Thank you Gisele and Joel Very smart woman and we need more women like this one. Joel continue to give us more emissions like this. Vyose birashoboka tuzoteba dutere imbere mugihugu cose. I just hope son excellency watch your shows and help people like Gisele who need aho bashora ivyo bimbuye. I lived more than 30 years overseas and I learn everyday from your show Thank you Gisele to motivate other women, salute
@jeanpaulbutoyi1866 Жыл бұрын
Bravo à Gisèle et à Gaël qui montre au monde entier que les Barundi sont un peuple de travailleurs. Bravo à son Excellence le Président Neva qui, pour moi et tout burundais , est le Moîse du Burundi pour l'ammener dans son Canan, qui est le dévelopement.
@jeanpaulbutoyi1866 Жыл бұрын
Contact de Gisèle s'il boys plait?
@abanyeshure Жыл бұрын
Turakeneye contacts ziwe kugira tuzomushorere. She is a strong woman, congratulations Gisèle. You touched my heart and made me jealous. Proud of you.
@patrickshabani863811 ай бұрын
Hi I'm in sosumo need your contact number for chicken inquires
@franciskiyuku3547 Жыл бұрын
Bravo Madame. Nukuri tu es une femme exemplaire👍
@NgendakumanaJean-kc1wxАй бұрын
26:07 26:31
@Elvvicky Жыл бұрын
Franchement merci kuba mwatuzaniye uyu mupfasoni ,nukuri keep it up ,natwe tubaye encore une fois inspired
@emmanuelmugumyankiko6751 Жыл бұрын
Umugambi [projet] w'igitangaza, ukozwe n'umuphasoni yawitondeye neza. Kandi utangajwe neza [présentation- reportage] mu buryo bwa kinyamwuga. Félicitations Gisèle pour votre capacité d'inspiration. Merci Gaël, pour vos reportages & une excellente présentation👌
@LucIrumva-xn4plАй бұрын
What a special entrepreneur! Courage, uri icitegererezo ciza .
@aaii8301 Жыл бұрын
Masha allah inapendaza sana mwanamke mpambanaje namukunze cane😍😍😍
@HumbleJoshua-o9p2 ай бұрын
Murakoze cane none nimero zanyu twozironka gute
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾👊🏾👊🏾👊🏾👊🏾,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@angerubeneirakiza1628 Жыл бұрын
Ndakunda Gaël ga Mana sha ntako utagira vrt muriko mutuma aba Jeune beshi bakanuka bakipfuza gukora courageee Imana Ibahezagire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
@fredericindanga1423 Жыл бұрын
Merci Umukubito.Mugira ibiganiro vyiza cane.
@francescafrancesca8901 Жыл бұрын
Courage Gael. Ndagukurikirana ikiganiro ku kindi. Ibiganiro vyawe nivyo bikenewe mu bihe nk'ibi indongozi z'igihugu ziriko zihimiriza abenegihugu gukora ibikorwa vyo kwiteza imbere no gutez'imbere igihugu.