NIMWIRABIRE INGENE UMUKURU W'IGIHUGU ARIKO AVUZA INGOMA MU GISHORA 19 01 2022

  Рет қаралды 16,407

TV RTNB

TV RTNB

Күн бұрын

Umukuru w'Igihugu nyen'Icubahiro Evariste NDAYISHIMIYE yifadikanije n'abatimbo bo mu Gishora mukuvuza umurisho w'ingoma

Пікірлер: 11
@nimubonainnocent7043
@nimubonainnocent7043 2 жыл бұрын
Imana Imumpezagirire caaane. Kuva Jeudi gushika Lundi naringwajije Umwana i Karusi Bankontoroye nkataha atanihera na Rimwe ntanze vyarampimbaye Caaane. Imana Imuduhezagirire Caaane
@jeanclaudengirumpatse4719
@jeanclaudengirumpatse4719 3 ай бұрын
Ndabikunze cyane!
@nialasweet8272
@nialasweet8272 2 жыл бұрын
Nivyiza kabisa imana imukomeze Nabandi barakwiy kurabira kumuvyey wacu komera mutama wirambire 👍👍👍👍👍👍👍👍😘😘😘
@pasikaziyankurunziza7886
@pasikaziyankurunziza7886 2 жыл бұрын
Ndumurundikazi nahontari mugihugu navukiyemwo ndagikunda kurusha icondimwo umukuru wigihugu cacu cuburundi nabarundi twese imana imurinde turamusengera tutibagira nogusengera igihugu cacu cuburundi
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 Жыл бұрын
Gatambe ukongere nimana yaguhaye turagukunda❤️
@venusteniyomwungere164
@venusteniyomwungere164 2 жыл бұрын
imanimwo'gere umugisha nurukundo
@pasikaziyankurunziza7886
@pasikaziyankurunziza7886 2 жыл бұрын
Birahimbaye cane kubona umukuru wigihugu yifatanya nabanyagihugu mubikogwa rusangi nitwari murivyose taramushigikiye biranezereye kubona umukuru wigihugu nibirato yakuye mubirenge akifatanya nabavuzingoma ntabandi ba president bobikora yatowe abikwiye
@robinsenuwizeye3778
@robinsenuwizeye3778 2 жыл бұрын
Imana imwongere imigisha
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 2 жыл бұрын
Birahimbaye birateye igomwe kubonadufise umukuru w'igigu nkuyu samurarwa.
@Ndereyimanaa
@Ndereyimanaa 2 жыл бұрын
Ko mutakitwereka tv live youtube?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
Noodles Eating Challenge, So Magical! So Much Fun#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:33
SIZE DOESN’T MATTER @benjaminjiujitsu
00:46
Natan por Aí
Рет қаралды 8 МЛН
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 16 МЛН
NINDE?   AKATARETSE KABA GASEMA
45:14
TV RTNB
Рет қаралды 291 М.
Tambours du Burundi-Amagaba
12:44
Amagaba
Рет қаралды 62 М.
UMWOROZI W INKOKO W AKARORERO KIRUNDO
29:45
TV RTNB
Рет қаралды 1,3 М.
Noodles Eating Challenge, So Magical! So Much Fun#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:33