Umushikiranganji wa 1 n'umuryango wiwe bagiriye BonneAnnée abateshejwe izabo n'imyuzurira mu Gatumba

  Рет қаралды 22,126

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni n'umuryango wiwe bagiriye Bonne Année abateshejwe izabo n'imyuzurira mu Gatumba. Abagera ku 757 nibo baronkejwe ako gafashanyo kagize n'itoni 7.6 z'umuceri, ibiharage itone 4; ikarato 190 z'isabune, amabidon 700, amakarato 380 y'amavuta y'amamesa n'amahema 100 hamwe n'ibitenge 200. Umuryango umwe wose ukaba waronswa ibiro 10 vy'umuceri, bitanu vy'ibiharage, ibidon 1 n'ibidumu 3 vy'amavuta. Amaheùa n'ibitenge bikaronswa atako bigira gusumvya abandi.

Пікірлер: 30
@musoniissa3
@musoniissa3 4 жыл бұрын
Imana iguhezagire Mutama
@johnsmuhuza3871
@johnsmuhuza3871 4 жыл бұрын
murakoze cane nyakubahwa .abobarabikwiy
@bornagaintv4542
@bornagaintv4542 4 жыл бұрын
You are number one my prime minister
@solinebizimana3881
@solinebizimana3881 4 жыл бұрын
Que Dieu Soit loué et vous bénisse
@mireillenzokira6131
@mireillenzokira6131 4 жыл бұрын
Nukuri Imana ihezagire uyo muryango kubw'ico gikorwa
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 4 жыл бұрын
Ariko mana ndarengewe mbegumutimamwiza imana ikwongere reze ahowakuye. imana iziguhembe ugizenezacane wirambire nyakwubahwa
@morisburundi515
@morisburundi515 4 жыл бұрын
Komera nyakubahwa imana ibahezagire n,umuryango wawe
@emmanueluwiringiyimana3642
@emmanueluwiringiyimana3642 4 жыл бұрын
Ndumunyarda arko nkunda reta yuburundi bakunda abanyagihugu babo babahaye bonane pe
@ysgtge8114
@ysgtge8114 4 жыл бұрын
Imana uguhezangire ❤❤
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 4 жыл бұрын
Good job
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Vyiza❤❤
@mudaheranwajeanbaptiste3153
@mudaheranwajeanbaptiste3153 4 жыл бұрын
Very good 👍👍👍👍👍
@benzenesanyofficial3841
@benzenesanyofficial3841 4 жыл бұрын
Ni igikorwa gikomeye mwakoze Nyakubahwa Mushikiranganji wa Mbere.
@alexandrebazimaziki778
@alexandrebazimaziki778 4 жыл бұрын
Urukundo!
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 4 жыл бұрын
Muvyukuri barababaye abo bantu
@francknkurunziza8512
@francknkurunziza8512 4 жыл бұрын
Uwiteka bazogame
@noelnoka5837
@noelnoka5837 4 жыл бұрын
Muburundi bakunda abaturage
@levismanirakiza9413
@levismanirakiza9413 4 жыл бұрын
Yesu Abahezagire cane
@abumuhsinminaniabdoullahas9185
@abumuhsinminaniabdoullahas9185 4 жыл бұрын
Reta mvyeyi ndayemera
@mutabazimichael8404
@mutabazimichael8404 3 жыл бұрын
" Le peuple comprendra les défauts de la démocratie, lorsqu'il sera qu'il peut être corrompue et amadouer avec son propre argent " Alexis de Tocqueville, De la Démocratie en Amérique.
@ameer5502
@ameer5502 4 жыл бұрын
🤝🤝🤝🤝🤙🤙🤙
@chritellamusaniwabo4163
@chritellamusaniwabo4163 4 жыл бұрын
Nguku uko Wokora 2021 Utere Imbere fyonda hano hepfo 👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇kzbin.info/www/bejne/Y4TSg6KZlM9-b8ksub_confirmation=1
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 жыл бұрын
Nta bantu barinda nk'abarundi🤭🤭🤭 Aho hantu hasa ukwo ni ahacumbitse abene gihugu kweli🤦‍♀️🤦‍♀️ Nyamba ari abimukira si gusa. Bayina naho gufatira amafotos nyene😏😏
@alinemuhapud5568
@alinemuhapud5568 4 жыл бұрын
Wewe utarinda ufisenuburyo.buruta.ubwabarundi urazobatora ubahe icumbi rishimishije ubu.mwubwobuhungiro urimwo.hasagut?hhhhhhhhhh ndagusetse ariko ntibitangaje ntimwonezegwa murikomubona ibiriko bibera mugihumwipfuza gutwarabitaribukunde.hahahaha
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 жыл бұрын
@@alinemuhapud5568 je nkubwiye ati ubwoko buragwiraaa aho nta Camera nahamagara walai🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️
@laaatlllt4411
@laaatlllt4411 4 жыл бұрын
🤣 🤣 🤣 Wap ereg simux bafite aho baba niko aramaz kl hama nyaruka nawe uterer
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 жыл бұрын
@@laaatlllt4411 jew natereye nukwo nyene bibwigwa benshi bikumva bene vyo.
She wanted to set me up #shorts by Tsuriki Show
0:56
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
«Жат бауыр» телехикаясы І 26-бөлім
52:18
Qazaqstan TV / Қазақстан Ұлттық Арнасы
Рет қаралды 434 М.
Какой я клей? | CLEX #shorts
0:59
CLEX
Рет қаралды 1,9 МЛН
Uburundi mu ngwano z'Abanyekongo : Ico Abarundi bomenya uyu munsi
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 2 М.
She wanted to set me up #shorts by Tsuriki Show
0:56
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН