UMWANA WA FANNY LAVINE amubwiye amajambo akomeye😨 | Narahuye nibibazo abagenzi bampanura nabi

  Рет қаралды 40,438

Step Media 257

Step Media 257

Күн бұрын

Пікірлер: 64
@lionnelfilms
@lionnelfilms Жыл бұрын
Ndubaha umukobwa aca mubibazo kubwineza Imana ibaya muhaye!kirimuribimwe ngukundira sha Fanny
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Asha ikiganiro ca Fanny naho noba maze imisi ingana gute ntegerezw kukiraba merci benichou 🥰🥰 Fanny urakunzwe❤❤❤❤
@IkorinezaColise-kg8qn
@IkorinezaColise-kg8qn Жыл бұрын
Iyo uzanye uyomuntu benichou numva ngukunze🥰🥰
@jeannenirere743
@jeannenirere743 Жыл бұрын
Sha Fanny naragukundiye ukuntu wabaye intwari ukiri muto ukarera abana bawe waranyigishije wanteye inkomezi zidasanzwe ntakubesha Umuntu akuvuze nabi birambabaza kuko umuvyeyi agwa kubana nuwo kubahwa ndagukunda cane
@baamedia257
@baamedia257 Жыл бұрын
Imana imuhaze kuramba be na Mère Général lmana yarakoze kubarinda, nokubatwenza kandi n ubu irikumwe namwe muri vyose
@uwingabireesperance8402
@uwingabireesperance8402 10 ай бұрын
Nukuri abana numugisha ukobabonetse kose Imana yomwijuru ibifisigituma bibaye Kandi biranezereye cane Gose kabisa iyomwihurije numwana wawe ubabaye akababara nibidasanzwe Uhoraho akomeze kubatuberahsfi jewe kugiti canje ndamwikundira urimwiza imbere ninyuma imbere yanje ❤❤❤🎉🎉🎉
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰 IMANA ikora nk,IMANA nyene kandi ubuzima bubamwo kuduga no kumanuka kandi nta habi cane IMANA itokura umuntu kandi nta Kure cane IMANA itogeza umuntu
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Courage cane Fanny Imbere niheza inkoni uzitwaza mubusaza uyica ukiri muto nivyiza gutegura abandi muri Ku kivi love you Fanny et Libert ❤❤❤❤❤
@chnae-k5o
@chnae-k5o Жыл бұрын
Kutaduha Fanny ifilm umubanyi nayoturayikubuye cankewarayihevye ??n'a filim nsoro habayiki??❤❤
@anacletndizihiwe7275
@anacletndizihiwe7275 Жыл бұрын
Abarundi turabakunda cyaneeee muraberewe umwana na nyina kwel imana ibakomeze
@belysendayi
@belysendayi Жыл бұрын
Izunshikirir lavine umubwireko mukunda cane knd itindo niherezo nzohura nawe har ijambooo ngomb kuzoyaba nawe I love you so much ❤❤❤❤❤
@ndayikezaeuphemy4453
@ndayikezaeuphemy4453 Жыл бұрын
Mbaye uwambere kwa maman lao nikundira cne mundemere rero abaza inyuma
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Жыл бұрын
Benichou ndagukunda cane utuzanira abantu bamateka mur film
@WilliamPrincesses
@WilliamPrincesses Жыл бұрын
Fanny love you 🥰🥰🥰
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 Жыл бұрын
Fanny love you🥰🥰🥰
@JoselyneBibonimana
@JoselyneBibonimana 10 ай бұрын
Ntavyakoranez 😢 2
@cyriaquebararwerekana
@cyriaquebararwerekana Жыл бұрын
Benichou merci sana kuba watuzaniy uwo twikundira
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh Жыл бұрын
Mama lao❤️🥰🥰🥰
@EvelyneMunezero-do6of
@EvelyneMunezero-do6of Жыл бұрын
Directrice yahindutse umunyeshure ndagukunda
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh Жыл бұрын
Step Media 257🙌🙌🙌🙌
@JeanineMUKESHIMANA-i8w
@JeanineMUKESHIMANA-i8w 6 ай бұрын
Nn nyne Alacia numwana wa Fanny konzi arumugore wa Norasque ? Nimuntahuze
@YvetteNivyayo-el6ho
@YvetteNivyayo-el6ho Жыл бұрын
Uwo mwigeme Cynthia ndamuzi . Ndamwipfurije umugisha . N'uwo maman wiwe Fanny akina neza muri firm
@ellaangeleizere-ki6tz
@ellaangeleizere-ki6tz Жыл бұрын
Jewe sindakurikira fanny😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Pasicke
@Pasicke 3 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
Imana yarahabaye
@dignedarleneirakoze1257
@dignedarleneirakoze1257 Жыл бұрын
Benichou nkuramwo muba abonnés baw jewe sindamuzi Fany!!na film umupfakazi ntayonzi 😊
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 Жыл бұрын
W rero iyo mutuzaniy uwo muntu ahaaaaa mpita numva nishimy pe,Fanny yambuuuuu
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Duhita tuja muri mood😁😁
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Жыл бұрын
Ahari Fanny sindengana ntaravye komera 257 ndabakurikirana
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Жыл бұрын
Fanny nukur nawew wariwavyay kare kwer wariwazinduts nkanje 😂😂😂😂
@mamanowen5341
@mamanowen5341 Жыл бұрын
Eeeeh cycy ub ukina film naw😂😂
@mimimoi874
@mimimoi874 Жыл бұрын
Jewe sindamuzi niryambere ndamubonye😂😂😂
@ShalifuRevers-n9b
@ShalifuRevers-n9b Жыл бұрын
Turamuziii kl knd abikora neza
@odetteniyokwizera3634
@odetteniyokwizera3634 Жыл бұрын
Mama Lao ;maman général ndakwikundira caaane Fanny urintwari murivyose urashoboye caaaane
@JoselyneBibonimana
@JoselyneBibonimana 10 ай бұрын
Nn koyikue muri akadem yaisubiemw nurekekuducang
@mmnn3579
@mmnn3579 Жыл бұрын
Urakujij kweli
@PulcherieKamikazi-ei3dq
@PulcherieKamikazi-ei3dq Жыл бұрын
Ndimubamber ndiza
@lyneburundi2443
@lyneburundi2443 Жыл бұрын
❤❤❤
@EdouardNiyonzima-u6t
@EdouardNiyonzima-u6t Жыл бұрын
Ndakunda Fanny cane
@chnae-k5o
@chnae-k5o Жыл бұрын
Mwubahwe bantubez ❤❤
@fleene1653
@fleene1653 Жыл бұрын
@IrankundaOrnella-z1k
@IrankundaOrnella-z1k Жыл бұрын
Jew niryambere ndamukurikirany hhhhh naho shwiiii uwutaramumeny ahubw yarahomvy irambire mukunzi
@emelyneniyonizeye2681
@emelyneniyonizeye2681 Жыл бұрын
Fanny lavine
@JohnchrisMugisha
@JohnchrisMugisha 10 ай бұрын
Wapi j ndakuzi urumunya bukeye iwacu
@raissa6836
@raissa6836 Жыл бұрын
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@IrakozeAnitha-bp5ir
@IrakozeAnitha-bp5ir Жыл бұрын
Ndabakund benichou
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Жыл бұрын
Wap vrm ntaworenga Fanny vrm
@OlivierIRANKUNDA-gz8dc
@OlivierIRANKUNDA-gz8dc Жыл бұрын
👍👍🇧🇮🇧🇮🥰🥰
@cyriaquebararwerekana
@cyriaquebararwerekana Жыл бұрын
Uti isabukuru nziza ku mfura ya Fanny lavine ariw Alacia
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Fanny ntacaha wakoze wokwama wiyagiriza urumuvyeyi nkabandi Kandi ubuzima bwawe bwari bwanditswe kurya gusa icompamya naho wari muto warufise umutima wurukundo Kandi wogufata décision
@IshimweAkbar
@IshimweAkbar 10 ай бұрын
Non Fanny ufise abana bangah buryangah birancanz je nzi babir nzi alacia nurya mutoyawiw wumuhung
@clovisIrankunda-ux2ld
@clovisIrankunda-ux2ld Жыл бұрын
s6 muzoyiduha ryari
@asasasqwqwqw6511
@asasasqwqwqw6511 Жыл бұрын
Uwondonsa nimer ya Fanny yob akoze
@ngiriyemariestyle854
@ngiriyemariestyle854 Жыл бұрын
Uyo muma arabiryosha
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
H8jg ryam gatoy ndagarutse mumwanya 😂
@NdayihanzamasoPotiphar-pe7iu
@NdayihanzamasoPotiphar-pe7iu Жыл бұрын
Wagitangiriki
@JosetteDusabe-zo1uu
@JosetteDusabe-zo1uu 11 ай бұрын
Jew ntawenzi akora ibiki???😢😢
@ApollinaireKarenzo-wj9fo
@ApollinaireKarenzo-wj9fo Жыл бұрын
Neza cane lmana ibaje imbere
@IshimweAkbar
@IshimweAkbar 10 ай бұрын
Fanny ndagukund kuber impanur zaw nanj zaramfashij
@LapremiceSoso
@LapremiceSoso Жыл бұрын
Mwuba hwa nishbani Kura j
@LapremiceSoso
@LapremiceSoso Жыл бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉
@oman4303
@oman4303 Жыл бұрын
Fanny..turamuzicane.kanditurmuku'da
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 Жыл бұрын
❤❤❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Жыл бұрын
❤❤❤❤
MARIAGE YA FANNY NA NONO 🥰🥰🥰🥰
10:39
Step Media 257
Рет қаралды 25 М.
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
“Don’t stop the chances.”
00:44
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 62 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
BBC GAHUZA: IMVO N'IMVANO TALIKI 01/2/2025
58:48
Muda Halisi
Рет қаралды 37 М.
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.