This guy is amazing.Nubwo yavuye mu mahanga afise uduhera dukeya,igikomeye ni leçon yabonye atashe.Keep thinking,work hard.Hanyuma uze urakoresha gloves ntukore kubifungurwa hanyuma urondere paper towels zo guhanagura ibintu.
@momomelody43084 ай бұрын
Gloves ego caane nazitumyeko. But paaper tower zirazimvye caane sorry. Nkoresha serviette en tissues zisuku. Thanks❤❤
@besttv62244 ай бұрын
Man courage kabisa uri intwari kuko mbona uri humble cane rwose kandi uricitegererezo kurwaruka iyaba barikukwigirako bakamenya iyo bava niyo bipfuza kuja vyoba vyiza ariko beshi ikibishe nugukengera ibikorwa cnk akazi. Courage kabisa
@ndayishimiyeyves40844 ай бұрын
Respect brother 🙏 open minded dude. Natwe tur'inyuma.
@chadindayishimiye52804 ай бұрын
This man is a warrior🥋 mubuzima twes turaca mubintu bigoy ariko what is worse is not passing through errors, confusion or hardships but it's worse when you never take a lesson and make a good turn to refine yourself✍️
Ntabwo kubona document waragiye ufite visa ya A (aba diplomate) byoroshye. Yabonye kuguma yo byaba ari ugut’umwanya maze aritahira. Ntihagire umuseka, ahubwo ni uko izo datails zamunaniye kuzitanga kubera amashuri make. Azashake visa ya B1/B2 ubundi azaceho burundu.
Mwiriwe. Ivyo uvuga ni vyo. Nta kazi kaheze.Muri USA ubuzi ni bwinshi. Haheze visa yo kuba muri USA. Aho wihendeye : wari kuca uja kwideclara ko uri impunzi. Bakaguha les documents de séjour. Muri USA nta muntu birukana yahashitse. USA ni ahantu heza caaane ku muntu afise ubwenge. Jew mazeyo imyaka 17 ndahazi. Nta hantu heza habaho nka USA. Warahomvye cane. Kirazira kwanjanjwa waronse.
@momomelody43084 ай бұрын
Hari indi nkuru yido nido iri inyuma kandi ibabaje. Thanks. Social media ntivugigwako buri cose .merci
@@ThaBest-Optatus oya siyo ndi mugabo ndi Canada! Kandi niwacu Burundi ndahazi neza bavukiye Buj ndahakurira ! muramubaze passport yiwe murabe ama VISA muramenya ukuri!
@user-di3uz4gh5j4 ай бұрын
Ariko mumuvuzeko vyinshi bidakenewe! Burya mwoba koko ari awambere mubonye asubiye muri Africa?
@momomelody43084 ай бұрын
Ntakinyoma nakimwe navuze cakora inkuru si ido nido thanks
@JohnwarkerBonjour-lj3iw11 күн бұрын
Erega sibose bashobora kuba amrcan.none iyo mitwe yimbwa iyikuramwo ama daral cank amarundi?nabirukanywe Bose bavuga ngo nibo bizanye
@vangoz84 ай бұрын
ati arya umutwe uteguye nabi😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@christnkurunziza6884 ай бұрын
Who was the Burundian ambassador at that time? What year was it? How come he came back with $2000 after more than 2 years in the US? This are real questions to think about.
@ericmanirakiza3324 ай бұрын
It can't be possible to work for more than 2 years and come back home with USD 2000 only.
@momomelody43084 ай бұрын
I was 22 yrs. But in my mind i was like 5years old. Can please you understand? Thank you
Kumwita umusazi n’ukwihenda! Abany’Africa bamaze kugaruka kurima, korora, canke gukora iyindi mirimo ni benshi! Abazungu bahevyiwabo bibera mubihuga vya Africa ni benshi! I don’t know where you get your words to criticize he guys!
@user-di3uz4gh5j4 ай бұрын
He has done what is right. And I don’t see anything wrong with it.
Ico mufise adafise nikihe? Yavuzeko afise urugo, kandi ararugaburira bikwiye! Then, where is the question?
@filsemmaflox93544 ай бұрын
Gabanya guswaganya musore vyogufasha
@ninetteba4334 ай бұрын
Akorera he
@momomelody43084 ай бұрын
Gard du Nord ahatumberanye nk ou Mutimbo
@raphaeltuyisabe4 ай бұрын
Warya nkimbwa kl
@japhetnkeshimana9251Ай бұрын
Go back and refine
@nestorniyoneza4 ай бұрын
Formation en couture ntaco kintwaye ariko sintahuye nukuntu yakoze plus de 2 ans muri USA agatahana 2mil$ gusa! Gutaha kuko avyishakiye vyo sindabigarukako n'intwari bishobora bake😂😂😂😂
@rretro20424 ай бұрын
nimba udatahura ko uba USA 2ans ugatahana 2mil, urabaza abamaze 10 ans batararonk nayo kwubaka maison simple i bujumbura. Si kuvuga ko bagiye bahembwa make ariko ariya twita menshi($2500-$3000) ashobora guherera mu mibere ho yawe ya misi yose iyo uba mu bisgara bikuru hazimvye(nka Washington, cank ahandi). Rero inzira yerera uwundi wewe irashobora kukunanira kubera mubaye ho ugutandukanye. Tumenye kudatwenga cane abo vyananiye kuko ejo bishobora kuba wewe.
@momomelody43084 ай бұрын
Hari story inyuma yivyo navuze ntabasha kugira public. Thanks
Wapi ntiyari yagiyeyo burya yagarukiye mukayira woshika America ukagaruka
@haragirimanasadock16744 ай бұрын
Sinemeranya n’uyu muntu, iyi mitwe ariko adandaza sinibaza ko yoba isumba akazi ko yakora amerika. Niyemere ko vyanse areke gutuka amerika. Erega ntiyari yemerewe gutura amerika kuko yari umukozi wa ambassade