Abavyeyi b'UMUKOBWA banse ko dukora MARIAGE kubera tudasangiye ubwoko//Amabi nakorewe iwabo/Agahinda

  Рет қаралды 18,317

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Abavyeyi b'UMUKOBWA banse ko dukora MARIAGE kubera tudasangiye ubwoko//Amabi nakorewe iwabo/Agahinda
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 384
@msafiriisrael6111
@msafiriisrael6111 3 ай бұрын
Uyo mukobwa niba agukunda murongorane hama bavyeyi banka abana bareke imana irababona focus for love kama mnapendana kiukweli kama hamna noma katikati yenu achana na wazazi kama awo blessings ni za mungu 🇧🇮🇿🇦
@appolineniyonkuru9157
@appolineniyonkuru9157 3 ай бұрын
Umukobwa areke kwitwaza abavyeyi ntagukunda yakunze ivyumuha aba arafungura. Umukobwa yagukunze ntanaguca umutima akubwire ngobakwanse ntanivyumenya,arabaconvainca atavyuzi gushika kumunsi wanyuma wurubanza akarwana intambara utazi .umukobwa yagukunze noneho aramenya ukobigenda ,gikuru Imana ibashigikiye abavyeyi barizana munyuma naho urubanza rwoba rwaheze, umuvyeyi akubujije umukobwa canke umuhungu aba ariko apima kubirimwo neza utamenye guconvainca umuntu yakuvyaye biba bikugoye baba bakubise uwashaka kurira
@NZITONDAFreddy
@NZITONDAFreddy 3 ай бұрын
Ivyo uvuze nivyo Markus Camamare aratanga caane ntamukobwa atomuhenda kwa mukunda kuko ntaco wobura afise kubana naho numuntu niyindi choix iri dur
@sungalukusa4707
@sungalukusa4707 3 ай бұрын
Si la fille t’aime vraiment, nimubandanye projets zanyu, abanyeyi biwe naho natobashigikira ntaco muzoba mufise bénédiction de Dieu , kanda tôt ou tard ils le regretteront ! On connaît malheureusement beaucoup de cas comme ça mais ces gens de parents finissent par le regretter car Dieu est toujours de côté d’amour ! ✌🏾✌🏾
@jacksonin9237
@jacksonin9237 3 ай бұрын
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
Ngeragej kwumviriza il kiganiro Lydia félicitations urahatswe uzuj ahant wiruhutse!! Est ce que Uy numugabo wagir uban nawe😢😢 atagir ibanga ikibay ac akoroker kur statut 😢😢 wumv utagir ugw mucobo g mwana 🫢 ntibaguhoy ubwoko ufis umutw muto kbs
@hervenihezagire
@hervenihezagire 3 ай бұрын
Nibaza kudakomeye neza wewe . Nimbunywinzoga ,,wogabanura drogue yizufata kuko zarakwononye mumutwe. Washaka ibintu nkibi abihore? Mbe uraazi abantu bifashije ukobangana? U.re so crazy and u still mind as you are.
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
@@hervenihezagire banza urye uhage iyo ninzara ituma uvuga nabi🤣🤣🤣🤣🤣
@hervenihezagire
@hervenihezagire 3 ай бұрын
@@kimana8818 ko foto yanj iriko kd nzineza KO wabanj kuyiraba. Aha ubona nshonje vyukuri? Kuki wuzuyemwo uburyarya, nukutavugishukuri?
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
@@hervenihezagire nobandany ndakwishura noba mbay umukegabweng nkawe yipfuza gutuka uwutazi
@hervenihezagire
@hervenihezagire 3 ай бұрын
@@kimana8818 ibigarasha vyose vyitwabandi abakehabwenge
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 3 ай бұрын
Uyu muhungu avuga amajambo menshi adakenewe kutiga biragatsindwa
@UkuriLife
@UkuriLife 3 ай бұрын
Ooh les reseaux sociaux, Juste Gael iyo emission izoba crédible niwaduha version y'umukobwa. Est ce que abantu bose bahebana mu rukundo bahorana ubwoko? bahorana ubukene? est ce que abavyeyi barashobora kwanka urukundo rw'abantu bakundana reellement ku mpamvu y'ubwoko bigakunda? maintenant tu es marie, bientot ushobora kuronka abubatse baza kuguhanuza bafise ikibazo, ntuze wigere ufata nk'ukuri version y'umuntu umwe, numva nobaza vyinshi ariko ...
@KuzikoTV
@KuzikoTV 3 ай бұрын
Camamare abavyeyi mureke kubabeshera jew vyaranshikiye ariko umukobwa yakwemeye ntanakimwe gishobora kubatangira ntanakimwe cobabuza jew twari❤twaranapanze ko banse dushobora no kuja kuba mukindi gihugu
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
Gusa musore komera wihangane 😢😢😢😢ariko nkukebure gato ntugasubire kurata amafranga muruhame kubijenye nukwubaka urugo icokintu nikibi nkubu nkanje uje kuntereta ugatangura kunyereka ubutunzi ufise kbs sinosubira kuguha nayambu kuko ninkaho umbwiyati warufise inzara ingo iwanje ndagutunge ntugasubire kwerekana ivyufise ugamije kwumvako ugomba kubona umukobwa wese kubera ivyufise hokugira utate ubutunzi ugerageze ugwize ubumuntu,indero nziza,icizere kubantu bose, urukundo,amasengesho , kwama ivyamwa vyiza,ibisigaye ntukabivuge kuko vyo bibavyigaragaza hama uhumure
@guybertrandnishimwe6528
@guybertrandnishimwe6528 3 ай бұрын
Uvuz neza cnee vrmt
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 3 ай бұрын
...je nibaza ko Camamare wamutahuye nabi vraiment. Uwo muhungu wumvirije uko avuga nta mutima mubi muri we,naho yoba awufise si ikirenga. Je ndizera nimba yarase ivyo afise nta kosha ririmwo kuko ni rwiwe yarondeye. Mu yandi majambo naho yoba atabifise ntawe muri twebwe yoririra ngo ntabara.
@AliceNiyibitanga-x1x
@AliceNiyibitanga-x1x 3 ай бұрын
Bien dit vrmt
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
​helloooo
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 3 ай бұрын
Twege gutahurana barundi urashobor kuvuga ivyowagezeko kugir utage motivation nabandi babone kobishoboka ntabwishime burimwo
@niyongereremy5246
@niyongereremy5246 3 ай бұрын
Pole sana....Imana izogushumbusha uronke uwundi agukunda
@Possible204
@Possible204 3 ай бұрын
Cama icare utekereze hewe, ico Imana ifatanije nta muntu numwe yogitandukana, aho rero tuza Imana ntiri muri ivyo bintu vyanyu, ahubwo pfukama usenge ushima Imana kubona mutabanye. Kuko ikintu cose Imana ihagarikiye nticigera gipfa, Imana ibirimwo mwobanye rero Imana ntibirimwo, warabonye wa munyacibitoke (umuhutu)ko yakoze uhu ubugeni n'umututsi nuko Imana yari ibirimwo kandi bazobana rurame, rero nawe nturakare cane kuko hari impamvu vyabaye uko. Shima ahubwo kandi unatange ishikanwa ry'ishimwe
@bsninja3889
@bsninja3889 3 ай бұрын
Coucou, ntavyo gushiramwo leta. Soit la fille elle a son caractère et dit je t'aime quoi que mes parents pensent. On s'en fou. Vous vous aimez, ben vous vivez ensemble. Je vous souhaite le meilleur Monsieur. Et merci pour votre UMUKUBITO cher Gael. Depuis la suisse
@chanelleniyitangavyose3869
@chanelleniyitangavyose3869 3 ай бұрын
Mwapanga mariage abavyeyi batarakubona numva ar ikos kwanza hm tutibagiy hrho abant ivy bint vyakomerekej babuz abavyeyi babo ab bakunda nibaza k tworek kubiminimiza navyo hm kdi simunimije ikbazo mwagiz ahubw musenge ng abavyeyi Imana ibahe kubitahura no kubashigikira.
@thierrynduwimana6144
@thierrynduwimana6144 3 ай бұрын
Birababaje cane,ariko sinzi kwari agashavu,kuko hari amajambo wakoresheje atabereye"bobatera amabiye,nobitwarira,nibavuge ndayarungike kur lumicash, amahera ndayafise menshi ndayagendana"
@NinaHatungimana
@NinaHatungimana 3 ай бұрын
Ibaze vyasesemye
@PrintingAndcomputerservices
@PrintingAndcomputerservices 3 ай бұрын
Ikindi naco mbonye harimwo nubwishima nakagaye kokwikanga ngo ufise amahera ntushobora kuba utiliser urasaba inka hama ukubahuka sobukwu nonyokobukwe kuburyo abateza abantu ngobabicishe amabuye. Ainsi nimwaraba neza uzosanga atarubwoka ahubwo ntiyisonera uwomuhungu Ubundi sobukwe ntumwubahuka nubwo yoba afise amakosa
@DianeKamikazi-fc9hi
@DianeKamikazi-fc9hi 3 ай бұрын
Pole sana bro ariko nimba mukundana urukundo nibabiri abavyeyi sibobazobubakira korubukwe
@MugishaParfait-ob6rd
@MugishaParfait-ob6rd 3 ай бұрын
Wewe ntukomeye no mumutwe kbs ngo abavyeyi bumukobwa babatere amabuye kubera bakwimye umwana wabo bivyariye ahhh hewe barakoze kumukwima kweli naho ubundi biraboneka ko ntabwenge wifitiye ndak . Nasaba GAEL kumvo zumutekano wa famille yumukobwa vyaba vyiza ikiganiro ugikiyeho harimo threat nyishi
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu 3 ай бұрын
Arerekanye kandi ko abahutu ari violence gusa bafise nkaho arahaye raison igituma bari kumumwima
@Alice-n6o
@Alice-n6o 3 ай бұрын
Najewe ntawe noguha kuko urikijuju cane 😂😂
@KaJoyceTia
@KaJoyceTia 3 ай бұрын
@@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu Ariko mbona umengo ntimubabajwe nikibazo ciwe. Ahubwo mubabaye kubera mwatanguye kuja kumugaragaro kubera imitima yugwanko ibuzuyemwo🤣
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 3 ай бұрын
Jewe umugabo yantanye ninzu ngo ndumuhutukazi😢😢😢😢😢 ivyuvuga ndavyumva😢😢
@ciatt9587
@ciatt9587 3 ай бұрын
Mpore mwiza
@ciatt9587
@ciatt9587 3 ай бұрын
Yoooo mpore mwiza
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
Yooooo😭😭😭😭mpole bambe
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu 3 ай бұрын
Igihe yagutwara ntiyari bwabone ko uri umuhutukazi???gusa mube mutwarana hagati yanyu mwirinde ko babatana inzu
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 3 ай бұрын
Mpole caane
@Chaggycomedy1705
@Chaggycomedy1705 3 ай бұрын
YOU HAVE MUST BE STRONG BROTHER CAMAMARE THERE IS NO WAHARA NIMIPANGO Y'IMANA TUU
@CyriaqueHABONIMANA
@CyriaqueHABONIMANA 3 ай бұрын
Chagy ABA ba sister banyu i Ngozi batukire mur Mr Yves 😂😂
@NZITONDAFreddy
@NZITONDAFreddy 3 ай бұрын
We shaa iyo wandika ikirundi wabiki you have must be ivyo ntibibaho mu congereza
@GabbyNzoyisaba
@GabbyNzoyisaba 3 ай бұрын
Pole sana brother. Rafiki yangu!! Ivyo nanje vyambayeho Bro so brother ukondakuzi nanakubonye uracafise amahirwe yogushima uyundi.
@emelynegahimbare5249
@emelynegahimbare5249 3 ай бұрын
Ntimuhebane namba mwakundana vya vrai nimugende muri état Civil Hama mutegure Mariage Abo bavyeyi biwe areke kubatumira fin de fin bazizana kuraba abuzukuru Imana niyabahezagira ,jewe nubatse 20ans tudasangiy ubwoko kandi hariho abari baratwankiye.
@BizimanaDivin
@BizimanaDivin 3 ай бұрын
Nagatangar impamvu uvyemeje 😂
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE 3 ай бұрын
Arakabona amuhevye naje kurondera abahutukazi, Nanje twahebanye tugomba tugire mariage vyose twaguze parce que yambwira ngo ntabashitsi bamazuru maremare bazoza murugo kandi yantegeka kugira abagenzi babahutukazi kandi ntabo narimfise😂😂uwo wewe atize arumuhutu yamanutse adunyura ntiyomushobora 😂😂​@@BizimanaDivin
@BugingoDavis
@BugingoDavis 3 ай бұрын
Komera mugabo njyewe ndumututsi ariko ndababaye kumva iyonkuru burya haracyabaho abantu nkabo Imana izabahane bakwize amateka ko twese dukomoka kumuntu umwe cyanke turibene mugabo umwe
@RutunganyaFrank
@RutunganyaFrank 3 ай бұрын
Abarundiii muracyaRi kureee cyaneee ibintu byamoko nibintu biciriritse cyaneeee muriki kinyejana
@ALAINADIGNEAKIMANA
@ALAINADIGNEAKIMANA 3 ай бұрын
Imana iguhe mwibanire sha ivyubwoko ntakamaro bifise
@OrigeneNzeyimana
@OrigeneNzeyimana 3 ай бұрын
Camamare icokintu cokunguvu wapi ngira wagize ishavu...wopfunga sobukwe 😂nukwinginga bukebuke....ntakunguvu ni pôle pole
@dispineirankunda6096
@dispineirankunda6096 3 ай бұрын
Nimuvugan umutware mugir État civil gus mwibanir Abo bavyeyi nab mubihoz knd Imana erg ntizobura kubahezagir har'abo nzi babigenjej uko nyen Ubu abavyeyi barabakund vyarahez
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 3 ай бұрын
N abakene barubaka reka kwiyemera sha! Ahubwo ntibaguhoye ubwoko baguhoye imyitwarire yawe ! Uriyemera saaana!
@Alice-n6o
@Alice-n6o 3 ай бұрын
Iyumuntu utuze atize nuko.
@JeanchristopheNduwayezu-xe1bb
@JeanchristopheNduwayezu-xe1bb 3 ай бұрын
Gael je mfise ikibazo Kandi gikomeye kuko urabona ukora ibiganiro vyinshi Kandi mvyingira kamaro noe nkabarya usanga bakora imyuga itandukanye kuberiki udashirako address zabo uko umuntu yobaronka vyoroshe kuko urabona uburiko urafasha Kandi unahayanisha noe ubakeneye vyogenda gte nimba bikunda murakoze
@inna7803
@inna7803 3 ай бұрын
None kubera iki abahutu mukize mukeneye abatutsikazi? Rondera ab'iwanyu nabo ni abantu
@arseneininahazwe5902
@arseneininahazwe5902 3 ай бұрын
Pole sana bro. Igihugu kirarwaye cane. Abo batama bapfuye imitima nibarabe batubise.
@BajijukeLeonard-hg7hb
@BajijukeLeonard-hg7hb 3 ай бұрын
Pole felle ariko urazi iwacu ntitwigera tunanigwa
@FlorianeManiragaba-ul2ei
@FlorianeManiragaba-ul2ei 3 ай бұрын
Sha ivyo ndabizi birasiga igikomere cane ariko humura yesu azobikuraho vyose
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 3 ай бұрын
Ibi bintu birababaje cane nukuri sinarinzi kwi wacu bibaho Imana iturinde kandi courage nimba vyabaye kuruyo Sibose
@Mutuzostudio
@Mutuzostudio 3 ай бұрын
💯💯 intare
@julesspencer517
@julesspencer517 3 ай бұрын
Eegooo shaaah nibamukwimy ngo nuko ukenye urafise inot iki kibazo kiracar mu bantu bensh ngah mu burundi turacar inyuma numugera badushizemwo abazungu muhung niwihangan uzokira buk buk
@gilbertniteka9250
@gilbertniteka9250 3 ай бұрын
Ewe Juste Gael uranyica ukuntu wama uduha ibiganiro bizima kandi mumpande zose utaravye iki canke kiraya! Wubahwe knd courage
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 3 ай бұрын
Pole sana brother ariko nimba uwomukobwa agukunda mutware abavyey biwe sibo bazomwubakir urugo ila inauma saana
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 3 ай бұрын
Erega muburundi mélange ari one way kenshi nubwoko bumwe umuhutu niwe arongoye umututsikazi. 98%. Nigake kabaho umututsi arongora umuhutukazi 2 % naho nyene kubera soit uyo mututsikazi afite amahera kandi yize. Kenshi irongarane kenshi biva kubatutsi batemera ko bavanga. Ça yawe iratangaje ubundi vyankwa kumukobwa w umuhutukazi ashaka kuringogwa numututsi.. kuko mélange nyinshi i Burundi ni hutu - tutsikazi. Très Tutsi - hutukazi. Long way to go . My idea ubwoko nibuzohera muburundi
@IscaSimpliceIRAGASHEMEZWA
@IscaSimpliceIRAGASHEMEZWA 3 ай бұрын
Kumbe uwo mukobwa bimubayeko kabiri, cette innocente est blessée. Abo bavyeyi nibarabe bareke kukababaza umukobwa wabo Turabizi neza ko mutazomwubakira mwabavyeyi mwe, reka kumusamburira fondation yakazoza kiwe
@jmarienkengurutse2824
@jmarienkengurutse2824 3 ай бұрын
N’uwo mukobwa ntiyagukundaaa.
@LAPE817
@LAPE817 3 ай бұрын
Reka basha iyo ushikiwe nikikintu ubanza gucanganikirwa
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
Hama ikindi nkibaze ubu wotora umukobwa ukamurongora abavyeyi biwe barimugasho?????uzogerageze wige kuvuga neza nogusaba neza ikindi burya iyovyanse ko wubakana nuwo wakunze haba harimpamvu imbere yImana nubwo kwubaka muvyiyitirira mwabifashe nkumushinga wanyu ariko suwanyu ni Ministere YImana iyo uvyiyitiriye ntakivamwo urugo nUmurimo wImana ukomeye cane kandi ninumuhamagaro ariko ivyo ntitubizi ivyotugomba kubimenya nimba vyanse komubana harivyo Imana igukinze harivyo imukinze gusa sinshigikiye abavyeyi bagifise imyumvire nkiyi vyukuri Ijuru bazovyumva mumatanganzo nibatihana 😢😢😢kuko mwIjuru ntamuhutu ntamututsi azinjirayo hazinjirayo uwogejwe namaraso ya Yesu Christo
@kalyka4107
@kalyka4107 3 ай бұрын
Numvirije ingene avuga ndagira ubwoba nukuri. Honyene umuntu akoresha imbugo yo gutera amabuye abavyeyi bumukobwa naciye nsanga bigoye peee....
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 3 ай бұрын
Nihatiri kabisa,bamurabo ingo mukwiye kwinjira nizitinjirwa,abomusangiye ubwoko barahari abobandi nimubihoze,
@HunguZambia
@HunguZambia 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂 izuru nn umukobwa numwe seee higa uwund ❤
@Alice-n6o
@Alice-n6o 3 ай бұрын
Nuko wawa yamwumvisekwiki!!!
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE 3 ай бұрын
Bagomba kwihutura😂😂 😂😂iyonkuru irantwengeje ahubwo abakobwa nibaze barabaheba iyomishenzi yabahutu nakare kera abantu bakihari bari abacakara bacu😂😂😂😂😂
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 3 ай бұрын
Yoooh, Birababaje pe! Iyo uza kuba umushinwa bari kukwemera😂😂😂. Genda urondere umuhutukazi rero😅
@MusavyimanaAsterie-nx3cn
@MusavyimanaAsterie-nx3cn 3 ай бұрын
Imana Irakwiye Gutabara Abantu Bacibaza Ivyo Kuko Ijuru Ni Rimwee ayo mazuru amagufi n'amaremare sinzi aho bazoyinjizaaa muri Bible Ntaho Ndabisomaaa sinzi ko har abavyemera nkanje
@claudinenijimbere2419
@claudinenijimbere2419 3 ай бұрын
Muntu nturabe sentiment ziwawe ahubwo baza umutima wawe nuwo mukobwa abaze umutima wiwewe hama musenge Imana ibafashe
@Favour3558
@Favour3558 3 ай бұрын
Rondera uwo mysamgiye ubwoko ,period . Imana izoguha uwundi man , keep making money ❤ Inkono ibira Nabi ukayima ifu
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 3 ай бұрын
Uyumu type avuga nkumu illettré kwelii avuga ibidakenewe
@caramamttv
@caramamttv 3 ай бұрын
Iriraba ww kwari ww woba uri we
@radiologueabelard135
@radiologueabelard135 3 ай бұрын
Jew ndashigikiye cane ivyo camamare avuz nimba koko batubwira turenger ivyubwoko hakwiye kubaho itegeko rihana abavyeyi baburizamwo urukundo kubera ngo umuhungu numukobwa badasangiye ubwoko kdi baba bahujwe nurukundo akaba ari nago rwubaka urugo rw abakundana
@Pacifique.mboninyibuka
@Pacifique.mboninyibuka 3 ай бұрын
Ubwanje ntategeko rikenewe Kuko na Leta yonyene mwibwirizwashingiro iratandukanya ayo moko Ikindi société kugira ivyo yemera ni uburenganzira bwayo. Ahubwo hakenewe inyigisho rusangi kigira bigabanuke ariko guhera ntibikunda, ubonye uhendagije bikanka Heba abavyeyi ni benshi bavyaye.
@noendayishimiye3496
@noendayishimiye3496 3 ай бұрын
Birya abategetsi bavuga nikumunwa sinon nabonyene amoko yarabamaze, cohésion sociale iragoy
@Emilie-ri1ig
@Emilie-ri1ig 3 ай бұрын
Kwirata kwawe nik gutumy ibint bitab w ushir amhra imber banz ufit mumutwe nkivy ntiwar kubizan ngah vyar guherer hiyoo😏nubw ufis amhera mumtwe ni zéro 😂
@bukeyenezakellyannyella1380
@bukeyenezakellyannyella1380 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@kwizeraanitha5281
@kwizeraanitha5281 3 ай бұрын
Yooo munguuu biratwengeje vrt
@Emily-k98
@Emily-k98 3 ай бұрын
J mbona arimwe bo kwifatir ingingo kuko nimwe mugiye kwubaka abavyey barubats urwabo ntasi yabatutsi cank yabahutu ihari ayomacakubiri ndayabujie😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@DivineNishimwe-un2qm
@DivineNishimwe-un2qm 3 ай бұрын
Imana yarateguy kwariwewe uzomutwara muzoban kwr gsa abavyey kabo wap Imana izobabaz inges mbi batey mubana babo zubwoko😢😢
@Tayaelvis
@Tayaelvis 3 ай бұрын
Eg kbx
@Emily-k98
@Emily-k98 3 ай бұрын
Mpore vrt abavyeyi bacu bakora amakosa kuko ubwoko murukundo ntaco bihuriyeko😢😢barakwiye guhinduka kuko ntahobizobashikana nurwanko gusa 😢😢😢😢😢.
@lulu7793
@lulu7793 3 ай бұрын
Niyasazira iwabo bazobona kwarubujuju bakoze
@liberenshimirimana9371
@liberenshimirimana9371 3 ай бұрын
Uyo ntiyagukunda rindira uwawe agukunda
@alvinmachado421
@alvinmachado421 3 ай бұрын
Mureke! Nta bandi bakobwa bahari?
@joykama2127
@joykama2127 3 ай бұрын
Yew pole sana, ntakundi rondera uwiwanyu, ntakundi , abakobwa ni benshi , senga uwawe ariho
@clemmudage9417
@clemmudage9417 3 ай бұрын
Nitegeko se ko arongora uwo batabyumva cyimwe .ngo namazuru I.murarushye . Nibiterure bibanire .
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith 3 ай бұрын
Camamare Wihangane
@semnshimegute9824
@semnshimegute9824 3 ай бұрын
Wee ngo wapfuye k arik @koreshumwanya yanditse
@jeannenirere743
@jeannenirere743 3 ай бұрын
Uretse ibisazi vyagufashe umututsi wumunyamuji araja kumuhutu kweri? Niyo yoba yagukunze ntimwobana mumisi Mike abahindutse namitende uwomucaro
@gakleennk3337
@gakleennk3337 3 ай бұрын
Mwihoze sha, uzoronka uwundi, , ubwoko ntibwubaka, pole, ingo twikundanire jewe
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 3 ай бұрын
😂😂wew ushak inoti,gend upamban
@gakleennk3337
@gakleennk3337 3 ай бұрын
@@muhayiofficialchannel4202 sha jewe amahera ndayafise,
@Nidivin
@Nidivin 3 ай бұрын
Abobavyeyi nibapfungwe mukoguherayo wallh
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 3 ай бұрын
We Camamare we umwana mushire mu nzu nani hama ibindi bizobe hanyuma. Ivyo vy'imihezagiro urimwo vyihoze. Jewe nizera ko ubutungane bw'Imana aribwo bukomeye kurusha ubwo bw'abo bavyeyi b'inkozi z'ibibi uriko uravuga. Rongora uwo mwana ibindi uzobibona imbere.
@chrismuganwa8634
@chrismuganwa8634 3 ай бұрын
Ihangane my brother ikibano tubayemwo nuko kimeze kahise niko kabi!! Uyo mwana bamube hafi kuko yarahemukiwe!!
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 3 ай бұрын
Nkabavyeyi bakivuga ubwoko nimba umukobwa agukunda niyemere mubane nijabo ryimana riravuga umukobwa azosiga se nanyina akaja kubaka urwiwe
@njmdukore
@njmdukore 3 ай бұрын
pole sana Camamare hari abakiboshwe na kabise kabi. Agaciro k'umuntu si izuru muta. Aho wavuye n'aho ugeze birakwiye ngo ube uw'agaciro.
@esangira3648
@esangira3648 3 ай бұрын
WF watanguye uvuga neza ariko ubirangije nabi…Naho ufise cash mumutwe ni zero… ngo Basobukwe na Nyokobukwe bobicisha amabuye kubera we uriki? Sindakuzi muga birangiye uvuze nabi.
@NiyomukizaJérémie-x7v
@NiyomukizaJérémie-x7v 3 ай бұрын
erega uwomuvyeyi nubundi umutima uzomwica kubera icokibi cokwanka umuntu utaremye!
@mfurayacu7868
@mfurayacu7868 3 ай бұрын
Asha ntamahoro azopfa aronse
@aimerodolphehakaiza
@aimerodolphehakaiza 3 ай бұрын
Gael turakeney version y'umukobwa naw twumve uko vyagenze réellement
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 3 ай бұрын
Uwo mukobwa ntiyagukunda rek kwidoga
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 3 ай бұрын
That is simple problem . Nowadays. Uyo mukobwa nimba agukunda by ukuri naze mwibanire hanyuma muvyare mube murukundo uzoraba ko famille itazobona ko bihenze. Rekasha a moins que atarukundo ruhari. Ngo famille ! Famille nizo izomugaburira.,
@amolam97
@amolam97 3 ай бұрын
Bino bintu kare ndimw nakura navyumva nkumugani muga maze kugira ubwenge nasanze aruburwayi mubantu bamwe bamwe ABAVYEYI BABATUTSI BATARI BAKE BARIGISHA ABANA BABO IBINTU VYAMACAKUBIRI sinibaza ko mubahutu arimvyinshi nkomubatutsi Abavyeyi babatutsi bagabanye amacakubiri mubana babo ubu twese turi developpe twibanire neza pe...
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 3 ай бұрын
Ubwo abahutu babarundi nabagome nkabo mu rwanda wasanga baba bafite ubwoba bwuko mwazahemukira umwana wabo gusa amacakubiri simeza kd abantu bose ntago ari abagome
@amolam97
@amolam97 3 ай бұрын
@@kalisainnocent3 uraguye uragarutse...ubundi birya mwita kwibuka nivyo mwigishwa? Ngwabahutu bomurwanda ngo nabagome? 🤔🤔rwandese people muratangaje democratie yabarekereje kabisa muzobitahura umusi politique yabahinduriye imirisho
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 3 ай бұрын
@@amolam97 sibyo twigishwa nawe ubwawe ntiwakwibagirwa umubyeyi wawe biciye mumaso yawe kubibuka rero sukuzura akaboze ahubwo nukugira ngo nabakiri bato babyiteho ahazaza habo ntibazabyishoremo
@amolam97
@amolam97 3 ай бұрын
@@kalisainnocent3 konumvise ufise amacakubiri nawe ubwawe twese twariciwe kandi hababaza cane abo vyashikiye kandi.ayoma generation yakozweko arimw agenda ashira ahubwo mw mukomeze muzura akaboze
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 3 ай бұрын
@@amolam97 urumurundi ibibintu ntukabizemo ntibibareba nibyacu nkabanyarwanda kd ntamacakubiri tugifite tuyafite habaho kwihorera rero mubiturekere nibyacu tuzajya tubibuka nkatwe nkabanyarwanda sinzi impamvu ubizamo cyane
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 3 ай бұрын
Cukoze uriyemera nukuri ! 🤔🤔
@MaliBbe
@MaliBbe 3 ай бұрын
Eeh sowawe, uwo mukobwa nti ya gukunda ahubw ronderera ahandi😊, changamk we kijan
@mizerodelice
@mizerodelice 3 ай бұрын
Nigake utwara uwo abavyeyi bos bakomera amashi ivyo ntivyobatandukanya nimwibanir urubanza narwo ruzitaba abashaka
@chrissvendsen6589
@chrissvendsen6589 3 ай бұрын
IMIHIBIRI Y’ABAHUTU
@DiaTrueStories
@DiaTrueStories 3 ай бұрын
Ihangane bro 😢ico womenya co igikomere utewe numuntu ugikizwa numuntu nyene wewe teka usenge Imana tu vyose bizikora
@ClaudeMASUDI
@ClaudeMASUDI 3 ай бұрын
Namba atari filme uwo mukobwa namba amukunda nafate ingingo namba atabi amuhora 🤷
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 3 ай бұрын
Ahubwo je nibaza ko bagomvy kwihora kuk urumv ko nuwomukobw bakamukoz kuruy mu x wiw ko bamuhoy ubwok😢
@NinaHatungimana
@NinaHatungimana 3 ай бұрын
Oya vyokunguvu wapi camamare kuberako iwabo batagukunda nasumu boyiguha abakobwa bariho kandi bafise urukundo kandi ubwiiyemezi uzubugabanya kbs urirata kandi ntuzikuvuga
@chrissvendsen6589
@chrissvendsen6589 3 ай бұрын
Hey jaaa mubwoko bwiwanyu. Nkuruzinza ( president nyakwigedera) yarishi ABATUTSI . KANDI YAROSE AMABARE YABATUTSIKAZI. inzobwa zabahutu zifise abakobwa BABAHUTUUU. bararogora abiwabo
@BlondeNgendahayo
@BlondeNgendahayo 3 ай бұрын
Hariho ibintu vyubwobwo,ivyamasengero bigisibije.Urugo subwoko,sisengero kandi samashuri.Urugo nikindi kintu
@milomediatv
@milomediatv 3 ай бұрын
Man sinari nzi ko ivyo bintu bigihari I Burundi kweli ! ivyo bintu vy'amoko ntivyari bikwiye kubuza abikundanira kwibanira kweli vraiment birababaje
@nsafelix
@nsafelix 3 ай бұрын
jewe umukobwa wanjevntawe nomuha kuko arishima.ntazi kwicisha bugufi. yishimira amahera cane ntamenye ko amahera atariyo yubaka
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
Krabaye🤣🤣🤣🤣
@ndikumanagile797
@ndikumanagile797 3 ай бұрын
Bishoboka ko musazawe hari ingeso akuziko atari ikibazo c'amoko. Wumvise imvugo ya musazawe, hari ukuntu akuzi. Kuki uwambere abavyeyi b'umuhungu aribo banse atari umuryango w'umukobwa banse?
@francinentamashimikiro9039
@francinentamashimikiro9039 3 ай бұрын
Rondera uwo musangiye ubwoko man...ndunva abavyeyi bafise raisons kuko aho mu Burundi hari amateka atavurwa nibibi vyinshi vyahekuye imiryango nubu bikiriko
@duhuzebosco6207
@duhuzebosco6207 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 3 ай бұрын
Ndazi umuhungu yanswe muri Canada kubera ubwoko, aca aterwa inda numu Congoman.
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂nicogihana
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo 3 ай бұрын
😂😂
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 3 ай бұрын
Nyamuhung niwe yaciy aterwa inda?😂😂😂
@ngingimadiba29
@ngingimadiba29 3 ай бұрын
😂😂😂😂 niryambere nunvise umuhungu wumuhutu iwabo base inkumi yumututsikazi
@appolineniyonkuru9157
@appolineniyonkuru9157 3 ай бұрын
Nibenshi batabakunda bama babanse. guhera keera Ubu hoho bireze kobabanka
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 3 ай бұрын
Nawe niyagukunda iyaba agukunda niyari kujana na majambo ya famille
@EmeriusNdacayisaba
@EmeriusNdacayisaba 3 ай бұрын
Mwenewa pole kwl baragukoreyeko gus uhumure muzoronk uwundi kandi nawe muzokundana gus abavyeyi nkabo barakwiye guhinduka🏃🏃🤦🤦Umuryango twobutashe😢😢
@topazkevin4024
@topazkevin4024 3 ай бұрын
Muvyukuri ntiyaribwagere kwubaka uwo mwana wumuhungu!!!nikijuju gos..ubwo abay uwambere?kwishira kukarubnda niyo solution?nuw azoronka azomutwar kukarubnda😂
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 3 ай бұрын
Muri make nibaza ko uyo mukobwa atagukunda. Kuko famille siyo yubaka. Hari kera sha . Ngo amazuru . Ivyo vyaratwaye agaciro. Famille
@karaokeberceau
@karaokeberceau 3 ай бұрын
Au burundi c,est le pire kuko na leta ibishira imbere.finally bizica igihugu burundu.
@amiellairadukunda3758
@amiellairadukunda3758 3 ай бұрын
urikijuju kweri, urashobora kuifuriza abavyeyi bumuntu kwicishwa amabuye?? ntibaguhoye ubwoko, ahubwo abavyeyi n’Imana yacu yakabiri kwisi barakuravye basanga umwana wabo yoba agiye kugogwa atwawe n’umuntu nkawe!! ngo akarimi kakuresha siko kakurongora!! abavyeyi babibonera kure!!
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE
@BelyseMelyseNIMPAGARITSE 3 ай бұрын
None 1993 ntuziko abahutu bicisha abagore babo amabuye?😂😂😂😂😂 rekana nizombwebwe zabahutu
@BlandyBukeyeneza-wi6du
@BlandyBukeyeneza-wi6du 3 ай бұрын
ivyo umenga ni film kbisa
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 3 ай бұрын
Reka nshinge intahe gato y'ivyo nabonye ariko bitambayeko. Hari umwana twiganye iyo i wacu mu Rumonge. Uwo mukobwa yatewe inda n'uwo badasangiye ubwoko. Abavyeyi biwe barasaze ko iyo uwo mwana atazobaho,nyina wiwe agerageza no kuyikuzayo.Burya inda yaramuhitanye bahamba babiri. Ibi bintu rero vy'amoko birahari kandi cane cane mu mitima y'abantu benshi. Nk'ubu ndamaze kumenya ko abahutu aribo barongora cane abakobwa babatutsikazi,ngo ariko nta mwana w'umututsi yigera arongora umuhutukazi ngo naho biba ngo biba gake kabaho. Nukuri ntimwitege iterambere mu gihugu cacu kikirimwo amoko n'ukwitandukanya kugera aha.
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 3 ай бұрын
Humura ufise amahera 💵💰💵💵💴💴💶💶💷💳💰 Nta mukobwa mwiza uzobira ukunda caneko agukunda
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 3 ай бұрын
Zamurirongorera impfuvyi muzivure nibikomere vyokutagira ambavyeyi 😢 murekane nabo bavyeyi bagumura abana babo ngubwoko😂
@marcbuci
@marcbuci 3 ай бұрын
Reka reka jewe KO narongoye impfuvyi nkanamuzana mumahanga ,Uzi Aho angejeje ngo mva mubwoko bubi
@IrAdna
@IrAdna 3 ай бұрын
Ikibazo ntikiri ku bavyeyi b'umukobwa kiri ku mukwobwa ubwiwe. Nta kintu na kimwe gitandukanya abakundanye kiretse kivuye hagati ya bo ubwabo. Gael, ushikane ubutumwa bwacu ku mukobwa.
@SantaNiteka
@SantaNiteka 3 ай бұрын
Ntivyoroshe.iki kiganiro gishobora kuba gifise iyindi ntumbero,mb uyo mukobwa w kuki yokwamana ivyo bibazo.n'umu materialiste.ahubwo pole.na kare wari pièce de rechange 😂
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 3 ай бұрын
Umuryango umwe wugawe iyindi iba yuguruwe. Niwihangane uzoronka uwundi.
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 8 МЛН
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 29 МЛН
OYUNCAK MİKROFON İLE TRAFİK LAMBASINI DEĞİŞTİRDİ 😱
00:17
Melih Taşçı
Рет қаралды 13 МЛН
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 8 МЛН