No video

RASKO atanze ukuri ku kibazo ca DJ FERNANDO na KADIE KAY//Inyifato yabo//Ubutandero buvugwa

  Рет қаралды 12,498

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

RASKO atanze ukuri ku kibazo ca DJ FERNANDO na KADIE KAY//Inyifato yabo//Ubutandero buvugwa
‪@Mista_aye‬
#djfernando #kadiekay

Пікірлер: 50
@leecharon
@leecharon 2 ай бұрын
Rasko analyse zawe ziraraba benshi mubakora music na concert. Bien dit!!! Kazima Imana inkunda iri powerful, the words and the vibe are beautiful…
@adriang.
@adriang. 2 ай бұрын
Sha Rasko u speak always the truth
@ericjohnson315
@ericjohnson315 2 ай бұрын
Tres sages izo mpanuro zuwu musaza. Ndamwemeye cane.
@ficelle.b850
@ficelle.b850 2 ай бұрын
Très intelligent, Rasko ❤
@nininahazwemichelesandrine3680
@nininahazwemichelesandrine3680 2 ай бұрын
He has a point!
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Dudu kweri urya numuntu munini urya ni One Man Show nyene Kabisa.nibazako ata mu Bon Berger numwe azosiba kuko bari mubantu bamukunze cane kandi nubu bamukunda cane.Merci naje ngaho nkaba ndabafashije kwamamaza
@MeoBuntu
@MeoBuntu 2 ай бұрын
ndakeneye kumenya impamvu juste Gael ibi bintu vya dj Fernando uriko ubishiramwo inguvu nyinshi kugira bikunde aje hasi😢basha urya numwana wigihugu mumwanya muto akoz music yaradugije ibendera ryigihugu navyo tubimushimire!kumushira hasi nawe ntaco bizokumarira ariko kandi nibaza k bitazokunda kuk agati kateretswe nImana ntigahenurwa numuyaga😊!nirenganira😊
@Elie_Marley
@Elie_Marley 2 ай бұрын
Avuze ukuri cane @Rasko n'umuntu w'umugabo ndanamwemera cn
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
Nimubandanye muvuga we yibereye muvyunguka reka nisubirire kuraba kazima imana inkunda
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 ай бұрын
Par contre Big fizzo yama atanga message ari kur stage mais sindumva bamudugako..uwo mupeti nimumuhe amahoro
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 2 ай бұрын
Rasko,jewe narabivuze,mugisata c'imyidagaduro ntakuntu yotogwa nkumuhuza(OMBOUSMAN)?
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 2 ай бұрын
Nkund ukunt rasco uvug atuj knd akavug ukir🎉🎉🎉
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 2 ай бұрын
Ikiganiro ciza 🎉🎉
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 2 ай бұрын
Juste Gaëlle, egooo wakoze ikiganiro neza.kuja au milieu nukwo kuba umu journaliste mwiza.
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 2 ай бұрын
Fernando nimumuveko canke mumupfungishe Ataruko murène kumudugirako hari Beshi ntaribwabone kuri écran aruko Ubu Kuri Fernand mbona lwaje mutazambaye
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Nimumuveko wana dj Fernando mureke kuguma mumuvyonga umuntu wese agumaza avuga Fernando ncanumva anshishe kbx
@jolisnintunze3796
@jolisnintunze3796 2 ай бұрын
Kazima imana inkunda umenga yayikorey jw kuko maze 8ans ndahantu nugaraniwe.ndabivuze kubera ivyo Uwo mu Rasta avuze yuko umuririmvyi ashobora kuririmba arko hagafashw uwundi
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 2 ай бұрын
Numb one🎉🎉🎉🎉
@richardniyungeko5803
@richardniyungeko5803 Ай бұрын
Icobikoze dj Fernando araguhaye content pe, urakwiye kumuriha, wabigize big deal, mureke umwana yoterere imbere
@kariyodenis8356
@kariyodenis8356 2 ай бұрын
Kumu mwanya wa 46min 22 sec niho harukuri kwuzuye
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Dudu turamwemera tuzoba tuhari kabisa
@user-mo9nm2vv8l
@user-mo9nm2vv8l 2 ай бұрын
Numwana mumubabarire nobody a perfect
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 2 ай бұрын
Nkund rasko can ukunt atuje
@munan1195
@munan1195 2 ай бұрын
Gael ndagukunda kandi nkunda ibiganiro vyawe ariko rondera ibindi biganiro urekane nivya Dj Fernando nawene umenga wabishizemwo akantu!
@kwestmotivationtv9831
@kwestmotivationtv9831 2 ай бұрын
Rasko ndakwemera ufise ubwo ko Umukubito kuyindi mpwemu
@raskobuja3150
@raskobuja3150 2 ай бұрын
Uyu tuvuga burya tubwira nabandi siwe abitanguye ntagishasha munsi yizuba
@Bby_rasta
@Bby_rasta 2 ай бұрын
Bien sûr T'es un homme d parole vrt🙌respect à toi
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 2 ай бұрын
Rasko uvuzukuri kuzuye
@simbizijoelleadielle7539
@simbizijoelleadielle7539 2 ай бұрын
Bien dit radio🫱🏾‍🫲🏿
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Rasko bahukuri abo bana bamenye uko baza barigenza
@SuavisIrakoze-id5bd
@SuavisIrakoze-id5bd 2 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idaswanzwe bro barabure😊😊😊😊😊😊😊😊🫡🫡🫡🫡🫡🥰🥰🇧🇮🇧🇮🥰🥰🫡🫡🫡✊️✊️✊️✅️✅️
@damasnisabwe4904
@damasnisabwe4904 2 ай бұрын
Juste Gaël w nukwironderera vues gusa! Naho Fernando yoba yarihenze mukuvuga ivyo vyokumwerekako atakigenda nimiziki vyiza aduha bireke! Ninde murimwebwe ataranyerera kururimi ! Namwe mukorikosa ryokwigira abanyakuri
@Sinella_IA
@Sinella_IA 2 ай бұрын
Fernando yamaze! 🤧 Turamukunda Ivyo mwavuga vyose ☝🏾😂
@colinnziza5177
@colinnziza5177 2 ай бұрын
Rasko wubahwe cane abobana nukuzurababwira. Ndakunze invugo yawe cae yaba juste gael yarikuntumira nobabwira abobana bakangwa nama succeed bagaca batwagwa nibishobisho mais nibatekane igihe ca succeed nigito cane bazonibagigwa burundu
@cocoirankunda1884
@cocoirankunda1884 2 ай бұрын
Ni mureke indirimbo ya Alvin ivume 😅
@user-wd8te9yn6f
@user-wd8te9yn6f 2 ай бұрын
Uracavugivyo😂
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t 2 ай бұрын
Juste Gaël ibintu vya Dj Fernando ko vyagutwaye umutima , nimureke umwana aterimbere kuko nomumukubito urabibona hagize ico bowuvugako ntivyokunezera!Nimumereke mukore ibindi biganiro canke Gael ntankuru zindi zumukubito
@GIPIRAcomedy
@GIPIRAcomedy 2 ай бұрын
Uvuzukuri
@calvadosog
@calvadosog 2 ай бұрын
Rasko nawe uhora uba manager wumuririmvyi canke umukinyi w filme uryamugore yashatse kurya hit kandi birya yabigize arabantu bamugiye mumatwi sinon uryamu maman mbona menga numunyamahoro birya bintu sivyiza k'd n Fernand yarakosheje ntawera arimwo uwumuziki icatumy wanka kuduga nkuwahandi nukwikunda kwa cane kwabantu bawishirako ngo bashaka kuwushigikira akeshi impano ije ikavyitwaramwo neza izimwa nabotishigikiye sinzi karukwaguka kwa cane sinziko aruko baba baje gukora ibintu batazi sinziiiii birarushaaaa fau
@JackNormanRyan
@JackNormanRyan 2 ай бұрын
Inkuru ya dj Fernando yaturambiye muduhe iyindi 🤪🤪🤪 gusa ukomubandanya muponda azina ryiwe riguma riduga 😂😅
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
Kurah'uburofa.uyu nawe avuye he?Juste Gaël utanguye kutuvangira
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 2 ай бұрын
Iki kibazo nigifate abantu bakuze babahuze tubivemwo...kubera birababaje kubona Dj fernando arimurivyo bintu arimpano turiko turaronka...umuvyeyi kadi kay nukuri baramubajije arishura...gusa tumenye media icarico...umugani wa Rasko nibahure babiheze...umwe arakuze uyundi aracakura...Rasko urabahuza sha bihere...uvuga neza cane....Turiko turatera imbere tugeragez kugwana nivyiza cane bifate intambwe kurusha bibi
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
None yandikiwe kumukubito ? Ko babizanye kumukubito ? Kuruburofa ngaho mureke ishari umwana mumwanka mumurwanya turamukunda 🙄
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi 2 ай бұрын
Nikubera vyakozwe na upcoming artist iyobikora big fizzo ntimuba muriko mubigir big deal Like that, big fizzo igih avuga ivya DJ Paulin muri gerra Plaza kobitabay virale nkibi ? UMWANSI WUMURUNDI NUMURUNDI NYENE!!
@chrishenrwagasore8908
@chrishenrwagasore8908 2 ай бұрын
Umvug'iy'ibintu nagira mvuge.Mbe Fizzo wewe ko batamuduzeko nkuku baduze kuri Fernando?
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi 2 ай бұрын
@@chrishenrwagasore8908 industry yacu yuzuye Fake people gusa, yakoze Tour Europe nka yose ntama interview babivuzemwo gusa erreur ntoyi gusa raba ukuntu babigize big deal. Nibareke kubona ibibi kumuntu gusumba ivyiza kumuntu nakare nivyovyinshi, content bayikoze kubintu vyiza yosa neza kandi ikanagira itafari ishize kumuziki wacu. #PROUDBURUNDIAN🇧🇮🇧🇮
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 2 ай бұрын
Ikindi,KO haba iki canke kiriya,ciza canke Kibi,vyabaye biba vyabaye.nyimba ufise igitabo wandikamwo ivyaranze ubuzima bwawe,ico kiba Cabaye gica candikwa murivyo gitano Hama ugaca ubandanya ubuzima bukurikira,ectera...ect.......
@talent9024
@talent9024 2 ай бұрын
Mwebwe harico mutazi mwivanga muvyo mutazi harya ibirinyuma ntavyo muzi nimwihorere harya yashatse kumumenyekanisha urya mu damu kugira amenyekane azohore yandikira nabandi nimwinumire akonagakino
@EmeryPatriceKezumukama-yf7zy
@EmeryPatriceKezumukama-yf7zy 2 ай бұрын
Mbe hoho muvuze ngo indirimbo ntiyandikiwe kuri stage, kadie kay wewe yababwiye KO indirimbo yandikiwe kuri réseau sociaux? Umuririmvyi ntabindi bureau afite avugirako atari micro
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 2 ай бұрын
Muzanibindi tutari tuzi
SPONGEBOB POWER-UPS IN BRAWL STARS!!!
08:35
Brawl Stars
Рет қаралды 22 МЛН
I Took a LUNCHBAR OFF A Poster 🤯 #shorts
00:17
Wian
Рет қаралды 8 МЛН
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 97 МЛН
❌Разве такое возможно? #story
01:00
Кэри Найс
Рет қаралды 3,9 МЛН
Între Thalia şi Caliope. În rolul principal, Tudor Chirilă
3:35:38
Vorbitorincii
Рет қаралды 102 М.
SPONGEBOB POWER-UPS IN BRAWL STARS!!!
08:35
Brawl Stars
Рет қаралды 22 МЛН