Abasoda b'abarundi bari kugarukana amahoro muri RDC ubuzima bwabo ku rugamba bwifashe gute?

  Рет қаралды 5,397

Mashariki TV

Mashariki TV

13 күн бұрын

"Haraheze igihe abasirikare b'abarundi barungitswe mu gihugu ca #Congo gufashanya n'abasirikare baho kugwanya imgwi igwana muri ico gihugu, no kugarukana amahoro n'umutekano. Mbega Uburundi bufise ingabo muri Congo zingana gute? Mbega ubuzima bwabo basirikare ku rugamba bwifashe gute? " Kurikirana inyishu y'umushikiranganji wo kwivuna abansi Ir Alain Tribert MUTABAZI, hari mu kiganiro abagize reta baremesheje bishura ku bibazo vy'abenegihugu

Пікірлер: 20
@LeopoldNdayiragije
@LeopoldNdayiragije 8 күн бұрын
Satisfait
@alexisnduwimana9086
@alexisnduwimana9086 11 күн бұрын
Abasoda buburundi baragowe kbs bariguhera nkabana bimbeba none uwomugabo ngonamahoro nuko atamwana wawe ariyo.
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 10 күн бұрын
None wewe harumwana wawe ariyo ko atawukurungitseyo wewe ufise ishavu ryiki erega mugisoda udashaka kuja kurugamba ntucinjira
@shyakaprotogene150
@shyakaprotogene150 9 күн бұрын
Bashiriyeyo nkabana budushwiriri😂😂
@SandrineNkezimana-lh5yx
@SandrineNkezimana-lh5yx 10 күн бұрын
Imvingene ahezagirika rero ewejewe bzsoda bacu nihatari ariko komera kwibanga niryo sezerano Imana ibibuke
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 9 күн бұрын
Urabeche kwel ntagahembo nukuri nuwuvuyeyo umenga acute mumwobo rerkareka
@moshwayne2565
@moshwayne2565 11 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 10 күн бұрын
Ubundi igisirikare ntucinjiramwo kunguvu wewe rero ubonako utazoja aharihohose igihugu kizogutuma reka kwinjira igisoda hama uje gukora ibindi namwe mubafitiye impuhwe bwira abana banyu canke benewanyu ntibazinjire igisirikare
@gabymendy7893
@gabymendy7893 10 күн бұрын
Ha ha ha ha ha ha Ariko u Burundi burazira iki
@Donath464
@Donath464 14 сағат бұрын
Bari muri mabuso ya M23
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 11 күн бұрын
Bose ubu barazi kubesha. Turagowe !
@bostonbasta2737
@bostonbasta2737 10 күн бұрын
Wap ntabwo ashoboy😂😂
@bdi182
@bdi182 10 күн бұрын
Muvugana ubgoba kukibazo mubajijwe cabasoda barungitswe. Kwica abana babanyamulenge kandi koko birakwiye ko mugira ubgoba mugahinda umushitsi kuko ivyomuvuga nivyo mukora biteye isoni arko biragaragara ko batazotahana intsinzi usivye igisebo..kandi uburundi bgejo buzobibabaza.
@bdi182
@bdi182 10 күн бұрын
Kandi muzovyishura
@shortylo1515
@shortylo1515 10 күн бұрын
😂 red tabara yashize ako nagahinda tuzobamesa burundu warabonye uwugira ubwoba acungewe nintare
@shortylo1515
@shortylo1515 10 күн бұрын
Iryo niterabwoba turabamesana na M23 red tabara vyose hamwe
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 10 күн бұрын
Hhhhh M23 nti muyishoboye irimwo irabakimbiza
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 10 күн бұрын
Hhhhh M23 nti muyishoboye irimwo irabakimbiza
@LeopoldNdayiragije
@LeopoldNdayiragije 8 күн бұрын
Satisfait
@bdi182
@bdi182 10 күн бұрын
Muvugana ubgoba kukibazo mubajijwe cabasoda barungitswe. Kwica abana babanyamulenge kandi koko birakwiye ko mugira ubgoba mugahinda umushitsi kuko ivyomuvuga nivyo mukora biteye isoni arko biragaragara ko batazotahana intsinzi usivye igisebo..kandi uburundi bgejo buzobibabaza.
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 124 МЛН
When You Get Ran Over By A Car...
00:15
Jojo Sim
Рет қаралды 19 МЛН
Alat Seru Penolong untuk Mimpi Indah Bayi!
00:31
Let's GLOW! Indonesian
Рет қаралды 15 МЛН
Ibibaza Umushikiranganji..,|Inyishu z'ibibazo
27:25
Indundi TV
Рет қаралды 15 М.
Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.
2:54
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 124 МЛН