Intahe y'Umurundi yaba muri AMERIKA yatashe kuba mu BURUNDI burundu//Amagorwa naboneyeho//Ikibabaje @NtareRushatsiHouseTV
Пікірлер: 214
@pauljeanniyonzima34293 ай бұрын
I'm very inspired by this African spirit and determination,very good.
@JeanboscoNzoyihaya3 ай бұрын
Number one
@innocenttuyishemeze98743 ай бұрын
The only easy day was yesterday! Bro I liked it ! is a powerful reminder that success requires hard work, dedication, and a willingness to step outside of one's comfort zone.
Big up to you.Urumuntu wumugabo ufise mind.Nivyo wavuze ukuru nkatwe twaharungurutse mubihugu vyohanze ni danger.Arik uwuri muri Africa were umengo ningwara bagwaye bose bipfuza kujayo
@clementnyabenda6827 күн бұрын
Ndamushigikiye 100/% Najewe nafashe decision Yo kwitahira Namaze 27 ans au Canada
@manirumva29 күн бұрын
Aba bantu barahuvya cane. Ivyavuga vyinshi biratandukanye cane n'ukuri! Murakwiye kuja muranabaza abafise ukuri kw'ukuri na analyse ikwiye!
@EdouardNduwayezu28 күн бұрын
Uuuuuuuuuh wew Uri muri babandi twes twarabaye deçu tukijayo😂
@fabricesimbare55493 ай бұрын
Wabitoy yanyoy cocaïne nyishi
@zubeaslay65663 ай бұрын
Uyo mu type ivyo yavuz vyinsh nivyo kbs,ariko ntabwo yasobanuy neza biba bivana n’ama States utuyemwo ikindi naco kuba muri 🇺🇸 n’ubwenge utazi gusevinga uraba nyene ubuzima bubi,ariko mur America ubuzima burahari knd n’amafaranga ariho kndi menshi
@kevinbrown19003 ай бұрын
Nanje nico ngira mvuge. In all states life ain’t the same and the laws ain’t the same as well.
Iki kiganiro ni cyiza,njye numvishe ubuzima bwe numva intumbero ihari kandi art nziza cyane,uyu muhungu azatera imbere,mukomeze gahunda y ubukangurambaga
@KamingJohn3 ай бұрын
Ukuziganya (saving)ni co kibazo kigora umuntu ahari ho hose .Nta gihugu Kitabamwo abakene na hano baruzuye.Menya ukubaho kuri iyi si !
@anesiendaz98903 ай бұрын
Uvuze ukuri, bivana nuko umuntu yipanga
@NOELLABIZOZA3 ай бұрын
Twe turimuhanga turamutahura😢nyumbani ni nyumbani❤
Ivyuko yagize ingorane zomumutwe ko mutabivuze ? Sukumwagiriza ariko nibaza ko bikenewe kuko yaravyivugiye kuri Mashariki TV ko biri muvyatumye ataha. Courage ariko ! Hose ubuzima buriho.
@stansiyomana12393 ай бұрын
@eric. Effectivement, mugihe we nyene yoba yaravyivugiye ce serait un element tres important. Mugabo rero nogukora hanze mu bushuhe bwa ete no mumbeho yo muri hiver ni abantu bake bobishobora.
@Claire-rq9cg3 ай бұрын
Finally umurundi abwiza ukuru. Without sugarcoating people.
Nureke kuba ushikuza sha, ndahamaze umwaka m nije mbona ivyiza vyaho kandi ndamaze kuza mu Burundi muri vacance kandi nuyumwaka nzozanana numuryango. So ngira America tubamwo ziratandukanye kabisa,sindagutahuye nagato!
Bro, wewe ivugire ibyo ushaka no kuba baguhaye ijambo ngaho ku mukubito nuko bazi ufite inkuru wahawe na USA. Iyo uja kuva mu nkambi ugaruka i Burundi ukabanza ukaja gutwika amakara no kuroba muri Tanganyika niho wari kubona ko isi ari imwe. Nibyo haraho badukengera kubera urukoba ariko urazi gukengerwa n' umurundi mwene wanyu uramukorera ariko kubera ubuzima agusanzemo akakubona nkaho ari umucafu. Hari igihe nigeze kubona umurundi ari mumuduga ngaho i Bujumbura mbona ukuntu akengeye umuvyeyi yariko adandaza imihwi ngaho kwibarabara naciye numva ko agakengere kari hose kwi' isi. Wopfuma ukengerwa n' umunyamerika ukamenya ati ankengeye kuberadutandukanye hako ukengerwa numuntu musangiye uburaro n' uburamuko..
@manudi. Nanje uko kugereranya 200 milles FBu na 2000 dollars vyananiye kumva. Kandi umengo arashigikiye ko umukozi womunzu ahembwa ibihumbi cumi gusa.
@ManiErnest3 ай бұрын
Uyo azagaruka mayumureke
@bellytresormahoro44423 ай бұрын
Man ufise ubwenge burenze cane ntiwobisigurira abarundi ngo babitahure 😂😂😂😂
@Fafamuru20243 ай бұрын
Umuntu wese ari mumahanga, yitwa impunzi, aramutahura. Ico gihugu n acacu, n'imuhira. Turakwiye twese kugikunda uko kiri kose. Nta mvura idahita. Izo ngorane zizohera. Ariko zizohezwa n urukundo dufitiye igihugu catwibarutse.
@josendayizanie73063 ай бұрын
Ko numva wagarutse 2012 iyo usigara none😂😂😂😂😂😂😂muba muhaze
@HyacenthaSolangeMugisha3 ай бұрын
ATI baca batwuriza indege,ni bwiza jabe 😂😂😂😂😂😂,abarundi muva mu bindi bihugu,ba mureka guca abandi intege,ikibazo bibaho hose,ariko mu bihugu biteye imbere c'est mieux par rapport yaha iwacu