayofirmin95504 жыл бұрын
pole sana kweli Imana ninziza kuba yarakuzigamye
@prosperniyongere74803 жыл бұрын
Iyi ntahe irimwo amakenga namahinyi uyumvirije mu mpera
@jovitakahiru3914 Жыл бұрын
@@prosperniyongere7480 km
@candidembayahaga50264 жыл бұрын
Erega mw'ijuru hari Imana ibona vyose. Tubiture Uhoraho. Tubabarirane.
@kwizerayvonne19504 жыл бұрын
yoo pole sha , wahangayitse , kubona ibintu nkivyo ! uri numubo nkanje ariko nanje nuko bangiriye en 1993 ngo abatutsi ngo bishe ndadaye baca barengerako toute ma famille! abahutu gayemwe! Imana ibababarire
@kwizerayvonne19504 жыл бұрын
urampa watsap yawe nze ndaguhamagare ufise akanya nongere ndakwindondoreko uwo ndi kuri kamera kuko nohava nvugisha utariwe kuko nabonye isura yawe , ndunva twagowe kimwe gus nuko ama avenement atabereye rimwe , kabisa nababaye kandi namenye nukuri ,! izo temoignage zituma duhumuka , nkajewe , ndi umuntu nanse abatutsi urunuka kandi ndiwe kubera birya vya 1972 bavuga ngo abatutsi bishe abahutu en 1972! NKABONA ko bari bagize nabi! ariko nunvise iyindi version ! hama abavyeyi banje bakicwa en 1993 ngo abatutsi niko twamwe ! ngo twasubiye kwica abahutu! abanje bakahahonera! yemwe nari naranse abatutsi kandi bamvyara nvuga nti ko ari banda ndende , ariko mbonye iyindi version!!
@beatricenimbona25303 жыл бұрын
@@kwizerayvonne1950 Yoo, mpore ni ukuri. Kutamenya ivyabaye ni ingorane cane. 1972 habaye génocide y'ubuyobe ku batutsi bo muri sud cane cane (Bururi, Makamba). Urasanga imiryango yazimanganye, hatasigaye n'umuntu yovuga témoignage! Hishwe 50 000 (cinquante mille) mu mwanya muto. Abasoda bashitse batevye kuko nta moyen de communication, nta téléphone. Positions z'igisoda yari kure y'aho abamenja baciye. Kandi bari benshi gose. 25 000 (vingt-cinq mille), recrutés mu gihugu cose. Hari n'abavuye mu Rwanda bazanywe n'ama camions. Bamaze hafi 2 ans bagirira entraînement muri Tanzanie. Mu kwinjira baje n'ubwato baca Kongo plus ikiyaga Tanganika. Binjira Nyanza lac, Rumonge baratema abatutsi bose babonye. Baja za Bukemba, baduga Vugizo, Bururi... Bagarukiye ku ruzi rwitwa Jiji. Baturira n'ingoro z'umugambwe. Bavuga ngo mwa batutsi subira iwanyu mu misri (Egypte)! Ni birebire gose. Igituma abarundi bo mu zindi ntara batamenye ukuri ni kubera abakoze génocide baciye basimbira mu binyamakuru no ku maradio yo hanze bakwiza ibinyoma. Nivyo vyanditse hose n'ubu, kuri google etc. ngo Micombero a tué les hutus. Ngo génocide de hutus en 1972. Iki ni ibinyoma cambaye ubusa. Ibaze abarundi abatutsi nubu bibaza ko muri 1972 habaye génocide ku bahutu. Sivyo na gato. Twarabuze abacu ni ubugesera biratubabaza iyo havugwa ikinyoma. ngo hateye abanyekongo, ngo hishwe abatutsi nka 20. Kando hishwe ibihumbi mirongo itanu. Birya vya repression navyo ngo yari exagéré, sivyo nagato. Abahanywe ni abishe, ni abagize cotisation na sensibilisation, n'abari muri entraînement (abo Micombero yasanze i Bukemba ibihumbi bitanu je crois). Nta muhutu innocent yishwe! Barya bose bari bagize implication. Nk'abari muri UBU (umuhari w'abakozi b'abahutu aribo bagize financement, encadrement etc) abo bavuga ngo bazize ubusa. Sivyo na gato. Bari bamenje, kandi kera hariho peine de mort. Vraiment, ivya 1972 birababaje ikinyoma kirimwo kirarenze. Ni kuza turarondera ukuri.
@beatricenimbona25303 жыл бұрын
Ni ukuri urakoze kutubwira ayo makuba wahuye muri ico kiza. Imana ishimwe ko warokotse.
@kwizerayvonne19504 жыл бұрын
iyi temoignage ndayikunze inyeretse ukuri ! jewe nari narashavuriye abatutsi ngo nibo basomborokeje abahutu babica en 1972 ,hama bagira agashavu ko kwihora en 1993 , none ni bo bamwe bica ! yoo ndabaye desu! none birya vya SVR ibesha , ibikura he! ahubwo il faut que nous ecrivions cela , CVR ni ikintu abo bahutu bishiriyeho babe barakina imikino yabo yamanyanga , ndamenye ukuri merci
@Irene280924 жыл бұрын
iyo amalgame abatutsi muriko mukora yatanguy micombero ninde atayizi? Mbe iyo gpe yish abatutsi bakeyi, mbere ejobundi Imakamba harabatutsi bavyiyemerey bari mubatumwe na micombero, nivyo mwita abahutu? Muribesha ukuri nikushaa. Abatutsi mwamy mugomba kunwa amaraso y abahutu, kurisha amavyi umuhutu, kumugira unushumba ariko mwibagira ko nulle part ici dans le monde ntanahamw peuple mahoritaire ipfa ishumvye. c est la loi de la nature, Tot ou tard bigenda uko. Mwoshaka mwotekereza.
@@Irene28092 Reka reka akica umugabo kamuvamwo. Baza bene wnyu bo ngaho haruguru yacu mu Rwanda. Iyo utwaye nabi ni ngombwa no naho abanyagihugu batokwirukana IMANA iragushoreraaa ikagucira umuhora witwa opération turquoise ukagenda. Ahubwo twige kuba abashumba beza mu gutwara ubusho IMANA yaturagije nakare ngo ubukuru buva ku MANA. Nayo ivyo wita ngo abatutsi bo i MAKAMBA baravyiyemereye none wabajije uyo ashinze iyo ntahe ari muri America uti muta ivyo uvuze wobisubiramwo uhagaze mu BURUNDI?? Bivuga ngo turacari hahandi imyaka n'abatware nibo bahindutse gusa nayo intwaro zo muri Africa nta nimwe yonkangaaaa....
@JeandeDieuNdayiragije-v2m Жыл бұрын
Nyakubahwa abantu mwakuze Aho hambere mwaragize ibibazo jewe tuva hamwe kwli Muminago nkaba ndi mwishwa wa kabwa mukabogozi none ndagorewe ino mugihugu cacu.muranyibuka mwana wa maman!!
Pole sana Hama jewe novuga KO ikibazo kiri mû bize bafise ubutegetsi canke babuharanira kandi ntabwoko nabumwe butakoze amahano.donc Cvr yokwubaka monument 1 ku rwego rw'igihugu bakibuka kira muntu Wese yishwe azira uko yaremwe.Ibindi ntaho bizoshikana igihugu
Imana yarabazigamye, nininahazwe🙏🏾Niho nkigira deuil l année dernière Mars 2020 nagiye aho bataye mon papa Oscar muri Ruvubu, son petit frère naragiye kuri Université yari muri Lettre yarasigaje un an yari le plus jeune des étudiants en 1972 Oswald , babahamvye harya nyene ndibaza. Jewe nari mfise 6ans, ndibuka numuziki yumvirije imbere yokuja kuri Université avuga ko agiye kurondera ses affaires. Et puis mon frère aîné Jerry en 1994. J espère ko hazoba jugement naho napardonye mais ntawibagira , kugira ntibize bisubire kubaho, il faut qu il y est un jugement.
@mariefidelakanjori61244 жыл бұрын
Moi je connais Magara pour avoir fréquente l'école primaire de Bitare. En ce moment avec mon grand frère qui est malheureusement décédé. On nous appellait des Bavira.
ndunvise pe ! ntavyonarinzi ko en 1972 ko arabahutu batanguye kwica! bariko badutwara namatongo erega ! jewe bashizeho amashure ! haaa , nubu intambara ziracasutamwe ! abanyagihugu ntibize nintama , biroroshe ko babagira ibikoresho , kutiga biragatsindwa , ahubwo dufata twohera kwivyo bigesera bihenda abanyagihugu bagakurikira nkintama kuko nibo bagisibije
@adolphebujiginya15004 жыл бұрын
Ubwa mbere yavuze ukuri hanyuma vyose arabicurika.Uwo mwigisha yakora ivyo abwirizwa na Leta .Aho bari aba pioniers.
@dieudonneengendakumana28324 жыл бұрын
Niho wiga kugira uvuge ko bari aba pioniers? Ikindi naco naho boba baribo, hari umugambwe umwe warimwo ubwoko bwose ariwo UPRONA. Mugabo abarimwo bari bafise ivyiyumviro bitandukanye. Ushaka kubimenya neza urazohera kuvya 1966 niho uzomenya la suite ya 1972
@cizamagdalenamotherofmercy83344 жыл бұрын
Mfise ikibazo nigute Papa na Mama bakureka ufise 12 ans ukaja hanze kandi hari ikibazo cumutekano bagasubkza munzu uyo mutonya wawe?
@basaboseberahino73514 жыл бұрын
CIZA wewe nimba wakurikiranye ntiwumvise ko we yaje kubabwira ivyo abonyr kwibarabara bakamubwira k ari ababorewe? Ntiwumva ko yakweze mutoya wiwe yamukweze nyina akamukwega akamurusha inguvu? Hanyuma ikindi wumvirije neza amasaha vyabereyeko? Hanyuma iyo IMANA ishatse kugukiza bigenda ukwo
@billntore79084 жыл бұрын
Genocide yakorew aba tutsi bo mu Burundi ikwiye guhanwa , igihe cose abahutu bashaka ubutegetsi baca bategura gutemagura aba tutsi kandi barabitegura bakanabishira mu ngiro
@Irene280924 жыл бұрын
le soi-disant genocide contre les tutsi en 1972 n est que une politique de micombero pour masquer le genocide contre les hutus qu il avait deja plannifie..Ce n est pas comprehensible comment un gpe de malfaiteurs avait tue les gens et que ceci avait ete suivi par des enlevements ou des tueries systematiques des hutus. Vous les tutsis n accepteront jamais le genocide commis. Vous essayez tjrs de trouver la raison pour laquelle les hutus ont ete massacres. Micombero a sacrifie une petite portion des tutsis pour EXTERMINER tous les hutus. Honte a vous.