ALVIN SMITH na TASHA bavuye mu gacerere//Ndicuza Nagize MARIAGE ntaragera/Kurwana na Cheri burikanya @AlvinSmith
Пікірлер: 112
@umukubito2572 күн бұрын
Murashobora gukurikirana indirimbo nshasha ya TASHA ODA ft ALVIN SMITH biciye muri iyi link kzbin.info/www/bejne/e3_IlmiiZs16i9U kzbin.info/www/bejne/e3_IlmiiZs16i9U
@user-28Gerardineakimana3 күн бұрын
La Vache arimubibazo vyurugo rwiwe kweli ukuntu ari kubivuga vyonyene Sha arimugahinda disi Imana ikurabe ryiza
@MasudibizimanaКүн бұрын
Bomba Alvin smith nuwamber kbx brother Wang respect
@UwimanaFrediane3 күн бұрын
Hapa Rwanda tunawabari naomba like ((mwaduhayeko se ibinyobwa
@donatienhavyarimana85815 сағат бұрын
alvin nkunda ukuntu ari direct warahiii vyonyene kuk akari kumutima arakavuga adaciye kuruhande vlm big up sana
@manicyriaque13183 күн бұрын
Ngo wagize mariage hataribwagere?ibintu biraza nabi,aho ndumvako bena Nirna bitameze neza, divorce iri en attente
Alvin agahinda kawe twakumvise Komera bro👊🏾 ntibyorosh surtout ivya long distance 😂
@ikorinezaarmella22862 күн бұрын
Alvin birabonek ko urugo rwiwe ubu ntivyifash neza duh' amakuru😂😂
@manirakizajeanmarie-iv3zz3 күн бұрын
Oy rek izo ngoran shn Tasha😎
@guyarseneiteriteka8863 күн бұрын
Ndabakunda sana ❤❤❤
@bosconiyonkuru61512 күн бұрын
Alvin Smith ndumva harahiye be na Nirna amazi umengo ntakiri yayandi baratandukanye wumvise imvugo za Alvin Smith harimwo akantu.
@RAC-h5gКүн бұрын
Ni vyiza cane ivyo ukora Juste gael mukutwereka abo bantu bavugisha ukuri nukuri uradufashije cane kweli vraiment. Ivyo Tasha yavuze nivyo cane kuko c'est vrai il y a des filles babakeneye ngo aba bad boys canke abahungu bari violent mais ni kubera babafise ingorane be nabo bahungu. Je vraiment iyi vidéo nayikunze cane❤. Merci vraiment.
@queeniesamantha543 күн бұрын
Great content 👌 that's massive, Alvin & Tasha vs. Umukubito
@user-bj1wp9os4d3 күн бұрын
Salu gaelle turagukunda cane na cyano yaw ah kuk utuzanira ibikenew
@renerwabiranga3 күн бұрын
Pinningaa noe iyo song😊
@godsgrace68202 күн бұрын
Shame on this girl. Comment peut on banaliser les violences faites aux femmes de cette manière. Umutw utagira ubwenge uruhisha amaguru.
@alexisniyongabo2 күн бұрын
Uwo mu sister nimba atari ivya camera, n'uwo gushira mu nzu😅
Birarenze abakobwa canke aba mama bakunda gukubitwa nibande? Ninka ntizigikubitwa. Uranyumije!!
@Mpayinkandayisnga3 күн бұрын
Binywera saporo benabo
@xenabizindavyi64142 күн бұрын
Ariko je murantangaza 😅 nne ko mwama mwabonye abagore bakubitwa burya turavye pourcentage y abafata décision yo gutandukana nuwo muntu amuboreza igufa bangana gute??! Nanj har igihe bishika nkibaza ko hagera igihe bakunda gukubitwa n iyo umugabo bamufunze kbr yamukubise niwe aba uwambere kumusabira ikigongwe 😂😂 NB: sinshigikiye les violence physique ariko mugende mugira ama recherches kukintu citwa SYNDROME DE STOCKHOLM MERCI
@bookngando21 сағат бұрын
alvin yaba yirabura.bro he's not beautiful anymore.iyoo Smith komeza wikoroge
@bosconiyonkuru61512 күн бұрын
Unkundiye nzogukunda unyankiye nzokwanka😂ako kantu sasa.
Alvin ntuzosubire kuvuga kurumugabo kandi numwana wavyaranye na Davina atacumufasha🤔🤔🤔🤔urateyisoni vraiment Davina yaravyivugiye kuri siren vibes TV
@RAC-h5gКүн бұрын
Ni vyiza cane ivyo ukora Juste gael mukutwereka abo bantu bavugisha ukuri nukuri uradufashije cane kweli vraiment. Ivyo Tasha yavuze nivyo cane kuko c'est vrai il y a des filles babakeneye ngo aba bad boys canke abahungu bari violent mais ni kubera babafise ingorane be nabo bahungu. Je vraiment iyi vidéo nayikunze cane❤. Merci vraiment.